AHO NDUHUKIYE - Song
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 3 ต.ค. 2024
- Lyrics
1. Ico nizeye gishitse
Ntikiri mu bikorwa
Nizigiye Uwuhoraho
Kubwiwe singitsinzwe
2. Birakwiye ko Yesu akiza
Biramara ubwoba
Umubi nkanje nza kuri We
Ntazigera ampeba
Chorus :
Nta jambo ryo kunyemeza
Nta nuwomvugira
Birakwiye ko yapfuye
Kandi apfira jewe
Bridge:
Musaraba mwiza!
Amaraso Yeza!
Ikimazi gikwiriye!
Wanyoboreye ku Musaraba
Nubu uracanyobora
Credits
Audio Prod: Farley
Video Prod: Kevin Creator
Venue: Fruits Paradise
Lead Singer: Chercie
Translated by Selah Hymnody/ Cantique Selah No 139
Originally written par Adam Palmer,Jacob Sooter,Matthew Hein,Lindsay Sweat
Cantique Selah can be downloaded from googleplaystore( play.google.co...)
and soon from Appstore too.
You may want to support this non profit project of recording the new Hymnody for Burundian churches/christians,
Please contact us +257 76 780 529
Chelsea,nabandi mwese Imana ibahezagire mwese ndabikundira❤,muraduhezagiye pe
It's nice song, I'm blessed😍😍from🇿🇦🇿🇦🇿🇦
Kumra umusi utumvirije iyi song nuruhombo ntababeshe
Hallelujah 🙌🙌
Ooh Indirimbo nziza Muhezagirweee❤
God blss u
🙏🙏
❤❤
Ashimwe Yesu we yitanze kubwacu akadupfira. Muhezagirwe!
Merci
Mukomere cane.
Uhoraho abandanye kubahezagira cane
Beyond compare guys. Glory to Him for you.❤
Merci❤
Hallelujah nice song nice video nice lyrics
Thank you Lord Jesus for dying for me🙌🙌
🙏warakoze
Warakoze Yesu gupfira umubi nkanje
🙏🙏
Good Song
Go for it
Hallelujah🙏🙏🙏
❤❤❤❤❤Nicely
Woow.... am blessed 🙏, indirimbo nziza can , Uwiteka akomez abasige amavuta yiw❤
Nice song😔
Nothing in our hand we bring simply to the cross we crig...christ is enough.
Waaaaaaw !!! Thank you for this wonderful song, it’s such a blessing !!! Big hug jean-Paul from @icfGeneve worship team!!! 😘
Miss you all
Thanks so much
Hallelujah
Good
🙌😍
Merci 🙌!
Amennnn🎉
Nice song 🎧🇧🇮