Album mpejeje kuyumviriza kuri Boomplay colors nukuri aranyemeje zose ziraryoshe cane 1. Follow your way. 2, Eza Suka,. 3.colors ,. 4 Nohwera ft B face 🔥 love it so impressive kubwanje nuko zikurikirana ukuntu nazikunze courage channy Queen uratwemeje mwana wa mama 🔥 Burundi got talent
Queen of the music, twebwe aba fans ba Music y’a Burundi, Landry ura mukoresha ikindi kiganiro chacun où bien chacune umu fan wiwe duterer amahera agend gukora indirimbo muri studio et vidéo
Za mukora ibiganiro bijanye na entertainment hama ivy'ubuzima biri private muvyihoze , none mubona mwotera imbere mumuziki gute mwishinga ama hola gusa 🧎
Channella reka kwigira uwa dange kwiyakana lolilo wumva arugutwika se?gusa ibuka ukuntu wajaga nyakabiga iwabo nukuntu wariraga kubera we...hama iriya ndirimbo yitwa channella berekana ko urikubyara washatse kwerekana iki,ahubwo niba wamucyiye inyuma aho twabyemera ko muta byaranye...ariko wibuke tena ama show mwabaga muri kumwe,akini sio fresh kuji kana mtu alie kuona utupu wako.ujue tu kama mliwai kuwa wote tena mda kbs...je ndabazi yewe hhhh iyi interview inanishagaza kuona unamkana lolo mzizi wajiwe...
Kahise ni ukukemera kaba kabi canke keza, Lolilo ni se w'umwana wawe uvyemera canke ubihakana. Hama ndagukebure mukecu : aho uriko witeranya n'umwana kuko ntazovyemera ko umwankira se gushika iyo hose.Impanuro ya gusa
Mine by Adam 🔥th-cam.com/video/EBRs5jgFRE0/w-d-xo.html
Ushaka gutwenga na Gasore Cangaha 👉👉th-cam.com/video/vcMnw-9ErxE/w-d-xo.html
Talent ya Chany Queen ku bwanje ntawundi muririmvyikazi aha iwacu ayifise atari Khadja Nin!...Imana idufashe idutabare yumve ivyipfuzo vyiza dufitiye uyu muririmvyikazi,hanyuma ibicishe ku muntu maze amufate ukuboko kuko iyi ni imwe mu ngabire Imana yahaye u burundi!!..Ari Unique,ntawundi nkawe!...Abashoboye kwumva Album yiwe ''Colors'' ndazi baratahura ico mvuga!..so,much respect to her!!!💯👏🏼👏🏼👏🏼
❤❤💪
Bro nukuri kwimana uvuze ukuri! Jewe mvuga ati iyaba Chany Queen yarafise amahera nkaya Natacha aba ageze kure cane goose kwi Level za Tiwa Savage
@@billnemess9369 oui ouii💯💯
Muze mifate mugongo rero
Le kx
Album mpejeje kuyumviriza kuri Boomplay colors nukuri aranyemeje zose ziraryoshe cane 1. Follow your way. 2, Eza Suka,. 3.colors ,. 4 Nohwera ft B face 🔥 love it so impressive kubwanje nuko zikurikirana ukuntu nazikunze courage channy Queen uratwemeje mwana wa mama 🔥 Burundi got talent
Chany Quen ndakwemeye kunyishu utanga nizubwenge nicogituma uhoze uraciyubwenge cane big up my sister✊✊✊
Channyqueen Compte yiwe niyi...👉👉👉youtube.com/@chanyqueenofficial9753
she grew old physically but her voice is mgic
Channy queen aricisha bugufi vrmt. Yishura neza kand ntagara. Ndamukunda caneeee.💞💞💞💞💞💞
Queen of the music, twebwe aba fans ba Music y’a Burundi,
Landry ura mukoresha ikindi kiganiro chacun où bien chacune umu fan wiwe duterer amahera agend gukora indirimbo muri studio et vidéo
Hama chanelle arazi kuririmba vraiment tumushigikire hama nyima hari uwo uwomu managinga ntiyohomba pck elle est talentuese
Irya si Album ni Ep
👍👍👍👊👊👊❤❤❤✍ Ntitwigera tunanirwa my sister Channela mubuzima ntuzokwibagire uwagufashije ahushitse nokugira umenyekanye waciye mubiganza vya Lolilo Simba nahomwoba mupfa ibintu kizire kwihakana uwagufashije mwese mur Bene Burundi bana ba Ntare ilove you from🇿🇦💫💥
Iyi interview niyamatekaa much love to our sister Channy Queen we love you so much ❤️
Yooh yashaje disi
Chanella ndagufan san ndakunda izosiryawe💪🇴🇲🇧🇮💖
She's always a Queen ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤channy queen we love you🥰
Uyu niwe channel??
