- 66
- 10 667
Akiwacu Magazine
United States
เข้าร่วมเมื่อ 6 พ.ย. 2022
Akiwacu Magazine ni ikinyamakuru gikorera kungurukanabumenyi. Cashizweho n'umugwi w'urwaruka muntumbero yo guteza imbere akaranga n'imico inciye munkuru zandikwa zijanye n'imico,akaranga, inkino n'izindi.
Akaranga kacu niko kuvuga ico turi.
Akaranga kacu niko kuvuga ico turi.
Umugani w'umugabo yishe umwana wiwe ngo aronke umugore
Ku ncuro y'icumi mu kigo ndangakaranga Akiwacu, kuri uyu wa 6 Nzero 2025 haratunganijwe umugoroba wo guca umugani wiswe "Nuit de Compte Ncira umugani" . Vyari biryoshe, wari umugoroba mwiza ku bana bariko baba muri wa muco wa kera mu kirundi aho abavyeyi, bicaye ku ziko, bacira umugani abana. Abo na bo baraheza bagakura bafise ubumenyi n' indero kama biva mu nyigisho b aronkera mw' uwo mugani.
Muri ino myaka uwo mugirwa uriko wibagirwa mu muryango na canecane mu bisagara, Umurwi utunganya iki gikorwa, Club du Centre Culturel Akiwacu, uhamagarira abavyeyi bari mu gisagara ca Bujumbura kuzana abana babo buri wambere w' indwi, isaha cumi na zibiri z' umugoroba kugeza isaha isaha imwe z' ijoro, kugira abana bakurane ubumenyi kama buva mu ndero ndundi , biciye mu nyigisho ziva muri iyo migani.
Bibera mu kigo ndangakaranga Akiwacu kiri mu kigobe, i ruhande ya ENS ku kabarabara kamanuka muri EX DCA, imbere ya Internat B ya ETS.
#Burundi #culture #Imico #Akaranga #Nciraumugani #Ncirumugani #Akiwacu #Iumugani #Imiganinibitito

มุมมอง: 132
วีดีโอ
Dj Fernando, Sat B, Wiz Design n' abandi muri Akiwacu Music
มุมมอง 41119 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Dj Fernando, Sat B, Wiz Design n' abandi muri Akiwacu Music
Map imwe, itariki imwe, ukwezi kwa 1 mu gisagara ca Bujumbura, umva iyi nkuru
มุมมอง 7021 วันที่ผ่านมา
Umva inkuru iri kw'isonga muri #AkiwacuMusic
Inyuma y' igihe ataboneka mu muziki, yagarutse
มุมมอง 148หลายเดือนก่อน
Akiwacu music yabazaniye Umurimvyi NLe NLe
UMUGANI W' UMWAMI NA BAKAME
มุมมอง 256หลายเดือนก่อน
Ku ncuro y'umunani mu kigo ndangakaranga Akiwacu, kuri uyu wa 9 Kigarama 2024 haratunganijwe umugoroba wo guca umugani wiswe "Nuit de Compte Ncira umugani" . Vyari biryoshe, wari umugoroba mwiza ku bana bariko baba muri wa muco wa kera mu kirundi aho abavyeyi, bicaye ku ziko, bacira umugani abana. Abo na bo baraheza bagakura bafise ubumenyi n' indero kama biva mu nyigisho b aronkera mw' uwo mug...
inkuru zine zishushe mw' uno mwanya
มุมมอง 107หลายเดือนก่อน
Umva inkuru zine zishushe muri #AkiwacuMusic
NCIRUMUGANI 7 : umugani w' umwami yishe abatama bose mu gihugu bkagaruka kumuikza
มุมมอง 225หลายเดือนก่อน
Ku ncuro y'indwi mu kigo ndangakaranga Akiwacu, kuri uyu wa 02 Kigarama 2024 haratunganijwe umugoroba wo guca umugani wiswe "Nuit de Compte Ncira umugani" . Vyari biryoshe, wari umugoroba mwiza ku bana bariko baba muri wa muco wa kera mu kirundi aho abavyeyi, bicaye ku ziko, bacira umugani abana. Abo na bo baraheza bagakura bafise ubumenyi n' indero kama biva mu nyigisho b aronkera mw' uwo muga...
Akiwacu Music ya leo ni katika Kiswahili na Kirundi, sikia mengi kuhusu kundi la GGB
มุมมอง 137หลายเดือนก่อน
Akiwacu music yabazaniye Umugwi GGB uririmba indirimbo mpimbazamana
Umugani wa Ngoragoze n' umuhungu wiwe Ntabarirwa
มุมมอง 126หลายเดือนก่อน
Ku ncuro ya gatandatu mu kigo ndangakaranga Akiwacu, kuri uyu wa 25 Munyonyo 2024 haratunganijwe umugoroba wo guca umugani wiswe "Nuit de Compte Ncira umugani" . Vyari biryoshe, wari umugoroba mwiza ku bana bariko baba muri wa muco wa kera mu kirundi aho abavyeyi, bicaye ku ziko, bacira umugani abana. Abo na bo baraheza bagakura bafise ubumenyi n' indero kama biva mu nyigisho b aronkera mw' uwo...
