ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Abarundikazi muvuga neza kweli!!!
top Comment
Noe kwivyo yigira bisa nubusazi harumuhungu yiyubashe yobkora kwl?
😅😅😅😅😅😅👊
Camamare vrt!!i really like u!!you are a good actor 😀😀
Rek mpanagur agateb ndindir épisode ya 4
Camamare nukuri mubabarire Leilla niwe watumye ahinduka asubira kuvuga yuko arumukobwa kubera wewe vyiza wokwirengagiza ivyabaye vyose mugakundana none siwe wamuhinduye mwemerere mwikundanire ntaribi ndabigusavye🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Ataruwahatar waziyik non murek kumurondera
Andy wisubirek kuk tuzoguheba burekura twirabire tukibinyotewe kuk ibi ugira sivy ababonak andy atunyoteza kwirira sho mungong ngah twimanukire nimumbanir ndabakunda cane 🤣🤣🤣🇧🇮🇧🇮💃💃💃💃
Nanje birasesema ivyo bintu vyokutunyoteza kwl bisubireko tuba dushaka kubiraba bigishushe
,,👍Uvuzukuri
👍👍👍👍👍👍✅
Camamare ugiye urakina comedi nkizo twogushigikira turi benshhiiii uratwenza kubi🤣🤣🤣🤣🤣🤣😂😂
Camamare egi yarakubabaj twes twarabibony arik tangimbabaz kk n'Imana turayicumurak ikaduharr rer koyitahuy ntampamv nimw yotum utamuharira
Rekura show rero turabe turi kutagati tuirindiriy kwahamu sana 🤣🤣🤣 turye show camamar narareka kugwan na Leila 🤣🤣🤣show show show 🤣🥰🥰🔥🔥💪💪🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
Yooooooo😂😂😂😂😂😂😂Ngo imana ikwakir mubwamibwayo
Knd umuharir camamare koyikosoye muharir Sha nivyz guharira sh camamare 🥰🥰🙏
Uwambere nashitse🏃💪❤️
Uwagatanu ndahariii
Camamare rek gukunda uwomugabo yokwic turacakeney ivyaw❤
Camamare felicitatons kabisa nakubari wubahwe
Camamare yitahuy ntiwirirwe uraja kuraba Yesu ahoyicaye 😀😀😀😀😀
Nabarekura pana kutunyoteza sivyiza
twarabahinyuye .kumbe ni comedy muriko mirakina🙆🙆🙆
🤣🤣🤣🤣🤣🤣Reka nitwengere Abo kwanyamwema murihe mubona gute muriko muritegura kwakira ramazani like zanyu tumanuk✌✌✌
Wamenyereye kuba uwambere muri cammantaire yageze reka nzorabe muri ramadan🤣🤣🤣tumenyane nje ndahari
@@pkfj1udhg476🤣🤣🤣🤣 kubita tubahwe abo kwanyamwema
Abokwa nyamwema nihoturi ramazan irageze nihatari
😒😒achana na mambo ya ramadhan gusa nzoteramira kuri shorba vyos numuruho gusa
@@saudisaudi7859 🤣🤣🤣🤣🤣Ijoro ryooooo kubita
Ndakwinginze sura channel yitwa ITARA tv 2 wirebere film
Camamar.bakurodez.urukudo.ukanka.unzomwirodeza.quinn.courage.
Hahaha ngo sambagur urunwa rwawe
Dogo towa urofa! Kama uko nanguvu! Pigana na Wana ume wezako! Wana Ume tupo! Una piga demu! Muwashe sisi wana Ume tuta mushukuwa! Kwani uko Burundi 🇧🇮✊🏿 Bujumbura mwana ume pekeyako👊🏿🇧🇮 kirofa ibwa Shamare👊🏿🇧🇮
Mamba numiwe🤭🇬🇦
Daaahhh i say that huyo kijana ni nomaaaa😅😅😅😅😂😂😂😂
Camamare uwomwana aragukunda ariko arasara ndake 🙌
Ugo rukundo gogera kure kweri 😂😂😂😂
Camamare ivyurya mukobwa yakoze twarabibony ariko ivyo vyama vyabay mbere mwenuyo arakubaha mumeze gukundana najew vyara shikiy knd twaciy dutwarana knd turubahana ejo umuh inyishu nziza
Mwiber ab copine💔😂😂😂
Burundi 🇧🇮 🇧🇮 oyeeeeee miss you 😘 much love ❤
Cmamare.nawew.uratwenz.😃😃😃🤭🤭🙅🙅🙆🙆🤪🤪👊
Iburundi iwacu ndahakunda sna😂😅bivanye nibihabera wallah😂
Episode 3 niryari
Mukobwa wa claude lailla usigaye ukina comedi hahahahhh😁😀👄
Muba muhaze sha we love you so much from Rwanda
Deborah Rwanda woba urumwe ukina film? Deborah ndagusavye umpe link Kiri film yawe kuk ndaguheruka kera MPa link?
