Yeriko/Ni Yesu/Ahagutse by Fortran Bigirimana (Official Video)

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 21 ก.ย. 2024
  • Thank you for subscribing to our TH-cam channel:
    www.youtube.co....
    Follow us on:
    Instagram: / fortranbigi. .
    Facebook: / fortran.bigi. .
    FacebookPage: / fortran-bigiri. .
    Twitter: / fortranbig. .
    Website:fortranbigirim...
    Murakoze kudushigikira mugufyonda kuri "Abonner" kuri uru rubuga rwacu rwa TH-cam:
    www.youtube.co....
    Murakoze kandi kudukurikirana ku mbuga ngurukana bumenyi zikurikira:
    Instagram: / fortranbigi. .
    Facebook: / fortran.bigi. .
    Page Facebook: / fortran-bigiri. .
    Twiter: / fortranbig. .
    Site internet:fortranbigirim...
    Ndashimiye cane abantu bose Imana yakoresheje kugire iki gikorwa kije ahabona.
    Uhoraho abahezagire kandi anezereze imitima yanyu 🙌🏾
    A/C :Fortran Bigirimana
    Amajambo :
    Yeriko
    Yeriko :
    R) Yeriko yeriko
    Yeriko yeriko
    Yeriko yeriko
    Yeriko yanje iriburwe hasi
    Ntega amatwi nkwibgirire
    Nje ngufitiye inkuru nziza
    Yeriko, Yeriko
    Yeriko yawe iriburwe hasi
    R)…
    Naba nyesirayeri nabo
    Bibaza aho itsinzi yari buve
    Yamara Yericko Yericko
    Yeriko yaraguye hasi
    R)..
    Yamarira warize
    Aje kuyahindura amariba
    Yeriko, Yeriko yawe iri burwe hasi
    R)…
    Yamyaka yariwe n’inzige
    Nayo ashoboye kuyigushumbusha
    Tuza ncuti
    Yeriko, Yeriko, Yeriko yanje iri burwe hasi
    R)…
    Inrwara yawe s’amananiza
    Hariho Imana mw’ijuru
    Yeriko, Yeriko, Yeriko yawe iri burwe hasi
    R)..
    Urugo rwanyu rurahagatiwe
    Ntihunyiza kandi ntisinzira
    Yeriko, Yeriko, Yeriko yawe iri burwe hasi
    R)…
    R)…
    Hari urutoki rutananirwa
    Hariho ijwi vyose vyumvira
    Yeriko, Yeriko, Yeriko yawe iri burwe hasi
    Ninde anturura iyo mitwaro
    Ninde aca Inzira ahatari inzira
    Ninde akiza inrwara zose
    Ni Yesu wanje
    Ni Yesu wenyene
    Ni yesu umukunzi wanje
    Niwe bendera ryanje
    Ijuru riruguruye
    Ngendera ahagutse
    Imigisha n’injira nsohoka
    Imigisha yahantu ho mwijuru
    Umugisha wa burahamu
    Umugisha utagira umubabaro
    Cakira (Amen)
    Akira (Amen )
    Cakira (Amen)
    #Burundiworship #Rwandaworship #burundi #rwanda #fortranbigirimana#jamesdaniellatv #israelmbonyi #christianhymns #Gentilmisigaro #Adrienmisigaro #Dudutniyukuri #Appolinairehabonimana

ความคิดเห็น • 535

  • @NahonsingiyeAsuman
    @NahonsingiyeAsuman 29 วันที่ผ่านมา +1

    Nikez yesu abahe umugisha🎉🎉❤❤

    • @FortranBigirimana
      @FortranBigirimana  26 วันที่ผ่านมา

      Amen 🙇🏽🙌🏽🙏🏽💙
      Murakoze 💙

  • @richyhope7780
    @richyhope7780 3 หลายเดือนก่อน +1

    En tout cas, rien à ajouter. Que Dieu te bénisse abondament Mr Fortran. Yeriko irasenyuka ntakabuza. Amen❤❤

