Ndababazwa n'Abarundi uko bifata imbere ya gospel music ,,,nyumvira qualité yiyi ndirimbo uko ari nziiza ,nyumvira ubuhinga bwo kuririimba bugize iyi ndirimbo ,,,🤐🤐🤐ntajambo rikwiiye ngo mvug ubwiiza bwiy ndirimbo,,,,,,turakwiiye gukuura haasi tugashigikira gospel music ,,,,
Iyi song irasizwe pe🔥🔥!Birumvikana kwivuye muri secret place Imana Ibandanye ibakuza cane mu kuyimenya!Et aussi Grand chapeau au grand producteur Marc Kibamba urumva ko yayishizemwo umutima wiwe ariko arayikora et toute l'équipe Que Dieu vous bénisse énormément !
Another Pain_Killer from....RV , My heart can testify that the love of God is there ,so my heart bless the Lord......for this is my 90 times to replay this medecine......and I am free ....
C'est la première fois ngize une réaction kugikorwa nk'iki, juste nashaka mbwire unomurwi ko muri une bénédiction divine ku Burundi n'amahanga, igikorwa muriko murakora mukizirikane ntihaze hagire ikikibatesha. Ma réaction ne concerne pas seulement cette chanson, mais toutes vos chansons. You're amazing, keep on shining for the Glory of the Living God
Et moi qui viens de découvrir cette chanson 1 Mois après sa sortie et me voilà attachée à ça😍😍😍😍😍😍😍🙌🙌wowowowo m'y song for this season !!!si on pouvait liké 1M de fois Alors🙄🙄🙄d'ailleurs pourquoi on n'est pas encore à 1M de vues ça mérite consommons ça et partageons ça.!!!
Ndababazwa n'Abarundi uko bifata imbere ya gospel music ,,,nyumvira qualité yiyi ndirimbo uko ari nziiza ,nyumvira ubuhinga bwo kuririimba bugize iyi ndirimbo ,,,🤐🤐🤐ntajambo rikwiiye ngo mvug ubwiiza bwiy ndirimbo,,,,,,turakwiiye gukuura haasi tugashigikira gospel music ,,,,
Urakoze gose
Muhezagirwe caane,,
Biteye nisoni bikundira abaririmb izisi
Mureke Dushime Imana twese kuko irabikwiye ❤ Amen.
Umutima wanje urashima IMANA ukongera ugashima kano karirimbo karyoshe muduhaye!!🙏🏾🔥🔥
Merci sana @DJ-PHILBYTE
Ninde wundi muntu aguma agaruka hano kwumviriza ino ndirimbo ? Music yayo ni 🔥
Was seesawed ar we wewe ee reassessed
Ndi hano 🥰 kndi sindota nibagira kuhagaruka🎊🥰
Mamaaaa weee!Murashoboy aha muburundi mur abamber mur Gospel
😚Ntaho nzokurekura haba namba, nzokubera umufasha ukomeye ngushikane amahoro kugeza iherezo🙌urukundo umfitiye ntirugira iherezo wasiz ubwiza kubwanj😭no kumunsi wamagorwa ninaguhamagara uzonyitab🙌praise God 🙌🙏Mana uri mwiza nzahora ndabivuga 🙏🙏be blssd🙌
Mutima wanje shima Imana kuko irabikwiye🙌!!!!!!!Courage Redemption Voice Imana igwize amavuta.
Iyi ndirimbo nari narayibuze non ndahimbawe nokwonger kuyumva🇧🇮🇧🇮👍👍🌷🥀
Hervé ndashima Imana yampuj nae unfasha kwakira yesu numukiza mubugingo bwanj.mukinanira mur cellule warurongoye.Iman igukomeze ibandanye ikwagura ushikane benshi mubwami bwayo
Mutima wanj shim imana
Imana ibingererez Amavuta
Mutima wanje Shima Imana nic song hejuru cane RV
Redemption voice nukuri muhezagirwe cane mukomereze Aho nyene yesu akomeze kubaha inkomezi
Oooh mon Dieu umutima wanje ndawutegetse kugushima pe.... Iyi song yonger'inkomezi kabisa courage goseee bantu beza
Imana ikomeze gushigikira igikorwa canyu pe... Ndabakunda
❤❤❤❤❤
I love these worshipers
Yemweee muze dushima Imana ,Mutima wanje ntiwigere uceceka
Redemption yakera yagarutse,ababona kobajeneza,twese hamw tuti amen
We're proud of you bakuru bacu🙌
Thank u I’pendo namwe mwakoze umuti pe
@@RedemptionVoice jvjjhhjjjjjjbgnfnngngngnnngnnnnnfnnng'g'g'f''gg''g'''''''''nf'n'''flfllkkk'k''lkgk'ff'g''f'g''''g'g''g''g''''g''vLGGG?
