ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Umwami yesu aguhe umugisha nibahaguruke basengere nyene igihugu kigeze kure
Iki ni igihe c'abahanuzi b'ibinyoma pe! Ivyanditswe biriko birasohora.Bazobona ibara abavuga ngo Imana yantumye kandi itigeze ibatuma.
❤shya ibyuvuga birahari muripantecit
Ntimukabeshyere Imana ngo yabatumye ahubwo mujye muvugako mwahimbye inkuru kandi mujye mureba ibyo muvuga kuko mbona Ari ugusebya itorero kuko nkibyo wakagombye kubibwira benebyo nayo twebwe kubimenya singombwa
Mbe m''Urwanda ntaco Imana ibabwirayo??nigute Imana ibabwira kugihugu c'Uburundi ntibabwire kugihugu canyu??Kagàme ntaco Imana imuvugako?
Urakoze muvandimwe, wewe uvuze ivyo watumwe, ubundi bwo abatavyumva, nabo bazumvirayo, umuntu akubwiye ati senga, ubwo ntaba akwanka, rero lmana idufashe cane
Sha mbangututse nuko nakijijwe yesu abimbuza Ariko uri umurdayi wo mumutwe kuri TH-cam sha
Amavuta mukozi w,imana
Reka guhangara abasizwe amavuta ngontibasenga ,iyabahoho badasenga nayuvuga ntayowarikuba uriko uravuga
Imana igukomereze mubuntu bwayo
Ufis,akazi katoroshe Ivy,uvuga ni waba wabitumwe n,Imana tuzabibona nta ngorane komeza.
Manaweee lmana idutabare PE erega kirazira gupinga ubuhanuzi ahibwo urasenga ukarindira uhoze gushitsa ubonye isozera yabwo
Aho waruhaz saporo
Imana irakunda abarundi cyane
Cane ariko ntitwumva nukuri
Nange ndabakunda. Nugusenga nizerako Imana izahindura hariho turayizera munkorere Sabscribe muraba mukoze cyane
Abakomeye naboroheje ishengero n'ibihugu
Uri hejuru rwose uhanurira a akomeye
None nimba Imana yagutumye mu Burundi yagutumye kuri TH-cam? Nimba wizerako ivyuvuga Imana yabigutumye duhirire muri Pantecôte Dimanche hama uduhe ubwobutumwa ariko umvengaha kuri TH-cam kuko ubwo babwita Ubutumwa bujongoroye bwagenewe Ishengero runaka ariko urikurabuha abatabugenewe ahubwo bibonekeko kutazi ivyurimwo knd ubwo buhanuzi ntibuzoba mugihungu c'Uburundi aba pantecô sibo basenga bonyene harabantu benshi baaenga. Ikindi genda Kenya urababe abantu bariko barahunga igihugu cawe kubera ivyo vyose uriko uradonda ngo biri mu Burundi murakwiye kwiga mukamenya umuvugishwa uwariwe nuko akora TH-cam ziriko zizimiza benshi umuntu wase ngo ni umuvugishwa😢
Ndabemer
nta Mana yabigutumye kuko yari kukubwira ko ata mwungere w' ishengero rya pentecôte ahari. Hama usubiyemwo ubuhanuzi wumvise kongerako ubujambo bwawe bwo kurondera vyuziii. Ariko impanuro utanze ni nziza
😊
❤😂
Akariho karabigwa kuko Jewe nd umu pasteur muri Pentecôte iburundi ivyavuze nukuri naho bibadya mimatwi mukwiye kuvyumva nimutavyumva muzumva ataco mugikiza
Umwami yesu aguhe umugisha nibahaguruke basengere nyene igihugu kigeze kure
Iki ni igihe c'abahanuzi b'ibinyoma pe! Ivyanditswe biriko birasohora.
Bazobona ibara abavuga ngo Imana yantumye kandi itigeze ibatuma.