Mbinguni ni mji wa lulu//Chorale TERAMIRUBUGINGO//Église Pentecôte de Kinama
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 16 ก.ย. 2024
- Mwipfuza kuyaga natwe kuri telefone mwokwifashisha iyi numéro +25762924265 canke +25779476307 (Appel & Whatsapp) ariko kandi mwonatwandikira kuri Email yacu: neemagospeltv@gmail.com . Ivyiyumviro vyanyu,intererano zanyu kubw'ibiganiro n'ubutumwa tubashikiriza,vyose birahawe ikaze kubwo gutegura umugeni wa Kristo Yesu
Yesu abahezagire kwiyi ndirimbo
Choral Teramira ubugingo Imana ibongere amavuta kbsa, murampezagira.
Nukuri mw'ijuru ntakwiganyira nta Marira.
Imana izoduhe iherezo ryiza
Mbinguni ni salama 100%.
MUNGU tujalie tufike huko mbinguni.
Amen
Anen Imana ibahezagire cane kandi ibahe umugisha
Kwelii mbinguni tutaishi kwa furaha
Muhezagirwe,muranyubaka
God bless you
Nous irons au seigneur
🙏🙏🙏🙏 Chorale yanje❤️❤️
Hakuna chozi tena na hakuna huzuni
Mbinguni kwetu tutaishi salama 💃🏻💃🏻💃🏻lmana izompe kuzobayo nukuri 🙏🏻🙏🏻🙏🏻
Ameeeen
Nta kuntu mworaba uko mwokorana na mixer y'ivyo vyuma kugira amajwi ashobore gusohoka neza? Turabumva ni vyo, ariko harakenewe akabirya🙏
God bless you
Amen
Amen