John Kay wee umuntu yaguhanuy ngo uduhe iminota mike yagakoze.wari watumenyerej 1heure irenga.unomunsi ntiduhaze.so,reka turyohererwe n'ibi si bibi.courage rero.
John kay ivyarengany bitway iminot myinsh 13min yose😢uzushiramw basi ivy mwaherejo gusa!we afande non nancy ntiyakubwiy ko yabony umugenz wa john kay fatirah ah nyen mugukor amatohoza urekan nivy kuja kuresh uwundi arembey mur coma😢twizer ko final uzoduh 2h😜
❤❤❤❤❤❤ from King Sabbas
ABARI HAFI MUNTEMWO UTUDARAPO🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🌺🌺🌺
Je niho naraye 🔥🔥🔥🔥
🇧🇮🇧🇮🇧🇮
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Guys abacerewe nkanje Bari murukundo na Fear women abaza nyuma mushikira muri commentaires musige like mugukanda kuriyi foto Yanje pls 🙏🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤
Abant mudashimishijw niy minot baduhaye murihehe😢😢
Nanje ndimwo
Nanje kbs😢
Ndahr nnj
Abantu mutashimishijw niminota 😢baduhaye jewe narinziko ar publicité 😭 oyha vrt nibarababe baduhe neza baratunyotej
Mwatanguye neza vrm kndi film irimwinyigisho zitandukanye ariko mwagabanije iminota gose muvuye kwisaha mukaja Kuri 30mini😢😢😢😢😢
Ibaze bariko batugirira nabi
iyikwirikira nzobaha neza.
Saw@@iam_Johnkay
Yooooooh mwatugabanije iminota myiiiiiinshi cane turababaye cane😢😢😢😢
Gusa film ninziza vrt tora amashugwe🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
John Kay wee umuntu yaguhanuy ngo uduhe iminota mike yagakoze.wari watumenyerej 1heure irenga.unomunsi ntiduhaze.so,reka turyohererwe n'ibi si bibi.courage rero.
Abakunzi❤ ba fear women murihe ?👇👇👇
Twashitse
Ko bikomeye none reka turindire iyo bigana gusa iraryoshe turabakunda ❤❤❤
Don't Trust Anyone..Your Friend Can Be Your Enemy😢😢
Umwana wa kanyana naho arwaye agum atwenga😂😂😂😂😂😂yigomber ibitumbura
🤣🤣🤣
Aracari umwana ubuseriy bwase😂😂😂😂😢😢
Abantu muri hafi muntemwo utu🎉🎉🎉🎉
Abantu mukund iy film nkanj duze urutok👆👆👆👆
Courage cane turabakunda cane kur cane nihombipfurij gushik 🙏🙏💝🙏🙏
Film ndundi yanjye
Jhon kay number 1 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
❤❤❤ mwakoze kudutera misha bantu bacubeza dukunda
Oya johh ntagire ucyaba nukuri mimi nasenge hama king bamwemerere asure johh kubitaro amasengere kbs ikinda afande nareke ubunjinga avuge ukuri koyabonye ubajyanye johh mubapfumu none kutabajije kanyana uwomuntu ngoninde🎉🎉🎉🎉🎉 byose nibyanyu flm ninziza
Good movie. From Moriah Channel Tv 🎉🎉🎉🎉🎉
Nice film 😂❤❤ariko iyiminota siyo😮😮
John k_ay amashugwe nayawe🎉🎉🎉🎉🎉 gusa vuba miyunyarukirize part6
Bandanya muja imbere Ndabakunda cane Nancyi nawe bwira Polic Abagizi banabi Love Somach❤❤❤
Wao❤❤❤ congratulations 🎉🎉🎉
Afande rek inzigo baz Nancy uwagiy kurogesha John kay😂😂
Yooo mwatwivy iminota nukuri😂😂 plz John kay ndasavy ntazapfe atamenye ukuri kumuntu ashaka kumwica plz
Iyi minota ya publicité muzohore muyitwongera
Nice film
Ndabasavye muduhe ep 6 vuba Kuko turayishaka cane
Number one❤❤❤
Mwubahwe muduha ibintu bitesa gusa❤❤❤❤
Iyo ndirimbo niyande gabasha nimuyimpe
Iyo ndrimbo iranryoheye❤ knd ndho abah imihezagiro bakinyi beza