Amakuru yihuta mw' ino weekend : Inkuru zitatu gusa
มุมมอง 65หลายเดือนก่อน
Umviriza ayavugwa muri Indasi mw' ino ndwi turiko dusozera Akiwacu Music ni ikiganiro kiba buri mpera z' indwi aho tugaruka kunkuru ziba ziriko zivugwa mu muziki wacu. Ntitwibagira kandi kubazanira aabaririmvyi mukunda kugira tuyage ku bikorwa vyabo no ku yandi makuru ajanye n' umuziki. Mwibuke gukora subsribe kuri channel @akiwacumagazine . Turabafitiye n' ibindi biganiro vy' imico n' akaranga...
Umugani w'inka n'ingona
มุมมอง 2202 หลายเดือนก่อน
Ku ncuro ya gatanu mu kigo ndangakaranga Akiwacu, kuri uyu wa 18 Munyonyo 2024 haratunganijwe umugoroba wo guca umugani wiswe "Nuit de Compte Ncira umugani" . Vyari biryoshe, wari umugoroba mwiza ku bana bariko baba muri wa muco wa kera mu kirundi aho abavyeyi, bicaye ku ziko, bacira umugani abana. Abo na bo baraheza bagakura bafise ubumenyi n' indero kama biva mu nyigisho b aronkera mw' uwo mu...
AKA KANTU NAWE UKUMVA GUTE ?
มุมมอง 402 หลายเดือนก่อน
Umuririmvyi yofatira ku ki mu gushinga ibiciro?
UMUGANI W' INYANGE N' INKUBA
มุมมอง 2542 หลายเดือนก่อน
Ku ncuro ya kane mu kigo ndangakaranga Akiwacu, kuri uyu wa 10 Munyonyo 2024 haratunganijwe umugoroba wo guca umugani wiswe "Nuit de Compte Ncira umugani" . Vyari biryoshe, wari umugoroba mwiza ku bana bariko baba muri wa muco wa kera mu kirundi aho abavyeyi, bicaye ku ziko, bacira umugani abana. Abo na bo baraheza bagakura bafise ubumenyi n' indero kama biva mu nyigisho b aronkera mw' uwo muga...
NANJE NDAKORA : Bienvenu, umunyakaranga abeshejeweho n' akaranga
มุมมอง 662 หลายเดือนก่อน
NANJE NDAKORA : Bienvenu, umunyakaranga abeshejeweho n' akaranga
MY STORY+: YAVUTSE ATA MAGURU N'AMABOKO ABAVYEYI BATI NI IGIHUME,UMVA INKURU IBABAJE YA NIPO SIMPLE
มุมมอง 3942 หลายเดือนก่อน
MY STORY : YAVUTSE ATA MAGURU N'AMABOKO ABAVYEYI BATI NI IGIHUME,UMVA INKURU IBABAJE YA NIPO SIMPLE
BARIKO BAKORA HITSONGS GUSA, DINO BOYS BARACARI BATO ARIKO UYU UMURWI UJE NEZA NKA WE LOVE MUZIC
มุมมอง 1002 หลายเดือนก่อน
BARIKO BAKORA HITSONGS GUSA, DINO BOYS BARACARI BATO ARIKO UYU UMURWI UJE NEZA NKA WE LOVE MUZIC
#AKIWACU_MUSIC: AYAVUGWA NI MENSHI, ALVIN SMITH, MELANIN BOY, FIZZO MURI CANADA,...AYARANZE INDWI
มุมมอง 662 หลายเดือนก่อน
#AKIWACU_MUSIC: AYAVUGWA NI MENSHI, ALVIN SMITH, MELANIN BOY, FIZZO MURI CANADA,...AYARANZE INDWI
HARATANZWE IVYIGWA KU BANONOTSI BAGENDANA UBUMUGA
มุมมอง 312 หลายเดือนก่อน
HARATANZWE IVYIGWA KU BANONOTSI BAGENDANA UBUMUGA
Nuit de comptes NCIRUMUGANI 2 : Umugani w'umugabo yakunda inda akima umugore n] abana
มุมมอง 1602 หลายเดือนก่อน
Nuit de comptes NCIRUMUGANI 2 : Umugani w'umugabo yakunda inda akima umugore n] abana
Nuit de comptes NCIRA UMUGANI 1: UMUGANI WA SEGIHEMBE NA BANTU UKO VYARI BIRYOSHE, ABANA BARARYOHEWE
มุมมอง 1142 หลายเดือนก่อน
Nuit de comptes NCIRA UMUGANI 1: UMUGANI WA SEGIHEMBE NA BANTU UKO VYARI BIRYOSHE, ABANA BARARYOHEWE
Umu Rasta atwiganiye vyinshi ku mudiho wa ''Reggae'' mu Burundi.
