SOLUTION COUPLE💝//SURPRISE🥰:Mamalao arumiw Abony Inka Umugabo wiwe amuguriye kuko yibarutse🥰tumukeze

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 7 ก.พ. 2025
  • Norasque NTARE:+257 65030870 pp
    Fanny Lavine:+257 79210295
    Solution couple #Fearless Generation

ความคิดเห็น • 341

  • @LèneErnestineGospel9653
    @LèneErnestineGospel9653 วันที่ผ่านมา +83

    Uwukunze norasque uburyo atayagamasigara cicaro munkorere kwi photos please

  • @dadaniyitungire6244
    @dadaniyitungire6244 วันที่ผ่านมา +97

    Waoooh 💃💃💃💃 abakunzi ba solution couple abakunzi ba maman lao niba koko uri umukunzi wanyawe usige like 🎉🎉🎉❤❤❤niba bishotse unkandire no kuga foto pls🙏

    • @BelyseUwimana-l6g
      @BelyseUwimana-l6g 8 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

      Waooh nari nzi ngo norasque yaravyibagiye😅

  • @ObedIrakoze-u3p
    @ObedIrakoze-u3p 23 ชั่วโมงที่ผ่านมา +12

    Urakoze cane nono kudusengera kuronka ikibondo maze imyaka 3 nubatse ntamwana ndaronka ariko imana ishoboy vyose kuronk ikibond numugisha udasanzwe🎉🎉🎉🎉

    • @NatachaTwizeyimana
      @NatachaTwizeyimana 4 ชั่วโมงที่ผ่านมา

      Mpolee muntu wimana iman irakumva izigutwenze

  • @SofepacMicrofinance
    @SofepacMicrofinance วันที่ผ่านมา +15

    Muri couple yakarorero vraiment amashi menshi kwa Norasque adata isezerano Fany uzushima Imana waraguyeko pe

  • @EricMtungwa
    @EricMtungwa วันที่ผ่านมา +26

    Umugabo nuwurinda isezerano yanka biri serieux mama Lao Hejuru cn

  • @mamancheiilla0fficial
    @mamancheiilla0fficial วันที่ผ่านมา +10

    Abakunzi ba solutions couple 💑
    Tumenyane ❤❤❤❤❤❤❤

  • @arcangeriziki4819
    @arcangeriziki4819 วันที่ผ่านมา +8

    Fanny emw vub urasubiray pe kuk norasque courage aguh zirarenze

  • @ClarisseNishimwe
    @ClarisseNishimwe วันที่ผ่านมา +12

    Abanyabujumbura muratwenza kweli😄😄ngw inka iriko irafungura ngw iribungenze🤣🤣🤣

    • @AngeLauraineAkimana
      @AngeLauraineAkimana วันที่ผ่านมา +1

      None iriko ifungura bavuga gt?😀

    • @ClarisseNishimwe
      @ClarisseNishimwe วันที่ผ่านมา

      @AngeLauraineAkimana bavuga kurisha apana gufungura

    • @AngeLauraineAkimana
      @AngeLauraineAkimana วันที่ผ่านมา

      @@ClarisseNishimwe Nciye ndavyibuka 😂

    • @GyslaineAkimana
      @GyslaineAkimana 11 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

      Kunka ntacobitwaye kuk inka ivugwa nkumuntu

  • @ArrivellaAKIMANA
    @ArrivellaAKIMANA วันที่ผ่านมา +17

    Ntamunya MURAMVYA atinya inka😂félicitations fanny ika mur solution coupl🎉

  • @ClarisseNishimwe
    @ClarisseNishimwe วันที่ผ่านมา +7

    Kimwe muvyo nsaba Imana nikurambana kwiyi couple,,je suis amoureuse de vous🫶🥰so congratulations to solution woman🎉✨️