Halleluya,mubashe kuduha
Mutima wanje shim,IMANA kuko irabikwiriye uyumwaka ndikombabona munkomezi nsha canibuka 2013 yanyu ❤️❤️
❤ mwarahezagiwe good job
Mutima wanje shima Imana mubimbako Vyose
much love from Rwanda
Mutima wanje shimimana kuri vyose biba amen
Best groupe gospel 2024 @Redemption voice🎉🎉
Narakunda cane please iyi irandijije nukuri cane gose😭😭😭😭😭murampezagiye sana
Hervé mbungabunga 🙏🙏👏
Mana Uri MWIZA, ego uri MWIZA nzohora ndabivuga isi yose ibimenye. Mutima wanje shima Imana🙌🏾❤️❤️
Ndafashijwe vrmt❤
Waouh Good song Mutima wanje nshim imana kuko irabikwiye was a wonderful song jahblessAll
Mutima wanje shima Imana kuko Irabikwiye. Muhezagirwe cane!
Mutima wanje shimi Mana kuko irabikwiye urukundo umfitiye ntirugira iherezo
We love you RVOICE❤💯
Akaririmbo kanje kuyumwaka
Uhoraho WE!!wankoreye ibikomeye umutima wanje urahimbawe
Mutima wanj shima Imana kuko irabikwiyeeeee🙌🥳🥳😭
Nice song Imana ibahezagire
Mutima wanje shima Imana , yemwe bimbamo shima Imana , good song my people , Uhoraho akomeze kubihishurira
Hallelujah Mutima wanje shima Imana imwe kuko yakugiriye neza Kandi ntibeshaa😍 This group😭❤️
Waouuu, merci Sana IMANA ibandanye ibageza Kure gose
Mutima wanje shima IMANA shima IMANA kukwirabikwiye
Rédemption voice ndabakunda cane kristo abakomezeee
Reka umutima wanje ushime Imana guko hari vyinshiii yankoreye
🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻shimwa mana
Mutima wanje nshima Imana kuko Irabikwiye🙌🙌🙌
halelujah shima Imana mutima wanje Irabikwiye
Uwuriko arumviriza bwino ndirimbo uyumwanya yeger ngaha turyohererw hamw
Waooooo mutima wanje shima Imana
Mutima wanjye.
Shima Imana.
Amen.❤
Mutima wanje shim'Imana kuk irabikwiye ❤❤❤🙌🙌🙌
Niyo iharira ivyaha vyawe ikagukiza inrwara zose...Shimwa Mana...like your creativity, guys...keep shinning for Christ 🎉
Mutima wanje Shima Iman kuo irabikwiy🙏🙏yemw Ibi mbamwo shim Iman 🙏soit Beni gyz
Amen shima lmana mutima wanje courage beza
Bandanya mutera imbere mushoboye
Nokumusi wamagogwa ninamuhamagara azonyita...umva ayo majambo bene dataa.redemption voice Imana izobageze kura namw mutangare
Sv''vyanse ko nihangana, amajambo nayo yambanye makene.. Imana ni Nkuru🙏🏼
Amennnnn,, mutima wanj shima imana
Ego Ego Ego Mwami😊
Mutima wanje shima Imana🙌
Bakuru banje merci bcp kundirimbo nziza.creation nziza,beat nziza, masteting ya bien.vyowe vmt, amajambo meza,yooooo.....thk uuu very much
thank youu
❤❤song ndumva kanshitse kumutima mutima wanje Shima Imana
Shoutout to all the creative artists that worked on this video! It's really good! Bless you guys!
Mutima wanje shimimana
Redemption voice muririmba neza Imana ukomez kubongerereza Inguvu muze muduha indirimbo zituremesha nkuk
th-cam.com/video/YYcm5aJaFls/w-d-xo.html ncuti nifuje kugusangiza iyi indirimbo yanjye murakoze 🙏🙏
🎉
@@deogisage6621Àaaàaàaq
Iyi song irasizwe pe🔥🔥!Birumvikana kwivuye muri secret place Imana Ibandanye ibakuza cane mu kuyimenya!Et aussi Grand chapeau au grand producteur Marc Kibamba urumva ko yayishizemwo umutima wiwe ariko arayikora et toute l'équipe Que Dieu vous bénisse énormément !