มุมมอง 2702 หลายเดือนก่อน
Umu Rasta atwiganiye vyinshi ku mudiho wa ''Reggae'' mu Burundi.
#AkiwacuMusic : Inkuru imwe iyoboye muri BMI (Burundian Music Industry), ibiteramo hanze, mu Burundi
มุมมอง 473 หลายเดือนก่อน
#AkiwacuMusic : Inkuru imwe iyoboye muri BMI (Burundian Music Industry), ibiteramo hanze, mu Burundi
Esther Nish yakoze ibikor'inka mu giteramo "Umwana si uwumwe. Amakuru ya Sat B n'abandi
มุมมอง 893 หลายเดือนก่อน
Esther Nish yakoze ibikor'inka mu giteramo "Umwana si uwumwe. Amakuru ya Sat B n'abandi
Kuki abaririmvyi babonwa nabi mu kibano? Iimisi yose si ngombwa ngo ivyunguka, Simbizi wa Semavumba
มุมมอง 1703 หลายเดือนก่อน
Kuki abaririmvyi babonwa nabi mu kibano? Iimisi yose si ngombwa ngo ivyunguka, Simbizi wa Semavumba
Umva inkuru zitatu ziri kw'isonga mu muziki
มุมมอง 1413 หลายเดือนก่อน
Umva inkuru zitatu ziri kw'isonga mu muziki
Akiwacu Music : Alvella Muhimbare ku rundi rugero, Big Fizo na Sat B mu Bubiligi, ayavugwa muri BMI
มุมมอง 524 หลายเดือนก่อน
Akiwacu Music : Alvella Muhimbare ku rundi rugero, Big Fizo na Sat B mu Bubiligi, ayavugwa muri BMI
Ikiganiro na Simbizi wa Semavumba kw'iterambere ry'umuziki, ibiriko bivugwa kuri Mista Champagne,..
มุมมอง 4054 หลายเดือนก่อน
Ikiganiro na Simbizi wa Semavumba kw'iterambere ry'umuziki, ibiriko bivugwa kuri Mista Champagne,..
Simbizi wa Semavumba ni we mutumire w'ejo muri Akiwacu Music
มุมมอง 384 หลายเดือนก่อน
Simbizi wa Semavumba ni we mutumire w'ejo muri Akiwacu Music
Asante kwa kushiriki taarifa hizi za thamani! Nina swali la haraka: Mkoba wangu wa OKX una USDT kadhaa, na nina seed phrase. (air carpet target dish off jeans toilet sweet piano spoil fruit essay). Unaweza kueleza jinsi ya kuzihamisha kwenda Binance?
Uba wateguy musaza❤
Umugani uryoshe cane👏
Murakoze
Urashoboye san Mn
🎉🎉🎉🎉 I'm fan of You Guys 🎉🎉
🎉🎉Hejuru cn✌️
Terimbere basaza je ndabipfuriza iterambere
Inkuru zitatu ziba zikaze inkinyamakuru canje ikinyamakuru canyu mukunda mwese
Big up sana jeff!!!!
Keep it up , nice interview , not interrupting your guest
Mama waw kumuvyeyi wintwari yubahw Can🙏🙏
❤❤❤❤
Big up xana bro
Mzeee nimotooo kbx❤❤
🎉🎉🎉🎉
❤
Mwibahwe
Mwubahwe mushigikere akaranga kuburundi gashike kure
Terimbere di murondezi umukama akomeze kugushigikira mukaranga kawe♥️♥️
🎉🎉🎉❤❤❤
❤
Very nice my G! Kudos!
❤❤🎉
Uyumus uradukorey umuti wallhi wubahw❤️🥰🥰🥰
Mukomere cane
Mwubahwe mukomeze gusasagaza akaranga
Ncira umugani🤜🏿🤛🏿
Urakoze gusa ndamukiza n'a mukakaro ntatahuritse
Nakubali
I see you, my little brother joshwa 🔥🔥🔥I am your elder brother from Canada.🇨🇦
Merci beaucoup ❤️
Merci beaucoup ❤️
🎉🎉🎉
Nakbari
W😂
Iryo Zina 🎉🎉🎉
❤❤❤🎉🎉 Akaranga hejuru cn
🎉🎉🎉🎉🎉
❤❤🎉
badatungie mri entertainment ntahand boronker ak noti 🤣🤣
Umugani mwiza
Big up sana mr jefferson
Courage
Muba mukora ibikorwa vyiza bandanya mutera imbere
Ikiganiro cari kiryoshe cane
Rwamaheke naze hano je bantu ndamuhe kumutsima w'umuntu
Wareze waburobe,nabwo buti nareze nyene ,
Uwo nuwiwacu nipo sipo umuririmvyi nemera cane
courage Nip
Dino boys🔥