ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Courage chou mwiza urashoboye
Amen !!! Vyizaaa can mukobwa wa Yesu arko zukoresha amashuka adasa mukugira bitahurike neza😍😍😍
Turahari twahigereye nimuze yemwe turemere uyumuvandimwe arashoboye p abakunzi biwe mumpe like ❤❤❤❤ ham muze tumushigikire
Natwe turakuramukije mwizina ryumwami wacu yesu kristo. Hama courage mukobwa mwiza
Courage uzotwereke uko wasasa uri ahantu hakanye donc hategerezwa kuba couvre lit.
Thank you so much
Urumuntu mwiza caane wigisha abantu ingen bosasa ibitanda,courage
Irabikora neza bravoo
Urakoze cane kutwigisha gusasa neza❤
Courage iconsaba nukuzaukoresha amashuka yamacouleur kugirango tubone Aho ishuka imwe ihera naho iherera kandi idasa nigitanda kugirango tubinone nezaaaaa
Muraho neza.Nukuri dukunda uburyo mutwitaho
Courage bcp❤
Murakoze cyane. Uzatwereke uko wasasa ahantu hakonje.
Courage sha👊🥰
Twigishe Di mupenzi❤
Merci kucirwa utanze mukobwa w'ubwenge❤❤❤ abakobwa nkawe nibo dukeneye apana bamwe baza kutwigisha ubusutwa bingene bicuruza😢
Courage mwiza❤🎉🎉🎉🎉
Ndagkurikiran caaaaan courage nct yaaanj ❤❤
Wooow bien utwo dushurwe twotugurira heh?
Mukomeze kwagukirwa mubumenyi be blessed
Charlotte,ubikora neza cane cane cane iao modèle zibiri za mbere.arko umuntu aje kuryama ubwo bibanza kumugora kugira ashoboye kwifuka
Courage mukobwa wacu
Courage usasa neza nagukunze❤
Basii jew inyigisho zawe ziranamfasha ndagukunda trop❤️👌
Courage cousine
❤❤❤❤❤👍👍uri agapome🍏
Wow so beautiful thanks ❤❤🎉❤🎉🎉🎉🎉😊😊😊😊
pardon ako kantu kur étape 2 wafatishije ishuka ya décor nagaki ??
Courage mukobwa mwiza imbere niheza pe
Bitwereke neza uryamye murico gitanda kugira utwereke Ayo mashurwe ko aguma uko wayatweretde
Love from king japhet🎉🎉🎉🎉❤❤❤ubikora neza kbs
Courage chacha
Courage,none ivyo birakunda kumashuka yoroshe.cnk zimwe usanga bazifumye ,kudesa
Urashoboye wubahwe🙏🙏🙏🙏
Thanks chou uhezagirw can
Ubikora neza chr courage
Komerezaho
Courage ❤❤❤❤
Ma cousine ❤️we're with you
bisaneza kabsa .bandana uduha utuntu twubwenge🎉🎉🎉🎉❤
❤❤ courage sister.turi kugukurikirana kandi merci Turi kunguka ubumenyi kubuntu.natwe tuzogukorera ivyo udusavye kugira nawe ugere kure hashoboka.
Murakoz can kand muhezagirw kunyigish nkiz mudushitsak
Courage mwiz❤❤❤❤❤❤
courage mamy
Turakund knd byiz cyan mukomerez aho
Urakoze kubumenyi uduhaye
Courage ibiganiro vyawe biranezera trop utwereka ibintu vyakamaro knd kubuntuuuu wubahwe❤
Charlote ndagukunz cane vrem unkoz aho mbabara
Courage madame, ayo mashugwe ni naturel cnk artificielle ??