@@shimwayesu8318 ntago nkina film pe gusa abantu beshi bashaka kushyira muri film ariko nkabyanga
@@deborahniyogisubizo2503 ntakundi arik hariho murwanda uwitwa Déborah umukinyi wafilm arik mperuka kuzirabakera Ubundimwonshakisha link kuri Déborah rwanda
Eeeeeeh 🤔🤔 Andy nogufata no kuyooo giravub urekure🏃🏃🏃🏃
Queen n andy ndabakund can kd ndabakurikiran nubw nkund kubur umwany wogu comenta so camamare nae nakund ury mwana kk utiny ingw ntutiny iyakwinjirany kanatsind niw yamushiz kumurongo aremerak ar umwigeme yaritahuy!!
Uranyishe camamare nukuri wewe urikiyqsho kabisa 😂😂😂😅😅😅yiyoroheje kabisa uyo mukobwa
Camamale ukazokwemera komukundana ozobupfuye agomba azoguhe ishano heheeeee ntiwemere
Mpabashahu camamare yaramamaye koko akina neza ndamwemera
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😇 mbega aga show keza
The boy 😂😂❤️🇧🇮
Part 4;ndayikeneye
Quinne uyumus camamare aracababay uzobahuz munyum ishav ryapungutse
Nimuyirekure
Ndamanyuts mana camamare weeee😂😂😂😂😂😂😂😂😂😁😁😁😁😁😁😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
🤣 🤣 🤣 🤣 🤣 🤣 Camamareurasazemubabariremwikundanire
Much love from @Rwanda, love ya #Queen
CAMAMARE Big up san
Camamare oyeeeee courage barakupfiriye🤣🤣🤣 mumpe urukundo uranyishepe ngongwiki ntimuvyorosha🤣🤣 camamare uranyishe
Camamare bamuzamuriye sugari😂😂😂😂
Camamare ngo none mwampagariyiki mwabagabomwe🤣🤣🤣🤣
Andy iyonges wadukanye ninyanaki utaduha tury show tukibifitiye apeti ndabona tugiye kubifa🤷🤷
🤣🤣🤣🤣🤣 show niza koreshumwanya
Terminé tahiwanyu😅😅😅😅🙌
None nabakobwa musigaye mwiyita man?
Ati I don't sure
Uwomukobw ntabwo yicisha bugufise kk yamubwiye ati sumuntu wigihangange iryorofa ntaryemere
cyamamare araturyohera
Brooh ubay uw1 vrt birabonek kutari umuhehesi Leila mukndane biry bibaho shn muvyibgira
Gusa camamare eomubabarira kwel
Mwubahweeeee!!!
Ewe camamare we 😂😂😂😊 maaaamaaaamaaa
Camamare ugaruts kwinur yangwe hhhhhhh jew muranyic ngambar ik giteng kkkkkkkkk yooooo ahwiiiii
Uwomuhungu yagizenabi kweri
Yooo mukama camamare aranyishe🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Shaaa camamare aranyishe najew nukuri
Camamare ww waguze amakosa wari kumwunviriza ukareka kuduza ijwi ntabantu babangore batagira indero
Yooo camamare tangimbabazi koyitahuye Hama camanza gusubize iryafone yawe na century niwiyumvire kabisa kuko mwese mwarashamiranye niwiyumvire nkumuhung
Andi garukana ababantu
Camaret nuhatari nyamba muri mubikino 😆😆😆😆 pół sana mubabarire ko yitahuye ingwaniraho ntiyokwijana
Wapi ntamukunde kk camamare ntand uburara nkubwo
Camamare ngo ntiyokundana numugabo uranyishe
😀😀😀😀😀
yooooooporesana😀😀😀😂😂😂😂sawa🙏🙏🙏🙏❤❤roveyou
Nimber six mwatanz kwel
My love
Burundian Show😂😂😂😂😂
cool
Nice
Nihatari kabisa camamare uranyumije
Camamare ngontagiswahili yumva 🤣🤣🤣🤣
😄😄😄😄😄😄😄😄😄
Ibibintu mugir ntabw arivyo muze murarekur hakir kare uku nukutunyoteza ubona ayandi ma Tv on line babigir
Queen, ivyo vyerekanye ko Leilla yakunda Camamare nubwo vyagenze kurya.beef yahabaye (jalous) ntiyobura mugihe usanzuwukunda ari muribirya twabonye.
Ibit mwariy mwavyibagiy 🤣🤣🤣🤣
CAMAMARE RESPECT
Muguwaguw hagez ugwegwo gwabakobwa basigay bireherez nihatari🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤭
Camamaremubabarire 😀😀😀😀
Camamare mubabarire turabigusavye kuko twarabikurikiranye
Nihatari kwel
I don't sure cank ni I am not sure😬🤣🙄🤣🤣
🤣🤣🤣🤣🤣🤣 camamare kayemw 🤣🤣🤣 hahahaha yumviseko baje kumusaba urukund noe biravumbuye 😂😂
Camamare hehuru EWE man kwinosi tuzobon vyishi gusa camamare imbavu zanj uvunaguye urazindiha
😂😂😂Ahwii
Mukubwa wangu wala Dada- angu kiswahili CA burundi noma😬
Muranyisheeeeee nukur ndakumbuy muburund
Bez
Iyi shoo yaritesa
uyo musazi nibiki niumve ivyo bagomba kuyaga kbsa?
Camamare aranyishe🙄🙄🙄😁😁😁😁😁😁😁
Camamare kwl yodyosha comedy
Camamare yaduz ibeyi

🤣 🤣 🤣 🤣 🤣 🤣 Camamare
urasaze
mubabarire
mwikundanire