ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Keep it up my family... Ivyo biraharawe mubitirirwa izina ry'Imana
Turagowe kuko twananiwe nuguharira
Happyric, félicitations nyingi
Asante cane IMANA IGUHEZAGIRE
Much love from Mabayi
Amen murakoze cane Imana ikomeze kubibahezagirira turabashimira cane kukuntu mudutera intege Reka tubasabe mwigore mudufashe Gusabikanya nabandi Ubu butumwa dutanga biciye mundirimbo muzoba mukoze Igikogwa ciza c'IvugabutumwaGP Happy-Ric Family senior Turabakunda cane.
Munyana yaraye ahengamye mukwikoreza ibase mukurukuru
Kugira ibintu bije kugenda neza cane😀
Courage bakunzi bacuu,murakoze kandi vyongeye;Kwitonda kw'umuntu kumutera guteba kuraka,kandi icubahiro ciwe nukwirengagiza ico yacumuweko.(Imigani 19:11)
Courage mukomerez'aho kabisa muri gutanga inyigisho nziza cyane.
Murakoze cane namwe muhezagigwe gose
Mbega byiza!!!!
Mukurukuru😂😂😂😂
Mukulukulu yagez mur flm nah courage
Ha ha ha ha yari guhabwa ubutumwa
Kandi murakoze kudukeza
Cn knd biranshimishij cn gs ubutumw bikwiy p courage ndavyishimiy nn mukorerah tumenyan
🥰🥰🥰🥰🥰
Abakoz neza , nkabarya bubats ikibuga c' indege?
Ha ha ha ha ha Inaze uyumugabo yarangoye mukumuha ubutumwa
Murashoboy
Ubu mukululu n'umu Sda?
Arabakunda cane mugabo ntarafata ingingo nukubandanya tumusengera haraho azobwakira
😍😍😍😍😍😍😍😍😆😆😆😆😂🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼❤❤💙💙💙🤍🤍🤍👏👏🙏🏼🙏🏼🙏🏼Amen
Ndabira yari yahengamye yongera guhengamuka
Keep it up my family... Ivyo biraharawe mubitirirwa izina ry'Imana
Turagowe kuko twananiwe nuguharira
Happyric, félicitations nyingi
Asante cane IMANA IGUHEZAGIRE
Much love from Mabayi
Amen murakoze cane Imana ikomeze kubibahezagirira turabashimira cane kukuntu mudutera intege
Reka tubasabe mwigore mudufashe Gusabikanya nabandi Ubu butumwa dutanga biciye mundirimbo muzoba mukoze Igikogwa ciza c'Ivugabutumwa
GP Happy-Ric Family senior Turabakunda cane.