Dr RUSA, très intelligent, bon analyste , vous êtes parmi les hommes qui connaiisent les réalités des Grands lacs Africains; merci beaucoup pour vos idées. Turabakunda cyane
Dr ndamwemera ivyo avuga kuri les occidents et les americains ntaneza baba badushakira avuga ukuri.ariko s mbga ku biganiro vyose muba mugira kuki mutavuga kuri politique y'urwanda?rwo ntimuba mubona aho rubogamiye ngo mubiganireko nk'uko muvuga kuri politiques z'ibindi bihuguuuu?
Les Etats Unis et les impérialistes qui soutiennent kagame depuis tout ce temps, commencent a se laisser! Et vous savez pourquoi? Car ces impérialistes ont tout à gagner avec la Rd Congo et pas avec Kagame. Kagame se fait déjà tirer les oreilles et s'il continue, ca finira mal pour lui. P.S; Mobutu etait 1000 fois plus puissant à son époque et etait agent de la CIA mais les Américains l'on lâché à la fin!
Uzatubwire kuri education Africain uburyo ikorwamo ese ubona kuba technology ariyo abantu bahanze amaso online activity,market nuburyo abanyeshuri bajyaga kwiga hanze babahanga byagabanutse ingaruka kuri Africa especially Rwanda.
Dr Rusa watubwira impamvu Uburundi aricyo gihugu cyambere gikenye ku isi. Même les savants se sentent frustrés puisque ils sont impuissants et profanes dans plusieurs domaines.
Uyu mu Docteur,nkurikiye ikiganiro atanze,nca nsanga araberewe cane no kwitwa Docteur! Imipaka abazungu bakatiye ibihugu vyacu,umengo bagiye bakase n'ubwonko bw'abanyafrika! Nta gutekereza inyungu zacu,tuguma tugwanira akaga ka gashakabuhake! Abazungu bararoze,baroze uburozi bingoye uko mbona bwovurwa! Twarahuye n'akaga,conférence de Berlin,biga uko Afrique yogabanganwa,baricaye birakomera! Afrique,tuzokwikangura ryari? Les Docteurs nk'uyo mutama ari kwemanga ko turi umwe,rondera abantu nka we,muje imbere,turondere ukwikukira kwa Afrique ,bive mu majambo,bibe mu ngiro! Uyaga nk'incabwenge!
Ese Doctor Rusa kuki umuntu wese utari umu socialiste umubara nkumuswa Ese ibikorwa bya socialist byiza ushima nibihe biratangaje kumva usuzugura President William Ruto ubwo nawe bazagusuzume neza ushobora kuba harukwaha ukoreramo
Ni vyiza cane,Docteur ni wumvishe abantu!! Tutagaruye ubwenge,turahumiwe! Twahumiwe n'abadukandamije! Ngo "Maintiens de la paix!", cira bive mu kanwa kacu ! Docteur,ndagukunze guhera uyu musi pe! L'ONU nayo,twibukanye ko ari igishushanyo kibi co kwica,na cane cane isi,bahereye ku bato mu mbono! Igishushanyo!!! Amadini !!! Ivyo vyose ni ibishushanyo vyo kuyovya isi !!!!
Bati : "kumenyana na amerika ni malheur ,gukundana na amerika ni Fatal " bati kandi l occident ni la fin de la vie ariko l Orient ni la vie . Ibyo rero twebwe abarundi twarabitahuye kera .n amatora nta mpunga tugikeneye .
Communisme, socialisme , capitalisme ntanakimwe gihira abantu bose. Hama bake batunga hejuru ya la masse. Sorry. Ni amatheories wumva ari bien ariko kubishira mubikorwa havuyemwo gucinyiza no gucontrola la masse.