Narumvirije irya album ninnziza vraiment arabizi. Kandi zirya ndirimbo zirashobora kuvuzwa live zose
Landry Big up sana kukubu usigay'uzi kubaza neza ibibazo ubuyungwe bwaguhezeko,nk'inkebuzo zukebura mwene wanyu Mr koreshumwanya 🤣🤣🇧🇮✌️
Afise ijwi ni 🍯 miel ariko afise mindSet nto intercualty cnk ukuntu yishu ra mukiganirooo asha arinyuma.
Vyagenz gut gabasha ntubandike inzara?? Félicitations 😁
Great voice
Ntimwigera munanirwa 🙏
N'ingene birigwa kuri musée vivant sha bagenda bafatanye baryosha ubuzima none ubu agire ambwire ko nanje nariko ndaba mise en scène💔😭😂😂😂
Ibaze naw shaa, can you believe this bull-shit? Man don’t trust ladies
Nhtr kbx
Landry usigaye Uzi kubaza ibibazo birimwo ubwenge,hongera sana
Hy muko sawa Leo channy anamukatala lolilo buja noma 🇿🇦. 🇧🇮
Yooo ILoveyou mukobwa mwiza
haaaa
Big up randry big up queen big bantu bwoy randry abikora neza na Queen yabivuz urumutananrwa eliasfromnairobi
Sh.uwo mukecuru ashaj nabi kbx!! Hamwe yibagira bigezzah???🙀🙀
Nice one queen
Yoooooo ahubwo ndamwase chany yihakana umwana puuuuuuuuuuuu
Umukobwa niwe amenya se w umwana rero Queen vyoshik ivyo avuze nivyukuri kuko niwe azi se w umwana sinomurya imihari kuvuga ko Lolilo si baba wa Rakum
Uramushigkiye wap kbsa jewe mbibnye nabi san gs arivyo barahemutse bos
Ntitwegera tunanirwa queen sha
GOOD Emission👐
😢
Fannylavine ❤️
Niwe wenyene ubonye
@@clairiaakimana7435 niw azi
@@delacycy nabajije landry
Wow NC voice 💋♥️
Umwana amenwa n'a nyina kwel kabsa
Gusa umuririmvyi wacu kumenga yashaje?? Turamukunda gooose,!!!
