ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Mercii Mme Dr Générose,ufis ubutunzi urakoze kubudusangizaPsychologie irimwo ijambo ry'Imana nubutunzi bukomeye
Merci Pamela warahise uduha des émissions ziri très importantes mubuzima bwa minsi yose.❤
Ivyo vyose biruzuzanya, ikibazo nuko tubikoresha mumwanya utariwo. Merci abateguye iki kiyago❤.
Aba Flegmatiques tumenyane😂
Mana yanje ndanezerewe nokwiyumva .ndumu flgmatiqu yuzuye. Ndashimye🙌🙌
Merci, nari nasomye igitabu personnalité plus, détails mutanze ziruganira cane❤
Un grand merci Pam pour ces émissions...tu te démarques par la qualité.
Pe kandi ntitwisiga mukorogo kabisa
C’est émission très intéressante et importante: Kwimenya no Kumenya abandi bituma mutahurana . Nta muntu ashobora guhindura uwundi ariko ni Mpwemu Yera wenyene ashobora kuguhindura akakwemeza icaha hanyuma akaguhindura . Ikindi umu colérique nta gwanisha inguvu ariko akoresha ivyiyumviro. Ni Umuntu w’amakenga nico gituma abaza ibibazo vyinshi . Ikindi nobwira les fiancés, nivyiza ko mugira mariage mumaze kumenyana kuko bitabaye Uko uzokwicuza . Muragabe : Ico wakundiye Umuntu niyo munyuma uzomwankira kuko kubera Urukundo rw’Imana , nos qualités cachent nos défauts . Mwibukeko Imana Hamwe yirukana Adam n’a Eva yabanje kubambika !
Yes’aguhezagire..ndahevy nditor temperature yanj...
Pamella turagu❤Turashimiye uyu mushitsi w ubwengwe. Imana imuhezagire.Turagusavye ntuzosubire kutunyoteza, umugarukane vuba
Waravyibush can madam Generose,birakuverey can
Pamela nivyo numunyamwete Imana iguhe umugisha kutugarikanira uwo muvyeyi
Mrc bcp pamela,c'est une émission intéressante dans la vie humaine,soit courage pamela ,c'est une bne action
Madame ndagukunda,Yesu ashimwe.
Namukundiye caaane ukuntu yuzuye ijambo rya Kristo
Mercii beaucoup turafashijwe caane karibu kandi mutubandanirize Ama défauts nayo
Ndafashijwe Imana iguhe umugisha maman.entre temps Pame ndakunda ubwo buturufu uguma utamwo😂🫣
😂
Kabisa nanje nkunda amahoro. Vyose noheba kugira ndonke amahoro. Uwo nijewe pe.
Murakoze mbega abatabonyeAba sanguin nabandi mumaze kuvuga yobikuraheMerci
Umu expert yaratubwie ko hari ubwoko 4 kwisi ,ww ucuraba iyi domina gusumba Izindi
aba flegmatique bafise ama qualite menshi ariko utudefaut twabo nuko bikwega mubintu kuko har cervice zimwe zisaba kubanguga , kwamuganga , mu gisoda canke mugi polisi , mubana , mumashure. , ariko nobakunda jewe, bafise vyiza muri society ikeneye
Iki kiganiro ni ciza cane mubishoboye muzogisubiremwo
Murakoze muvyeyi muzotubwire rero ama Defo nayo kugira twimenye neza tumenye neza
Merci bcp Pamela, nditoye nukuri 😅
Uyu mu maman ndamukunze arimwo ubuntu bw'lmana kuko ndumvako muburyo bwimpwemu impwemu zamenyanye zahuye
Murakoze cane
Merci Pamela kutuzanira Dr Generose.Mutubarize ko umuntu ashobora kuba à la fois mélancolique et colérique.Kuko hari abo usanga umengo caractères zabo zishaka gusa(ndavuga mélancoliques na Cholériques)J'attends votre réponse
@@gracentirampeba604 Murakoze cane kugumana natwe. Inyishu ni mu kiganiro gikurikira. Tubasabe kandi mwongere mugi partager henshi hashoboka kugira benshi bashobora gufashwa. ♥️
Murakoze cane kutugarukanira Dr Générose, turize vraiment ! 😂
Generose Imana iguhe ubumenyi bazosangiza abandi
Bene nkuba bari abarakare
Erega like bivana nuko turaba ibiganiro turi mukazi bidakundako twandika❤❤❤
Aba flegmatique nka aburahamu 😂ahebera rôti ngobabane amahoro
uwo mu coleric mbona abangamwe mu bantu! aribona , arishima mbona afise ama defaut abishe
Nous vous attendons encore sur les défauts❤❤
Ndumu sanguin mbana numu flegmetique😂😂icobatagufasha nukuryohegwa😂nokunezegwa ntashuha😂😂😂
Numero 3 saluto generose
Yesu abahe umugisha umu melancholic numu Coleric
Indigestion
❤❤❤❤❤❤
Jew muba flegmatiques ndiyumva muba melancoliques ndiyumva nomuba coleliques hose ndiyo😢
😂😂😂😂😂
Yooo wewe urisawa
Sanguin😂😂😂😂😂😂😂
Mercii Mme Dr Générose,ufis ubutunzi urakoze kubudusangiza
Psychologie irimwo ijambo ry'Imana nubutunzi bukomeye
Merci Pamela warahise uduha des émissions ziri très importantes mubuzima bwa minsi yose.❤
Ivyo vyose biruzuzanya, ikibazo nuko tubikoresha mumwanya utariwo.