Ubwo se ko tuzi ko u Rwanda ari agent ya OTAN mukarere imipaka yu Burundi ubwo ntiyugawe kubera urwo rugendo rwa Putin Ikindi kuki se iyo muvuga ibihugu aba capitalists bakoresha hageze mu Rwanda muhusha, ni gutinya gukurikiranwa, ese kuki mutajya mukora ibiganiro nu Rwanda muruvugemwo?
Kuki Uyu Mugabo burigihe avuga ngo abaperezida batwara nabi biva Ku bazungu? Nooon. Hanyuma Obama Hari ivyo yakoze pour l'Afrique abandi bakuru b'igihugu c USA batigeze bakora. Kadhafi yarakoze ikosa rikomey ryo kuvuga KO ashaka gukuraho Dollar muri Africa mu gihe vyanaboneka KO n'abanyafrik batari bamushigikiye. En plus OTAN yamuteye kubera abanyafrika n'abarabu batamushigikiy
😂 😂 Media européenne zaramaze kuku manipula! Usubiramwo ivyo zivuga Kandi tuzi neza ukuri! Khaddafi yishwe kuko yarashaka ko Africa igira ihera ryayo riri basé sur l Or(gold) kuko Africa afise inzahabu nyinshi , ivyo bigatuma ifaranga rya Africa risumba ayandi amahera! Ntagihugu ca Africa cosubira gusaba ingurane muri Europe, ahubwo ibindi bihugu vya Africa vyogifasha kuduga, tukabona gushinga industrie, raffinerie zacu! Ingorane yohaba nuko ari Europe yohahombera na America kuko ntakintu twobaronderako hubwo bogurira iwacu des matériaux fini! Nciye mbona ko wewe utari umu patriote Kandi udakunda Africa
Dr.ndagukunda cn🇧🇮🇧Analyses zaw ziri on the top.Abarundi bagukunda booose bampe likes💥🇮💥💥
Sxs,w,,s,ww,www,s,wxws,🎉😢
Dr RUSA, très intelligent, bon analyste , vous êtes parmi les hommes qui connaiisent les réalités des Grands lacs Africains; merci beaucoup pour vos idées. Turabakunda cyane
Dr Rusa is an intelligent man
Uyumusaza ndamukunze sana afit byishi Azi avuga nukuri adahengamye Imana imuhe umugisha
Ndashima Dr Rusa uburyo yaduhumuye amaso Imana imwagire kubumenyi akomeze atwagure intekerezo Pan-Africanism ❤❤❤
Dr Risa warize warukwiye Bureau ikomeye muri union Africaine ❤
Nukuri nagahinda kubona abavukana babandanya kuryana ese umurundi numuryarwanda ntabwo twaribamwe
Merci Dr Rusa.burya abotwita abanyabwenge sibo ncabwenge kuko umuntu aciye ubwenge abana neza nuyundi kuko niyo wokwica umuntu ejo nawe birangira upfuye.none kubona isi arintambara gusa wumva abayobozi badahemukira abayoborwa
Dr Rusa,
Ngushimiye ukwihangana kwawe ,kubibazo abo bana babaza .
Basubire mu ishuri, basome ,bunguke ubwenge.
Ibibazo byerekana ko ntacyo bize .
Erega n iri Ni ishuri,wunva se atabisubiza?
J'aime beaucoup tes analyses
Courage et merci pour çà
Imana iguhe umugisha Dr RUSA
DR Rusa yirinde! Urupfu rwa Omoutundé rwarudukomerekeje! ArakarambaDr Rusa
Dr Rusa akunda les africains , ubumwe hagati yabo kandi nico kigwanisho kizotuma Indyane zihera
Dr rusa ndagukunda cane ur'imvugakuri uravuga udahengamye kandi afrika yokwigirako ukaba umuhanuzi w'ibihugu vyinshi muri afrika kandi bugatera imbere
Wmatubarije dr Rusa igihe yamaze mugi sirikare ni peti yarafite
Muribeshye Dr Rusa ntiyigeze aba umusirikare ni umu civil
Dr. Rusa. Rwose , Uri mwarimu. Afrika ikeneye abantu nkawe.
