Couple Quiz - Alvin Smith & Nirna ( c’est Nirna l’homme de la maison 😰)
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 5 ก.ค. 2023
- #alvinsmith #couplequiz #nirna
Wifuza gucora kuri lumicash numero ni 69946429 izina Nduwimana alvin 🤣👊🏽
Suivez toute l'actualité de Alvin Smith
/ alvin_smith_fri. .
/ in. .
alvinmilan@gmail.com
snapchat alvinsmith8698
tiktok @alvinsmith5 - บันเทิง
Je vous Aime vraiment ❤❤❤😂😂😂😂
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Ooooh Nirna ,faut essayer gutekera ton mari,kandi muzobitwerek kugira turabe réaction ya Alvin
Just love guys , nirnaa u need to cook for ur husband 😊
Turabakunda me . Couple nziza cane IMANA ibazigame muvyo mukora vyose !!
Good couple Quiz Mubandanye mukora umuti🤟✅👍
Wawooh Ndabakunda maze❤
Ndabakunda cane gose ❤❤❤❤
Sije mbona Nirnah araje ngo muduhe ndabakunda vrt❣️❣️😘🤣😂
Inka y'INGABO🐄 n'Inka y'INGORE🐂 U're ma favo mutsa🇧🇮🤞🤞
Alvin and Nina I love you so much from Rwanda🇷🇼
😅muranyica gus ndaba❤
Baragifashe🤣🤣🤣🤣🤣 vuga ayo mamodoka wabonyemo amakareso y'abakobwa🤣🤣🤣♥️
Couple nkunda♥️
Ntakantu mwogira couple quiz yoguteka🤭🤣🤣🤣
Nkund iyi couple cyn❤️
Ndabareba nkumva ndanezerewe [ndishimye]
Ndabakund kanini ❤❤❤
Anyways ndabakunda♥️🤣🤣
Mwarahiseee😂😍😍😍
Mukawe nimwiz can man🎉🎉🎉❤❤ bavand
Mana murakundany turabakunda❤❤
Arojorewe nukuri😮 kwibagirwa nayambo ko bamukurikira
🎉🎉🎉nice quiz
Muduhe iyo video umwewes arikaragona
oeko ndabakunda🥰❤️
Wawoo Ndabakund Kbx Mukomez Kuryoherw ❤❤❤❤💯💯💯🌹🌹🇧🇮🇸🇦
Vous avez un bon viber , je vous kiffe ❤❤❤❤
Umugore adateker umugabo bisigurik🤔🤔🤔😂
5h du matin!! mwaraye muraceza hahaaa
Nindirimbo ntugisora Alvin yatevye indirimbo na jonh braq
Wpi uramubeshey wankawe urazi ikiganiro bigeze kukugirisha uriko urateka wavuza k umugor mukuranw guteka
Nirna ngo ntana yambu ntaniki😂😂😂murakwiy award y couple de l'année 🙌🙌❤
We Alvin wewe ukwo guhahabuka kwawe 🤭ntanukwo uramukanya🤣🤣
Basha jew muranyica,kubintu muba mwateguy ntavyo biba bingana n ama jokes mugira...
Ndashaka kuzobona video yanyu muri serieu gushika ihere😂
😀😀 alvin narabuze ikiganiro cawe nakimwe nogenda ntatwenze wubahwe warahiiiiiiiiiiiiii
Ashamurege hahaha 😂 we are on bro make it hard bro
Inka yikundira ubwatsi bworoshe😂😂😂😂😂😂❣️❣️❣️❣️❣️❣️❣️
😂😂😂Is the « hooo for me » 😂😂muraryoheraa sanaaa
Gusa ndakunda couple yanyu vrmt
ego ruvini na nin 😂😂😂 gusa uramubwira agutekere atarasubira inyuma
Ngo naciy ndarukatiraa😂😂😂😂
Shaa alvin narinakawutse kubaha comment ngezaho uvuga uti muhuye numuntu yashimye ivyo wambaye muravanako muranyishe ntwenze jenyene nkumusazi😂😂😂😂naamuwa kuandika tu😂😂
Umugore atarigera ate kera umugabo😮😮😮
Nirna uri beautiful vraiment wonderful made kabisa 😊 🤎
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂nooo imbavu zanj ngo l homme😂😂
Alvin arimaramaza aru umstar umugore adateka ntabaho ni banga ryanyu no
Gutunganya ibintu yashanjaje ni banga
Urabesh ah nturary inry yatets??🙊🙊🙉❤
Je vous love vya hatari❤❤❤❤
thanks Alvin Smith Official
Alvin Ataguhamagaye chr nawe ntuzobe uramuhamagara chr aguhamagaye mwizina nawe umuhamafara mwizina ntaburofa
Nukuri natubabarir Nirnah, Alvin arabigusumvy asangw utaramukinjikir motif ngo amakara bla bla bla
We Alvin muraduhenze.hamwe cameraman yagusanga mugikon ntiwatubwiye ko ko muhana imisi muguteka? But I love you and your wife.