  • @rablaasdq2341
    @rablaasdq2341 วันที่ผ่านมา +9

    Amashurwe menshi kuri nono amateka menshi kandi mwonkwe musubireyo ntihababa❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @DianeKamikazi-fc9hi
    @DianeKamikazi-fc9hi วันที่ผ่านมา +13

    Solution couple mwubahwe cane mbegumugabo mwiza nkunzukuntu nolasque atayaga amasigara cicaro mukomez.kuguma.mutagata mwarahezagiweee❤❤

  • @AliceCuki
    @AliceCuki วันที่ผ่านมา +7

    Norasque urintwari disi 💪💪💪💪💪💪💪💪bayite lavine😂😂😂😂ewe mmalao🎉🎉🎉Yesu abakomeze🎉🎉🎉🎉

  • @sandrinendizeye5950
    @sandrinendizeye5950 วันที่ผ่านมา +12

    Yoooo Fanny uratumaramaj ntamunya muramvya atinya inka kuko twazikuriyemwo peeee😂😂😂

  • @mvmezerosamira3960
    @mvmezerosamira3960 วันที่ผ่านมา +9

    Solution couple ndabakunda murangyoheje umunsi. Norasque arashikanye isezerano❤❤❤

  • @ZahraAa-m2q
    @ZahraAa-m2q วันที่ผ่านมา +9

    Erega kezimana nahaya namazina amwe ❤❤

  • @DivineIradukunda-v9b
    @DivineIradukunda-v9b วันที่ผ่านมา +6

    Grande félicitation encore mama haya❤,umugisha w'IMANA Uratungisha,ushishikare gushima akataraza karinyuma,ivyoyaguteguriye iyo MANA yacu nivyishi biracaza,mwarahezagiwe nimusesekarizweeee

  • @LadouceDushime
    @LadouceDushime วันที่ผ่านมา +6

    Abafana nkanje mwibukako yari yarimwemereye avyaye umuhungu mutavyibagiye tumenyane ngaha kwakagafoto kuko ivyo yiyemeje yabishikanije

  • @EnasEnas-g3w
    @EnasEnas-g3w วันที่ผ่านมา +8

    Mukomeze guhezagirwa papa haya namama haya ndabakunda cane mukomeze guterimbere cane

  • @MdJahdul-k4k
    @MdJahdul-k4k 8 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Papa haya❤❤ukozevyiza ,ibindi sinarinziko hagihari,abagabo nkawe kwer

  • @MarieSandraNZOJIBWAMI
    @MarieSandraNZOJIBWAMI วันที่ผ่านมา +3

    Félicitations à toi Nono kub ushikije ico wasezeranye félicitations nokuri fanny aronse gift nziza

  • @marieparfaitembabazi7255
    @marieparfaitembabazi7255 วันที่ผ่านมา +5

    Mu butunzi bwinshi afise MamaLao hagiyemwo n'inka🎉🎉Abakunzi ba Solution Couple turaryoheweeeeee❤❤Je vous aime ❤🎉

  • @PacifiqueMbonimpa
    @PacifiqueMbonimpa 22 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Nono urumugabo urindijamboryawe utayaga amasigaracicaro wubahwe mwarahezagiwe ❤❤

  • @Kecyshii
    @Kecyshii วันที่ผ่านมา +6

    Mbaye uwambere jewe ndabona birenze big congratulations 🎉🎉

  • @JeannineNshimirimana-m6r
    @JeannineNshimirimana-m6r 8 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Vyiza caane ! Apana kuyibaga muyitunge izovyare zigwire !mukame munywe amata n'amavuta muronke!!!

