SOLUTION COUPLE💝:Fanny Lavine atweretse ingene yiteguy mukuja kwibaruka//ashimiye abafana🥰🙏🏼

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 7 ก.พ. 2025
  • NTARE:+257 65030870 pp
    Fanny Lavine:+257 79210295
    Solution couple #Fearless Generation
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 612

  • @kigemenadia4561
    @kigemenadia4561 8 วันที่ผ่านมา +22

    Ugize neza gufasha abageni bashasha ukobitegurira umu bébé!!Imana iguhe kwibaruka neza!🎉🎉🎉❤

  • @JavanNiyamahoro
    @JavanNiyamahoro 5 วันที่ผ่านมา +4

    Imana Ikutuzigamire nikibondo gishasha muvyeyi. Kandi grand merci kudutegura natwe mubihe biza.

  • @sandrineiribuka-l6x
    @sandrineiribuka-l6x 9 วันที่ผ่านมา +21

    Nindanyotew kubona agafoto kumu bébé wa 3FA🎉🎉big congratulations maman wacuuuuu❤

  • @NdabashishaSamuson
    @NdabashishaSamuson 8 วันที่ผ่านมา +8

    Waoooo🎉🎉🎉🎉🎉 KEZIMANA HAYA PERIA ATARAH Karib mumuryang karibu muburundi❤❤❤❤❤

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe558 9 วันที่ผ่านมา +85

    Big congratulation mama lao Imana Ihabwe Icubahiro💐💐💐💐💐💃💃💃💃abaryohew nkanje tuvimwerek mukuvug ngo félicitations 💃💃💃

    • @NiyibitangaLeoncie
      @NiyibitangaLeoncie 9 วันที่ผ่านมา

      Yooo imana ishimw yarakoze kubana naw nari nandits ntaramar vidéo félicitations

    • @mariamsakora2818
      @mariamsakora2818 8 วันที่ผ่านมา

      Felicitation yamingi🎉🎉🎉❤❤

    • @بسكلينبسكلين
      @بسكلينبسكلين 8 วันที่ผ่านมา

      ❤❤❤❤❤🎉

    • @SisSunpeace
      @SisSunpeace 8 วันที่ผ่านมา

      Imana izikujimbere mugenzi

    • @MdJahdul-k4k
      @MdJahdul-k4k 8 วันที่ผ่านมา

      Bebe turamwishimiye cane

  • @marieparfaitembabazi7255
    @marieparfaitembabazi7255 8 วันที่ผ่านมา +8

    Ubwiza bwa Fanny na Norasque kumu bébé wacu abafana😂😂😂Imana ishimwe caneee ndaryoheweee ❤❤Wonkwe n'ibikura Muvyeyi mwiza❤❤

  • @SandraMuco-gu5uw
    @SandraMuco-gu5uw 8 วันที่ผ่านมา +4

    Abakunzi bawe bi Gitega vuba turaza kukwibarutsa❤🎉 turagukunda cane Imana ikujimbere mwiza

  • @sfkl8257
    @sfkl8257 9 วันที่ผ่านมา +19

    Inda yumuhungu iraremera cane karibu kibondo mumuryango wagutse🎉🎉🎉❤❤❤turagukunda natwe abafana

    • @JosianeManirarora-b9p
      @JosianeManirarora-b9p 8 วันที่ผ่านมา

      Wabwiwe Niki ko arumuhungu

    • @NIyomutoniGyslaine
      @NIyomutoniGyslaine 8 วันที่ผ่านมา

      Ntabwiremera rek rek j navyay umuhungu nar mfis akada Gato kandi butikintu cos naragikora neza

    • @clementinemahoro1437
      @clementinemahoro1437 8 วันที่ผ่านมา

      Babikozeho ikiganiro ariko byatangaza ko bazibaruka umuhungu​@@JosianeManirarora-b9p

    • @GloryIranzi
      @GloryIranzi 8 วันที่ผ่านมา

      Wew utanga comment utumvirije ikiganiro ​@@JosianeManirarora-b9p

  • @DjumaNdayishimiye-rc7ol
    @DjumaNdayishimiye-rc7ol 8 วันที่ผ่านมา +4

    Ego shaho mama lao imanikujimber nukur turamwishimiy knd umu bebe imanikujimber❤❤

