IGITERO CY'AMAYOBERA MU NGABO Z'UBURUNDI CYAHITANYE ABASAGA 100||IBIKORESHO BYAKORESHEJWE NTIBISANZW

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 22 ก.ย. 2024

ความคิดเห็น • 67

  • @gadtuyizere1657
    @gadtuyizere1657 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    As Rwandans, we have bad history but we respect our bad history and it motives us and leads us to do incredible things to protect ourselves. Our neighbors should know it otherwise they will face our worst face. I'm proud of Rwanda 🇷🇼💪🙏 I'm proud of my President PK.

  • @MandelaManirariha
    @MandelaManirariha 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +4

    man genda slowly batakugira nka koffi mwana ivyo mukarere buvyitondera cyane

    • @leonmusanabera12
      @leonmusanabera12 39 นาทีที่ผ่านมา

      Koffi ari kurugamba Congo Hari abamubonye muri wazalendo

  • @genukwayocelestin796
    @genukwayocelestin796 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Kuki sound itari balanced?
    Muri ecouteur turabumvira mu gutwi kumwe kandi publicité tukayumvira hose.

  • @JanvierKarimanzira
    @JanvierKarimanzira ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Kubivuga biroroshe kubikora biragumye buriya harumugani abarundi baca winyoni yitwa umusambi wishimye kwari mwiza hama habaho ikindi gikoko kiyibwira kiti hakwishima woshimwa nabandi ugwavu komez mwishime burya na nyina wuwundi aravyara umuhungu

  • @remyhabonimana6776
    @remyhabonimana6776 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Biraryoshe ukuntu amakuru y'intambara ngo zabaye mu Burundi tuzumva mubinyamakuru vy'i Rwanda gusa ata n'urusasu twe twumvise !!! Mworeka ivyo bintu mwoba iki ??

  • @Muhire-k3e
    @Muhire-k3e 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Yves nawe koko ukora ubusesenguzi kunkuru zibinyoma?
    Ubu koko washaka amakuru kubyabereye hariya ntuyabone?
    Abanyamakuru bo mu Rwanda mugiye gusara.
    Ibi nibinyoma rwose kandi simbeshya

  • @maniratungaaliser9586
    @maniratungaaliser9586 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Murababeshipe jewe dihano America ubwo nububeshi nuvise ayamakuru ica nterefona uwuri mukibira aramvuga yuko atacabaye naho amarezo agorana mukibira ariko muriko murabesha abantu kumbe amakuru kuda kuduha nayububeshi

  • @BoscoTuganeyesu
    @BoscoTuganeyesu 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Name is fantastic ❤

  • @isaacniyonshutisong5292
    @isaacniyonshutisong5292 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Wambaye neza❤❤
    Tubateze yombi👂👂

  • @DeoNihorimbere
    @DeoNihorimbere 33 นาทีที่ผ่านมา

    Yve ukwl mwebwe vyanse ukuri gusigaye kubagora
    Kandi mwebwe abamenyesha makuru muzohava murwanisha uburundi n'urwanda kandi nkubwizukuri iyo ntambara yoba mbi cane kuko yobintambara yokonona vyinshi kumpande zose.

  • @Nduwimana-i1g
    @Nduwimana-i1g 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Asha nahora ndakwemera arko uyumusi uvuze ikinyoma kwr

  • @ndigimunaziri3575
    @ndigimunaziri3575 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Haaaaaa FDRL ivuye congo igeze iburundi ejo izaba igeze Tanzaniya komeza

    • @chriss-jen
      @chriss-jen 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

      na tz bariyo wa muntu we, bari hose

  • @twizereyesudaniel1093
    @twizereyesudaniel1093 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Rpf for life

  • @manirihojeanclaude6296
    @manirihojeanclaude6296 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Komera cyane Yves ni Maniriho you remember me
    Ndakwemera courage bro

  • @FredCaca
    @FredCaca 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Reka kwikinisha sha!! Ingabo z'uburundi wewe urazizi?

