For sure gyna uri positive canee Andy ashigikira queen kubera bahuje histoire umuvyeyi uko yokosa kwose aguma ari umuvyeyi nacane cane iyo wumvise partie zose
Queen nareme najewe madame wanje twagize mariage ntiyigeze amenya se kandi na maman we aramuta aja kurongogwa ahandi aca aregwa na inakuru nije naciye mubera abavyeyi.hama nsabe umpe whatsapp ya Queen tuyage vyomufasha
Vrt mumuhanuro ivyo bariko baramuhanura sivyo kuko se wiwe niyomurondera ari gihe yomurondr ugasanga amubwiye ibitanwukanyz nivyo mama wiw amubwiye ibaze mama wiwe yarongew Queen ari akayoya niwumva ko ari ikintu kirekire kiri hagi yabo umwna atavyazi
Andy je suis pas d'accord avec toi uriko umwumvish ko adakeney papa wiwe ariko vyukuri aramukeneyeeee kuko numuvyeyi wiwe kuko yavutse kubera papa wiwe yabayeho
Ikiganiro Ca Bien but Title mwohindura gato kuko Isi Dutuye ico sikirundi ISI TUBAYEMWO Ni bon✌ but Courage✌👊❤❤
Mwaberew
Ni mwunva tubatutse ngomwaheny muduteribuye 1
So mukomez kudukomeza
Umutima 🎉🎉🎉🎉❤❤
Queen asa n belle nice😊
Abakunzi ba Ase tv mugorore amabok duhoberane🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Gynella vuga mugiswahili ndakunda igiswahili cawe❤❤❤❤
waoo Andy watuzaniye Queene.Ariko Andy nubwo ikiganiro mwacise isi dutuye mwarashizemwo akajambo kikinyagwanda ngo dutuye ako nikinyagwanda
Noe bitwayik
Même portrait que belle nice😮😅😍
Ikiganiro cari kiryoshe harikintu kinkozeko❤❤❤❤
Yooo!! Queen kumbabaje ntarumviriz ikiganiro
❤❤❤❤❤turabakunda cane kwine na jinera
Ikiganiro niciza ariko kirimwo akajagar nimba harimwo avuga arindira uwundi aheza mureke nogucanga ibibazo merc
Mr Andy kommer hama wiyumviriy neza kwiyumvira gushiraho icokiganir
Imana iguhindure sha Queen gusa urqberew
Queen jw ngimpanuro noguha kuko nanje namenye baba fise 14ans kandi sinarezw na mama narezw na Tonto wanje ariko kubera nabwiw Histoir nahise ndabababarir vya rangoye kuvyakira ariko munyuma na rabitahuye kuko naratohoje histoir y urukundo kwa baba na mama,naciye ndamubabarira mbere ndamukunda ndanamuvasha gushik aho Imana iramuhamagara rero naho papa wawe ari kure uzomuronder kuri fone yase ko muyag uvyihose ikindi mama wawe niyokubwira vyose igituma ya mutaye mu bitaro niwovyemez 100% kuko ari ibibazo twebw abagore tuvyiteza munyuma tukabiterera abana kugir babone aba papa babo ko ari babi ugasanga ww ubwawe utwaye umusaraba utari kwawe,ikindi Isi irazunguruk Queen kuko abo muvukana nabuzi ex umwana wawe akundane na nuwo muvukana wibaza muri ww wobifata gute, kuko naho worek kumubabarir Imana izofushe nuzohure ni Ngaruka uzicuza ibihe vyose vy ubuzim
Iminot yarikwiy kweri ariko dakimaz mwubahw dabakund xanaa 🎉❤ twaritubakubuy nukuri.
