M23 ISHOBORA KURASA MURI PEREZIDANSI Y’UBURUNDI-IBYA DRONE IVUGWA KUJYA KURASA GEN MAKENGA NA NANGAA
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 13 ก.ย. 2024
- Tera inkunga #Bwiza TV na Bwiza.com wakoresha Telefone : 0788554010- 0788302082. Uko mubishoboye mwatera inkunga ikinyamakuru Bwiza, Mufite ibitekerezo cyangwa indi nkunga iyo ari yo yose kugirango dukomeze kubashakira amakuru.
Uti M23 yoshobora kurasa muri Présidence y'i Burundi? Na Kagame ntavyo ashoboye wa munuko we.
Rabin uvuga ukuri ntaco uzoba Imana irakubona kandi abagukunda turi benshi turahari;izo mbwa za FDRL na CNDD nazo tuzozimena
Kabisa
Ni uko mwogajije Koffi na we arasyekerwa !Ubu Ari he ?
Nuko uri ntacyo uricyo..Niyo mpamvu uvuga uko!!!.Ababizi neza bicecekeye
@@ManuelBerede ni
Ni
So happy to see Mr Rabin. J'aime bcp ses analyses.
Nibakubite neva atuve imbere
Ico mukirundi bacita ikirogorogo kirokomboka
Uyo murundi numusazi avugivyatazi nibamuhivyasakira asakire.
inzara nimbi
Rabin good analyses ❤❤❤❤
Rabin karibuni!
Sha wewe bagucunge.ahubwo taha iburundi sha wishikane ureke kuvuga yamuhe
Ibirofa gusa m23 yokwitega uburundi
Barek bajjwe bazibeshye goriyati yakubiswe nadawidi
😂😂😂😂
@@PopoKay257-l2f Wew mubogwana wobamwo
Ww sawa bandanya ubesha abantu !!! Burya M23 ntibaho vuga u Rwanda+ Uganda+ Sud Soudan+ Kenya
@@joemac7463 oyawew urigukokeza abarwan ahubwo tanga impanuro yotm intambara iher mbemwiza ko intambara iryosh uwutarayibon ntacazi
Muhungu muhungu!
Ikigutunze ni kwaba ari ugusegana igihugu cakwibarutse, uzopfa nk'imbwa ni utaba umaze kuba yo😂😂😂😂. Ububwa bw'abantu nkawe butuma bartyoza umuvyeyi aruta abandi arico gihugu, bapfana agahinda bakakigwa inyuma. Ni vyiza ko wamaze gufata ingingo yo kutazogaruka mu bwa Nyaburunga .
❤❤❤nsanzwe mbak 20:28 unda noneho mwongeyeho umusesenguzi mwiza mwene wacu .murundi mwebwe muzasesengure gusa abakuru ntidukunda byacitse. Ngo goma yafashwe
Karibu Rabin kuri Bwiza
Muta urasarawew wibaz kuburund igisirikarecacu turibijuj??? Icarawigeshahu nt M23 yoshirahas uburund. Nubunibaz turabategerej, kuryintwaroyany yanse nikobizokwank nivyomwipfuza
nibaze tubirabire kumurongo.Iyo propagande mugirira M23 niyo kubasuka kw'icumi
Rabin ndagukunze cyane
bwiza nishimiye byimazayo mr Rabin wacu very strong statements and full of wisdom
Nishimiye kubona labin live kbsa welcome mzee
Bwana Rabin,
FDRL kuronka igihugu ntacyo nyijejeje
Rabin uzase kigali remera aho bita kwa murundi nkugurire inkoko❤❤❤❤
Wow Rabin ni mwiza disi
Nkunda ko Rabin azi ubwenge ❤
Ubu wewe iriko urahendahenda23 ngo yokwinjira muburundi igasohoka bashaka kwimarira bazoze gusa abiyahuzi baramyeho
Ubwo buhanga bwawe ujye ubudusangiza .
Mukomerezaho rwose bwiza yacu turabakunda kdi muduha amakuru yukuri durabakunda cyane
Very handsome man .
Sha cindaro kwakagame
Uvugivyutazi wanduzingovyi
Yaguhetse urikirumbire
Imana izokumpere kuramba uboningaruka yivyukora uburundi
Buzoshikahomwanka
Uyulugabo turamukund avugishukuri'
Ariko Meki ntazi nogu questing ibibazo politique Kandi yahuye nabasesenguzi twemere birababaje Meki rwose ntabwo ari mature politiquement n'umuntu uri hasi cyane mubitekerezo
Umugabo wimfura cyane..Macky umumbwirireko afite Mukanwa heza gusa❤
Mecky, Gwamukwaya na Rabin ni Fire 🔥 BWIZA TV 📺 nubukombe pe well done 👍
Uwubomora ugwiwe bamutiza umuhoro WE bandanya usambura igihugu cawe mb ko mudafata akanya musesangure kugwanda?Bury ntanakimw co gsesangura kirimwo?