Ngo ntibakundanye yarafise na Tatouage yiwe ngo I love u lolilo 😃😃 akanayihindura munyuma ishurw igih bavana 😃 none ngo ntibakundany 😃😃😄
big up lando
Iki kiganiro kiraryoshe cane!ntitwigeratunanirwa💪💪🇧🇮
Indya mbaya chacha
Folle uyo
Big up chani
Landry ndakwemeye kabisa, channy Queen sinaheruka kwumviriza interview yiwe
None aho arambaye🤔🤔🤔🤔🤔
Erega kuba ababwiyeko batavyaranye birashoboka KO arivyo kuko umwana amenywa na maman wiw
🤣🤣🤣🤣aramuhakanye lolilooooo kweri shany queen
Araryoshe nuyu ndake
Maraya uyo
A la prochaine uriko urabazo umuririmvyi akahise kiw , uze uragerageza kwerakana videos ziw za kare nka kumw kwaba Tanzania bakora kuri youtube , hama bwira Channel abandany akora kko arashoboy , hama bwira kandi Channel kwihakana gos Lolilo ko atari vyiza kko ntanyungu yavyo ukuri kwos kurahari , murakoz
Hama ngo muritez iteramber mumuzik wuburundi namw ubwany mutar ab sérieux(se)za mutuzanir abnt bazima shaaaa nkumunt nk channy Queen yarakwiy kwihakan lolilo kwl?ariy couple twakuz tuzi vrt
Ndumiwe ahubwo
Ico gikobwa nikigugu,ubu kiriko kiramwihakana #Lolilo kandi ariwe yanakidugije twe turakimenya,uwo ni wivu ju anaona #Lolilo amepata mwanamke ambae anampenda,jw nama ndabivuga Industry ya Buja fleva yose ifise urwanko na #Lolilo.Urwo rukobwa narwo bararutuma ngo rumuvuge nabi.
Nukuri Imana izotubaza vyinshi kwihakana umuntu ngo ntumuzi,ngo ntimwavyaranye!!!!
Mbega abantu twabaye gut?komengo biragushavuje niryambere uvyumvise?umugore niwe amenya se wumwana rero tureke kubihagararako Kuko ntaho Yari bwavuge ko basangiye umwana na Lolilo nimba Hari ikiganiro yabivuze ukizane rero ukuri nuko
None nkaho umutukiye iki?urafise uburenganzira bro kwita umuntu ngo urukobwa ?come on man you have to control yourself imbere yuko uvuga nabi
#Landry uyo anataka kiki tu,achana nae tu
Za mukora ibiganiro bijanye na entertainment hama ivy'ubuzima biri private muvyihoze , none mubona mwotera imbere mumuziki gute mwishinga ama hola gusa 🧎
Yashaj kand yarakir muto biv kuki isur umeng niyumunt afise 50 vrm kuberiki ?
Nashangaa sana kuskiya iyi habari kweli
Woronder lolilo naw twumv ic abivugako hahh chany adahevy ibiyeri karabaye
Mbese ko numva akwepa kuvuga izina *LOLILO* no mu kurivuga,akabanza gucecekaho gato ?
Yashaje disi! Gusa ijwirye ntirisaza
Queen
Channy Queen aranzepera na Dr.Fizzo yaraye abivuz kbc uyo iy abandanya akazi ka Music vrm niryo zina rya Queen ryar kuba rimuberey nn wp kbc
Vyotugor kuvyemr ivyo channy avuz p
ngo ntibavyaranye uwomuntuzenyi, kandi kenshi yarabivuga , ahubwo haraho bitagenda neza
Yashaje vrm🤭
Please Channy reka imikino ukore umuziki. Stp urashoboye kdi wogera kure
Uko mjinga sana we nilikuw sijaangalia uramwihakanye rofa san
Uyu numugore wa Rodrygue yitwa Chien Quenn
Good channy queen nineza ntako utagize,,basi mumfashe menye iyo ndirimbo yatanguye interview
Yolla
Ngo wariko uri brosaaaa🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣ewe Landry shaa
Channi,💋💋💋💋💋💋💋💋
Ni kibajou ariko kwihakana papa wumwana si vyiza ivyo mwoba mufa na Lolilo sivyiz nagato kuvuga yuko atari papa wiwe uriko ubabaza umwana wawe. Kdi ibi bigumaho wiba ukuntu umwana wawe akazoza kiwe ?kuba afise aba papa 2 ?kdi arivyo sivyiz kubivugira ngaha. Jew ndagukunda kdi ndu mum ndazi ivyo uvuz ingaruka yavyo
Channella reka kwigira uwa dange kwiyakana lolilo wumva arugutwika se?gusa ibuka ukuntu wajaga nyakabiga iwabo nukuntu wariraga kubera we...hama iriya ndirimbo yitwa channella berekana ko urikubyara washatse kwerekana iki,ahubwo niba wamucyiye inyuma aho twabyemera ko muta byaranye...ariko wibuke tena ama show mwabaga muri kumwe,akini sio fresh kuji kana mtu alie kuona utupu wako.ujue tu kama mliwai kuwa wote tena mda kbs...je ndabazi yewe hhhh iyi interview inanishagaza kuona unamkana lolo mzizi wajiwe...