    • @FortranBigirimana
      @FortranBigirimana  3 หลายเดือนก่อน

      🙇🏽🙌🏽Ameeen 🙏🏽💙💙

  • @sefuemerusenge2958
    @sefuemerusenge2958 หลายเดือนก่อน +2

    ❤❤❤❤❤❤❤Amen amen urashoboy kbx

  • @GustaveNdacayisaba-le6on
    @GustaveNdacayisaba-le6on 5 หลายเดือนก่อน +8

    Ndabaye uwambere kubona indirimbo yincuti yanj ndagukunda mon cousin Imana ishishikare kubagirira neza nanj ndabakumbuy Can gos Burundi

  • @hakizimanaviolette1564
    @hakizimanaviolette1564 หลายเดือนก่อน +1

    Haleluyaaa haleluyaaa 😂😂😂❤❤❤❤har, Imana

  • @NibitangaJosianenoella
    @NibitangaJosianenoella 5 หลายเดือนก่อน +15

    Yeriko yeriko yanje irahenutse mw'Izina rya Yesu christo.Ndiho akomeze akwagure

  • @jeanclaudeniyonkuru5714
    @jeanclaudeniyonkuru5714 หลายเดือนก่อน +2

    Congratulations brother ❤

  • @evaristendacayisaba9942
    @evaristendacayisaba9942 2 หลายเดือนก่อน +2

    Ubikoze neza Imana iguhezagire ndavyakiriye yeriiko irahenutse🙋🙋

  • @ArthurNgendakumana
    @ArthurNgendakumana 5 หลายเดือนก่อน +2

    Shaaaa uramezagiye

  • @fleurynkezimana8670
    @fleurynkezimana8670 5 หลายเดือนก่อน +2

    Yeriko Wigira Akagabo Urasenyutse Mw'Izina Rya Yesu Ndafashijwe❤ Amavuta Menshi Our fortra💪❤️💪❤️

  • @FaustinMulla
    @FaustinMulla 5 หลายเดือนก่อน +8

    Man Of God tugusabe uzohore uzidushirira nokuri Audiomack mwob mudufashije

  • @sibomanaemmanuel1831
    @sibomanaemmanuel1831 4 หลายเดือนก่อน +1

    Amen God bless you Man Of God ❤️🇷🇼

    • @FortranBigirimana
      @FortranBigirimana  4 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙇🏽🙌🏽
      Bless you too brother 💙

  • @RedasMfitimana-ep9dt
    @RedasMfitimana-ep9dt 5 หลายเดือนก่อน +9

    Yeriko yanje igwe hasi vyihusee kubwa Christ yesuu !

  • @ElyseeBivakumana
    @ElyseeBivakumana 4 หลายเดือนก่อน +1

    Yesu aguhezagire canee wiwacu🇧🇮🇧🇮🇧🇮

    • @FortranBigirimana
      @FortranBigirimana  4 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙇🏽🙌🏽🙏🏽💙

  • @NicoleIradukunda
    @NicoleIradukunda 5 หลายเดือนก่อน +2

    Much Love from Rwanda 🇷🇼❤️❤️ you have no idea how much we love you ❤️🙏🏽

  • @elianemushiranzigo
    @elianemushiranzigo 5 หลายเดือนก่อน +1

    Fortran Bigirimana warahezagiwe. Ur'umugisha udasanzwe ku Burundi na East Africa n'ishengero muri rusangi. Imana ukorera izigame itara ryawe gushika kw'iherezo.

  • @didierColin-xi4ye
    @didierColin-xi4ye 5 หลายเดือนก่อน +2

    Brother,IMANA yonyene ikunzigamire,,,from Malawi,muzaze mudusure malawi pe,,❤❤❤❤

    • @FortranBigirimana
      @FortranBigirimana  5 หลายเดือนก่อน

      🙇🏽🙌🏽💙

    • @didierColin-xi4ye
      @didierColin-xi4ye 5 หลายเดือนก่อน

      Nukuri pe,,,,ndagukunda pe ,indirimbo nziza cane

  • @IrutingaboAelon-kt1nr
    @IrutingaboAelon-kt1nr 5 หลายเดือนก่อน

    Iriburwe hasi kuko ihanganye n'isumba vyose UHORAHO DATA WA TWESE ntabwoba mfise. hezagirwa cane Fortran

  • @ClovisNiyongabo-uu4ye
    @ClovisNiyongabo-uu4ye 5 หลายเดือนก่อน +2

    @Fortran kuyindi Mpwemu idasanzwe 😅😅😅, nkunda ukuntu usigaye utamba 😀😀, we love u brother ♥️♥️♥️