Je nanje ndabaza ?
Rwanda yikorye Burundi kumutwe 😂😂😂imitima yabo izomeneka😊
Akarimi kanyu karyoheye amatwi propaganda yanyu irarenze kbx ariko kubitiranya igisikare c'uburundi ategerezwa kuba arumusazi ibisigaye nivyibimenyeshamakuru😅
iyomihbir irasra kirpaze sinkakogo
Ndagukunda cane mwenewacu bisaba gurinda nguvuge iwacu muriki gihe
Mwaramuts mbekomwahaluy batayo zabarundi zirimurikong izomurwanda ntaziriyo muburundi twararush ntantambara tugishaka
Ikirofa Robin, urumogi Inyenzi ziguha rwabaye rwinshi. Muvyo uvuga vyose n'amahopa gusa.
muzumirwa😂😂 uko mwabuta kose 😂 urukundo rutsinda urwango ! ubwenge bwi indagara 😂
Avuze Ivyo udakunda ugire umukubite😂😂😂😂
Nawe nabyine kagame azomugira président ntutsi
Rabin turakwishimiye cyane. Gusa, uzige ikinyarwanda kuko uko tugukunda tuzaguha ubwenegihugu. Tuzaguha Passport rwandais.
Congratulations to this man. Arabizi
Rabin welcome brother, nkunda ubusesenguzi bwawe courage, kaze neza urisanga i Rwanda
Mukirundi baca umugani ngo "nta muryango ubura akagugu",
Kuki Burundi bwo butorasa Kigali? Turi mwishamba n'a cndd- fdd twarabananiye murikumwe nabagande twarabananiye nimubandanye muzibonerako
Ngira bibazako Canaux zidakora. Uwiyahuye bamufasha gupfa ningoga
Rabin ndamubonye very nice
Rabini urumusesanguzi mwiza can. Turagukunda kandi twishimiye nokukubona live
Mugerageze muhindure iyo stade bariko barubaka muburundi kera yitwa stade prince Louis Rwagasore ubu bayita Stade intwari.
@@pierrendayizeye7147 Vuga ibiraba politike y'akarere uko muyiyumvira, ariko amazina y'ibibanza vyo mu Burundi mubirekere abarongozi b'igihugu kuko ntibihuye n'amatwara y'akarere.
Ndagukunda rabine
Mwatubariza Rabin ko kwigaragaza bitaza kumutera ikibazo iwabo ?
Mukomerezaho rwose
Umurundi yarabivuzeko iso akwanka akuraga urubanza rwamunaniye
Ivyuvuga nugusaba indaro
Murinjiji ibaze nkuyupe.
Ivyuburundi rekera ngaho ivyaramagera vyarageruye sha ntimuzosubira
@@user-dy5wq1sl6y hahaha uri sur ko vyageruye?uzumirwa sinkubesha Imana iguhe kuramba.
nakumenyeye kwa keddy ntabwo urya umunwa
Akakakabwa gasa n inkende karabwejagura tekana uzopfa udasubiy guhonyoza ikirenge iburundi .nabaso nabasokuru banyu vyarabananiy ko muhonya ubwoko bw Imana
Rabbin ndagukumbuye
Uraza murundi wambwa utagirubwenge uzopfurinzererez rusabagina arihe?F.l.n irbakubita abatutsi muri mumarember
abanyafrika ntawe mujya mushima,
Abatsi mwotsinda abahutu okokantu kuimbwa
Laban komera kwibanga gusa uzurabe neza mugenzi
🙏🙏🙏🙏👏👏
Komera mugenzi turabasengera
Ndabona ari umujeune najyaga ngirango n'umutama
Fdlr irahari kandi irakomeye cane irusha congo mube maso👌🏿
Irusha Congo iki?
Naweuzoza ubaperezida kanuramaso baragushyuka
Rabin ndashimye kukubon jew Ndi iburundi ndakunda kubakwirikirana
Sha biragoy kuk M23 nurwanda non batey I burundi wumva vyogenda gt kawangu inyishu ahonyene.
Sha kumengo uruwo twita kibago
Ico bikoze abanyarwanda muri imihimbiri muri imikoshi ako gahimbiri muragahenze kaja imbere ya camera karagogomba namwe mwinyegeje kuki mutiyerekanye namwe ngo tubabone?
Wabuze icu dendemba
@@amelialewis7887
Ewana arikumeneka 🤣🤣🤣🤣🤣
Iciza nuko atariwe ategeka Imana
Turangire Aho fdr IRI mu Burundi?