  • @JoselyneMunezero-f9n
    @JoselyneMunezero-f9n 8 วันที่ผ่านมา +5

    Fanny félicitations mingi umwana yitwa kezimana Hailla Atahala peria

  • @benithairakoze-vy5hy
    @benithairakoze-vy5hy 9 วันที่ผ่านมา +28

    Félicitations lavine🎉

  • @FhGgg-l2w
    @FhGgg-l2w 9 วันที่ผ่านมา +6

    🎉🎉🎉🎉🎉 imana ikuje imbere wibaruke amahoro tura❤❤❤

  • @BaoRaina
    @BaoRaina 8 วันที่ผ่านมา +1

    Felicitations 🎉🎉🎉 Maman Kezimana,Yesu ahabwe icubahiro kumugisha yongeye gutanga muri Solution Familly.

  • @anabelleakimana
    @anabelleakimana 9 วันที่ผ่านมา +4

    Ndikugusengera uzavyare nk'abaheburayokazi!j'aime votre famille

  • @AnalieAnalie-f9v
    @AnalieAnalie-f9v 9 วันที่ผ่านมา +1

    Nkabakunzi bawe ntakindi dufise atarukugukeza🎉🎉🎉🎉🎉 nogushimira iyabikoze simbimanga mama Talant turishimiye ikibondo canyu ❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @GaudenceNIRAGIRA
    @GaudenceNIRAGIRA 3 วันที่ผ่านมา +1

    Félicitation lavine we love you ❤️❣️

  • @OdetteNduwimana-f6v
    @OdetteNduwimana-f6v 9 วันที่ผ่านมา +3

    Félicitations mwiza wacu Imana ni nziza nivyo ikora vyose ni vyiza 🎉❤🎉

  • @DigneIriho
    @DigneIriho 8 วันที่ผ่านมา

    Sha jeho sinari navyemey naguma nibaza nivyabihuha nyen sha Fanny IMAna yaratunezerej abafana bawe so félicitation mama kezimana madame kezimana waoooooooo❤❤

  • @HarerimanaFélicité
    @HarerimanaFélicité 8 วันที่ผ่านมา +1

    Imana izokugirireneza ikujimbere uzotabaruke amahoro abafana turagusengeracane kandituracukunda♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️

  • @InezaFrancine-y5s
    @InezaFrancine-y5s 9 วันที่ผ่านมา +1

    Ariko vyose nimana murivyis twibuka kuyishimira hm twishimiye kuba ugiye kumara urugendo rwamezi icenda amahoro amen❤❤

  • @joiskwizera1326
    @joiskwizera1326 8 วันที่ผ่านมา +1

    Félicitations lavine simbimanga 🎉turanezerew can turahay ikaz ikibondo cacu🎉🎉🎉❤❤

  • @chanelleapome3362
    @chanelleapome3362 8 วันที่ผ่านมา +1

    Felicitations ma Fanny ndaryohewe cane kubwawe.kuba wibarutse.

  • @SamuelNinteretse
    @SamuelNinteretse 8 วันที่ผ่านมา +2

    Waoooooooooooo🎉🎉🎉🎉🎉❤Atarah karibuuuuu mumuryango mwizaaa!!!

  • @Grace-iradukunda
    @Grace-iradukunda 9 วันที่ผ่านมา +3

    imana ishimwe cn wibaruke neza maman Haya ndih icunge impande nzose🎉🎉🎉🎉

  • @SamuelNinteretse
    @SamuelNinteretse 8 วันที่ผ่านมา +2

    Conglatulation influencer wacuu🎉🎉❤❤!!Imana izakujimberee!!!

