Extraordinaire! Très inteligent.
Merci bcp.
Uwo mutama yubahwe🎉
Olivier bn travail
Homme du changement !
Yatumye nkumbura .
Sutu hejuru cane🎉🎉🎉🎉😂😂😂
Abakera bari bakaze pe
Kwico cikoti, ntabeshe, kuko najewe Papa, 1993 yarafise impuzu yakuye Buganda. Kandi yazambare kumusi mukuru ukomeye. Ama Returuso, ibirato, ikoti, Isandugu....
❤❤❤❤❤
Mbega wahora hehe wa mbwa weeee 😂😂😂😂. Ntayo naguha untutse😂😂😂😂
Yagwanya genre ya shikramu kbs
Yooo!!😭😭
Ahondahazi mutama
Imbonerakure z'ico gihe zari danger ⚡
Mutama yubahwe azi vyishi kuri kahis mukomere
Niharari uburundi bwamy bugoye kera
Courage bro
UNO mutama ndamwikundiye cane aratwenza cane kandi anaduha namateka.
akokantu ndakamenye nanjendibaza ngo imanamba ngo ni mubugande ariko nagiyeyo ndabaza ahohatu ndahabura😂
Wakoze cane kutuzanira umuntu wakora baba bazi utuntu twishi baranasetsa😂😂😂😂
Abahamya 2:18
Uwomutamayubahwe twomuronkagt kugira uwanezerewe amuse ayaguramwo agacupa
Multi talented 👏🏾👏🏾👏🏾
Wakoze kuri Live wakoze kuri Page Facebook
Buku
SUBSCRIBE Please
Abagore bubahwe kumbe bobo ntibakubitwa
Wow, afise talent kweli... murakoze caane HC kutwereka uyo mutama!