John kay ivyarengany bitway iminot myinsh 13min yose😢uzushiramw basi ivy mwaherejo gusa!we afande non nancy ntiyakubwiy ko yabony umugenz wa john kay fatirah ah nyen mugukor amatohoza urekan nivy kuja kuresh uwundi arembey mur coma😢twizer ko final uzoduh 2h😜
Couraģe.ariko.umu chr wafani.arakwiyekubaho.kungirango.amenyukuri.murivyooo❤
Nizereko atari publicité ndabakunda inyigisho zirakwiye💐💐💐💐💐💐🌺🌺🌷🌷🌸🌸💮💮
Nshimishijw nokubna rusutime ,nari naramubuze🎉
Jajah wacu wirambire ineza ntiborape🎉🎉🎉
Eweee Afande Abel🤔gusa ❣️❣️
❤❤❤mukomeze mubikora neza cane gusa iminota kugabanya bibi
Courage murashoboye❤
Haha police hejuru ndumiwe 🎉🎉🎉🎉
Turamukeneye agaragare uwagiye kwa mupfumu😢😢😢, courage ❤❤
Waaaahooo ntayind atariy yacu kbs❤❤❤ gus Iminota wapii kbs Finale Muzoduh 2h basi
Love from king light
❤
Uw mwana kazoza kiw nikeza cn kuk arashoboy acting kbx 💯💯💯💕💞🤝
John-kay baramuciyemwo atarapfa 🙆♂️🙆♂️🙆♂️🙆♂️karabaye
Iyo song niyo idufeelinga😂😂😂
Ibintu vya publicité mubigabanye muca mutwiba iminota🥲🥲🥲
Mbega inyigisho zinyubatse, courage vrt gusa mwadusondetse cane😢😢😢
Thank youuuuuuuuuuu my family 🎉❤❤
Abakunzi biyi flms munyaruke ariko rr ndabona baduhaye iminota Mike kbs hma courage kubakinyi bose
Zamurayinyarutsa basha ❤❤❤❤❤
Film ninziza ariko mwagabanije iminota😢😢
Abarundi murashoboyeeeeee ariko iminota nimike publicité niyo iba nyinshi cn .
Basha mwadutwaye iminota😢😢😢😢 so ndabakunda❤❤❤❤
good
Muyiduhe 2 mundwi🎉🎉ubundi turabakunda❤❤❤
Waooooh vyiz cnee irigish vrt courage 💪💪💪💪🥳
Respect King sabbas
Aho turi hose turabakurikirana1💥💔☝️❤️
Mutwongerez imonot vrtm 🎉🎉🎉🎉 ino FLM iraryosh cn iranigish CN gs❤❤❤❤❤
Waoooo courage mwar mwatunyoteje nubikora neza cane
Kure caaaneeee.
❤❤❤❤❤mbaye uwindwi🎉🎉🎉
Ndabafana bantu banje
Gs uvuze final ncanumva Umutima usimvye Kuko narimurikundo nayo❤😢
Gusa mwaduhye iminota Mike nubwo biruko ndabakunda🎉❤
Turakeneyee kumeny uyoo muntuu yagiriyee nabii jonikey
Ntimwayiravye neza igitangura Fanny niwe yamurogesheje
Waw mwubahw ndabakund cyan ❤🎉❤
Mugiy murareka guteba naho mwoduha iminuta mike noshima
🎉🎉❤❤
Hama ikindi zamuragirako apana kuza murashiramwo ibintu bitagira akamaro
mamaweee afande😂😂😂😂😂😂😂
Afande weeee😢😢😢 ndumiwe
Ikindi kuberiki kanyana yakubwiyeko yabonye umugenzi wa John K-ay agiye gupfumura ariko ntumubaze uwo mugenzi uwariwe???
Courage vrmnt 💪💪🥰🥰🥰🤗🤗🤗❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Mba nahigereyeeee🎉🎉🎉🎉
Nagara cabaranya😂😂😂😂ewe bapfumu😂😂😂ibintu biraza nabi😅😅😅
Mummmmmmm afande nawe azanyemwo ivyo gukunda Fanny😢😢😢😢
Jewe Shaka sabass numugore bashike aharwariye bamusengere akire
courageeee🎉🎉🎉🎉
Ayo ma rappel amara umwanya muni vraiment
Kbx
Courage
Hemwe ivyo bintu vya final bihagarare pe nimuyibandany nukuri 😅
Pls Joni Care ntindukeneye kwapfa
Hma mwatwivye iminota mureb mwisubireko
Bantu bimana nimudusabire John K-ay azodukinishiriza dodo abafana turamukumbuye kandi vyoryoha canegose ntagahombo karimwo
Afande ayiciye umrya 😂😂😂😂 shot but amazing courage mates
Wouh 🎉🎉🎉
Courage ❤❤❤❤❤🎉
❤❤❤🎉nacerewe
Murashoboy amashi nayanyu🎉🎉🎉🎉
Turasavye John Key ntapfe basha twoca tuyiheba nukur
Ino. Film yari nziza. Ariko. Publicité nindende
Fear woman
🔥
Muze muduha kumwanya irek guteba bsi
Ndabikundira
🎉🎉🎉❤
Muduhay iminota Mike nukur😢
❤❤❤🎉🎉🎉