DRAMA T yageze mu Burundi 🇧🇮//Maman ashaka ko tujana Belgique 😂//vuba ndasohora iyindi ndirimbo🔥

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 1 ก.พ. 2025

ความคิดเห็น • 67

  • @starlamassamba
    @starlamassamba ปีที่แล้ว +1

    Uzonize ikirato vraiment ❤❤❤

  • @IvyAguas-om6gs
    @IvyAguas-om6gs ปีที่แล้ว +2

    Wambiy kam kaziyak ni music siyo wa demu

  • @gn1495
    @gn1495 ปีที่แล้ว +1

    Iyindi day in life ya drama t turayishaka

  • @cynthiairakoze
    @cynthiairakoze ปีที่แล้ว +1

    ndagukunda kandi courage numéro yawe ni vite 62.....
    ..ni gute

  • @nkubitofrank9434
    @nkubitofrank9434 ปีที่แล้ว +2

    guys i love ur country so much kbs am from Rwanda and i wish to visit ur country once fo sho.

  • @cimpayeclairia
    @cimpayeclairia 2 ปีที่แล้ว +7

    Welcome back again my favorite drama 🥰 we miss already we hope kugiye kudutamwo umuzigo mushasha

  • @nshimirimanajimmy3994
    @nshimirimanajimmy3994 2 ปีที่แล้ว +5

    Am the One 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @happinessmunezero8262
    @happinessmunezero8262 2 ปีที่แล้ว +5

    Wubahwe mr hang out ubikora neza kabisa kandi courage nukuntu witaho abandi🥳🥳🥳👌👌👌👌

  • @yvetteniyokindi3803
    @yvetteniyokindi3803 2 ปีที่แล้ว +4

    😅😅😅ivyo birato vyamusizemw ibikomere knd arik aravyivura♥️♥️

  • @neemairadukunda2113
    @neemairadukunda2113 2 ปีที่แล้ว +3

    N'oublie pas les 5 prières drama

  • @impalatvbdi
    @impalatvbdi 2 ปีที่แล้ว

    Ndakunda stratégie ukoresha Kaboss vraiment numéro yawe bro

  • @nshimirimanajimmy3994
    @nshimirimanajimmy3994 2 ปีที่แล้ว +3

    Musaba yaratavuye amakaye🤗🤗🤗🤣

  • @mickelfashion2193
    @mickelfashion2193 2 ปีที่แล้ว +1

    Nc snaa Welcom🔥👌

  • @uziflims6106
    @uziflims6106 2 ปีที่แล้ว

    Ibi biswiiiii nibyo byinshiiii😂😂😂

  • @msafiriisrael6111
    @msafiriisrael6111 2 ปีที่แล้ว +4

    Kazi kazi 🇧🇮🇿🇦

  • @fortuneirashoboye5347
    @fortuneirashoboye5347 2 ปีที่แล้ว +1

    I love you so much papa with this man drama t my man

  • @francinenibigira247
    @francinenibigira247 2 ปีที่แล้ว +1

    Maman Patrick 😄😄😄🤣

  • @Samuel10joe
    @Samuel10joe ปีที่แล้ว

    Good job kaboss🙌🏽🙌🏽wubahwe

  • @itanganezadondivin4416
    @itanganezadondivin4416 2 ปีที่แล้ว +2

    Brother nakubal sn kabos ufise urukundo mn nakubal sn my bro drama t

  • @annylauregacuti614
    @annylauregacuti614 2 ปีที่แล้ว +3

    Umugani Wawe it's too much bala bala

  • @inesirankunda3815
    @inesirankunda3815 2 ปีที่แล้ว +1

    Dramat nyimb yaragye mu Rwanda kurangura ibirato😅😅agurisha angah

  • @EmmaNIYIMPAMAHORO
    @EmmaNIYIMPAMAHORO 2 ปีที่แล้ว

    so much respect . I miss ur fantastic songs so burn up again

  • @niyonkuruconcolatteconsola4792
    @niyonkuruconcolatteconsola4792 2 ปีที่แล้ว

    Welcome drama t🥰🥰🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @yafitaalghtany3812
    @yafitaalghtany3812 2 ปีที่แล้ว +1

    Waooo welcome drama t

  • @ndiyokubwayodenise2391
    @ndiyokubwayodenise2391 2 ปีที่แล้ว +1

    Journaliste ntuhave unyegezamwo 1 ndumva bitanguy kukwank utanguye kwibarisha numéro yikirato

  • @papawirwandaofficial
    @papawirwandaofficial 2 ปีที่แล้ว +1

    🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼 our boy

  • @arbinuwamahoro7370
    @arbinuwamahoro7370 2 ปีที่แล้ว +1

    Courag kabos urakor

  • @bryansmith24
    @bryansmith24 2 ปีที่แล้ว +1

    Fureshii Sana 😆🤣🤣

  • @enokayofficial9496
    @enokayofficial9496 2 ปีที่แล้ว

    Welcom dramat gus watunyoteje sohora ikindi gikorwa gishasha

  • @angenadiairakoze
    @angenadiairakoze 2 ปีที่แล้ว +1

    Uwakubwiy komutovugan kuber ibirato Ash yaragakoze.nakar ngo ikikubabaj mubuzim kitakwish kiguh inkonezi.gus urishim nubw wavuz ngo ntituvug kowishim

