Nimba ari ivy'Imana bizoramba. Ukuri kuzwi n'Imana na wewe nyene. Ibisigaye tubirindire. Je mfise amakenga menshi. Rero tugabe. Kuko abantu muba mwarakoranye namashetani cane, ntawomenya ko ataribo bahinduye imikenyuro. Komeza Umuhamagaro rero ukuri niwe ukuzi nimba ari Umukama akuje imbere ari Shetani naho muherengetere au nom du Père, du Fils et du Saint Esprit Amen
Amen mwebwe uwo bushire muramuzi?? Ni freemasonry mukubwa South Africa raba kumunota wa 32’:53 «second ikimenyetso yeretse journaliste…bushiri bamwirukanye South Africa kubera ibintu vyamashetani yasube iwabo mur Malawi 😊

❤❤❤ndanyuzwe cane ivyubahora bakuvugako ndabihindiyubusa utanzumuco mwiza ndanezerewe
Mwizina rya Yesu ntanakimwe kidashoboka 🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻
Nukuri ntawoshobora abantu Kuko abantu nabantu wew komeza udufashe Abo nabo bazimenyanira Nay amen
Amen mwodufasha mukaduha nimero ya terefone twifuza guhura namwe mudufashe munsengere Kuko ivyanje vyase ndarushe cane
Karibu mukinama Ngozi 7Av numer 5
Kukugira mu Burundi numugish utagabanije pe uricirore umuntu yirabamwo ukugira neza kw'Imana Imana igume ibongera amavuta ninkomezi kuko abana ba shetani ntibasinziriye
Amen,it was just the Mercy and Grace of God.
imana ikomeze igusiga ama vuta🇿🇦🇿🇦
Daddy iyontah yangaruye ngonbakub umuririnvy windirinbo zisi warakaze birikobinvamwo🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Icubahiro kibe icawe yesu 🙌 ♥️ ❤️ 😍 ❤
Imana igukoreshe ibikomeye pastor uzorokore abasani beshi
Bushiri inguvu akoresha ziteye amakenga. Na Joshua namba akorana nawe ivyo bakora duca tugira amakenga. Yesaya4:1
Raba mwitegereze neza iki kimenyetso yeretse journaliste
kirabe wew ufise umwanya woguhinyura ivyImana
Amen Pasteur courage
❤❤❤❤ courage dady komezurokor bechi turagusabiy iherezo ryiza❤❤❤❤
mafuta mingiiii babaaaa , Imana igume ikwaguriraaaaa imbibeeeee caneee ndagukunda urumuvyeyi wabenshiiii wamahangaaaaa
Ndatangaye amen ko wameny yesu
Amen Prophète
Amen ndakwumva neza muvyeyi nizera kumusi umwe😢tuzohura n
Amen mwebwe uwo bushire muramuzi?? Ni freemasonry mukubwa South Africa raba kumunota wa 32’:53 «second ikimenyetso yeretse journaliste…bushiri bamwirukanye South Africa kubera ibintu vyamashetani yasube iwabo mur Malawi 😊
Mwiriwe
Nasavye
Uwufise
Inimero
Yumukozi
Wimana
Joshuwa
Yozimpa
Nyn yesu agiraneza ppp sugujay akabari umukoziwimana today 🇧🇮
Love from Muganwa Kent 🙏
Amen papa ndagukunda cane
Amena mena papa
Ark muzohre mubarek bivugre
Hmmm uwomuhuvyi ahubwo nuwo narikebuka inkoni irihafi izomuhana bikwiye
Sinumva ngo uwora uzura abapfuye?Ko utazuye miss Erica?
Amen 🙏
❤
Joshua Kwel kumbe baramubeshera? 😮😮😮
Courage💪
Yesu azagumane nawe 10:11
❤❤❤❤❤❤❤.Amen Amen.papa.uvukurikweli🙏🙏🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
Amen dady❤❤
🤣🤣🤣ngo dady
Uwo twaramuhinyuy
Amavuta menshi mukozi w,lmana ntawukizwa icatakoze
Urabesha
Kumunota wa 32:53 second
Eg vrt cakimenyetso cabafirmasson
Nanj ndakibony,mu misi y,iherezo abiyitirira abayYesu bazoba benshi
Ndipfuza nomero yawe dady tukaganira.
❤❤❤❤
❤❤❤papa
joshua urumukozi w lmana
Umucama za muwabatu myenti mucik intege
Nukur ndanyuswa nintahe y Prophete Joshua Joshua
oya ba yesu Nibenshi kbx ewe zurari mara kbx niho ca mbon karivyukur
Amen