Niwihangane shaaa Imana ❤❤
Reka ndeke kuraba kino kiganiro kuko Queen nikibaju nohava ndakunda
Love u guys❤❤😘
Pole Queen nukuri Imana ikurinde
Mpole Queen mwiza❤
Queen warabyibushe pee
Ndabakunda mwese uko mwicaye Aho murandyohera
Gusa ikintu cambere mbonye mwambaye neza cane mwese. Ubuzima bwiyisi buragoye
For sure gyna uri positive canee Andy ashigikira queen kubera bahuje histoire umuvyeyi uko yokosa kwose aguma ari umuvyeyi nacane cane iyo wumvise partie zose
Ndabakunda cane
Queen umuntu wese arafise impamvu akora ikintu j numva wokwegera Maman wawe akagusigurira impamvu papa wawe yabataye nawen ashobora kuba ashaka kukwegera muga akabura Aho ahera so umuvyeyi yama arumuvyeyi Kuko amaraso yiwe ari muri wewe
Ndabakund murikumwe3😂❤
Gus icyombonye abant tungendan ibikimer biremerey kwer Qeeun ikint camber nogusab nuko wofata umutim kowumv papa wawe agihar ugafat inter yamber ukamuvugisha ukamenya kwariw papa wawe byukur haraho ivyo mama akubwir vyotandukan nivyo papa akubwiy kuk urumv ko mama wawe yagutway ururuyoya sha nuhatar nahiragir nijyew gus none ndumv koduhuza ibikomer jyew ndakwijye 28ans niyisah nariyakiriy kukibaz cya papa sinkikibaz mama kuk igih nameny ko uwandez atariw papa nkadhak kumenya ukur nahuy nibikimer yishi 😢😢 bitandukany niho nagiy mugashi nkabon mugasho ukohas kumv mvuyeyo navuyey mumutim nabany nkibuy ritamenek arik jyew ntamwan wanjye nzankisha ise ngonuko harivyo twapfuy kuk amaherez azoshak kumeny ise ese nindamumwankisha singaruk kurijyew
Knd ngah usanga asa na papa wiw sha 😢Niwihangane
Pole sana dada queen 😢😢
Maman yubahwe
Nnje mfse gikomer ca maman wanje yadutay aragend tutaz iyo agye nsigar ndahangayik na batoy banje😭😭😭 dusubye kumubon inyuma yimyak 12ans ubwamber tucumv amakur ywe kwakirih vyaraturyohey arko amaz 1semaine mugihug niho nac ndamurondra kur fne ndamubwra nt vyoba vyiz usubiy iyo wahor kko ntacuj kutumarir kko twar twaramaz kwiyakir impande zose ark ubu twaramubabariy turasubir turamwakir nkumuvyey nawe Quen ndagukomej gir umutima woguharir kko niwamar kumuharir uzoc wumv mu,mutima uruhuts Imana iguhe kwihangan 🙏🙏
Waoooo ndabakunda mwese❤❤❤❤❤❤❤
Queen ndagukunze uri igi chérie
❤❤❤❤❤❤ amen papa Andy 🙏 🙌 ❤ love ndabakunda cane❤❤❤❤❤❤
Muhezagirwe❤❤❤❤ ndabakunda
Yoo mukobwa ihangane pe kuki maman wawe atakweretse père uyo yakuvyaye nikigabo. Cikigaba kandi baba ho ihangane ubu urukuze
Ikiganiro cari ciza ariko muze mureka umutumirwa avuge temoignage yiwe mutavugiramwo amajambo menshii iminota myinshi nimwe muyitwara muvuga muharira menga mushaka kumwishurira mwari kumureka akavuga detail par detail wenyene
Ndabakndaa cneee❤
Ndabakunda❤❤❤❤❤❤❤
Yooo basha kwine usubuje inyuma mani😢❤
Nukur Queen naz kugusab imbabaz urazimuh kand wiyakire caane
❤❤❤❤❤ nice 🌹
NtitwigeraTunanigwa🔥🔥🔥😂😂😂😂
Ndabafana
Mugarukane andry Quen
Murahonez nshuti nkunda ntababeshye ibiganirobyanyubiranduhura mbesebinsubizintege mubugingo kurajepe
Oueen ihangane twese twarezwe na maman gusa twarakuze
Ikinganiro kiryoshe cn ndabakunda
Nanj nfis ikibazo nkico wihangan cha ncuti bn
Ubuzima bwa queen yaciyemw nnj nuk nyn ukomere
And Queen aracarikumugab?
Yooo mpor diii
Ngo papa yagusanze mucumba uri gusa?nn Bashe muryama mutugaye ivyumba vyanyu?njew ntanitiro noronka ntugaye
Mukomerezahop. Turabakunda❤❤❤❤❤😂😂🎉🎉🎉😢😢😢😢
Gyinella muraberewe cane
Brinela nyimba warahezagiwe papa wawe akava ahari abantu twabuze ba papa baribanze muga twakuze tubunva rekana nicokigabosha afise abiwe
Jewe ndabona Queen humura jewe ndeze babiri SE wabo ntaco afasha nakimwe nkandi bamubona ntaco abafasha jewe umwana mukuru akwije imyaka c15
Nukwihangan nanj ni 3😢
Queen pole kwer warababay nukuri ariko wihangane
😭😭😭😭😭😭😭😭🤲🤲🤲
None nikuberiki mudatumira abafana ngomuyage eregavyoryoha kuruta utumiye bashasha
Andy shn ngo inomusi umwana wiwe niyory atariy😂😂nisanz natwenz kubwak kantu 😂😂hibagira uwabikoze nihibagira uwabikorew😂😂banakwirukana gahoro hubw😅😅
Amen 🙏 🙏 🙏 🙏 🎉🎉🎉🎉 ❤❤❤
Queen nareme najewe madame wanje twagize mariage ntiyigeze amenya se kandi na maman we aramuta aja kurongogwa ahandi aca aregwa na inakuru nije naciye mubera abavyeyi.hama nsabe umpe whatsapp ya Queen tuyage vyomufasha
Vrt mumuhanuro ivyo bariko baramuhanura sivyo kuko se wiwe niyomurondera ari gihe yomurondr ugasanga amubwiye ibitanwukanyz nivyo mama wiw amubwiye ibaze mama wiwe yarongew Queen ari akayoya niwumva ko ari ikintu kirekire kiri hagi yabo umwna atavyazi
Abagore bareze abana keshi bashira abana ama code mabi yokwanga aba papa ariko ubiravye usanga amakosa abitekwa na twebw abagore nashak amuronder ww yarahiriw akarerekw na mama wiw twe ko twaraba babariye kndi batatureze mbere turabakunda
Bituma turambirwa kuki umutumire mumuvugiramwo vrt muhindire
Nifuzakuzababona amasokumaso kukonabigiyebyinshi nyumayubuzima butoroshye nibikomerebyumuryango
😂😂😂😂 Andy uranyishe ngo ngwiki?