Merci abateguye iki kiyago❤.
Aba Flegmatiques tumenyane😂
Mana yanje ndanezerewe nokwiyumva .ndumu flgmatiqu yuzuye. Ndashimye🙌🙌
Merci, nari nasomye igitabu personnalité plus, détails mutanze ziruganira cane❤
Un grand merci Pam pour ces émissions...tu te démarques par la qualité.
Pe kandi ntitwisiga mukorogo kabisa
C’est émission très intéressante et importante: Kwimenya no Kumenya abandi bituma mutahurana . Nta muntu ashobora guhindura uwundi ariko ni Mpwemu Yera wenyene ashobora kuguhindura akakwemeza icaha hanyuma akaguhindura . Ikindi umu colérique nta gwanisha inguvu ariko akoresha ivyiyumviro. Ni Umuntu w’amakenga nico gituma abaza ibibazo vyinshi . Ikindi nobwira les fiancés, nivyiza ko mugira mariage mumaze kumenyana kuko bitabaye Uko uzokwicuza . Muragabe : Ico wakundiye Umuntu niyo munyuma uzomwankira kuko kubera Urukundo rw’Imana , nos qualités cachent nos défauts . Mwibukeko Imana Hamwe yirukana Adam n’a Eva yabanje kubambika !
Yes’aguhezagire..ndahevy nditor temperature yanj...
Pamella turagu❤
Turashimiye uyu mushitsi w ubwengwe. Imana imuhezagire.
Turagusavye ntuzosubire kutunyoteza, umugarukane vuba
Waravyibush can madam Generose,birakuverey can
Pamela nivyo numunyamwete Imana iguhe umugisha kutugarikanira uwo muvyeyi
Mrc bcp pamela,c'est une émission intéressante dans la vie humaine,soit courage pamela ,c'est une bne action
Madame ndagukunda,Yesu ashimwe.
Namukundiye caaane ukuntu yuzuye ijambo rya Kristo
Mercii beaucoup turafashijwe caane karibu kandi mutubandanirize Ama défauts nayo
Ndafashijwe Imana iguhe umugisha maman.entre temps Pame ndakunda ubwo buturufu uguma utamwo😂🫣
😂
Kabisa nanje nkunda amahoro. Vyose noheba kugira ndonke amahoro. Uwo nijewe pe.
Murakoze mbega abatabonye
Aba sanguin nabandi mumaze kuvuga yobikurahe
Merci
Umu expert yaratubwie ko hari ubwoko 4 kwisi ,ww ucuraba iyi domina gusumba Izindi
aba flegmatique bafise ama qualite menshi ariko utudefaut twabo nuko bikwega mubintu kuko har cervice zimwe zisaba kubanguga , kwamuganga , mu gisoda canke mugi polisi , mubana , mumashure. , ariko nobakunda jewe, bafise vyiza muri society ikeneye
Iki kiganiro ni ciza cane mubishoboye muzogisubiremwo
Murakoze muvyeyi muzotubwire rero ama Defo nayo kugira twimenye neza tumenye neza
Merci bcp Pamela, nditoye nukuri 😅
Uyu mu maman ndamukunze arimwo ubuntu bw'lmana kuko ndumvako muburyo bwimpwemu impwemu zamenyanye zahuye
Murakoze cane
Merci Pamela kutuzanira Dr Generose.
Mutubarize ko umuntu ashobora kuba à la fois mélancolique et colérique.
Kuko hari abo usanga umengo caractères zabo zishaka gusa(ndavuga mélancoliques na Cholériques)
J'attends votre réponse