  • @aimeuwimana6660
    @aimeuwimana6660 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Number 1

  • @fredericnshimirimana8014
    @fredericnshimirimana8014 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Uzatubwire,igihe abasirikare b'urwanda bazaba bapfuye muri nyungwe canke mu mashamba ya Congo.

    • @JacquesKwizera-cs8hu
      @JacquesKwizera-cs8hu 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

      Komera unywe kumazi birashyira wangu

  • @eddie.m6567
    @eddie.m6567 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Nkuyemuruge Yves bravo!

  • @chriss-jen
    @chriss-jen 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Your analysies are great Yves👌🏿

  • @NtahirajaGaspard
    @NtahirajaGaspard 36 นาทีที่ผ่านมา

    Yves usigaye unwa urumogi kwr ukuntu twubaha cano yawe nn usigaye uzana amAkuru yubushi kabisa sha urantengushe nahora ndakwwemera

  • @barakaomar3327
    @barakaomar3327 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Bandanya kwidigadiga . Imbere habahishiye myinshi. Umutindi arota ICO abbaye. Kandi umupfu ntiyinukira. Jewe amenyo agutwenga arayawe.

  • @neemaleoni1758
    @neemaleoni1758 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Wangozi100/100

  • @mpozenzicedric6351
    @mpozenzicedric6351 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Do not worry Yves, it’s very clear and known who has done it based on what you’ve said happened 6 years ago. I think though I am not sure that the story repeated itself twice.

  • @davidentwari6598
    @davidentwari6598 31 นาทีที่ผ่านมา

    Yves urafutamye pe kuvuga ibyo utazi udafitiye gihamya

  • @jeanclaude-r5l
    @jeanclaude-r5l 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    courage mugabo

  • @JadoUpright
    @JadoUpright 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    💯💪

  • @tomhakim-vg7fy
    @tomhakim-vg7fy ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Agapfa kabiriwe ni impongo!!!

  • @emmanuelamanhakizimana5160
    @emmanuelamanhakizimana5160 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Twabikomye

  • @SinzinkayoJackson-iv6ns
    @SinzinkayoJackson-iv6ns 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Abanyarwanda bose munga bwaracuramye uvyo ntavyo mwunva kuko mwebwe murahemvye

  • @Akagumyebagumako25
    @Akagumyebagumako25 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Na Rwema yaradusize!

  • @HatungimanaAdamon
    @HatungimanaAdamon ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Yves attention cyane. Uburundi ntabwo uzi nagato buriko burubakwa bimwe biteye ubwoba birondere mubivuge mwoye guhiga vews mubitarivyo

    • @chriss-jen
      @chriss-jen ชั่วโมงที่ผ่านมา

      ibyo niwowe ubizi, kdi urabivuze, nonese ushaka ko avuga ibyo atazi? cg ushaka ko avuga ibyo wifuza kunva? it doesn't work like that.

  • @NshimiyimanaTheogene-ye5gf
    @NshimiyimanaTheogene-ye5gf ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Hari inkuru tutabashije gusoma

  • @SinzinkayoJackson-iv6ns
    @SinzinkayoJackson-iv6ns 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Mwasaze mwebwe

  • @NzaroraGerard
    @NzaroraGerard 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Ndagukunda cyane
    Jyunsuhuza

  • @BurundiBujumbura-s6q
    @BurundiBujumbura-s6q ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Yves iki kiganiro cakunaniye😂😂nakwemera ariko urumunyabwoba😂utinya kuba nkintwari koffi.

    • @nkurunzizamathieu7911
      @nkurunzizamathieu7911 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

      Ngo intwari? N'iyo mu Burindi ariko? Mwagiye mureka ubushukanyi, umuntu iyo abafashije kuvuga ubusa n'ibinyoma nibwo aba intwali

    • @leonmusanabera12
      @leonmusanabera12 36 นาทีที่ผ่านมา

      Koffi se yagiye he?
      Si numva yarabaye
      major muri wazalendo.

  • @Akagumyebagumako25
    @Akagumyebagumako25 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Umusi umwe dukozanyeho ubwo bugambo bushire !

