MUZINDA. IMIGENDERANIRE HAGATI Y'ABAISLAM N'AMAJINI. PART 3

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 27 ส.ค. 2024

ความคิดเห็น • 14

  • @jeanmarievianneynteziryayo5677
    @jeanmarievianneynteziryayo5677 8 วันที่ผ่านมา +1

    Eeeeeeh vyabintu birakomey cyane kwerii

    • @afracopmedia
      @afracopmedia  7 วันที่ผ่านมา

      @@jeanmarievianneynteziryayo5677 murakoze cane kudukurikirana

  • @NtakarutimanaOlivier-gw3fx
    @NtakarutimanaOlivier-gw3fx 3 หลายเดือนก่อน +2

    Joshua nukuri Imana iguhezagire kuko utumenyesha ama banga menshi , muhezagiwe

    • @afracopmedia
      @afracopmedia  3 หลายเดือนก่อน

      Mukomeze kudusengera

  • @user-qp3uy8cy7u
    @user-qp3uy8cy7u 7 วันที่ผ่านมา +1

    Ewe mukozi w,lmana Yosuwa ndagukunda kabisa, lmana izoguhembere ico gikorwa cabo bantu uriko urazimurura bariko bazimizwa nayo majini yabo

    • @afracopmedia
      @afracopmedia  7 วันที่ผ่านมา

      @@user-qp3uy8cy7u murakoze cane kandi amasengesho yanyu aradushikira

  • @DeoNiyoni
    @DeoNiyoni หลายเดือนก่อน +1

    Abislamu bakwefye Icigwa

  • @Mathieusinzinkayo
    @Mathieusinzinkayo 9 วันที่ผ่านมา

    Ntamyaka 100 isigaye ayo madini isi yose itayiyamirije.Imyaka yiki nyoma igirango ishire.Zampwemu zavuga ngo tureme abantu dusa:batukana ,bifuza,binzigo bicana baroga,basambana nibindi...gutyo umuntu yame acumura niko gusenga abadaïmoni.Naho yosenga gute amerekezo yiwe aja kubadaïmoni.Biva kuki daïmoni nizo zibaha inyigisho,nizozizana amadini znizo zitera intambara mumadini...Birabarya mumatwi?Mwihangane.

  • @SylvestreNiyubahwe
    @SylvestreNiyubahwe 11 วันที่ผ่านมา

    Mubware numv KL kuko nintumva kl

  • @HakizimanaAthanase-jm5hv
    @HakizimanaAthanase-jm5hv 10 วันที่ผ่านมา

    Ntabwo nkibaye umwisiramu

    • @afracopmedia
      @afracopmedia  9 วันที่ผ่านมา

      @@HakizimanaAthanase-jm5hv Ameen

  • @igiranezafleury
    @igiranezafleury 9 วันที่ผ่านมา

    Babwireeeeee

    • @afracopmedia
      @afracopmedia  9 วันที่ผ่านมา

      @@igiranezafleury Murakoze cane kudukurikirana

    • @igiranezafleury
      @igiranezafleury 9 วันที่ผ่านมา

      @@afracopmedia j nd umukristo ariko Shaka kwiga korowani nbatora guteeee