Murakoze kutwigisha
Nivyiza uzutwereka harimwo couvre lit
Twongere merci beaucoup
Urakoze cne kuduha kubumenyi
Merci ahubw uzoz uraduh nutund tunt
Courage bcp Charlotte 💪
Courage Charlotte w'iwacu 🎉
Ndakwemera kabx courage n jew waranyigishij
AmazinaNiSandrineu.muntuyabonanimerozanyugute❤❤❤❤
Byiza cyane
Urashoboye ivuge Amazina,urakoze Can kutwigisha
Muhezagirwe mugire imigisha vrt muratwigishiriza abacu neza
Waaawoo courag
Rekantere agatebe😊
Ego vraiment ❤
Urashoboye vrt.jew MPa Aka numr uzobinyereke turikumwe!
Nukuri mana yirambirekandi ajimeze my chr ndagukundacane
Courage ,kndi mrci bcp
Urashoboye courage
Courage
Courage chacha❤❤❤
Arik ntuba werekany ukuntu uba wazinze iyo yohejuru ukuramwo utumodele dutandukany
So good sister❤
Sha ndagukunze sha ndumurundi kazi ariko apart yokutwigisha uranaterinkuru kbx uratesa nakunze na talle yawe😂 muri make nagukunze wese ❤❤ Imana ikomez ikwagurira impano. Kandi uhezagigwe I'love you❤❤❤
Love you too 😘 💓 💗 💖
Naj ndumurundikazi Courage mukobwa wiwacu urakunzwe 🥰🥰🥰🥰🥰Iman ikomez umurimo wawe 🎉🎉🎉
Hahah ngo kwarugenti ww niharuguru konone wiyonony uvuga ikinyarwanda
Uzatwereke nuko washyiraho kouvurol.
Courage Charlotte ❤U
Urashoboy vrm
Nashitse nanje courrage mwuvandimwe🎉
Hejuru cane Chacha wacu ,ndakunda impano yawe❤❤cane , courage rero twari tugukeneye
Big up ,we appreciate you
Ndagufana
Nubwambere ngize commentaire kur youtube pe, Charlotte uranyemeje,couragee
Ubikoro nez
Vyiza canz
Ndaguteye intege❤❤
courage ma belle turagukurikira toujours
Ni vyizaa peee
Ibi bintu binyibukije muri internat niho twokora utuntu nkutwo😂sinumva impamvu tutabibandanije
Thank you mukobwa mwiza
Mugisagara harabakobwabeshi batazigusasa nahobaryama wobabwiriki?
Ubikor neza cane❤
Noe iyoshuka iba izinzemw kabir sinajibony neeza
Good❤
Cool🎉
❤❤❤ courage urashoboye
Waoooh ❤thx
Courage di
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ be blessed
Vraiment urashoboye❤❤
❤❤❤❤❤❤ Respect
Courage chou mwiza urashoboye
Amen !!! Vyizaaa can mukobwa wa Yesu arko zukoresha amashuka adasa mukugira bitahurike neza😍😍😍
Turahari twahigereye nimuze yemwe turemere uyumuvandimwe arashoboye p abakunzi biwe mumpe like ❤❤❤❤ ham muze tumushigikire
Natwe turakuramukije mwizina ryumwami wacu yesu kristo. Hama courage mukobwa mwiza
Courage uzotwereke uko wasasa uri ahantu hakanye donc hategerezwa kuba couvre lit.
Thank you so much
Urumuntu mwiza caane wigisha abantu ingen bosasa ibitanda,courage
Irabikora neza bravoo
Urakoze cane kutwigisha gusasa neza❤
Courage iconsaba nukuzaukoresha amashuka yamacouleur kugirango tubone Aho ishuka imwe ihera naho iherera kandi idasa nigitanda kugirango tubinone nezaaaaa
Muraho neza.
Nukuri dukunda uburyo mutwitaho
Courage bcp❤
Murakoze cyane. Uzatwereke uko wasasa ahantu hakonje.