  • @gigimarie9265
    @gigimarie9265 8 วันที่ผ่านมา +2

    Felicitation Fanny!!!nukuri simbimanga mwiza

  • @NadineIradukunda-r4l
    @NadineIradukunda-r4l 9 วันที่ผ่านมา +3

    Fanny Ndiho azokuje imbere mururugendo urimwo ❤

  • @NeliaNduwimana-zf1pv
    @NeliaNduwimana-zf1pv 8 วันที่ผ่านมา +1

    ❤❤❤❤ MUNGU mbele kwa Yote❤ WELCOME BBY 🤗🥰 KEZIMANA HAYA PELIA ATALAH

  • @NdayishimiyeViolette-x1q
    @NdayishimiyeViolette-x1q 9 วันที่ผ่านมา

    Imana ishimwe kabisa turaryoheweee!!!wibarutse imanishimwe kabisa turishimyegoseeeee turanishimiye umwuzukuru wa solution couple❤❤❤❤❤❤

  • @NiyonkuruEmmanueline
    @NiyonkuruEmmanueline 6 วันที่ผ่านมา

    Najew ndashimye cane kuba imana yakutabaye ikagukur mumenyo yabatwezi❤❤❤ wibaruk naband Ibiza vyawe bihuye nivyaj gusa uburimunyish najew useger Iman izinterurure🙏🙏🙏

  • @NadineUwineza-j8v
    @NadineUwineza-j8v 9 วันที่ผ่านมา +3

    Uranezeza ndagukunda cyane imana izakugende imbere 🙏

  • @Sandrinemamanexcellent
    @Sandrinemamanexcellent 9 วันที่ผ่านมา +2

    Félicitation mama lao ndagukunda Fanny Imana izibane nawe

  • @Yvethe-c9f
    @Yvethe-c9f 5 วันที่ผ่านมา +1

    Egome uratweretse natwe abatarubaka nitwubaka ntibizotugora hama utwaye vyishi ivyovyose❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂❤❤❤❤❤

  • @ThierryveINARUKUNDO
    @ThierryveINARUKUNDO 9 วันที่ผ่านมา +1

    Toutes mes felicitations fanny wacu.simba imanga Imana icane sangwa ingabire iruta izindi itangwa na Rurema gusa.❤❤❤❤

  • @SiloeAgatore
    @SiloeAgatore 9 วันที่ผ่านมา +2

    Imana iguhezagire cane kandi yamane naw bebe yàj nabibonye! Amahoro ya Kristu kuri twese

  • @belysebimenyimana7700
    @belysebimenyimana7700 8 วันที่ผ่านมา +1

    Ndaryohew cane kub wasinvy imanga congratulations Fanny wac kub umuvyeyi biratesa nah bigoye

  • @ArphonsineArphonsine
    @ArphonsineArphonsine 8 วันที่ผ่านมา +3

    Iman ikibanzirize imbere ndagukund can❤❤❤❤❤

  • @donavineukwibishaka3158
    @donavineukwibishaka3158 8 วันที่ผ่านมา +1

    Waou félicitation 🎉🎉ATARAH arakaza 🎉💃💃

  • @PacifiqueMbonimpa
    @PacifiqueMbonimpa 7 วันที่ผ่านมา

    Azobabewe muga abazoguhetekeza bazorara bibivaze vyasaba ubitekere murikumwe ubereke ukowabiteguye bizokore❤❤

  • @eerreffd4569
    @eerreffd4569 9 วันที่ผ่านมา +2

    Haya haya haya haya haya haya ❤❤❤❤❤❤haya peria Peria pere Atarih kezimana ❤❤❤❤❤ welcom kwisi mubavyey beza

  • @claudeakinije190
    @claudeakinije190 9 วันที่ผ่านมา +1

    Félicitations faxine UWIMANA.nkunda cane ukuntu wizera lmana cane❤

  • @Vyukusengejoselyne-e7m
    @Vyukusengejoselyne-e7m 9 วันที่ผ่านมา +2

    Waooo imn ichimwe ko wavyaye nez disii❤❤❤❤❤❤

  • @EmilienneNiyonizigiye
    @EmilienneNiyonizigiye 9 วันที่ผ่านมา +2

    Mam lawo 🎉🎉 IMAN ikujimber ndakwikundir❤❤❤

  • @ChantalMarieKwizera
    @ChantalMarieKwizera 9 วันที่ผ่านมา +5

    Congratulation muvyeyi imana yakwibutse burya umuvyeyi ajabutse harya hantu ntawutotera impundu nukuri ndaryohewe vrt muragakira nabakirindiriye imana ibibuke 😂😂😂😂 Haya pelia ataraha kezimana welcome kibondo mumuryango mwiza