Imipaka tubwirizwa kuyikura yose...! ahubwo tukeneye forum yabarundi nabanyarwanda tukakuraho imipaka entre le Burundi et le Rwanda..
le son est trop bas il faut l'ameliorer
Dr Rusa, you are wise and intelligent with wisdom words. be blessed
Docteur Rusa urakagira amahoro n'amahonda uzusaze udasavye
Wubahwe disi❤❤❤🙌🇧🇮
Kuki iyo UN itajyana ingabo muri Ukraine?! Ubyumva ute?
Voilà l'homme qu'il faut
Uyu Dr Rusa nigikoresho caba Russia
Mwadufasha mukaduhuza n'a Dr Rusa
Dr Gisa ndamukunda pe,ati turi abavandimwe 🎉
Mwumvirize Afrique Media Tv. Murabe ico Kalala Omoutundé yavuze muri nov 2022 kuri Afrique Média basoza Cerdetola 2022
Africa yarababaye
Dr ndamwemera ivyo avuga kuri les occidents et les americains ntaneza baba badushakira avuga ukuri.ariko s mbga ku biganiro vyose muba mugira kuki mutavuga kuri politique y'urwanda?rwo ntimuba mubona aho rubogamiye ngo mubiganireko nk'uko muvuga kuri politiques z'ibindi bihuguuuu?
Uburundi bufitanye relation na Russia kuva muri 1978 na president ndadaye yarumu socialiste ninakimwe muvyo yazize
Niyo umupaka udafunze numvu ntishimye, imipaka nayirwanyije kera - Imipaka ntikwiye kubaho dukwiye gukora ibishoboka ikavaho - Dr Rusa
Uwu vieux numu patriote
Dr, ibyi mitingito urakabije.
Ese icoduha abafise ivyiyumviro nka Dr RUSA bakagwira!
Dr RuSA; amateka urayazi kandi ukomeze udufasha abanyafrika tuzamenye ukuri kose kuri Afrika
Ndipfuza KO mwondonsa numéro whatsap yuyumusaza ngapfuma ndamuramutsa vyonyene. Iyaba Africa yari ifise abantu nk,aba 10 twokize ubukoroni bwa occident
Panafricanisme ntishoboka mugihe hari abashaka kuja kwiba mubindi bihugu vya afrika canke hari ibihugu bigikorera abazungu nkurwanda na kenya
Comme kagame et maintenant, il arrive à la fin de son aventure
Monusco eagle mission onusienne pour la souflance Des Congolais
East African community ntayo ihari ibaze kujya kurangura Kenya ,Tanzania,Uganda ugasabwa gutwarayo I dollard
Gambia cyari icyambu cyo gutwara abacakara muri Amerika
❤❤❤❤
Fonds monetaire africain, wowe wumva ute Africa ikura amafaranga muri Africa, dusangize ubuhanga bwawe
Ibi byaba byiza cyane kuko inguzanyo occident iduha, ndetse n'inkunga si urukundo, ni ukugira ngo duhore twumva ko tubarimo umwenda, nuko nibavuga ngo ca aha tube ariho duca. Sindi umuhanga muby'ubukungu arko Africa yaragowe rwose, kugira umutungo ungana n'uri muri Africa arko bamwe mu bayobozi bacu bagahora basaba iyo mu mahanga.
Rero abayobozi bacu bose ba Africa bicaye nk'abavandimwe bakareba abaturage n'icyo bakeneye kurusha kwirebaho ubwabo cyane, bagashyigikira icyo kigega Africa twagera kure heza habaho. Ariko ikibazo: Ibi byashoboka na bariya bantu b'inyaryenge kuriya?
Byasaba ko tugira abayobozi b'indyamirizi kuko occident ari indyadya bikomeye.
Dr. Rusa, murakoze cyane kudusangiza ubwo bumenyi.