  • @VestineDusabe-u1i
    @VestineDusabe-u1i วันที่ผ่านมา +4

    Hemw mwege nukur urets twege tubakunda ababnk bigarure baze gk Barwara umutima gk kur jew ndabakundukwoo❤❤❤ bash Imana izoduh abagabo cnk abagore baz ivyarivy urugo

  • @Gorethtv
    @Gorethtv วันที่ผ่านมา +7

    Abanyarwanda baraha tumenyane mumpe like 🙏🙏

  • @KevineIradukunda-gm7od
    @KevineIradukunda-gm7od วันที่ผ่านมา +2

    IMANA imuh amahera aguh nayamodoka kuk igih akor prank ng abafana twaguhay imodoka yaciy ayikwemerera 🎉🎉🎉 merci beaucoup Norasque wakoz kunezereza Fanny ❤

  • @OrianeNiyonsavye
    @OrianeNiyonsavye วันที่ผ่านมา +2

    Waouhhh,,,,,mbega couple nziza weee!!!Imana ibaririnde abafushi b'urukundo beza baaa

  • @ShanteSh-o2j
    @ShanteSh-o2j วันที่ผ่านมา +3

    ❤️❤️❤️❤️ courage mwubaka ingo zabeshi pe mama lao ryoherwa wararose gihoza

  • @SandrineIgiraneza-v7q
    @SandrineIgiraneza-v7q 11 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    🎉🎉🎉🎉ese kumenga afis uwund munda vip ndabon kw mutam ntarubutiro uzorya❤❤irabatijwe kabaye😅😅😅

  • @appolineiradukunda9549
    @appolineiradukunda9549 วันที่ผ่านมา +2

    Iringire muvyeyi n'Umukama yaguhaye kuringa. Uzumwamire kumavi umutware wawe kuko waragabiwe.

  • @ChantalUwamahoro-xs7wd
    @ChantalUwamahoro-xs7wd วันที่ผ่านมา +2

    Oooh,woow, congratulations Beza bacu turabakunda 🇷🇼🇷🇼❤❤❤❤❤ Imana yarakoze kubaha umwana muzima nishimwe🙌🙌🙌ikomeze ibarinde mama🙏🙏🙏

  • @NoellaITANGISHAKA
    @NoellaITANGISHAKA 10 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Papa haya❤🎉wubahwe!tu es un homme exemplaire❤😊

  • @AnalieAnalie-f9v
    @AnalieAnalie-f9v วันที่ผ่านมา +2

    Abantu mwaravye ikikiganiro ndizeye mwagumye mutwenga nkanje 😂❤❤ikindi nakunze uyumugenzi wa Fanny ari COLL araboneka kwafise umutima mwiza❤❤❤

  • @GenevièveNijimbere-l3y
    @GenevièveNijimbere-l3y วันที่ผ่านมา +2

    None nukuri nimba mutatubeshe félicitations yaba nono uyitanze n'a fanny ayakiriye🥰🥰

  • @CynthiaIradukunda-l1t
    @CynthiaIradukunda-l1t วันที่ผ่านมา +2

    Ubundi muri solution couple muri vyose🎉❤

  • @ChancelineIrakoze-g6p
    @ChancelineIrakoze-g6p 22 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Ndabakunda cane gose solution couple ❤

  • @IRAHOZATV1
    @IRAHOZATV1 22 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Ndabakunda cyaneeee nange mwankoreye kwifoto murakoze kuba mungiye kubikora ❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @AlidaIrakoze-z3m
    @AlidaIrakoze-z3m วันที่ผ่านมา +2

    Papa haya ntuyaga amasigaracicaro inka yiw urayimuhayeee.felicitation maman hayaaa.gusa urantwengej ukuntu utinyinka😂😂😂

  • @YvetteFalaja
    @YvetteFalaja วันที่ผ่านมา +3

    We Papa Atarant bébé mwamusize munzu ntuzosubire kumuhamagara ngo bébé nukuri 🤭😅

  • @VanessaNishimwe-t8i
    @VanessaNishimwe-t8i วันที่ผ่านมา +2

    Ntitugifis niby tuvug arik ijamb niryarindi nyen turab❤❤

  • @habimanadiane5528
    @habimanadiane5528 วันที่ผ่านมา +1

    Waaaaaoooo Solutions Couple igez kuyinndi ntambwe
    Congratulations 🎊 Maman HAYA

