ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
This it so nice wow , i miss my country now. Irambire mutama,
Wow 🥰🥰 l miss my country ♥️♥️
Uranshimishije Cyane Kinyange , Ndumunyarwanda ariko umuco turawuhuza cyane kandi urabyumva neza cyane
Wow 👏😮 ndumva nryohew kabisaa Biryohey'amatwi canee
Wibare Bambe 🔥🙌🏾
Urakoze Kinyange ukuntu udukumbuza akaranga. Bandanya wampaye inka!
Uyu Mushingantahe ndamwemera kukaranga
Abatutsi.muri imfura cyane peee
Ndakwemera kinyange
Niharambe imicokama nakaranga kacu. Twari twifuza ko mwoja muradutegurir ikiganiro cugusigura amajambo amamwe arimwo benshi badatahura nacanecane abarutse vuba canke abatatunze inka .vyob vyizaGutangaraKwuzaMuntangaroInkuyoIbisabo ishashi KuvutiraUrugogweUmuhoraIntoreMumatahaMumaturukaGushoraKwuhiraKwimaKubanguriraKwuzaGukwazaKugishaKugishuraIngwizaInjishiIvyakirizoUbwato
mr kinyange ndasha guhura nae amaso muyandiiii ndagufana cneee
Abishe Uburundi ntibabuciye imizi. Abazungu ntaciza nakimwe baje bazanye. Ivyo twita civilisation nuguhona. Icompa Kinyange nkamumenya
Juste waouh Extraordinaire
Nzohava ntunginka kubera Amazina ya Kinyange nukuri kwose!!
Kinyange yubahwe ninka bihuye iramutwengera😅😅😅😅
😊😊😊😊😊
Wabikoze neza
Kinyange uranshimishije gahorane inka n'umuco
Ari n'impano uyumugabo kbsa!!
Mubuzima bwanje ntatunzinka nzobabara kinyange agrahaba yubahwe
Komera kinyange urintwari kukaranga k'uburundi.
Uwanka inka ntakazibone.
Wubahwe cne
This it so nice wow , i miss my country now. Irambire mutama,
Wow 🥰🥰 l miss my country ♥️♥️
Uranshimishije Cyane Kinyange , Ndumunyarwanda ariko umuco turawuhuza cyane kandi urabyumva neza cyane
Wow 👏😮 ndumva nryohew kabisaa
Biryohey'amatwi canee
Wibare Bambe 🔥🙌🏾
Urakoze Kinyange ukuntu udukumbuza akaranga. Bandanya wampaye inka!
Uyu Mushingantahe ndamwemera kukaranga
Abatutsi.muri imfura cyane peee
Ndakwemera kinyange
Niharambe imicokama nakaranga kacu. Twari twifuza ko mwoja muradutegurir ikiganiro cugusigura amajambo amamwe arimwo benshi badatahura nacanecane abarutse vuba canke abatatunze inka .vyob vyiza
Gutangara
Kwuza
Muntangaro
Inkuyo
Ibisabo ishashi
Kuvutira
Urugogwe
Umuhora
Intore
Mumataha
Mumaturuka
Gushora
Kwuhira
Kwima
Kubangurira
Kwuza
Gukwaza
Kugisha
Kugishura
Ingwiza
Injishi
Ivyakirizo
Ubwato
mr kinyange ndasha guhura nae amaso muyandiiii ndagufana cneee
Abishe Uburundi ntibabuciye imizi. Abazungu ntaciza nakimwe baje bazanye. Ivyo twita civilisation nuguhona. Icompa Kinyange nkamumenya
Juste waouh
Extraordinaire