    • @FortranBigirimana
      @FortranBigirimana  5 หลายเดือนก่อน

      😅🙇🏽🙌🏽🙏🏽💙💙

  • @KwizeraCredia
    @KwizeraCredia 3 หลายเดือนก่อน +1

    Ndanyuzwe pe IMANA iguhezagir cyan❤❤

  • @nowcreative2526
    @nowcreative2526 5 หลายเดือนก่อน +2

    Igikorwa ciza broda 👏🏽👏🏽👏🏽

    • @FortranBigirimana
      @FortranBigirimana  5 หลายเดือนก่อน

      @nowcreative 🙇🏽🙌🏽🙌🏽🙏🏽

  • @InnocentNzeyimana-d3i
    @InnocentNzeyimana-d3i 5 หลายเดือนก่อน +1

    Nkunda ukuntu ubikora neza💕 wari waratubaniye twebwe abarundi😂 erega wari wahengamiye muri France gusa😀
    Warahezagiwe cane❤

    • @FortranBigirimana
      @FortranBigirimana  5 หลายเดือนก่อน

      🙇🏽🙌🏽🙏🏽💙💙

  • @elsienibaruta-2094
    @elsienibaruta-2094 5 หลายเดือนก่อน +3

    Yeriko yanje irasenyutse🙌🙌ijuru riruguruye ngendera ahagutse🥳🥳🥳Ameeeeeen

  • @Dickson..
    @Dickson.. 3 หลายเดือนก่อน

    Yewe yeriko we riduka nikomereze ubuzima bwo kubahisha kristo,
    Imana iguhe umugisha mwenedata @Bigirimana respect from Rwanda❤

    • @FortranBigirimana
      @FortranBigirimana  3 หลายเดือนก่อน +1

      Ameeeen 🙌🏽🙏🏽
      Ndasenga ngo Yesu asange ukwizera kwawe, Yeriko yawe irarwa hasi 🙌🏽🙏🏽
      🙇🏽🙌🏽🙏🏽💙

  • @chancelineizibikwiye2665
    @chancelineizibikwiye2665 5 หลายเดือนก่อน +1

    Amen ew yeriko iriburwe hasi😂😂yesu abahezagire

    • @FortranBigirimana
      @FortranBigirimana  5 หลายเดือนก่อน +1

      Ameeen 🥰😁🙌🏽🙏🏽

  • @dianekanyamuneza7149
    @dianekanyamuneza7149 5 หลายเดือนก่อน +1

    Tuguma ducakira,twakira imigisha ya Abraham, turara ntibuca,umwanya wose kuriyo migisha ,biraryoshe pe👌👌👌,

  • @Burundian-k3q
    @Burundian-k3q 5 หลายเดือนก่อน +2

    Ndavyizeye ko Yeriko yanje yasenyutse mw'izina ry'Umukiza wacu YESU KRISTO, Amen !!!
    Uhoraho aguhe Umugisha wiwe, wagize neza cane muvukanyi wacu Fortran B. ❤
    By Jeremiah Burundian man

  • @erastendaboroheye9150
    @erastendaboroheye9150 5 หลายเดือนก่อน +2

    Yeriko yanje iri bugwe hasi mw'izina rya Yesu Kristo 🎉❤

  • @ericpisco
    @ericpisco หลายเดือนก่อน +1

    Ni Yesu😍

  • @divinedinah3848
    @divinedinah3848 5 หลายเดือนก่อน +1

    😢😢😢😢hari igihe kigera ukumva worira kubera umunezero,MANA NDASENZE YERIKO ZANJE ZOSE ZISENYUKE AMEN🙏🙏🙏🙏

  • @floraishimwe1145
    @floraishimwe1145 2 หลายเดือนก่อน

    Sois benie Mon frére 🙏🏽

    • @FortranBigirimana
      @FortranBigirimana  2 หลายเดือนก่อน

      🙇🏽🙌🏽Amen 🙌🏽
      Que le Seigneur vous fasse du bien également ma soeur 🙏🏽

  • @MunezeroParfait-hx4ch
    @MunezeroParfait-hx4ch 5 หลายเดือนก่อน +2

    Amena🙏🙏🙏🙏🙏 hezagirwa cane mtumishi yeriko yanje ikuweho

  • @burikukiyethierry5011
    @burikukiyethierry5011 5 หลายเดือนก่อน

    Fortrand ndakumbuye concert yawe i Bujumbura 😊

    • @FortranBigirimana
      @FortranBigirimana  5 หลายเดือนก่อน

      Imana izoca inzira ikorwe, n’ukubisengera gusa ibindi Yesu n’umwizigirwa azobikora 🙇🏽🙌🏽🙏🏽