  • @DianeNSANIMFURA
    @DianeNSANIMFURA วันที่ผ่านมา +1

    😂😂😂😂Ngo ndakuzanye kuki babu much love 😂😂😂😂

  • @BikorimanaFidelite
    @BikorimanaFidelite วันที่ผ่านมา +2

    Abagabo nkawe basigaye hake kwl😂😂😂😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉solution couple ❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @MemeLacoach
    @MemeLacoach วันที่ผ่านมา +1

    WoW❤❤couple y’icitegererezo,ndabakunda

  • @stitore2388
    @stitore2388 วันที่ผ่านมา +1

    Yooooo felicitations fanny mwiza wanje subirayo ntamahwa ariyo vyukuri ndabakunda murashimisha mukanyuzuza

  • @Sylvana-s7r
    @Sylvana-s7r วันที่ผ่านมา +3

    Kwubaha ni vyiza caane Maman lao, uba wiyubashe na wewe.

  • @irakozemediatrice2577
    @irakozemediatrice2577 วันที่ผ่านมา

    Uwo mugore waw ntavyinka yamenyereye muhe izo kumigeto

  • @kamilakamila8353
    @kamilakamila8353 วันที่ผ่านมา +13

    Ngwingo mumenyerane 😅😅uwukunvise nkanje ampe like 😅😅gus ndabakund ❤❤❤

  • @NtimpirangezaMathilde
    @NtimpirangezaMathilde วันที่ผ่านมา

    Niwo mugbo kwl Iman yarik irakubumbira🎉🎉🎉🎉🎉🎉Iman ikomez kubatwenz

  • @InesTuyisenge-z4b
    @InesTuyisenge-z4b วันที่ผ่านมา +1

    Waoooooo narimbitegerej disiiiii🎉🎉❤🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤

  • @NduwimanaAmina-io2cf
    @NduwimanaAmina-io2cf วันที่ผ่านมา +1

    Ngoyitwande😄😄😄

  • @NduwimanaSandra-cc6bh
    @NduwimanaSandra-cc6bh 22 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Waoooooo 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @JeannineHatangimana
    @JeannineHatangimana ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Fany felicitation kand inka niyo gutinya

  • @MiburoAbigail-y9k
    @MiburoAbigail-y9k วันที่ผ่านมา +2

    Ntare wagatandatu hejuru caneeee washikije isezerano💪💪✌ndabkunda mama lawo mugutiny rero😂😂😂

  • @InesIrakoze-k9w
    @InesIrakoze-k9w วันที่ผ่านมา

    Muryohegwe beza🥰🥰 murakunzwe

  • @noemieuwizeyimana6649
    @noemieuwizeyimana6649 วันที่ผ่านมา +3

    Ewe norasque uciye ubona KO BA fanny batatunze inka 😂😂😂Raba Ingene ayihunga

  • @ReineFlorentineBizindavyi
    @ReineFlorentineBizindavyi วันที่ผ่านมา +1

    Waribarutse mbay maman sammy

  • @AlineNiyoncuti-tj7ml
    @AlineNiyoncuti-tj7ml วันที่ผ่านมา

    Jew iyo ndavye ivyanyu biranezera caaanee bikandenga .imana yabahuje ize ibarinda ibakomeze ibahezagire caaanee.muzobane ibihe vyose .WE love you caaanee caaanee

  • @NiyonizeyeMediatrice
    @NiyonizeyeMediatrice 22 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Iyonka lavine😂😂 mazina ya inabuja 🎉🎉

  • @FhGgg-l2w
    @FhGgg-l2w วันที่ผ่านมา +2

    Mashallah ❤❤❤ félicitations Mama lao wacu 🎉🎉🎉

  • @asmanndayishimiye4389
    @asmanndayishimiye4389 11 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ndabakunda Can mwubahw murabamber