Murabona ubwo bumenyi bwagera ku Rwaruka rwose gute?
Ariko havuye burundu imipaka vyogorana.Ahubwo yobaho hakaba Etats fédéraux nkuko muvuze les USA zimeze.Merci.
Nemera cane kandi nkakunda ubusesenguzi. Bag Dr. RUSA. ndumviriza Ikiganiro gushika. Kumusozo. Ariko nsanze ari imboregwa yitwa David batazira Marshall. Mpita mfunga itelefone yanje kuko mbampuye numwaku.
Les Etats Unis et les impérialistes qui soutiennent kagame depuis tout ce temps, commencent a se laisser! Et vous savez pourquoi? Car ces impérialistes ont tout à gagner avec la Rd Congo et pas avec Kagame. Kagame se fait déjà tirer les oreilles et s'il continue, ca finira mal pour lui. P.S; Mobutu etait 1000 fois plus puissant à son époque et etait agent de la CIA mais les Américains l'on lâché à la fin!
Iyakaremye.......
Uzatubwire kuri education Africain uburyo ikorwamo ese ubona kuba technology ariyo abantu bahanze amaso online activity,market nuburyo abanyeshuri bajyaga kwiga hanze babahanga byagabanutse ingaruka kuri Africa especially Rwanda.
Giitwaza muri position arimo yakagombye kwanga intambara first
Ugiye muri Kenya usanga abafise ubutunzi Nairobi si abanya Kenya! Uca wihebura. Ubutunzi buri mu ntoke z' abanyamahanga. Biteye ubwoba
Wowe urabibona ute iby'ikibazo kiri hagati ya Tanzania na Kenya?
Uyu Mugabo ni umubeshyi, afana FDLR
Tutangurire ku Bukurundi nu Rwanda..
Dr Rusa watubwira impamvu Uburundi aricyo gihugu cyambere gikenye ku isi. Même les savants se sentent frustrés puisque ils sont impuissants et profanes dans plusieurs domaines.
Ariko nkiyo ubaza ngo putin aje kwiba materials Muri africa wigeze ureba ubukungu bwa Russian ifite umutungo uhagije
Dushimira Dr ubumenyi agenda atwungura Imana Imukomeze cyane kandi namwe tubashimira ko muba mwamuhaye uyu Umwanya. Icyibazo mfite, nk'iyo ibihugu byihuje bigakora Leta imwe, icyo gihe ntago hashobora kuvuka amakimbirane ashingiye ku gutora ukiyobora?
Ikindi kibazo: Ese ibihugu bikungahaye ku mitungo kamere n'irindi terambere ntago bishobora kuba imbogamizi mu kwihuza kw'ibihugu ugereranyije n'ibihugu bikiyubaka? Muzamutubarize
ASHA tugira NGO dutoye abantu bazima ariko ninjiji.
Capitalism ni ugukwirakwiza Ubukene mubantu
Iyo ufite gutwara ibya mugenzi wawe uba uri umujura
East African Community ntayihari!!!
What? Irahari cyane. Ikibazo kimwe gusa, iri geographical kurusha kuba political.
Ngewe ntayo mbona pee!
Bose kimwe haba Russian na USA ahhh
Akamaro k'imipaka n'imyiryana gusa, kuko iyo habayeho intamabara impunzi ntiziba zicybaha imipaka, ariko iyo zishoboye kwambuka ziribahirizwa, kuburyo uwazirukanaga yibeshye akarenga umupaka azikurikiye ashobora guteza intambara n'igihugu zahungiyemo. Bivuzeko imipaka ari iya ba gashozantambara koko!