Amina
nukuri ndabakunze caneee❤❤❤❤❤😢😢😢
Gospel yiburundi irikurundi rwego vrt
Congratulations guys ☝🏿🎥👌
Mwodufasha igiye kuri audiomack na Spotify 😌….NSHIMA IMANA MUTIMA WANJE
Iyi ndirimbo niyubwiza courage
Natwe turashimye Imana kubwanyu
can't stop playing this song 😍much love from Rwanda
Imana ibahezagire dear RV. Murakoze cane kumajambo meza.
Muri abasirimu cane!!! Ndayisanze kuri itunes🎉 terimbere bana b’Imana!!!
😂😂😂😂 merci Alida , turi hose no kuri kabondo nkubu iravuga😅
@@RedemptionVoice nicogituma tubemera!!!🫡🫡🫡 God bless u aboundantly !!!
Wooooow iyi ndirimbo iraryosheee rek'Ijuru ryifatanye namwe mur'ino ndirimbo gushima iyo Mana Nzima🙌
Mutima wanje shima Imana ❤️❤️❤️❤️ego Mana urabikwiy my team courage
Ngahezagiweee Imana ibandanya kuba inkomezi zokuduha ibikorwa vyiza nkibi
Alhamdulilah.kabisa mwatwits pe
Another Pain_Killer from....RV , My heart can testify that the love of God is there ,so my heart bless the Lord......for this is my 90 times to replay this medecine......and I am free ....
thk youu Jojo
Mutima wanje 🏆🥇
Oh my God 😪😪😪🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌rek icubahiro kibe icimana
Yeah, mutima wanj shimimana. Murakoze cane💙💜💙
HALLELUJAH 🙏 GOD BLESS YOU ALL
🙌🙌🙌🙌Mutima wanje Shima Imana nukuri kuko irabikwiye. ❤❤❤❤Merciiiiii bcp Redemption voice
👌 ameeen ameen 🕺mutima wanje shima Imana,yemwe ibimbamwo shima Imana irabikwiye 🙌🙌🙌 .
Mpwemu Yera akomeze kubahishurira Redemption voice 👏👏👏👏👏👏🤝🤝🤝🤝
Amen mon frère Getty!Siku mingi sana..!
Ndabakunda mwese Imana ibahe umugisha
I'm waiting for this New Banger
C'est la première fois ngize une réaction kugikorwa nk'iki, juste nashaka mbwire unomurwi ko muri une bénédiction divine ku Burundi n'amahanga, igikorwa muriko murakora mukizirikane ntihaze hagire ikikibatesha. Ma réaction ne concerne pas seulement cette chanson, mais toutes vos chansons. You're amazing, keep on shining for the Glory of the Living God
amen,urakoz caaane
AMEEN AMEN!
Na jewe ndabakeje bantu bacu!!
Umutima wange shima imana 🙏🙏🙏🙏🙏
Imana ibahe imigisha ndabakunda cyane ❤❤❤
Et moi qui viens de découvrir cette chanson 1 Mois après sa sortie et me voilà attachée à ça😍😍😍😍😍😍😍🙌🙌wowowowo m'y song for this season !!!si on pouvait liké 1M de fois Alors🙄🙄🙄d'ailleurs pourquoi on n'est pas encore à 1M de vues ça mérite consommons ça et partageons ça.!!!
Imana ibahezagire cane kuberako iyindirimbo iriko irafasha umubiri wa Kristo mubantu bose bumva ikirundi niki Nya Rwanda
Imana hejuru.cannee
We need this song on Audiomack Thank u😍😍🔥🔥❗️❗️
😊
Umutima wanje nushimire lmana❤️
Mutima Wanje shima Imana.
Imana irabikwiye koko. Muhezagirwe namwe.
Mutima wanje himbaza Uhoraho ushire hejuru izina ryiwe Ryera niwe akurinda ijoro n'umurango 😭🙏🙌 oooooooh Thank you so muuch Redemption voice for this beautiful song
Mukomeze kuduhezagira shaaa
Hallelujah shimwa Mana🙏🙏🙏
Good song❤❤❤❤
Iyi reroooo .... 🔥🔥🔥 Imana ibahezagire caaanee kuko murampezagiye n ukurii 🥰🥰💯
Until 2023 you still my citegererezo
Thank you again RV ❤
Thank u
Je aime trop vos chancons c est kaleb et maela❤😮😊
Mutima wanje shima Imana😍😍😍😍😍💥💥💥💥💥💥💥💥