  • @mugishasam1948
    @mugishasam1948 5 หลายเดือนก่อน +1

    Ameeen yeriko yanjye iraguye hasi mw'izina rya Yesu,, more anointing my brother,,,,,

  • @JeanineNDAYISHIMIYE-pt9pm
    @JeanineNDAYISHIMIYE-pt9pm หลายเดือนก่อน +1

    Amen amen 🔥💯

  • @joachiimndayishimiye4987
    @joachiimndayishimiye4987 5 หลายเดือนก่อน

    Respect to you our artist Fortrand🇧🇮

  • @ayinkamiyelysemartine865
    @ayinkamiyelysemartine865 5 หลายเดือนก่อน +1

    💃🏻💃🏻💃🏻💃🏻🤗🤗🤗ngendera ahagutse🙌j navyakiriyeee n'ukuri...God bless youuu mukozi w'Imana🤗

  • @guychrisnikuze5785
    @guychrisnikuze5785 5 หลายเดือนก่อน

    Ndakwemer Fortran

  • @israelibless
    @israelibless 5 หลายเดือนก่อน +2

    Waaaaoooh what a prophetic song. Glory to almighty more blessing to you big brother.🎉🎉🎉🎉🎉❤
    From BURUNDI 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @EmmanuelNduwimana-n7b
    @EmmanuelNduwimana-n7b 5 หลายเดือนก่อน

    Amen muhezagirwe

  • @collinsbryan9963
    @collinsbryan9963 5 หลายเดือนก่อน +1

    Yeriko yanjye iri bugwe hasi mw'izina rya Yesu Kristo AMEN 🙏 Blessings to you #Fortrand

    • @FortranBigirimana
      @FortranBigirimana  5 หลายเดือนก่อน +1

      Ameeen !!!
      Bless you too brother !!!

  • @nadiellanshimirimana9133
    @nadiellanshimirimana9133 5 หลายเดือนก่อน

    Ameeeen ❤❤❤❤uwiwacu 🇧🇮

  • @impemburotv
    @impemburotv 5 หลายเดือนก่อน +2

    Wooooow God bless You Man of God...... Imana Iduhe Umugisha utagira Umubabaro

  • @steveirankunda5297
    @steveirankunda5297 5 หลายเดือนก่อน +2

    Waaauuu 🎉🎉🎉 amazing songs ❤❤❤keep up the good work brother❤

    • @FortranBigirimana
      @FortranBigirimana  5 หลายเดือนก่อน

      Praise God🙌🏽🙏🏽 Thank you 🙏🏽💙💙

  • @evaristendacayisaba9942
    @evaristendacayisaba9942 2 หลายเดือนก่อน +1

    FORTRANT mukozi w'IMaNA💞💕💕

  • @m.claire3507
    @m.claire3507 5 หลายเดือนก่อน

    Yeriko yanje iratembagayee ❤👏👏👏👏💃🏽💃🏽💃🏽💃🏽💃🏽mwayikoze neza gwose numv namariraa kubr iyindirirmboo courage Our Legend Fortran courage can bro

    • @FortranBigirimana
      @FortranBigirimana  5 หลายเดือนก่อน

      Imana ibihererwe icubahiro !!!
      Murakoze cane !!!

  • @DivinBizimana
    @DivinBizimana หลายเดือนก่อน +1

    Ngendera ahaguts🥳🥳🥳🥳muhezagirwe caneee🙏🙏🙏

  • @gaelkwizera9681
    @gaelkwizera9681 5 หลายเดือนก่อน +2

    ❤❤God Bless u MOG🙏🏾

    • @FortranBigirimana
      @FortranBigirimana  5 หลายเดือนก่อน

      🙇🏽 Ameeen !!! Bless you too 🙏🏽

  • @ZainaCiza-fl4vf
    @ZainaCiza-fl4vf 4 หลายเดือนก่อน

    Twaraguhezagijwe murunganwe rwacu.Waratuvukiye.Igikorwa ukora co kubiba indirimbo zirimwo ubushobozi bw'Imana kuri twebwe kikugarukeko cuzuye gitsindagiye gisesekaye.Abagukomokako bose baze babiryeko

