ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Amene canne ndagukund mukozi wimana wukuri waravugutiye simbeshere
AMEN
AMEN KUBWA
Imana idushoboze natw Iduhe kwezwa ,ham twuzure Mpwemu Yera
Maze imyaka ishika ine (4ans). Nsaba kwuzura Mpwemu Yera ariko n'ubu sindabihabwa,narabuz Aho vyankira,mumfashe gusenga kd Buri gihe nibutse ko ntagira ubushobozi bwa Mpwemu Yera nukuri birambabaza,kenshi amarira simenya iyo avuye,agacuncubuka nkumv mbabay cn peMumfash gusenga Yesu angirire ubuntu nukuri
Mpore ariko ntugacike intege
Komeza kwezwa kandi wirinda.Ikindi usenge kenshi.Uzoza ubona Mpwemu Yera akuzako.Wame mu vy'Imana.Usoma ijambo ry'Imana uririmbura.K'ufise inyota Imana Izokwuzuza Mpwemu wayo
Muduhe mwungere Esron Nizigama
Vy'ukuri uyumutama Yesu Kristo amuhezagire caaane. Ndifuza vidéo nyinshi ziwe
Mutama wacu
Ameen
Amene canne ndagukund mukozi wimana wukuri waravugutiye simbeshere
AMEN
AMEN KUBWA
Imana idushoboze natw Iduhe kwezwa ,ham twuzure Mpwemu Yera
Maze imyaka ishika ine (4ans). Nsaba kwuzura Mpwemu Yera ariko n'ubu sindabihabwa,narabuz Aho vyankira,mumfashe gusenga kd Buri gihe nibutse ko ntagira ubushobozi bwa Mpwemu Yera nukuri birambabaza,kenshi amarira simenya iyo avuye,agacuncubuka nkumv mbabay cn pe
Mumfash gusenga Yesu angirire ubuntu nukuri