SIMBIZI Arasaze Ubwambere Arishuye SAT-B vyose Abishiz HANZE Amahera ya ADAM🇧🇮yibwe RIB🇷🇼Ibijemw
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 25 ส.ค. 2024
- @hittoptv #hittoptv1 #burundi #congo #rwanda #simbizi @LandryPromoter #landrypromoter #hittoptv1 #sat_b @SatBOfficial #kigali #landrypromoter #adam @adammusic1826 #oohyeah #nkarwagasore
th-cam.com/video/zZLBDQZKWgQ/w-d-xo.htmlsi=nASpo2udcV370U5i ooh Yeah by ADAM
🇨🇦🇨🇦🇧🇮Simbinzi turamuzi Yuko arumufana wa Sat b 👑 100% ivyonivyoyigirisha gusa
Oyooo Swingiman wambiye bro Dima Kenya simbizi Mkaliwao
From 🇺🇸🇺🇸🇺🇸😂iy interview nukur 😂😂😂niyamber Sana gsee big up Sana Landry m wew urahara sometimes
Big up mr simbizi iyo projet uvuze nukuraba mukayikorerako kuko harimwo ivyunguka knd na visibilité yigihugu ikahaba kuko namashirahamwe menshi yohungukira ibitari bike
King satur nk rwagasore
Muba youtuber baneutralisa Simbizi Landry ni number one nayo abandi baramutinya akaguma yivugira yamuhe
Hit top tv yubahw
Guma hamwe knd ury numu legend#be mwubaha
❤❤❤simbizi 00❤
En fait Simbizi ariko avuga umuziki wn tant qu'artiste afise ubumenyi.ariko Landry avuga nk'imufana
Simbizi ndamukunda cane🌺🌺🌺🌺💋💯💯
Uyumuns ndakunze ikiganiro ca simbizi ntaburofa yashizemw yagize interview nziza vert
Simbizi niwe mupromoter nemera abikora neza
Simbizi uramwemera satb
Ba wubaha sat niwatuma ubaho je simbona impamvu ya nagushize mu song yiwe
Uyo musani adam nimuduhe youtube ye
Wooooa ❤❤❤❤❤😂😂😂
Oyeeeeeeee
Eka nyene ntavyuzi 😂😀😄 izina niryo muntu
Keep Sharing mutananirwa wnguu❤❤
Adam ndamumenye ubunyene na song yiwe ndayibonye ubunyene
Simbizi jew ndakwemera zuramena ububanga bwose kondi keshi uvunga vyo
Eka nyene urintavyonzinyene urya nirijendi kaka zunyahoweretswe simbizi
Simbizi yatumye menya Adam atawe narinzi
Soon ibikogwa reko vyivugire Simbizi wasemaba
Sat B
Thierry seven kiss Uwutazi kiguruga napereze studio basenge zugagwe na internet bazugare ntarashira hanze uwutanze uzomenya umwanya muto ndakwinjire mumutwe
Uwo muhungu nigikrogorogo nn yaririmbiye hh
Uvugishijukur ntatunzwe nabagor
Mugutangur uramukoy ng aj gufungur kw maman wiw😂😂
Nugukora ivyunguka uyu mwaka😅
Landry promota
Simbizi Wase mavumba reka kumuvuga uyo mubire unamupa chat g😂
🇨🇦🇨🇦🇧🇮Simbinzi yapanitse kubera wamugabo wavyuze kwasigayabiwabo😆😆
Acha niwambie Landry uyo jamaa sijui anaitwa ntabizi uyo hatumjui hata kidogo Sat-b ni content kwa sasa burundi mi namfananisha na Harmonize tz
Vugako ushonje ukeney kudugira kur satb
Oyasha yaragukubise wesimbizi iryandirimbo twayiravye nkicurocumi goyakurezekuvakera
Yve bally aze ndamwigishe ingene bagira colorgrading
bwatwiriyeko ntatara twari twitwaje murakoze
WW upond sait b 😂😂😂 kina namutim komed
Simbizi uvuga ukuri kandi zraciy ubwenge nibabahe ivyunguka nimwe mutuma ingenzi cnk abarundi bari mu mahanga bamenya baje iburundi aho boja hamez neza
Umunyon tux washaj
🤣🤣🤣🤣🤣🤣simbizi wasemavumba urantesa kwl
Mshikaji ni promota kabisa.hata Mimi sielewi lugha yenu lakini nimemjua msanii Adam 😂
Ngo satura yakubisamaki mundirimbo ya Linog?😂
Raba uhindure iyo caméra bikunze usig lumicash tugufash sinon tuzogwar miopi ham simbizi uwo azosara narek sat b arazi impamv yabikoze wee niwiruk inyuma yiw uzomera NK ibiyu(drama t)😂😂😂😂
Iconikibazo ca phone yawe amasanamu niwuane
Landry nawe bwabundi uracokorana ngwamahera yamuherany ya contra yaje gufungura Kwa mère 😂😂😂😂😂😂
Hipop y simbizi namazi
Landry icogihimbiri usubiye kukizana ngaha nzoca ngira unfollow😠ntandero rugira iyimbwa kubahuka umutama wacu Sat B😮
Wacomye???
Oya sinacomye mvuze ivyonzi kuko jewe sindi simbizi uryamusazi😳
Nonahowewewumva urikuvugiki? SATB uryaturamwemera wewemenyovyawe
Wamabyiwe gaswere nyoko
E mn kufakany warwan?
Uburundi mwaragiwe kino gisambo nicyo mugira muganira nacyo mubamwabuze abandi muganira