M'URUGO kwa BAHAVU na Fleury🥰 BAKIRIYE Fanny Lavine,Norasque,Abel//BARANDOZE Nanka GUPFA😞
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 11 ม.ค. 2025
- #africantv #bahavu #fannylavine #impangaseries
#franickanswer
@impangaseries @fannylavineofficial1360 @fleuryjanet9656 @SolutionCouple @abelnduwayoofficial
Rwanda dukunda abarundi turabavandimwe urukundo ruganze baturanyi❤❤
Natwe abarundi turabakunda
Ndaryohewe cane N'a Bahavu n'a Fleury nabana beza cane barakundana Ndiho abahezagire kuko mwakiriye abashitsi murugo gwanyu ❤
Uyumunyamakuru ariko avyitwaramwo neza sinkababandi courage bro 💪🏾❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Abarundi bacu bakiriw neza murwanda alhamndulillah ❤🇧🇮🇷🇼urukundo rumwe❤❤❤
Waw 😂😂❤❤❤🇧🇮🇷🇼🇸🇦 Vyiza Cane Kwel 🎉🎉🎉🎉🎉 Bahavu & Fanny Muze Mupfukama Mushim Iman Kukw Mufite Abagabo Beza Bimitima Myiza❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
❤❤❤
Uwubonako umugabo wabahavu asana israel mbony amp lik aha
Uzikwaryo ra
Batandukaniye kunzobe mbonyi afite inzobe nyishi
Je nabibonye kera naranabivuze
Asa na kagame
😂😂😂😂basa bose
BAHAVU wumve ko NGUKUNDA CANE ndipfuza igihe kimwe nanje Imana izompe amahirwe yo guhura namwe
Bahavu afite umugabo mwiza witonda muraberanye pe Imana ni gitangaza ❤😂 mu zasazane
Fleury and bahavu ndabakunda sana ,urugo rwabo nirwiza ndabigirako ibintu vyinshi
Ndakunze Bahavu n'umugabo we ku kuntu mwakiriye abo musangiye umwuga wa filme🎉🎉🎉❤❤❤
Fiko Fiko yasarishije iyo chapeau n ukuvuga iki naho bariko barasenga ntiyibajije kuyikura ngo aheshe Imana icubahiro
Eeh wewe rero haaa icubahiro c'Imana kigenda kubera kwanbara nabi inkofero?
Hi Amora, nakunze ukunze Amora yubaha isengesho vraiment. congratulations Fleury and Janet. Imana izobageze kure cane heza.
Yego per
Waaaao ndaryohewe cane vraiment 🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️❤️🇷🇼🇷🇼🇷🇼 merci bcp Freury anei Jeannette mwakiriy abashitsi bacu neza cane 💐💐💐Franick naw merci beaucoup 💐💐💐 Fanny na Norasque namwe murabizi murabacu courage cane❤️❤️❤️❤️❤️💐💐
Flery shn uritonda😢❤🎉
Mama Aroma eti ari handsome 😂😂. Handsome uyikoresha kumu gabo gusa. Kubagore naho ukoresha beautiful.
Maman Flery my model wanje❤❤❤❤
Fanny wanje waberewe nukuri ntanzigo ibirimwo mbivuze uvuye kumutima waberewe💋💋💋
Mama Wacu Mama Amora Ndagukunda Mama❤❤❤❤
Ibi bintu naguma ndavyiyumvira ko nzobona iyi vidéo waouhhh Burundi×Rwanda Imana ibahezagire Mwese🙏🙏🙏❤❤❤❤❤❤💙💙💙🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ndakunda team Fleury and Jeanette en plus Amora ❤❤❤ ndabakunda cn 🫶
Yeweeeee uyumugabo wimurundo disi ndamukunda mukurikira cyane mu Flime kukibiba❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Abarundi baratwenza ati bateka neza kuturusha😅😅😅😅bahavu aba arumiwe 🤔ati se mama natetse ibi bishe😳Hoya abarundi baba bashaka ku kubwira ko nabo bazakwakira neza ndetse bagasumbya ukaryoherwa cyane 🤣🤣🤣🤣utarabimenya urashavura uti nooo gute twe tutazi guteka
Ayo ma couple yose ndayakunda vyanyavyo 🇧🇮🇧🇮mukomerez
Benewacu sha ❤❤❤❤nikaribu iwacu turaba vyara abarundi naba nyarwanda
Intasho kwa fleury et janet❤❤ turabakunda cane mwese
Nukuri ndabakunze cane bakinyi bacukuko ikintu come muvuga mushira Imana imbereee
Yoooo biraryosh natw twaryohewe mwabakiriy nza Can mwubahw bza bacu mugumane Ugo rukundo pe knd kwakira abashitsi numugisha knd namw mwarawuhawe😊
incwimana 🥰🥰 Nice family ❤️❤️❤️🇷🇼
Mbonyemwo mam scoti❤❤❤❤
my favorite Fanny Lavine and Nora
Bahavu❤❤❤❤ ndagukunda cuaneeee❤❤❤❤❤
Strong woman Bahavu ❤❤❤
Abantu turi mubihugu vyabarabu omani na Arabi saudia turabakund cane african tv
Turabaramutsa ncuti😂🤩
Waoooh bahavu and Jeanet ndabakunda cn❤❤hm Abel naw yatwononeye iyaba naw yazanye umugore 😂😂vyar ķuba vyiz naw yazanye rwiw😂😂
African tv merciiii fiko n scot good👌
Frannik nsuhuriza mama Amora umubwire ko mukunda kubi❤❤❤❤
Fleury and Jeanette❤
African Tv the best in 🇧🇮
Bahavu ndabakunda from Rwanda
Hi Amora❤❤❤afite discipline nyishi cne narimukumbuye disi
Abel iryosahani😂😂😂
My mupenda demu Fiko Fiko ntuve Mu Rwanda ukonyene😂😂😂😂
Nuwiwacu aberi uzumufate neza mandame wawe❤
Mwarakoze kudusura inaha iwacu mu Rwanda
Courage frère komeza USHAMIKE
Vyizacanee❤❤🎉🎉🎉
Shaa plank za pap amora niz zinyica
Abel zawifata nkumuntu wumugabo!!kumengo wabay dépaysé 😂😂uravug ibintu bidaknew!!urabon fleury na nono ingen batuje koko!!uratumaramaje
True
Fanny natwe hafi muburundi uzokwigishe abakinyi kugira natwe tubikunda tugerageze amahigwe.