Ico mbon coc channel n loliilo bapfuyeee ikint gikomeye Gituma amwihakan hmw numwan kwr ng suwiwee haaaahaa biraturenze twebw ab fan 👉👉👌👌
Indaa mbaa..Simba ukabawuemeje kumunyagamaraso ye upfuyenabi nn ho kubwambere mwabivuga yari jokes????indaa mbaa
Chany Queen ababazwa nuko Lolilo yavuzeko Chany Queen yamuciye inyuma
Rega nakageso usanga yarakuranyee😂😂🤷🏾♂️
@@loicnganji8804 kwl
Kazi kazi 🇧🇮🇿🇦
Uyo mudem yaramaze kwipindira ndake ngo niyigeze akundana na Lolo yari imaraya yiwe rero
Uramwihakany umwan sha😀
😳😳🧐🧐🧐🧐ng lolo ntawazi
Washaje rero utanguye kwihakan lolilo karabaye
Amesha zeheka kbx
Channy Queen numumaraya
Birakaze
Kahise ni ukukemera kaba kabi canke keza, Lolilo ni se w'umwana wawe uvyemera canke ubihakana. Hama ndagukebure mukecu : aho uriko witeranya n'umwana kuko ntazovyemera ko umwankira se gushika iyo hose.Impanuro ya gusa
Kumengo uriko urapanika umwana amenywa na nyina wangu reka rero ukuri nuko tubwiwe nuwavyaye uwomwana
Umwana nuwa frère wa lolilo 😭
Kibishiramwo aka jalousie ga mugenzi!
Mubwir mukecur yumv arek amanyang guhemuk ni bibi cane yibagiy iy yavuye
Landry Turakumbuye Umuvumburo.kubereki wabihevye.
Ubu rero aramwihakanye Lolilo nibabandanye sha Queen gusa ndakwikundira
Ko yabaye umukecuru ka yemwe🤭🤭🤔🤔🤔😭😭
Yaheze pe mumaso inyama zamatako zakorotse yani urabona umubiri wabaye umushambara nivyobintu bisiga biyambiza bironona uruhu ntavyobazi bazi kwarugushaza ntibazi ingaruka zavyo
Nakumenye kubela lolilo noe aramwihakanye bilakwankiye pe
Ni hatali
Rwanira izina ryawe mummy uriko uradushira hasi twebwe abafana bawe uratubabaza sana 😭😭😭😭😭
Umu Dada Hageze Aho Akwihakana Uca Uhora Neza Can Nico cerekan Umugabo Yitahura
Nuko yihakanye lolilo nindirimbo zabo zatwubatse muri kahise
Nhtr
Channy ❣️❣️
Yashaje channy😅😅😅😅
Ego kweli ntubeshe
Gabanya ivyo bintu mwihereza muvuge ibitondetse🤣🤣 Chan Queen we twakumenye kubera Lolilo
Uvuze ukuri kwuzuy👊
Umutananirwa oyeeeeeeeeeeeeee
❤️ihuriro....
Agaciwe karuma vrem barakundany natok
Ndibuka muri Generation yacu
Abontibavurwa bari batey ubwaba bena #Lolilo, ndibuka nabavyara icogihe bita abana babo #lolilo cnk #Chanella
Ushaje nabi wa mwaku we.
Malaya hanaga shukurani !! Indaya ntizishima 😎
Naridmushaka pe