MY STORY+: YAVUTSE ATA MAGURU N'AMABOKO ABAVYEYI BATI NI IGIHUME,UMVA INKURU IBABAJE YA NIPO SIMPLE

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 16 พ.ย. 2024
  • My story plus ni ikiganiro tuyaga ku nnkuru y'ubuzima umuntu aba yarabayemwo ikagira ico itwigisha. Uno musi twabazaniye Nipo Simple, afise inkuru ndende ibabaje ariko ifise ico yigisha. Icizere yihaye, ukubona uko afatwa akabihindura akaryo keza ko kwumva ko hari ico yoshikako vyamuhaye inguvu.
    Mwibuke kugira Subscribe kuri ‪@akiwacumagazine‬ ntimuzocikwe n' ibindi biganiro.

ความคิดเห็น • 2