    • @FortranBigirimana
      @FortranBigirimana  4 หลายเดือนก่อน

      WoW🥹 Ameeenn 🙇🏽🙌🏽🙌🏽💙

  • @rashchrisirakoze469
    @rashchrisirakoze469 5 หลายเดือนก่อน +1

    Mamammama!!!😂😂😂Iyi vibe kwirenzee kabisa izi ndirimbo ziri anointed pe! Fortran God bless you much!Ur umuntu wanje kuva kera❤

    • @FortranBigirimana
      @FortranBigirimana  5 หลายเดือนก่อน

      🥰🙇🏽🙌🏽 bless you too brother !!!

  • @nadegegahimbare274
    @nadegegahimbare274 5 หลายเดือนก่อน +1

    Amen!yeriko irasenyutse!amavuta akomeze kuba menshi indirimbo zanyu zubaka benshi

    • @FortranBigirimana
      @FortranBigirimana  5 หลายเดือนก่อน +1

      Ameeen 🙇🏽🙌🏽
      Praise God !!!

  • @ernestciza4315
    @ernestciza4315 5 หลายเดือนก่อน +1

    Imana igukomeze muvukanyi kukugira numugisha ,unkora ku mutima .Much love

  • @MBNEWS777
    @MBNEWS777 5 หลายเดือนก่อน +2

    Nice one kabisa 👍🏾❤ from 🇷🇼✊🏾🇧🇮🙏🏾🙏🏾

  • @angedushime4077
    @angedushime4077 5 หลายเดือนก่อน

    Isengesho ryanje.Yeriko igwe hasi mwizina rya Kristo.ijuru ryugurutse ngendere ahagutse❤Love you Kaka👏✌️

  • @KwizeraCredia
    @KwizeraCredia 3 หลายเดือนก่อน +1

    Yeriko yanje iguye hasi mwizina rya YESU CHRISTO!!

  • @BUKURUInnocente
    @BUKURUInnocente 5 หลายเดือนก่อน

    Amen yeriko yanje igwe hasi lmana ishumbushe amen

  • @stellandayishimiye5047
    @stellandayishimiye5047 5 หลายเดือนก่อน +2

    Keep shining Man of God you✨💫those songs bless me weee I receive ngendera ahagutse

    • @FortranBigirimana
      @FortranBigirimana  5 หลายเดือนก่อน

      Ameeen !!!
      🙇🏽🙌🏽🙏🏽

  • @ChristaLysa718
    @ChristaLysa718 5 หลายเดือนก่อน +1

    Ndahezagiwe uwu mugoroba niyi ndirimbo yeriko yanje iribugwe hasiii🙏mwizina rya Yesu kristo 🙌

  • @BenjaminManirakiza
    @BenjaminManirakiza 5 หลายเดือนก่อน

    Ameni sana 👊♥️♥️✔️🇧🇮🇧🇮🥰🥰

  • @clarissentahe
    @clarissentahe 5 หลายเดือนก่อน +1

    Uwiteka abandanye aguha amavuta yiwe ubashe gukiza imitima ya beshii , kuko handitswe ngo "Uwuririmvye neza aba asenze kabiri"

  • @GilbertNIYONKURU-h3s
    @GilbertNIYONKURU-h3s 5 หลายเดือนก่อน +1

    Yeriko ibomoke mwizina rya yesu dukeneye gucakira umugisha w'imana turabakunda cane

  • @HakizimanaEuphraim-lt3ir
    @HakizimanaEuphraim-lt3ir 5 หลายเดือนก่อน +3

    Yeriko yeriko irahenutse mwiza ryuwusumba vyose ❤

  • @JohnwilliamSong-ev7mf
    @JohnwilliamSong-ev7mf 5 หลายเดือนก่อน +2

    My favorite Gospel artist❤❤❤🎉🎉

    • @FortranBigirimana
      @FortranBigirimana  5 หลายเดือนก่อน

      🙇🏽🙌🏽❤️❤️

    • @JohnwilliamSong-ev7mf
      @JohnwilliamSong-ev7mf 5 หลายเดือนก่อน

      You are my only one inspiration since in my youth,i make sure that I see all your notifications 😢

  • @protegenemisigaroofficial9993
    @protegenemisigaroofficial9993 5 หลายเดือนก่อน +1

    Wowuuuuu Bigirimana ndakwikundira gusa doreko duhuje ni Mpano❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @leonardbigali1352
    @leonardbigali1352 5 หลายเดือนก่อน

    I'm blessed with the praising accent.