  • @ChachaMaina-q6v
    @ChachaMaina-q6v 8 วันที่ผ่านมา +1

    Félicitation fanny wacu turagukeje haya nawe karibu

  • @HusEhe
    @HusEhe 9 วันที่ผ่านมา

    Mam Haya ❤❤❤Turabakeje IMANA irinda isezerano ikomeze kubanezerez mumpande zose

  • @SandraAs-x7x
    @SandraAs-x7x 8 วันที่ผ่านมา +4

    Imana ibane nawe muvyeyi aho ntihoroshe nkatwe abavyeyi tubandanya tugusengera cane

  • @NikuzeErica
    @NikuzeErica 9 วันที่ผ่านมา +2

    Félicitations Maman lao sha Imana ishimw nukuri yahabay🙌

  • @BonifaceMugisha-w9r
    @BonifaceMugisha-w9r 8 วันที่ผ่านมา +1

    Félicitations Fanny 🎉🎉🎉ikibondo kirahawikaze mumuryango wagutse

    • @LeaPapa-p8o
      @LeaPapa-p8o 8 วันที่ผ่านมา

      ❤❤❤❤❤❤

  • @DianeIrakoze-x6e
    @DianeIrakoze-x6e 9 วันที่ผ่านมา +3

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 Congratulations Mama lao IMANA irikumw naw Biragend nez welcome Baby boy❤❤❤ Jew Fanny aranyic azob abarew cnk ntazobabrew 😅😅😅 Jew azob abarew can Kaz kibond kw nkunziman urisanz🎉🎉🎉🎉🎉🥳🥳🥳🥳🥳

  • @NavieAriellaBayikeze
    @NavieAriellaBayikeze 9 วันที่ผ่านมา

    Nukuri IMANA ihabwe icubahiro ntibib vyoroshe congratulations Fanny

  • @Ceybogkiller
    @Ceybogkiller 9 วันที่ผ่านมา

    Congratulations kur solutions family umwam wacu yes christo ahabw icubahiro🎉🎉🎉🎉

  • @SamiaWineza
    @SamiaWineza 9 วันที่ผ่านมา

    Imana izokube hafi mwurw rugend rutorosh izokuzigam uzogaruk amahoro uri muzima di Fanny wacu❤🙏🙏

  • @NISHEMEZWEEVANGELINE
    @NISHEMEZWEEVANGELINE 8 วันที่ผ่านมา

    Félicitations Norasque & lavine Imana ihabwe icubahiro🎉🎉🎉🎉 ndabakunda cane

  • @AudryFloris
    @AudryFloris 9 วันที่ผ่านมา +3

    Maman lao wanj Imana ikuje imbre wibaruk amahoro🎉

  • @Doreen-Nana
    @Doreen-Nana 8 วันที่ผ่านมา

    Wooow big congratulations 🎊 and more happier 💗 turabakunda umu Bébé uti karibu mumuryango wangutse🎉❤

  • @SofepacMicrofinance
    @SofepacMicrofinance 8 วันที่ผ่านมา

    Felicitations Imana ihabwe icubahiro yabanye nawe turashaka ifoto ya bebe

  • @EmmanuellaKwizera
    @EmmanuellaKwizera 8 วันที่ผ่านมา +2

    Félicitation natw turinyuma Imana izobikora bigend neza.

