Hatunganijwe inama yo kurabira hamwe ivyotuma ibikirwo vy'ikigo ARMC bigenda neza

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 22 พ.ย. 2024
  • Ikigo kijejwe gukwirikirana isoko ry'imitahe mu #Burundi #ARMC mu mpfunyapfunyo catunganije kuri uyu wa 22 Munyonyo 2024 uruganda rwo ku rwego rwo hejuru ku bafise ico bajejwe mu gufata ingingo, kugira barabire hamwe ivyotuma ibikirwo vy'ico kigo bigenda neza. Mugenzi Arsène, umuyobozi mukuru w'ico kigo amanyesha ko kugira ico kigo gikore neza hakenewe guhindura amategeko amwamwe muyari ahasanzwe guko yagiyeho ico kigo kitarabaho

ความคิดเห็น •