    • @FortranBigirimana
      @FortranBigirimana  5 หลายเดือนก่อน

      Praise God !!!
      Psalm 150✨🙌🏽🙏🏽

  • @mgentertainment257
    @mgentertainment257 5 หลายเดือนก่อน +1

    Iki nigihe co kwumviriza ico Imana yashize muri wewe knd uraduhezagira Canée🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @DiorMasabo
    @DiorMasabo 5 หลายเดือนก่อน +1

    Yeriko ni bn vrt iratesaa ark one day ndizeraa konzo kuvugirizaa Ama live reconding menshi usigaje mwizi rya yesuuuu🥁🥁 uhezagirwee

  • @thierryngenda100
    @thierryngenda100 5 หลายเดือนก่อน +1

    Imana iguhezagire Fortran vyukuri abarundi namw ubu muriko mukora neza

  • @dariuskwizera-oy7mk
    @dariuskwizera-oy7mk 5 หลายเดือนก่อน +1

    Good fortrand

  • @ChristianNTAKA
    @ChristianNTAKA 5 หลายเดือนก่อน +1

    God bless you🎉🎉
    Ark gerageza utekane urk uraririmba ama coupures ni menshi
    Knd iyo imwe imwe uririmba zarikugira impact gusumvya

  • @AnnickmikyNkurunziza
    @AnnickmikyNkurunziza 5 หลายเดือนก่อน +2

    Ndafashijwe yeriko henuka mwizina rya yesu allelujah

  • @Eliasndagijimana-eo6cu
    @Eliasndagijimana-eo6cu 5 หลายเดือนก่อน +2

    Be blessed Fofo with your band

    • @FortranBigirimana
      @FortranBigirimana  5 หลายเดือนก่อน +1

      Ameeen 🙇🏽🙌🏽
      You too brother ✨

  • @nadiellanshimirimana9133
    @nadiellanshimirimana9133 5 หลายเดือนก่อน

    Amen ngendera ahagutse ijuru vyugurutse Amen

  • @IgihozaNadia
    @IgihozaNadia 2 หลายเดือนก่อน

    Yeriko yange irangwa hasi too

  • @dj_clover257
    @dj_clover257 5 หลายเดือนก่อน +4

    Vitamin Music❤

  • @kevindushime115
    @kevindushime115 5 หลายเดือนก่อน +2

    Ni Yesu wenyene ashoboye ❤️✨🙏🏼

    • @FortranBigirimana
      @FortranBigirimana  5 หลายเดือนก่อน +1

      #Yesu☝🏾1️⃣✨

    • @kevindushime115
      @kevindushime115 5 หลายเดือนก่อน +1

      Turagukunda cyane 🇧🇾

  • @BienvenueBigirimana-cn4qv
    @BienvenueBigirimana-cn4qv 5 หลายเดือนก่อน +1

    This song blessed me ❤

  • @bonfilsbapfana6862
    @bonfilsbapfana6862 หลายเดือนก่อน +1

    Amen Aman!Yeriko yanje irasenyutse

  • @HabonimanaDenis
    @HabonimanaDenis 5 หลายเดือนก่อน +1

    Vyukuri ndahezagirwa can iyuri muruyo mudiho courage ugumizemwo

  • @AnnickmikyNkurunziza
    @AnnickmikyNkurunziza 5 หลายเดือนก่อน +1

    Nukur imana irankijije kubwa yeriko yarimbere yanj irahenutse amen amen

  • @AxelIgiraneza-ds8nr
    @AxelIgiraneza-ds8nr 5 หลายเดือนก่อน

    Ni Yesu wenyene❤❤❤

  • @mathiasciza2244
    @mathiasciza2244 5 หลายเดือนก่อน +2

    Mutama ukuboko kw Imana kuri kuri weee!!!kbs urashoboye

  • @nshimirimanaalain3041
    @nshimirimanaalain3041 4 หลายเดือนก่อน

    Yeriko yeriko rwahasi mwizina rya yesu kristo umugisha wanje ubandanye

  • @aristidentakarutimana313
    @aristidentakarutimana313 5 หลายเดือนก่อน

    Oooh my God 🙋 amazing song ni yesu🧎🙏

  • @simonndikuyera-sy3un
    @simonndikuyera-sy3un 5 หลายเดือนก่อน +2

    Niwe vyose ☑️☑️☑️☑️

  • @ildephonsemugisha5051
    @ildephonsemugisha5051 5 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤ blessed 🙏

