𝐊𝐮𝐫𝐢𝐤𝐢𝐫𝐚𝐧𝐚 𝐢𝐤𝐢𝐠𝐚𝐧𝐢𝐫𝐨 𝐋𝐞𝐚𝐝𝐞𝐫𝐬𝐡𝐢𝐩 𝐈𝐧 𝐀𝐜𝐭𝐢𝐨𝐧 𝐧𝐚 𝐊𝐚𝐭𝐡𝐢𝐚 𝐆𝐫𝐞𝐭𝐭𝐚 𝐈𝐑𝐀𝐃𝐔𝐊𝐔𝐍𝐃𝐀 .

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 2 ต.ค. 2024
  • Kuja muri Amerika hari ababibona nk’akaryo katisubiriza ariko si vyo na gato , ahubwo kujayo kubwa Mandela Washington Fellowship , nkagaruka i Burundi n’uko nagiye mfise ihangiro n’ivyo nzokora mpindukiye kandi kugaruka ni ayandi mahirwe nihaye yo kuzosubira yo canke nkaja n’ahandi . on est Citoyen du Monde. Mpanura abariko bitegura kujayo ko batojanwa nyabahururu . »
    Ayo n’ayandi majambo nkoramutima ni Mu kiganiro Leadership In Action Kiremeshwa na DUHAYIMANA Jean de Dieu aho yari yagendeye umwigeme w’intwarikazi Kathia Gretta IRADUKUNDA .
    Karibu ku muhora wa Burundi Alumni Association Media, gira subscribe uzobe uwa mbere mu kuronka ibiganiro vyerekeye iterambere ry'Abarundi n'Uburundi. Ufise ico ubaza twandikire kuri +25771426888/+25771617275. Murakoze cane.
    Welcome to the Burundi Alumni Association Media channel, subscribe to be the first to receive our programs and content on community development by and for Burundians and Burundi. Shall you have any query, please reach to us via +25771426888/+25771617275. Thank you very much.
    Bienvenue sur la chaîne de Burundi Alumni Association Media, souscrivez pour être parmi les premiers à recevoir les notifications sur nos programmes et contenus sur le développement communautaire par et pour les Burundais et le Burundi. Pour toute question ou requête, veuillez nous contacter au +25771426888/+25771617275. Merci beaucoup.
    facebook : / baamedia257
    linkedIn : www.linkedin.com/in/burundi-alumni-association-97a576312
    instagram : www.instagram....
    X : x.com/home

ความคิดเห็น •