Uyu mu Docteur,nkurikiye ikiganiro atanze,nca nsanga araberewe cane no kwitwa Docteur! Imipaka abazungu bakatiye ibihugu vyacu,umengo bagiye bakase n'ubwonko bw'abanyafrika! Nta gutekereza inyungu zacu,tuguma tugwanira akaga ka gashakabuhake! Abazungu bararoze,baroze uburozi bingoye uko mbona bwovurwa! Twarahuye n'akaga,conférence de Berlin,biga uko Afrique yogabanganwa,baricaye birakomera! Afrique,tuzokwikangura ryari? Les Docteurs nk'uyo mutama ari kwemanga ko turi umwe,rondera abantu nka we,muje imbere,turondere ukwikukira kwa Afrique ,bive mu majambo,bibe mu ngiro! Uyaga nk'incabwenge!
channel nkiyi yabanyamwuga ni gute mufata ibintu bitanafite 3 mins muri video akaba aribyo mugira title !
Tubivuga buri munsi bakatwita abasazi,East Africa Community igarukira mu mpapuro n' amanama naho ubundi in reality it doesn't exist.
Erega gukundana nikindi gihugu, nuko kimwe nikindi haba hari ico gikeneye mukindi.
Ivyarivyo vyose ugiriraniye ubucuti nikindi gihugu niko muba mukeneye gufashanya. Kimwe gikeneye ikindi muribi canke ibindi
Ikibazo mucamuvuga ngo kagame niwe atwarahose ntibishoboka rero
DR Rusa Imana ibandanye kukutuzigamira.nukuri urintwari yakarere ndetse africa yose.natwe abarundi turagukunda cane kandi tuzokwama tugukunda.nincuti zacu abanyarwanda dukwiye gutandukana nibituma dutandukana twankana.
@Dr. RUSA, bimwe mu bintu uvuga Abadive bagiye babihanura tukabita abasazi. Muzashake igitabo kitwa Qui Dominera Le Monde?. Gisobanura neza cyane ubugome bwa Capitalisme, cyikerekana n'ukuntu Vatican iyobora capitalism yitonze.
Nukuri iyaba twese twumvaga kimwe Africa twayihindura ntitugumye gusahurwa
ndi burundi dr araciye akenge pe ndamukurikirana ntahengama yubahwe
Ivyuvugw nivyiza nukwataho mubivugira batanavyumva kwer
Ese Doctor Rusa kuki umuntu wese utari umu socialiste umubara nkumuswa Ese ibikorwa bya socialist byiza ushima nibihe biratangaje kumva usuzugura President William Ruto ubwo nawe bazagusuzume neza ushobora kuba harukwaha ukoreramo
Nkorera evaluation ya Ruto muri politique twumve. ...
Ni vyiza cane,Docteur ni wumvishe abantu!! Tutagaruye ubwenge,turahumiwe! Twahumiwe n'abadukandamije! Ngo "Maintiens de la paix!", cira bive mu kanwa kacu ! Docteur,ndagukunze guhera uyu musi pe! L'ONU nayo,twibukanye ko ari igishushanyo kibi co kwica,na cane cane isi,bahereye ku bato mu mbono! Igishushanyo!!! Amadini !!! Ivyo vyose ni ibishushanyo vyo kuyovya isi !!!!
Uzatubalize Russ niba Tanzania igira impunzi hanze
Ntizifite kandi nikuva kera Tanzanie ntampanzi ifite kubera ntantambara yabayeyo mugihugu imbere 👏
Intambara yyayitew na idi amin dada nayo yamaze igihe gito ntampunzi zohanze bafise
Komera
Warukwiye kuyobora,AU
uyumugabo arakwiye kubA P. WUGwanda
Ntiduhuza muri bimwe bimwe, ariko uyu muchitsi nkunda ko ari umuntu wibitekerezo bikomeye, bifise imizi yandani
Ariko skisme yatanguye hagati i orthodoxe christian na Rome. Aragira ubushakashatsi.
Jya wihanganira ibibazo by'abo bana kuko bigaragara ko bazi ibiciriritse nabyo babwiwe!