Iyo mbwa ngo ni jean luc arambabaje
Urakoze Rabin Uwomwana Arakaza neza Mugufatimbunda Ubupfubyi ngobwica Uwafashe Intwaro Naze Tuzamurasa Agirengo se ntiyanabaye Nyumba10
Go over
Well, Rabin akora analyses zisobanutse, bravo
Uvuze ukuri cyane bareke.
"Ibuye riserutse naryo ntiryica isuka".
Bishoboka ko waba ururmukehabwenge , Kuba RDFM23 itaratera presidence yuburundi tuvuge ko ari ikigongwe RDFM23 ifitiye uburundi? Abagutumye baraguhenze! Abo ba FDRR usabisha indaro murwanda weho wababonye uri hehe? Bishoboka ko waba ukorana nabo! Ivyinyo vyuzuye akanwa! Kiraja ngaho kubwinda ndende kikibeshera vraiment!
Rabin Obusier 155 mm Haubitzer zirasa avec précision ya 2 m kuri 40 kilomètres: César yaba Fransa, Haubitzer 2000 yaba Dagi,
Ahubwo M23 yaratevye gukubura mu rugo kwa Never
Barababeshya uburundi twase twaratojwe muzahirahire goriyati yakubiswe nadawidi😅
@PascalNgabonzinza muvyure ivyo mushobora guheza
Ntacyishoboye kuburububeshyi shyangaho bazaze bayirase barebe intambarizaba izaba yokubarimbura kubasiba kwikarata m23
Mwankotanyimwe hamwe mwokwinjira kubutak au Burundi akantu kazobakarangiye.
Baratuvuga ntibatuzi bazibeshyesha😅
😂😂😂😂imbonesi ndazikunda Ukuntu ziha amahoro.inkotanyi muvuga zimaze kubohora ibihugu birenga 3 DD muvuga n'igihugu barakigabiwe ariko mushiremwo ubwenge😂😂😂
Kura uburofa wa rofa we! We nkubu wohuza nuwakwiciye umuvyeyi,
Uyo mutumire wawe nu murundi ko nunva avuga ikirundi ciza.
Mwabanyamatiku mwe : niba hari abanyarwanda babanye neza nu burundi nukuvungako ari FDLR ? Kuberiki mungira urwango na macakubiri? Uyu Murundi ahokungirango atahe mugihungu cye arikwirirwa avunga ubusaaa gusa mu Rwanda subira iwanyu uburundi uve iwacu mu Rwanda
Uririrwa uvuga meshi nimba Urwanda arurwawe wamwirukanye?
@@niyoncu yakwijyanye agasubira iburundi akareka kwivanga mubitamureba kandi iwabo hahari ibibazo bya banyarwanda ntibimureba
Inzara irazerereza. Yamara mbabajwe nububeshi bumusumvya uburemere. Ni gateranya pe. Kuvugako abanyarwanda badandaza i Buja ari FDLR???? Yooo abambike ibara???? arakori ikibi kinuka pe.
Courage Rabin
Labin, Leta y'u Burundi ntizokumesa ko babonye isura yawe bahu!
no kuba bataramwica simpuhwe nuko bamubuze kandi nawe arabizi
no kuba uburundi butaraterurwanda sumutima mwiza.nuko atabishoboye
Kbs
Reta mvyeyi ntiyica nk'inkotanyi.Kuko uwo mutype Reta mvyeyi IBA imukeneye kugira Azé arayiha amakuru canke Azé aramena amabanga yanyu.
MK mrc kuza uwo mubanyi
Iyi team ni fire 🔥 fire 🔥
Nibyiza ibyo mukora, amakuru mutanga ninyamibwa, mbakurikirana buri munsi ndi Montréal canada
Rabini izina nyaryo ninde?
Ew muragow peeee hangamaso imana
Mb muribino bihe ntabashaka amahoro😅bose nukurasa...hariho nabarasisha za microphones
Uwakugezayo
Rabin nigicucu yiyemeje gukorana nurwanda kubera ubukene fpaneza ntuhenere imbariro warofawe
Ingoran ntimurimana tekan ntibizokund
Mwebwe mwese ntimukomeye mumutwe kuko ivyo muvuga ntavyo muzi. Ico kirofa naco kidebagura nikidebagure kivuge kuko kitavuze ivyo Kagame ashaka kwumva corara gipfuye
Sha Uvuze Ukuri kose pe!!!
Bjr rabine turamwemera kuko avugukuri pe
Kuko avuga ivyo mushaka kwumva haha
Murarushe😂😂😂 muzoruhuka rayri mbega?
Crying babies always 😂😂
Turagukunda cane Rabini kubera ubusesenguzi bwawe
Nibaguhumukate wirire uribwa yumurundi
😂😂😂😂imbonesi muramurya mubisi kabisa.
Bivuge uvyongere kbsa😂😂😂😂
@@ericbikorimana8713namwe indushi murahemahema 😂😂😂
Ntaco muhindura keep crying 😂😂😂😂😂😂