Turakwemera kbsa urumuntu wacu
First Couple in 🇧🇮🤍😃
Ndumiwe mumyaka ibiri ntarateka inrya ngo ufungure???ubwo s'ubusirimu nukuri hama ikindi kitari ciza kuvuga ngo none s'akazi kawe ko kumpangira impuzu??no kumwima bz si vyiza...Ndabakunda ariko.
😂😂😂😂nimba ari kapo nyen
Nzomukury nirnah wallah
Mwabuzitiro ubundi 5h umugore n'umugabo n'amasaha yo kwubaka urugo mwaba jeunes marié mwe.Abagore basama mwenayo masaha namw ngo 5h muba muri maso
Ikibzo kimwe gusa🙏🙏noe kumyaka mumarany kbr'ik atamwana muraronk??
Ndabakind s tt icongereza caanyu kinkurahooo
Muzotwereke umunu agona
Ngo Ho😂😂😂😂
J v aime ❤️
Ivyobintu vyo gukamerana muryawe muzobireke
🔥❤️
vache wallah😀😀😀😀😀😀😀
Abntu bnje dsi 🤗❤️❤️🥚💋💋
Confidence y’a la vouche iranyica 😂😂😂😂😂😂😂
Nic couple dushak tuzokr prank
Tuzanire umwana wo mumuji ukionag ico ki demu cako akili zinarukag zote aubwo nikirabe gisubire mur Canada
Salut salut Alvin je vous aime vraiment travail bien la vache ❤❤❤❤🇧🇮❤💯✅🥰🥰🥰🥰🥰💞💞💞💞💯✅🔥🔥🔥🔥🔥🔥👊👊👊✌
Yakwimye unomusi nn nkaha muvyutse umwenze kl canke yakwankiye
La vache, ivyo bintu wishize mu mutwe ntibikubereye nagato, urabikura umuntu arashobora kuberwa dans ses cheveux naturels.
Je vs aime trop vrt mur abamararung banje la ngombe la vache
❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤❤❤
"Abakobwa imiduga yabo uyinjiramwo bigenze gut??" My N*gga just got caught in 4k😭😂😂
Je vous aime kbx🎉🐃🐃🐃
💕
Muratanguye kandi ?
Nkr Nirna ndamukunda at ntanayambu ntaniki😍😍😍
Salut l'homme 😂😂😂
Noneko nirna aguhamagara mwizina kandi urumugabo wiwe hama wewe morambona umuha agaciro umuhamagara ma famme
❤❤❤
mbe ko mutambara am bag?!😳
Ibintu biraza nabi ngo ntariger akor mu makara na rimw non nimb iyo mbabura mutayifise akayigura ndumiw 2ans muban akab atagutekera imfungurwa!
😂😂😂😂❤❤❤❤ndabakunda 💞 🥰 ♥️ 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🤍🤍🤍🤗🤗🤗🤗😍😍😍😍😍🌼🌼🌼🌼🌼🌼🌼❤️❤️🌹🌹🌹🌹🌹👏👏🥰🥰🥰
Amen amen 🙏
🙌💥💥💥🙌😂
😀😀😀😀😀🥰
🥰🥰🥰🥰❤️
😂😂😂😂❤❤
❤❤❤❤❤😂😂
❤❤❤🎉
❤🎉😂
Kobarakamaramaza nimba utararya narimwe inryatetse ngir mur muri blague
Egoo nukuri vyob biteye isoni n ubwoba kand cane 🤔🤔
😂😂😂
Bock ya 5h
😂😂😂😂😂
Isaha mwavyutse nihomubamuriko murendana neza umugore agasama inda🤣🤣🤣😄🤣😂🤣😂😂ayomasana nukuri nayokwendana neza fresh mani ntayashu ntamuyaga ntarwamo😋😋😋😋😋😋😋😋😋😋😋😄😄😄🤣🤣🤣🤣😂😂😂😂😂
Yoooooo at ngwik😂😂😂😂😂😂
Ayo majambo nta rupfasoni rurimwo
😂😂😂😂🎉🎉🎉❤❤❤