  • @Mwaminiomar
    @Mwaminiomar วันที่ผ่านมา +1

    Ngo none kwifise uduhembe duto😂😂😂😂😂😂,Fanny none utinya Inka nkuko😂😂😂😂, courage ❤❤❤

  • @euphemieningenza7637
    @euphemieningenza7637 23 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ni surprise kuko ashobora kuba yayiguze atabizi ariko akaba agiye kuyimwereka ,ariko ubundi bwo yoyimugabira canke atoyimugabira vyose ni ivyumuryango ,ntavya Fanny ntavya Norasque,mugihe umubano wabo ukimeze neza nkuko bari ! Gusa nyene bakoze kuduteramisha ,nanje iyo couple ndayifana❤ Imana ibakurize.

  • @TrfTrrf
    @TrfTrrf วันที่ผ่านมา +3

    Mubandanye mwikundanira nokwumvikana❤

  • @nirenganira8433
    @nirenganira8433 5 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ngo ndiko ndiyumvira tuzoyibage ryari 😂😂😂😂😂

  • @CecileIrampaye-k2o
    @CecileIrampaye-k2o วันที่ผ่านมา +1

    Nkomez kwibuka ababtez iminsi nkumv ndabahay pole nyishi bavomey mukiva 😂komez muterimbere kumwe n'Imana

  • @dorinemuhimpundu2807
    @dorinemuhimpundu2807 13 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ngo kumupfumu😂😂😂😂😂 ewe nono sha

  • @tuyisengelouise7813
    @tuyisengelouise7813 วันที่ผ่านมา +1

    Muzayikama ijyibaha Amata congratulations

  • @NiyeraSandrine
    @NiyeraSandrine วันที่ผ่านมา +1

    Ndakwemeye urumugabo urindisezerani❤

  • @JoselyneNiyongere-l9l5y
    @JoselyneNiyongere-l9l5y 23 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Papa haya ndabakunda cane

  • @Ebitmugishamugisha
    @Ebitmugishamugisha วันที่ผ่านมา

    Waaawooo ndabakunda can Iman ikomeze kubahezagira

  • @AliceNiyibizi
    @AliceNiyibizi 5 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Agatwengo ka Norasque karantwenza ga basha😂😂

  • @MercienneNiyimpaye-f6t
    @MercienneNiyimpaye-f6t 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Yewe ninka yabo izi gukina nkiyibirimwo kwl😊

  • @GenevieveNdagijimana-i8k
    @GenevieveNdagijimana-i8k 20 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Sumugozi ninjishi😂😂😂❤

  • @candylady8277
    @candylady8277 วันที่ผ่านมา

    Ngingo mumenyeran ninka❤❤❤❤rukomeze kuba rwinshi ❤🎉🎉🎉🎉🎉

  • @jacquelineniyosaba
    @jacquelineniyosaba วันที่ผ่านมา

    Yubahwe uwomutama kbs🎉🎉

  • @DivineNdayizeye-pv9gc
    @DivineNdayizeye-pv9gc วันที่ผ่านมา

    Couple yamateka mubeho mutababay mukomz kuba akarorero kubandi🎉🎉🎉mwigisha bnshi❤

  • @irakozemediatrice2577
    @irakozemediatrice2577 วันที่ผ่านมา

    Ngo umugozi 😮😮ubundi inka ntizagenewe bosi

  • @michellinehabonimana
    @michellinehabonimana วันที่ผ่านมา

    Uri munyishu sha Fanny ryoherwa Imana Irakudodesheje nukuri ryooooooheeeeerwa Wararose Umutware Wigitangaza nukuri Rugume rusosa bakunzi nomubusaza tubagomba muriyo shusho

  • @PascalineIremukwishaka-zo8jy
    @PascalineIremukwishaka-zo8jy วันที่ผ่านมา

    Waooo, congratulations mamalao,intare ivuze ntiyivuguruza💪👍

  • @GracielleNizigama-m8b
    @GracielleNizigama-m8b วันที่ผ่านมา +2

    Birabereyeeeeee❤❤❤ ndabakunda

  • @BernadetteHakizimana
    @BernadetteHakizimana วันที่ผ่านมา +1

    Nono ntuyaga amasigaracicaro kweli.