  • @ChoralPARAPANDA
    @ChoralPARAPANDA 5 หลายเดือนก่อน +1

    Be blessed brother

  • @saleontrillioner9069
    @saleontrillioner9069 5 หลายเดือนก่อน +1

    #Impano Idasanzwe
    ....Yeriko🙌
    ....Ni Yesu Wenyene❤️
    ....Ahagutse💯

  • @Danny_thefirst_official
    @Danny_thefirst_official 5 หลายเดือนก่อน +1

    Amen 🙌🙌

  • @FistonNiyomuremyi-ds8bt
    @FistonNiyomuremyi-ds8bt 5 หลายเดือนก่อน

    Courage💗💗💗🔥🔥🔥💪💪💪💪

  • @ErasteNduwayo-l3e
    @ErasteNduwayo-l3e 5 หลายเดือนก่อน +1

    Fortrand ndiho ashishikare kuguha inkomezi ❤🎉

  • @RemyHabonimana-wg7vq
    @RemyHabonimana-wg7vq 3 หลายเดือนก่อน

    Fortrand Imana iguh umugishaaaa mutama mushishikar kubahimana Yeriko nisenyuk mwizina rya Yesu

  • @Mporana778
    @Mporana778 5 หลายเดือนก่อน +1

    Ujyumfasha bro. Imana izaguhe kurambaaa 👏👏👏

    • @FortranBigirimana
      @FortranBigirimana  5 หลายเดือนก่อน +1

      🙇🏽🙌🏽Ameeen 🙌🏽🙏🏽

  • @ChristianEmmanuel-rr8xf
    @ChristianEmmanuel-rr8xf 5 หลายเดือนก่อน +1

    Yeriko yeriko yanje irahenutse mw'izina rya yesu Amen!!!!!

  • @Ngirisokogentil
    @Ngirisokogentil 2 หลายเดือนก่อน

    Amena 🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌

  • @steveirankunda5297
    @steveirankunda5297 5 หลายเดือนก่อน +1

    Je nzonakwicapako vraiment 😂i am your super fan❤❤🎉🎉🎉

    • @FortranBigirimana
      @FortranBigirimana  5 หลายเดือนก่อน

      Thank you brother 🙇🏽🙌🏽 Ariko #Yesu agumane ikibanza ca☝🏾1️⃣ mu mutima wawe, sivyo ?☺️😉🙏🏽💙

  • @ClarisseClara-gf5gn
    @ClarisseClara-gf5gn 5 หลายเดือนก่อน +1

    Amen Amen twacakiye imigisha God bless you

    • @FortranBigirimana
      @FortranBigirimana  5 หลายเดือนก่อน +1

      🥰🥰🙌🏽🙏🏽
      Bless you too !!!

  • @christianniyoncutikikig5051
    @christianniyoncutikikig5051 5 หลายเดือนก่อน +2

    Yeriko yanje iribugwe hasi mw'izina rya Yesu.

  • @ndikumanadarlene6126
    @ndikumanadarlene6126 5 หลายเดือนก่อน

    Ndacakiye yeriko yanjeux 😭😭😭😭 iraguye hasi dufis'Imana itabara

    • @FortranBigirimana
      @FortranBigirimana  5 หลายเดือนก่อน

      Ameeeen !!!
      Iratabara pe, abayambaje n’umutima umenetse 🙌🏽🙏🏽

  • @anithabatamuliza1268
    @anithabatamuliza1268 2 หลายเดือนก่อน +1

    May God’s Grace at work in you continue impacting lives. This song always uplift my spirit. Much love from 🇷🇼

    • @FortranBigirimana
      @FortranBigirimana  2 หลายเดือนก่อน

      Ameeen !!!
      Glory be to God 🙌🏽🙏🏽💙