Courage 💪💪🎉🎉🎉
😢 😢
Andi bivana numuntu nje mama yapfuye fise imyka 13 asiga umwana wamezi3 muga umugore wapapa aradukunda kurutap kuko abanabomuhira baziko arimama
Birababaje gusa twihangane
❤❤❤❤
Yooo Queen amagorw ntasig ayand waravuy kumugab😢😢😢😢
Andy oy sha nimwumwuvishe ko yomubon akamubabzriri kuk ntazimpav atagaruts kubaz umwan kand yasize azi neza koyagiy kuvyar nukur icyonyerek numuryang papa yavukamwo ndumv nobababarir pe kuk harigih nase atariw gus andy Qeeun yishiremwo ko abonanye nase yomubanarir bizotum abohuko mumutim mweho nuko mumuz nisur jyew ntanuko inzi isur yiwe ntanuko inzi izina rya papa rero ndumv kubabarir nivyingenz kand uwukomy amashi ntibayakunitak Queen nukur uraharir papa wew pe andy bakenerenye bos reka kuvug ko papa ariw akeney Queen gus nawe aramukeney ok papa arik arasaza arik nawe uracyar muto ushak kumeny abaomubukan andy wap oyompanur sinzoz ahubwo mumwuvishe ko ise yomuharir nukur ningoran nukur ahamwis
Mbe Gigi yakuye hh ingidi kweri kabaye inyumayinz
Ntamakur ufise adandaz imit yokuvyibuh agushak😂😂😂😂
Numwe warya mahera akayakuru ki sha umu sabiri ki 😂😂😂
Andy je suis pas d'accord avec toi uriko umwumvish ko adakeney papa wiwe ariko vyukuri aramukeneyeeee kuko numuvyeyi wiwe kuko yavutse kubera papa wiwe yabayeho
❤❤❤❤❤❤❤sawa😢😢😢😢😢😢😮😮
❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
😂❤🎉🫡🫡🫡🫡🫡🫡
🎉🎉❤❤
❤❤❤❤❤❤❤
None queen umugabo wawe arihe yariko agutesha umwanya
❤❤❤❤🎉
❤❤❤❤🎉🎉
NoneQueen.yarawyaye
❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Bibaho.Nukwihangana
❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤😂😂😂
❤❤😂😂😂
😂😂😂😂😂 hhhhhhh
😅😅😅😅😅
😂😂😂😂😂😂😂😂
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
😅😅😅
😂😂😂😂
🤣🤣🤣
😂😂😂😂😂😂
what's funny
😢😢😢😢😢😢🎉🎉
🎉🎉🎉🎉🎉
Biravana andi sibose abafiseumutima wurukundo
Andy vyukuri Queen yaragize igikomere ariko nareme ari mubigero.rero jewe icombona comuhoza amarira nuko yoronka umugabo amukunda,amutahura,akamuhoza amarira.vyukuri jewe naho novyara umwana hanze sinopfa naramuheberanye nyina kuko umwana numugisha urabona ngo araheba igikobwa ciza nka Queen iryo niryo kosa abagabo tugira naho noba nkenye nopfuma ndamushira maman akamumfasha
None Qeenn ntamugabo afise😂
@@EdouardineNdayizeyeumng barahukany
@@majedalotaibi9350 ntumbwire we umwe bagize marriage ejo bundi
Queen nyn yarivugiek ubar divorcé mukiganir yagirany na Andy mumins ihez baravany nury mugab wiw
@@majedalotaibi9350 mana yanjewe mbega ingo zubu kozigoye