Doctor Russa buriya bhari aho nakwemera ga ariko nakugayiyeko iyo hageze kuruhare rw' amabi inkotanyi zikora uzikingira ikibaba sinzi niba ari kubera rya banga ryanyu rya gitutsi ryo kudahemukirana kumugambi. Gusa nta panafricanist urimo mugihe udahera iwanyu werekana koko ko uri panafricanist.😅😅😅😅😅
Bati : "kumenyana na amerika ni malheur ,gukundana na amerika ni Fatal " bati kandi l occident ni la fin de la vie ariko l Orient ni la vie . Ibyo rero twebwe abarundi twarabitahuye kera .n amatora nta mpunga tugikeneye .
Communisme, socialisme , capitalisme ntanakimwe gihira abantu bose. Hama bake batunga hejuru ya la masse. Sorry. Ni amatheories wumva ari bien ariko kubishira mubikorwa havuyemwo gucinyiza no gucontrola la masse.
Ubwo se ko tuzi ko u Rwanda ari agent ya OTAN mukarere imipaka yu Burundi ubwo ntiyugawe kubera urwo rugendo rwa Putin
Ikindi kuki se iyo muvuga ibihugu aba capitalists bakoresha hageze mu Rwanda muhusha, ni gutinya gukurikiranwa, ese kuki mutajya mukora ibiganiro nu Rwanda muruvugemwo?
Sibyo rata😂😂😂
Dr rusa east africa nyitabaze putin twigobotore stupid west yibisha ntambara kumena amaraso
Ntuzi ibyo uvuga urabeshya gusa ...ngo capitalist nta mwana abona ,abona umunwa...burya mu gihugu cy'impumyi ufite ijisho niwe uyobora..ariko aha ho mwese muri impumyi...ikindi Marxism ntukayivuge yonyine ujye wongeraho leninism kuko habaho na Marx-Sorel...naho ibindi byo ni propaganda muba mwibereyemo
La fin du tout c’est la mort ntacyo uzajyana aho uzajya bitewe no kwizera kwawe
Dr uratanze umuco
Kuki Uyu Mugabo burigihe avuga ngo abaperezida batwara nabi biva Ku bazungu? Nooon. Hanyuma Obama Hari ivyo yakoze pour l'Afrique abandi bakuru b'igihugu c USA batigeze bakora. Kadhafi yarakoze ikosa rikomey ryo kuvuga KO ashaka gukuraho Dollar muri Africa mu gihe vyanaboneka KO n'abanyafrik batari bamushigikiye. En plus OTAN yamuteye kubera abanyafrika n'abarabu batamushigikiy
Wewe uvuze ibintu atarivyo
@@NiyukuriEgide-b6vbigusaba ubirondere mugenzi jewe mvuze ivyo nzi. Ivyo uvuze bitari vyo ntavyo nzi
😂 😂 Media européenne zaramaze kuku manipula! Usubiramwo ivyo zivuga Kandi tuzi neza ukuri! Khaddafi yishwe kuko yarashaka ko Africa igira ihera ryayo riri basé sur l Or(gold) kuko Africa afise inzahabu nyinshi , ivyo bigatuma ifaranga rya Africa risumba ayandi amahera! Ntagihugu ca Africa cosubira gusaba ingurane muri Europe, ahubwo ibindi bihugu vya Africa vyogifasha kuduga, tukabona gushinga industrie, raffinerie zacu! Ingorane yohaba nuko ari Europe yohahombera na America kuko ntakintu twobaronderako hubwo bogurira iwacu des matériaux fini! Nciye mbona ko wewe utari umu patriote Kandi udakunda Africa
@@NiyukuriEgide-b6v Uyu biraboneka ko atari umu patriote nta terambere yifuriza Africa! Uyu yokorera abazungu aronse akaryo! Ntazi ko khaddafi yishwe kubera yagire akore ibishoboka tugire ihera rya afrika ryari gusumba I dollars tukabona kubaka Africa entre Africains atabazungu twisemba!
uyu muntu araciy ubweng cane