  • @iradukundavenuste9246
    @iradukundavenuste9246 2 ปีที่แล้ว +1

    aya mahera ugura ibirato woyashingamwo business vyogenda neza kuko sinibaza ko imyambaro y'ibirato irenga 80 arugushaza gusa nibaza ko atavyiyumviro vyumutu ashaka guterimbere birimwo je mbere nibaza ko woba uriko urarangura kugira mumisi ushinge iduka ryavyo kandi wobikorerako vyoba vyiza kugira ejo ukeneye ikirato atakuja kukihura ahubwo ukagitora muvy udandaza

  • @muvunyindahayomartin2661
    @muvunyindahayomartin2661 2 ปีที่แล้ว +2

    Izo nkweto uzazambara zose mwana sha nkubatije se nkweto

  • @gatoremukristo7492
    @gatoremukristo7492 2 ปีที่แล้ว

    Ahari ishaka harashikaaa🙏🙏

  • @luckyonek5336
    @luckyonek5336 2 ปีที่แล้ว

    Tunakubali kijana yetu kenyan wana kufuatilia karibu sana tuna kupenda

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda3223 ปีที่แล้ว

    ❤❤❤❤❤

  • @elviskamp
    @elviskamp 2 ปีที่แล้ว

    That's showbizz , I like it!!!

  • @michouchalome7482
    @michouchalome7482 2 ปีที่แล้ว

    Ndabakundacane

  • @johnfleurybigwiss3104
    @johnfleurybigwiss3104 2 ปีที่แล้ว +3

    Yesiirr

  • @igabanezasablinciel4218
    @igabanezasablinciel4218 2 ปีที่แล้ว

    Drama t hejur cyan bandana uterine mwan wigihug

  • @ManishimweBenitha-oc9oo
    @ManishimweBenitha-oc9oo ปีที่แล้ว

    Man ntuyemurwand drdram-t ndamwemer yakozehit irakubiyei ndirimbozosezendazizicyanee namubonagutex wazaduhuj ndagusabye ndumukobwa

  • @fridolinribatiro4064
    @fridolinribatiro4064 2 ปีที่แล้ว

    Big up sana Kaboss, Emission yari ya Bien.

  • @edouardlongb6189
    @edouardlongb6189 2 ปีที่แล้ว +1

    Ndagufana kaboss

  • @Mpkk3550
    @Mpkk3550 2 ปีที่แล้ว

    Yes

  • @FleuryOG
    @FleuryOG 2 ปีที่แล้ว +1

    Muba muhazee 😂 😂 ♥️ 🔥 🔥

  • @elmichontarev8954
    @elmichontarev8954 2 ปีที่แล้ว

    Bigurwa make Nico gituma yayoye

  • @ricanduwayezu3855
    @ricanduwayezu3855 2 ปีที่แล้ว

    Mudusabire azoshike no mubufaransa😩

  • @ramadhanvennyboy3940
    @ramadhanvennyboy3940 2 ปีที่แล้ว

    Drama t dushaka indirimbo shasha madmu ikeneye zenewabo

  • @ncarwatsi
    @ncarwatsi 2 ปีที่แล้ว +3

    Nimba avuye kurangura ibirato

  • @santiananiciteretse6297
    @santiananiciteretse6297 2 ปีที่แล้ว +5

    Kaboss wagiy kumutger nk umugenz cnk nk umujournaliste?kk nabony ar ww wenyn wamutegerey wubhwe k urukundo werekany

    • @mariamsakora2818
      @mariamsakora2818 2 ปีที่แล้ว +1

      Vyoshik akab yagiy kumuteger nkumunt wiw wohafi kuk kesh nama mbon amwitah cane gusumb aband bajournalist

  • @darcyrukundo5986
    @darcyrukundo5986 2 ปีที่แล้ว +2

    Drama t

  • @boboyann
    @boboyann 2 ปีที่แล้ว

    Aho sha ngo sumu pede 😂😂😂😂

  • @nonokaymanirakiza9801
    @nonokaymanirakiza9801 2 ปีที่แล้ว

    💥

  • @nshimirimanareagen9032
    @nshimirimanareagen9032 2 ปีที่แล้ว

    None mani wariwimutse nkugorufugutugwimpuzu warutwaye ntimvako vyaribirenze

  • @Yvette314
    @Yvette314 2 ปีที่แล้ว +1

    Kaboss

  • @maximendabakwaje9923
    @maximendabakwaje9923 2 ปีที่แล้ว

    Nshaka mumumbariz niba aza yararonse visa kuko harigih igorana

  • @Fabybro
    @Fabybro 2 ปีที่แล้ว

    Birababaje

  • @kanyangeanatolie2467
    @kanyangeanatolie2467 2 ปีที่แล้ว

    👌👌

  • @bryancarmel2002
    @bryancarmel2002 2 ปีที่แล้ว

    Kabos kurundi rwego

  • @nduwimanaalexis5533
    @nduwimanaalexis5533 2 ปีที่แล้ว

    Aend huk

  • @placidehitimana77
    @placidehitimana77 2 ปีที่แล้ว

    Ivy birato nimb arivy agurisha 😂😊😅

  • @robgtuyisenge7832
    @robgtuyisenge7832 2 ปีที่แล้ว

    😂✌️🔥

  • @darcyrukundo5986
    @darcyrukundo5986 2 ปีที่แล้ว +3

    Drama t

  • @oks.smith.Official
    @oks.smith.Official 2 ปีที่แล้ว +1

    Drama t

  • @jimbo8073
    @jimbo8073 2 ปีที่แล้ว

    Drama t