MUHOZA Serie Episode 2 FULL MOVIE.

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 11 ก.ย. 2024
  • #MUHOZA
    #GLORY #FILMS #burundi

ความคิดเห็น • 33

  • @tambwe
    @tambwe ปีที่แล้ว +5

    Good job Muhoza

  • @sodrt6009
    @sodrt6009 ปีที่แล้ว +4

    Yooooo oya dodo rekuwomwana

  • @hgkf694
    @hgkf694 9 หลายเดือนก่อน +1

    Ndakwemeye cane wamugabo wewe ukuntu ufashe ingongo nyayo nivyo imigisha izanwa nabonyene nugukorera ineza bose

  • @myriam5411
    @myriam5411 ปีที่แล้ว +4

    Dodo ntumutese arimurwase ngurakanwa dama🤔🤔❤

  • @emelyneniyonkuru4510
    @emelyneniyonkuru4510 ปีที่แล้ว +1

    Courage

  • @belysekampemana4732
    @belysekampemana4732 ปีที่แล้ว +3

    Merci vraiment mukomerezaho harimwinyigisho kububatse kabisa zikomeye kirazira kwiyumvira nabi umugabo wawe utaramwigatira,hamwe nokwirinda abagenzi baduhanura nabi tuzingo baradukunda

  • @anithatuyisabe4805
    @anithatuyisabe4805 ปีที่แล้ว +1

    Dodo nIwamenya kari umwana Wumugabo wawe uzomaramara

  • @aliveratuyiseng8850
    @aliveratuyiseng8850 ปีที่แล้ว +4

    Iyifirim kwiryoshe😊

    • @AngenellyNdayizeye-pc8fq
      @AngenellyNdayizeye-pc8fq ปีที่แล้ว +1

      Mbega flm iryoshe dukeneye abagabo nkaba bafata ingingo nyarutsa iyindi murashoboye kwer.

  • @ChachaChany
    @ChachaChany ปีที่แล้ว +3

    Muzohore mutangurira aho yahereye nivyo vyiza nkubu duheruk muhoza arik aragend mw'ibarabar mwari guc muher harya nyen

  • @languida1836
    @languida1836 ปีที่แล้ว +1

    Dodo gukinana umutima mubi ntibikubereye disi

  • @mediatricenzirorera7333
    @mediatricenzirorera7333 11 หลายเดือนก่อน +1

    Burya umugenzi umuhanuje ntabizima aguhanura niyompamvu mukugisha inama umugenzi uzubaze kwiyumvire kabiri bitakwiye wongere wiyumvire iryagatatu ubonye vyase ucuvuga ikikubakiye

  • @NimpayeGenevella-mn6km
    @NimpayeGenevella-mn6km ปีที่แล้ว

    Dodo suko wahora vert Raba uhindure Uwo mutima suwawe vert

  • @AlineNgejeje-dl6tq
    @AlineNgejeje-dl6tq ปีที่แล้ว +2

    Courage mes amies anitha et gloria je vs aime bcp

  • @shadiahshadiahshadiahshadi4060
    @shadiahshadiahshadiahshadi4060 ปีที่แล้ว +2

    Mwari muraho ❤❤

  • @ndayihimbazelydia6731
    @ndayihimbazelydia6731 10 หลายเดือนก่อน

    Crage film brd🥰🤗

  • @marie-gorethmanariyo3049
    @marie-gorethmanariyo3049 ปีที่แล้ว +1

    Muze muhera aho iba yahereye

  • @yabiyambereleopold8693
    @yabiyambereleopold8693 ปีที่แล้ว +2

    Think you mama Frank uratwika

  • @marie-gorethmanariyo3049
    @marie-gorethmanariyo3049 ปีที่แล้ว +1

    Dodo umuhanuzi mubi angana umurozi uyo mwana ararengana

  • @AngenellyNdayizeye-pc8fq
    @AngenellyNdayizeye-pc8fq ปีที่แล้ว +4

    Nuko ari gato

  • @user-ln8pl3kn1u
    @user-ln8pl3kn1u 9 หลายเดือนก่อน +1

    Couurrage 3:07

  • @ndayisengalydwine8939
    @ndayisengalydwine8939 ปีที่แล้ว +1

    ❤❤❤🎉🎉🎉🎉❤❤

  • @santhaaudreilleakimana1778
    @santhaaudreilleakimana1778 ปีที่แล้ว +2

    Couragee

  • @alfredndihokubwayo3583
    @alfredndihokubwayo3583 ปีที่แล้ว +2

    Terimbere murashoboye muhoza kuraje

  • @Hello_Monday.11.01
    @Hello_Monday.11.01 ปีที่แล้ว +4

  • @amnaamna1335
    @amnaamna1335 11 หลายเดือนก่อน +1

    Yooooo 😢😢😢😢😢

  • @marie-gorethmanariyo3049
    @marie-gorethmanariyo3049 ปีที่แล้ว

    Dodo ntumufate nabi aho uri ni kwa se wiwe

  • @user-xd7xu3ol1i
    @user-xd7xu3ol1i ปีที่แล้ว +3

    ❤❤

  • @marie-gorethmanariyo3049
    @marie-gorethmanariyo3049 ปีที่แล้ว

    Uru rugabo narwo rukina umenga ntiruri sérieux muvyo rukina kuko umenga ntiruzi gufata décision mu rugo!mbe hoho uyo mwana ko mutigeze mumubaza ubuzima bwiwe kugira mwumve ivyamushikiye kugira arinde aja mw'ibarabara?

  • @user-op1nl2gb1t
    @user-op1nl2gb1t 11 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂😂

  • @HassanCiza-uq1ht
    @HassanCiza-uq1ht ปีที่แล้ว +2

    Courage