Mfise amaguru meza☺️ Chimamanda n'agasuguru// B-FACE ntitworwana/ Koreshumwanya

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 9 ต.ค. 2024
  • Mfise amaguru meza☺️ Chimamanda n'agasuguru// B-FACE ntitworwana/ Koreshumwanya

ความคิดเห็น • 19

  • @DeliciaKeza
    @DeliciaKeza 2 วันที่ผ่านมา +1

    Iman'irihangana kweli

  • @IkirereMedia
    @IkirereMedia 2 วันที่ผ่านมา +2

    Musumeno 😂😂😂

  • @santiananiciteretse6297
    @santiananiciteretse6297 2 วันที่ผ่านมา +1

    Ewe miss musumeno😂😂uritera agateka nukuri😂sinkubesh uzobah😂😅

  • @BrotherMUVUKANYI
    @BrotherMUVUKANYI 2 วันที่ผ่านมา +1

    Kody sindakuzi, ariko abantu nkabo ntuzobagarukane, umuntu honyene unamuravye ucawumva nausé hama ngo nyenyenyenye....

  • @uwimanabenis1421
    @uwimanabenis1421 2 วันที่ผ่านมา +2

    Rwaho babakobwa bibujumbura basaze

  • @nirexstudio5758
    @nirexstudio5758 2 วันที่ผ่านมา +2

    hahahaha amaguru mez?

  • @JuxArtimel
    @JuxArtimel 2 วันที่ผ่านมา +1

    None Akamo Tv Mukurahe abo bakehabwenga? Ico kijuju mwagikuyehe koko? ubwenge bwaramusize kweli

  • @AnathalieManirambona-ew6ho
    @AnathalieManirambona-ew6ho 2 วันที่ผ่านมา

    Kody naw intwengoo yahavuye irakwica kwr😁😁😁😂😂😂

  • @KamarizaViolette-zm5bw
    @KamarizaViolette-zm5bw 2 วันที่ผ่านมา

    Ndumiw koko ngo biiii numwana ereg wamukobwaw urubahuka ndumiwekoko😂😂😂 reka mfatagatebe

  • @CarineNISHIMWE-kt4ss
    @CarineNISHIMWE-kt4ss 2 วันที่ผ่านมา

    😂😂😂😂😂😂 reka ntore agatebe

  • @FeliciteKezakimana
    @FeliciteKezakimana 2 วันที่ผ่านมา

    Mbega ako ga gakobwa namadodane mwagakuyehe?
    Nn nkaho ikizima murimwo nigiki
    Nabasazi murazanaaaa!!😢

  • @NellyNininahazwe
    @NellyNininahazwe วันที่ผ่านมา

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @uwimanabenis1421
    @uwimanabenis1421 2 วันที่ผ่านมา

    Ubwo buguru umenga nikidage ndakesera ngo nimwiza afise isura nayo umenga nigikandu cicapati ngo B face 😂😂😂😂 uyo mukobwa yadrazwe na cimamanda hhhhh numva norira 😂😂😂😂😂😂

  • @DJBP
    @DJBP 2 วันที่ผ่านมา

    Ww waruzigowe

  • @RUKUNDOAmical
    @RUKUNDOAmical 2 วันที่ผ่านมา

    akamo tv ijuru muzoryumva kwiradiyo😂😂😂😂 Uwo muwimu mwamukuye hehe koko?

  • @Amajwi
    @Amajwi 2 วันที่ผ่านมา

    Bagenzi😂 banje

  • @OlivierNdayishimiye-ke8nd
    @OlivierNdayishimiye-ke8nd 2 วันที่ผ่านมา

    Iyi rofa niyahe?

  • @WinnerKEZA
    @WinnerKEZA 2 วันที่ผ่านมา +1

    Umupfu ntiyinukira kabisa! Chimamanda arondera wewe? twavuga Nelly Nat ubuho harajwe

  • @KamarizaViolette-zm5bw
    @KamarizaViolette-zm5bw 2 วันที่ผ่านมา

    Delicia ingohano wumviriz mugenzawe ivyarikaravugir kur TV ya Kamo emweg abantu muriter agateka