Courage sha👊🥰
Twigishe Di mupenzi❤
Merci kucirwa utanze mukobwa w'ubwenge❤❤❤ abakobwa nkawe nibo dukeneye apana bamwe baza kutwigisha ubusutwa bingene bicuruza😢
Courage mwiza❤🎉🎉🎉🎉
Ndagkurikiran caaaaan courage nct yaaanj ❤❤
Wooow bien utwo dushurwe twotugurira heh?
Mukomeze kwagukirwa mubumenyi be blessed
Charlotte,ubikora neza cane cane cane iao modèle zibiri za mbere.arko umuntu aje kuryama ubwo bibanza kumugora kugira ashoboye kwifuka
Courage mukobwa wacu
Courage usasa neza nagukunze❤
Basii jew inyigisho zawe ziranamfasha ndagukunda trop❤️👌
Courage cousine
❤❤❤❤❤👍👍uri agapome🍏
Wow so beautiful thanks ❤❤🎉❤🎉🎉🎉🎉😊😊😊😊
pardon ako kantu kur étape 2 wafatishije ishuka ya décor nagaki ??
Courage mukobwa mwiza imbere niheza pe
Bitwereke neza uryamye murico gitanda kugira utwereke Ayo mashurwe ko aguma uko wayatweretde
Love from king japhet🎉🎉🎉🎉❤❤❤ubikora neza kbs
Courage chacha
Courage,none ivyo birakunda kumashuka yoroshe.cnk zimwe usanga bazifumye ,kudesa
Urashoboye wubahwe🙏🙏🙏🙏
Thanks chou uhezagirw can
Ubikora neza chr courage
Komerezaho
Courage ❤❤❤❤
Ma cousine ❤️we're with you
bisaneza kabsa .bandana uduha utuntu twubwenge🎉🎉🎉🎉❤
❤❤ courage sister.turi kugukurikirana kandi merci Turi kunguka ubumenyi kubuntu.natwe tuzogukorera ivyo udusavye kugira nawe ugere kure hashoboka.
Murakoz can kand muhezagirw kunyigish nkiz mudushitsak
Courage mwiz❤❤❤❤❤❤
courage mamy
Turakund knd byiz cyan mukomerez aho
Urakoze kubumenyi uduhaye
Courage ibiganiro vyawe biranezera trop utwereka ibintu vyakamaro knd kubuntuuuu wubahwe❤
Charlote ndagukunz cane vrem unkoz aho mbabara
Courage madame, ayo mashugwe ni naturel cnk artificielle ??
Murakoze kutwigisha
Nivyiza uzutwereka harimwo couvre lit
Twongere merci beaucoup
Urakoze cne kuduha kubumenyi
Merci ahubw uzoz uraduh nutund tunt
Courage bcp Charlotte 💪
Courage Charlotte w'iwacu 🎉
Ndakwemera kabx courage n jew waranyigishij
Amazina
Ni
Sandrine
u.muntuyabonanimerozanyugute❤❤❤❤
Byiza cyane
Urashoboye ivuge Amazina,urakoze Can kutwigisha
Muhezagirwe mugire imigisha vrt muratwigishiriza abacu neza
Waaawoo courag
Rekantere agatebe😊
Ego vraiment ❤
Urashoboye vrt.jew MPa Aka numr uzobinyereke turikumwe!
Nukuri mana yirambirekandi ajimeze my chr ndagukundacane
Courage ,kndi mrci bcp
Urashoboye courage
Courage
Courage chacha❤❤❤
Arik ntuba werekany ukuntu uba wazinze iyo yohejuru ukuramwo utumodele dutandukany
So good sister❤
Sha ndagukunze sha ndumurundi kazi ariko apart yokutwigisha uranaterinkuru kbx uratesa nakunze na talle yawe😂 muri make nagukunze wese ❤❤ Imana ikomez ikwagurira impano. Kandi uhezagigwe I'love you❤❤❤
Love you too 😘 💓 💗 💖
Naj ndumurundikazi
Courage mukobwa wiwacu urakunzwe 🥰🥰🥰🥰🥰
Iman ikomez umurimo wawe 🎉🎉🎉