Mama Zoulou ndagukunda cane ahuri uvyumve pe.
Yoooo mbegibintu vyizaaaaa❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Maman Scot uli mwizaaaa
👏🏽👏🏽👏🏽Abel ❤️❤️❤️❤️
Fiko fatirahonyn iburyo bwawe 😂😂😂😂
Imana ibabe hafi
Wawuuuuuu murakuzwe nguma twenga
Amora ❤❤❤❤
Niviyiz pe 🙌💪💪💪💪💪💪🙌🙌👍
Waooooo vyiza cane ❤❤❤❤❤❤❤
Ewe abel uranyishe 😂😂😂😂😂
Mwese ndabakunda ❤❤❤
Fiko Fiko uragaba Clarisse arakumara ugomba umukure mwihiganwa😅
Nagatangaye impamvu mukunda gusubiramwo prank bakoze😂😂😂
Ninde ubonako uyumugabo afite amagambo menci😅😅😅😅😅😅
Abel vrmt ariko aravuga nibidakenewe😂😂😂
So lovely ❤
Tunawapenda sana
Nanje nkunda gukina kdi ndamukunda ❤ nanje agaragara nkumuntu wicisha bugufi ego mbe Bahavu nje kontaba mu Rwanda no mu Burundi najamubakinnyi bawe gute ?
Nacerewe ❤
Uwabanga azangare sha
Nukur kwos ikikiganiro namb aruk kirimw abnt nkunda❤🎉natwenz ndahwerey😂😂😅😂
❤❤❤ muryohegwe mwese
😂😂😂😂Emwe Abel
Hey Scot!!!
Abel yari yahevy arashish abantu kuber kuvug ibint vyinshi bitanakenewe Ariko ikimbabaje nuko atabon ko bariko bamucish mwijish kuvyiyumvir afis vyitwa numugabo ng Ariko arabatwenz iga kuvuga make nivy vyiza
Warumunezer mwnshii vyamurenz ah yar yumv yovg gshka buceee 🎉🎉😂😂😂🎉😂❤
Umiririmvyi wi dredi aririmba abanje kwidroga
Abel nkunda
Turabakunda caneee
Turabakunda❤❤❤❤🎉🎉😂😂
Fiko fiko oyeee ntusubire inyuma ukonyen
Abel arakajombye Faxine 😂😂😂😅😅
Ati afis "mind"😅ariko mwabantumwe muje muvuga ururimi muzi neza
Turabakunda wese
Waooooo❤🎉
Abel ivyobintu avuga ntibimubereye kwerii gutwenza ni sawa muga haraho avug ibintu ugasang ntibinatwengeje
Uvuze vyo cane nanje ntivyanezeye avuga uburofa cane
@@alaineIngabire-gq2li arafis nakantu kokwiyemeza Imana imubabarire nukuri, ibintu avuga nabantu baba barikumw haraho ubona neza kobitabaryohera, ibintu bitagira sens wewe aba yibaza nugutwenza mugabo wapiii kbs biramubihiye😏😏
Fanny yaramumaze umugabo wiwe ngo ari murukundo nawe😂😂😂😂😂😂😂
❤❤❤❤❤❤❤❤nice🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇷🇼
lmana ibasubiriz ahomwakuy disi mbisabir ugorukundo mutwerets ntiruz rugarukirah natweturabishimiy hejurucan mwes mbipfurij
Milk numva nshak kumubona arakinq neza cn
❤❤
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤Ndabakunda
Namuona fiko fiko
muradutwengeje caane
Franck you're the best presenter😅😅
Uwumva k Fico atakivuga ikirundi agonge like hano😂😂😂neza na neza wokwibaza ng amazeyo imyaka cumi😂
Fiko gumya iyodemu irimpande yawe ntuveyuko ko Clarisse vyakwankiye
Muraberewe pee
Nonese mwa duhuhaye indi bod choice
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Murwanda tubyita umugenzi