Urugendo rw'Umukuru w'igisagara ca Bujumbura mu Buyenzi kw'ibarabara rya 21

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 26 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 5

  • @prospernimbona9528
    @prospernimbona9528 6 หลายเดือนก่อน

    Mbega kugira ngo quartier ishirwemwo pavé abenegihugu (chaque maison)itanga contribution ingana gute?
    Comme ma contribution harakwiriye kubaho une compétition kukijanye nogushira Ama pavé muma quartier kuburyo quartier izorusha izindi gutanga amafaranga akaba niyo baca batangurirako Ama pavé.

  • @prospernimbona9528
    @prospernimbona9528 6 หลายเดือนก่อน

    Hakwiye kubaho amategeko ruhasha agenga isuku agashirwa munama nshingamateka kuburyo habaho n'ibihano kuko birateye isoni kuba umuntu yitwa ko aba mugisagara capital ugasanga afise clôture y'ivyatsi😂😂

  • @niyorukizaelias8142
    @niyorukizaelias8142 6 หลายเดือนก่อน

    Nyakubahwa atabihano birajaho Aho ntacomurakora iyo ni nka publicité kubera Abantu Beshi bemera bemejwe.

  • @NestaIshimwe-k9f
    @NestaIshimwe-k9f 6 หลายเดือนก่อน

    Reka kuvuga nimukoree

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian2196 6 หลายเดือนก่อน

    Buyenzi wagira nimucyaro nihabicyanep