  • @GenevièveNijimbere-l3y
    @GenevièveNijimbere-l3y 9 วันที่ผ่านมา +6

    Muri 20munutes nkaba mpageze. Félicitations bantu bacu muragakira

  • @GorethMisago-n9y
    @GorethMisago-n9y 4 วันที่ผ่านมา +1

    Ngo nasysteme urashiramw😂😂😂mama lao ww nukur uratwenz p

  • @GuypedroMuhanuzi-eq4gu
    @GuypedroMuhanuzi-eq4gu 8 วันที่ผ่านมา

    Big congratulations Madame Kezimana muminsi n Mama kezimana kndii😂 so be blessed wherever you're❤🎉🎉

  • @BelyseIrambona-b8d
    @BelyseIrambona-b8d 8 วันที่ผ่านมา

    Waaaaaao félicitation cane sha Fanny Imana ishimwe cane

  • @AdelaïdeIyamuremye
    @AdelaïdeIyamuremye 8 วันที่ผ่านมา

    Félicitations maman lao impundu nyinshi 🎉🎉🎉🎉🎉kwa kezimana

  • @NiyokwizeraAlice-f6o
    @NiyokwizeraAlice-f6o 8 วันที่ผ่านมา

    Congratulations 💓 👏 👏 👏 🎉 mwiz wacu amashimwe mesh kur Ndih yakubaye hafi 🙏

  • @BellaMuhikaze
    @BellaMuhikaze 8 วันที่ผ่านมา +1

    Félicitations mwiza uhoraho azokurerere❤

  • @JosianeAyishakiye
    @JosianeAyishakiye 9 วันที่ผ่านมา

    nimwokwe welcome baby ndabakunda cyane ❤ Hashimwe imana yabikoze

  • @aishalovesesibe
    @aishalovesesibe 8 วันที่ผ่านมา

    Imana kugirire neza wibaruke amahoro umwana nu mwana Lavine ici man guhaye nico wakira none ntiwagiye muri ecograpie 🇸🇦🇧🇮👊👊

  • @NduwimanaSandra-cc6bh
    @NduwimanaSandra-cc6bh 8 วันที่ผ่านมา +2

    Imana ikuje imbere mwiza wacu🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @NishimweEdissa-v8r
    @NishimweEdissa-v8r 9 วันที่ผ่านมา

    Maman iao wanj Iao Imana ikuje imbra wibaruke amahoro mwiza wanj 🎉🎉🎉🎉

  • @AnneNtahondi
    @AnneNtahondi 8 วันที่ผ่านมา +1

    Imana irikumw nae maman lao uze wibaruke nea maze abakwanga bamaramare

  • @TinasheChigwenje-lt8ge
    @TinasheChigwenje-lt8ge 7 วันที่ผ่านมา +1

    Kbs imana ibahe ikibondo neza cane natwe turamwiteze kandi turabakunda

  • @AemeePornade
    @AemeePornade 9 วันที่ผ่านมา +3

    Uhoraho akujimber mam laouzibaruk nez❤❤

  • @VianneIrankunda-p2y
    @VianneIrankunda-p2y 8 วันที่ผ่านมา

    Urakoze gushima kuvyabafana bakoze Di maman lao Imana ikujimbere mubandany kwiberaho neza

  • @MarcelineNizigiyimana-qs3px
    @MarcelineNizigiyimana-qs3px 9 วันที่ผ่านมา +3

    Félicitations 🎁🎁🎁 mukobwa wacu lmuramvya.

  • @NITEGEKAMagnifique
    @NITEGEKAMagnifique 9 วันที่ผ่านมา +4

    Haya haya lavine big félicitation

  • @DarlèneDaxhou
    @DarlèneDaxhou 8 วันที่ผ่านมา +2

    Ndagukund cane Fanny dukeney umwan kbx

  • @ElinefideliteKitonzi
    @ElinefideliteKitonzi 9 วันที่ผ่านมา +1

    Congratulations Maman Haya ndabakunda cane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @AlphonsineAKIMANA-z1k
    @AlphonsineAKIMANA-z1k 9 วันที่ผ่านมา

    Fanny nciye nshaka kuvyara nanje🎉lmana ikuje imbere disi

  • @NadegeHakizimana-m1s
    @NadegeHakizimana-m1s 8 วันที่ผ่านมา

    Congratulations Sha Fanny
    Vrmt ndaryohew kubwawe
    Imana igukurize

  • @ZibieKubwimanaproverbs35
    @ZibieKubwimanaproverbs35 8 วันที่ผ่านมา +1

    Congratulations 🎇 Fanny and Nolasck❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @SandraMuco-gu5uw
    @SandraMuco-gu5uw 8 วันที่ผ่านมา +1