  • @DianeIrakoze-e9l
    @DianeIrakoze-e9l วันที่ผ่านมา

    Waouuuuuu....Imana yivange muvyanyu.turab❤❤❤❤ gusa je mbona ibintu n'ibindi ? Fany arakurikije budakeye na kabiri😂😂😂😂rab wemere iyindi ngabire ico wirabira😂😂😂😂😂😂

  • @JeannedArcHabonimana-pr6dk
    @JeannedArcHabonimana-pr6dk วันที่ผ่านมา

    None uyo mutaka kweri ufutse Inde???hma Ubu mwarose bébé Hindura izina rya mabuja kweri,hma urakoze kunezereza Fanny aryohewe nanje ndaryoherwa cne ❤❤🎉🎉🎉mugire umugisha Ivyiza vyose bitangwa n'a ndiho bibatahe,Haya karibu mwana turakunezererewe cne

  • @TheopisteNdayizeye
    @TheopisteNdayizeye วันที่ผ่านมา

    Imana ikomeze kubanyegeza mumababa yayo

  • @زينهزينه-ف7ع2ض
    @زينهزينه-ف7ع2ض วันที่ผ่านมา

    Nono waravyibushe abakwita runyizi bazosubire bavuge ndabakund na fany wacu hejuru ❤❤❤❤

  • @AnithaAyingeneye
    @AnithaAyingeneye วันที่ผ่านมา

    Congratulations mama Lao🎉🎉🎉

  • @Maid-q8t
    @Maid-q8t วันที่ผ่านมา

    Waoooo abezabanj nikundira imigishamyishsmyishi murugogwanyu niyombipfurij igume ihezagir mugerekurecyan ndabakunda

  • @GerardHatungimana-mn9yo
    @GerardHatungimana-mn9yo วันที่ผ่านมา

    Waoo inka ninziza yirabura nkiyikamwa ayaryoshe

  • @bloxyblaze-b9w
    @bloxyblaze-b9w วันที่ผ่านมา +2

    Ngo bagiye kumupfumu😂😂😂😂😂😂 murakunzwe nukuri

  • @arcangeriziki4819
    @arcangeriziki4819 วันที่ผ่านมา

    Fanny iyonka ngo bayite lavine ❤❤❤❤❤ 😁😁😁😁😁😁

  • @gloriaminani3067
    @gloriaminani3067 วันที่ผ่านมา

    Saw 🥀🥀🥀🥀🥀🥀waoooo. Fann🎉🎉wiyuvangut🎉🎉

  • @JoselyneAkimana-p9r
    @JoselyneAkimana-p9r วันที่ผ่านมา

    Fanny utiny inka nkukw ndayitiny mbony isimba nkukwo nokwirukira kuvunika gus mwubahw ndabakund❤❤

  • @HyguetteSIYABIYEMERA
    @HyguetteSIYABIYEMERA 13 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ndabakunda cane

  • @YvetteNgabirano
    @YvetteNgabirano 14 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    At uriko irafungura rekkunyica maman sammy😂😂

  • @MukeshimanaAnitha-kl9bb
    @MukeshimanaAnitha-kl9bb วันที่ผ่านมา

    Mwibereho waw

  • @BébéBeilla
    @BébéBeilla 21 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Solution couple mubikora nzaaa

  • @PascalNishimwe
    @PascalNishimwe วันที่ผ่านมา +1

    Ndabakunda can❤❤❤❤