  • @nduwimanafiston1189
    @nduwimanafiston1189 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ingabo zuburundi zarabahabuye muri DRC

    • @emmanuelngabo8250
      @emmanuelngabo8250 นาทีที่ผ่านมา

      Koko? Cg urimo kwirema umutima?

  • @PlacideNDAGIJIMANA-kq8jk
    @PlacideNDAGIJIMANA-kq8jk 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Kandi uburundi biraza guteza intambara nukuri

  • @venantgahungu5683
    @venantgahungu5683 26 นาทีที่ผ่านมา

    Urumubeshi kweri haha ndumiwe

  • @NshimiyimanaTheogene-ye5gf
    @NshimiyimanaTheogene-ye5gf ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Genamazr kukumva kera ahubwo utakumva ntasobanukirwa nagat

  • @PierreNibasumba-g7c
    @PierreNibasumba-g7c ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ariko se sizakagoma za padiri nahimana thomas zihenze kw'ishamba ?😁😁

  • @BantuWilliams
    @BantuWilliams 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    None se wagendere kumakuru ya Bwiza kubyuburundi?

  • @FloribertNiyikigongwe
    @FloribertNiyikigongwe ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Nicuka ntamakuru

  • @nduwimanafiston1189
    @nduwimanafiston1189 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Abarundi ntibagwanisha umunwa nkuwo mugwanisha

  • @BonyAhishakiye
    @BonyAhishakiye 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ivyuma vyawe ntabwo biri gusohora amajwi

  • @CyrilleHategekimana
    @CyrilleHategekimana 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Kndi Uzi byinshi

  • @ericbikorimana8713
    @ericbikorimana8713 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Iyo FDLR bakwega ibujumbura iivyo bazoyivyaza bazoba bambwira.Aba DD arabo mpanura barakwiye guharura akarenga rimwe.FDLR izobakwegera ivyo batitura .ubucuti barengenye kanyaru bagiye kubuzana kinshasa nzaba nzoba mbona icogihwinyira.

    • @ekaiesikiria2104
      @ekaiesikiria2104 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

      Nukubesha namayeri yinkotanyi burya ubu bagiye gutera uburundi nanone ariko FDNB iriteguye izabamesa

  • @benderuta7725
    @benderuta7725 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ngo abasirikare 100?

  • @ekaiesikiria2104
    @ekaiesikiria2104 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ariko akenge tutsi murasatsa

  • @niyonzimasamuel4190
    @niyonzimasamuel4190 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ko amajwi arihasi

  • @songamberetv2219
    @songamberetv2219 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Ariko abanyamakuru bamwe bo mu Rwanda wongira ngo banwa ibiyobyabwenge murafata mugahimba inkuru neza neza yibintu bitariho mukanayikabiriza atanisoni mufise ukanasanga nimwe muri kuyivuga kwisi nzima wokwibaza ngo muba kuri Mars 🤣

    • @Gasanajames-jx3dv
      @Gasanajames-jx3dv 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

      Nonese woe ufite amakuru waje ukatubwira😂😂😂😂

    • @Tubivugetv990
      @Tubivugetv990 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

      iyumvire inkuru nkiyo imenya abanyarwanda gusa za BBC ntiziyimenye za VOA ntizibenye birateye isoni jewe nasanzwe kwitwa umumeshamakuru womurwanda tahari uba wamaze kuba umunyabinyoma ariko nkabo bahutu bobo baba bashaka kunezereza inkotanyi

    • @Gasanajames-jx3dv
      @Gasanajames-jx3dv 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

      @@Tubivugetv990 nyine mwe muze mubanyomoze muduhe ukuri kwanyu niba namwe mudahengamira kuri abo bagome bacumbitse iwanyu

    • @songamberetv2219
      @songamberetv2219 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

      @@Gasanajames-jx3dv zankoramaraso ba niyombare harya burya ntibaba I Kigali?

    • @songamberetv2219
      @songamberetv2219 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

      @@Gasanajames-jx3dv nibabandanye babahe uburozi mwirire nivyo vyanyu