    Congratulation nct turagukunda cane❤🎉

  • @nadiellanshimirimana9133
    @nadiellanshimirimana9133 8 วันที่ผ่านมา +1

    Ndagukeje muvyeyi imbimanga Imana yacanye

  • @IrakozeNadine-et8gr
    @IrakozeNadine-et8gr 9 วันที่ผ่านมา +2

    Imana ikuje imbere di Maman lao❤❤

  • @NkundiyampayePamella
    @NkundiyampayePamella 9 วันที่ผ่านมา +2

    Filicitation mamalaooooooooi iiiiiiiiiiiiiiiiiiiiii iiiiii iiiiiii iiiiiiiiiiiiiiiiiiiii

  • @KhalikaweEstella
    @KhalikaweEstella 8 วันที่ผ่านมา +3

    Ngo na system ndaronse terme nshansha 😂😂😂😂Imana ikuje imbere mwiza

  • @citegetseceline8139
    @citegetseceline8139 8 วันที่ผ่านมา

    Abatahejeje iyi video ntibamenye ivyarivyo😂😂😂mes félicitations Fanny et Nola

  • @ndayisenga-ym5md
    @ndayisenga-ym5md 8 วันที่ผ่านมา

    Muragakira musubireyo ntihababa turishimye kubwanyuuu❤❤❤

  • @GloriaIrakoze-s9t
    @GloriaIrakoze-s9t 9 วันที่ผ่านมา +2

    Felicitation ma fafa 🎉🎉🎉

  • @BlandineNiyo
    @BlandineNiyo 8 วันที่ผ่านมา

    Felicitation sha fafa wacu.niwonkwe❤🎉🎉🎉

  • @AlphonsineAKIMANA-z1k
    @AlphonsineAKIMANA-z1k 9 วันที่ผ่านมา

    Ntamu sage femme arihano yakire Fanny🎉

  • @MukeshimanaGloride
    @MukeshimanaGloride 8 วันที่ผ่านมา

    Karibu cane muhungu wacu 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉kibondo cacu 🎉🎉

  • @alphoniyokwizera5512
    @alphoniyokwizera5512 9 วันที่ผ่านมา

    Niyonkwe mwiza wacu twishimanye nawe❤❤🎉🎉🎉

  • @SaliaIRAKOZE
    @SaliaIRAKOZE 9 วันที่ผ่านมา +1

    Haya pelia atarah KEZIMANA ❤❤

  • @IrankundaAmida
    @IrankundaAmida 9 วันที่ผ่านมา

    Félicitations mama lao❤❤🎉🎉🎉 tragikunda cn❤❤🙏 Imana ikomeze ikuba hafi wibaruk nk’umuhebulayokazi🤲🤲🤲

  • @yvettenizigiyimana6857
    @yvettenizigiyimana6857 8 วันที่ผ่านมา

    Iman ikuje imbere uzogaruke kutwereka bb nawe❤🎉🎉🎉

  • @clementinemahoro1437
    @clementinemahoro1437 8 วันที่ผ่านมา

    UMUBYEYI BIKIRA MARIYA AZAKUBE HAFI 🙏🏽🙏🏽🙏🏽❤❤❤

  • @doucineigiraneza933
    @doucineigiraneza933 9 วันที่ผ่านมา

    Waouh toutes mes félicitations uragakira wonkwe nibikura🎉

  • @EstellaButoyi-g5o
    @EstellaButoyi-g5o 8 วันที่ผ่านมา +1

    Félicitation mwizaaz nkr niwonkwe

  • @KristineWizeye
    @KristineWizeye 9 วันที่ผ่านมา +1

    Imana izokujimbere uze wibaruke nkumuheburayo kazi

  • @NKURIKIYEMediatrice
    @NKURIKIYEMediatrice 9 วันที่ผ่านมา

    🎉🎉🎉Niwonkw muvyey Imana yabikoz mubandany kuryohegw