Menya neza kahise k'umupira w'amaguru ka Stanley Maradona wa Vital'o Fc

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 20 ต.ค. 2024
  • Uburundi bwigeze kugira abakinyi benshi b'umupira w'amaguru bakina kuruhande kera ariko Nduwayo Stanley Maradona wa Vital'o Fc yari akomeye cane .
    Menya neza kahise k'umupira w'amaguru kiwe hamwe n'umigwi yaciyemwo akiri Umukinyi

ความคิดเห็น • 19

  • @guychris7861
    @guychris7861 4 ปีที่แล้ว +2

    Merci Stanley Maradona ufis ic wamariy igihugu imigisha igusesekaremw legend wacu twemer kand dukund

  • @habarugirafabrice5418
    @habarugirafabrice5418 4 ปีที่แล้ว

    Merci,indundi tv

  • @jeankalubandika2560
    @jeankalubandika2560 4 ปีที่แล้ว +1

    Nakubal Bosingwa.tunasubir part2

  • @justinndayiziga838
    @justinndayiziga838 4 ปีที่แล้ว +3

    Uyu mu journaliste arashoboye tuba dukeney ibintu nkibi vyamateka

  • @williamruto3103
    @williamruto3103 4 ปีที่แล้ว

    This is why i like this channel

  • @willyndabaniwe2533
    @willyndabaniwe2533 4 ปีที่แล้ว

    Un bon Journaliste. Ubaza ibibazo vyiza cane abanywanyi ba Foot baba bashaka kumenya

  • @sophonientiranyibagira3247
    @sophonientiranyibagira3247 4 ปีที่แล้ว +1

    Ikiganir c'amateka.natw abub turakeney kuzatumeny ivyakahis nkibi.bro thx

  • @reepverloren2977
    @reepverloren2977 4 ปีที่แล้ว +4

    Kika

  • @jacquesntabagara3091
    @jacquesntabagara3091 4 ปีที่แล้ว +1

    Alphonse Gatera another legend .

  • @richardsinzinkayo1146
    @richardsinzinkayo1146 4 ปีที่แล้ว +1

    Cimpa ! Iryo ni iritazirano yahawe na Kitenge Debo.
    Kandi kuri match ya Fatima Malick Jabil niwe yatsinze le but de la victoire après celui de Stanley. Kirahinduka Jean Pierre yatsinze le but de l'élimination contre inter du Congo. Aba entreneur b'intamba batatu bari Ndindi wa Prince Louis, Rashid Sheradi wa Vital'O na Alexandre umuzungu murusiya wa Inter Star FC

  • @ntizihabosehassan649
    @ntizihabosehassan649 4 ปีที่แล้ว +1

    Pls government do something for this legend

  • @richardsinzinkayo1146
    @richardsinzinkayo1146 4 ปีที่แล้ว +1

    Stanley bamutazira Kika canke Cimpa !

  • @mamoudiawara9378
    @mamoudiawara9378 4 ปีที่แล้ว +1

    Ah stanley a l,epoque

  • @richardsinzinkayo1146
    @richardsinzinkayo1146 4 ปีที่แล้ว +1

    Ama talonnades yo hasi no hejuru no gukinisha ibamfu vyatumye yitwa Maradona

  • @aristidesindayigaya8893
    @aristidesindayigaya8893 หลายเดือนก่อน

    Wakoze ibikora inka niwiruhukire mumahoro.

  • @yvonavry2482
    @yvonavry2482 4 ปีที่แล้ว +1

    Nakubali

  • @augustinnzohabonayo4783
    @augustinnzohabonayo4783 4 ปีที่แล้ว

    Amateka atagira ibikombe mububati siyo twese turemera vital'o ifise cecafa abandi Bose barabizi

  • @willyndabaniwe2533
    @willyndabaniwe2533 4 ปีที่แล้ว

    Wapi nta Inzaghi yogereranywa na Ronaldo. Loin de là