Yan wew waragishij umukobwa anezerezw niryojambo ndagukunda wew ubwoba bwawe nibwobutumy umudemu akwihakany kand pol sana umukobwa ninkumwana nukubemberez 6mois San dit jtm pol kbx
Gus Dan nae ntamukunde kk yob ahemutse kand urumv ko Yan yambwiy ko agum amurya abademu ewe nihatali gus nabakobw bariranz nn hary yaciy yemer ko bir series knd yar blage ewe nihatali kbx
E wana! Yan bamubajije ico bapfana na Nene yanka kukivuga, none ga sha umaze kuba utemanga uwo muri kumwe imbere y'abantu uvyumva gute? Gusa Dan nyimba adafise uwundi uwo mukobwa ni mwiza yogikorerako!
Birahinduye isura 😂😂😂😂Dan wararivuze rero tuvuge ni new couple in town(Dan ❤❤Nene),Yan wishinze kugosora ingohe none rek Dan bamwikundire vyatanguye ar'imikino none birangiye ari vya sérieux 😂😂😂😂😂😂😂
We Dan ntuzosubir gutwar abademu baband knd ww bazokugiriranab urban ingen waciy ugum umutongoz kugezah yibagir Yan oy kbx iyonges sio vrt nuwundimus ntuzosubir
😂kumbe yani yarakunda umudada ntabimubwire iyisho kwikaze 🙌😃
Dany kirazira gufyinisha urukundo❤uwo mukobga burya hary yapfuy kukubona aca aragukund rero nawe ucuja gufyina ngo nimifyino kumb naw yamaze kukwikundira
Hama mukunde ntaco abaye ❤❤❤
Dan kundumwana arakubereye vrm ❤❤❤❤❤❤❤
Turye chow ❤❤❤❤❤
We need more loyalty texts like this❤
We dan wew uri ikirofa akazi kawe nikumv ibibazo vyabantu ukabatinganiriza Noé urakajagari gus iyi tv yanyu muzoyirabira wew ukorofi😮
Murarushe mutikoreye
Yann ikundire Milly burya aracakurindiriye agatwengo karanyishi😂😂😂😂😂😂😂
😢😢😢😢😢 nukuri Yani aranteye angahinda. Mukobwa. Mwongere amahirwe yakabiri vremt please mukobwa mwiza ntamuntu adakocha 😢😢😢
Yoo vyabinu vyabay selie kumbe nonekwer uyo mukobwa yibagiye ko arivyo mwari mwapanze kugira mugerageze yani kugira agiricabivuzeko bica biba selie nkuko 🤔🔥🤦 ndafan Ase tv nkakunda abakozi bayo ❤❤
Iyaba vyakunda kontuma audio narikuyirungika kabx agatwengo karanyishe peee ewe Danny😂😂😂😂😂😂😅😅💞💞💞
Dan niwe yateranije kuresha umugore wumugenzi nihalamu abakobwa nuko nene urumuhemu kandi imana izobikwereka nene ivyuhemukiye Yan uzishugwa Yan pole😭😭
Wapi ikosa niry Umuhungu ko ww yaramwihakanye imbere ya camera Dani nawe yateye imirongo umukobw iramufata😂😂😂
😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳manayanje🏃🏃🏃🏃🏃🏃🏃🏃🏃🏃dani pole
Amezing little story ❤
Nukur..nimujish
baramusubije munkoko nkuko yagiriye milly 😂😂😂😃😄💃💃💃💃 milly urihehe
Yani pole santa❤❤❤❤
Danny ntutware umugire walugenzawe nicaha
Yvan urumwan mubi😢😢😢
Urukundo nibubi Basha Dany uyomukobwa mureker Yani
Danny kunda umwana nene aragukunda kand muranaberanye❤️
Sha kwer murazi kubabaza umuntu kwer muramwish ahagaze kwer birababajj
dan harahiye koko 😂😂😂Nene yahisemwo 🥰🥰🤣🤣
Harahiyep
Yan wew waragishij umukobwa anezerezw niryojambo ndagukunda wew ubwoba bwawe nibwobutumy umudemu akwihakany kand pol sana umukobwa ninkumwana nukubemberez 6mois San dit jtm pol kbx
Abakobwa muragow kwr
Ibaze gukundumuntu.bikakunanira.kumubwirako.umukunda.yaraziko.bizogendagut.ewemukama 🙆🇦🇪
Ewe Yani nejonejobund kirazir kukuman iciyumvir kdi urinumuhung nguratinya
Umubangabanga urya uwubangutse🥰🤣🤣🤣🤣🤣💪
Naw wabibonye Danny arabanguts😂😂😂
😂😂😂😂Dan ndamwikundira Yani yase guserura ikiri kumutima none karanyanyaye 😂😂
Ndumiw dany avugirako😅😅😅😅
😂😂😂 ndamanyutse ngo ikiri kure gihekenya uwubangutse😂😂😂
Karabaye kwel yani wagiye kumwerekana kumugezi wawe none agiye gukunda umugezi wawe karabaye kwel
Yan yatekerejinkonda Dany nawe torumwana aragukunda mwikundanire
Wanna kuvugukuri nakakugutanga
Dan amanyam aramuherany kwl
Kumbe dani yarabandanije kumwibariza
Ibwonububeshi.muratubesha.izonkuruzanyu.sizo
Ubwo nuburofa gukunda umwana ntubimubwire not eaten be range amezi 6 wakirofa bugenda famba samba aguhanure walofawe
Love Comes slow and go so fast Kwer gwaheze pepepe Yan mureke agende ntiyagukunda kwer
Ibibintu nivyovyateguy ndavyiboney rekekutubesh
Dan wew uri imbwa gos
Dan wakunzwe reka mwikundanire kandi n'umu baby mwiza da❤❤❤ Uwo nawe naje kwimosha 😂😂😂😂😂😂
❤this prank +true love Yan 👀 your time is over love this couple from Texas (America)
I mean Don
Haranyanyay kwl 😂😂😂😂pol bro
Njew ikiganiro caaas ndakimaze nabonye agacegatoya kanyerek k aribintu vyibipangano bapanz abakiravye cooos nyagace bakabonye eo ntimuduhende
Karanyanyaye
Ibintubirahinduyisura Yan niwewamwitesheje ntamukobwamwakondani amazanganuko utaramubwira kumukunda gusa nimwumvikane.
Umudada yahabuw nimitoma Danny yamutey yani nawe agum asinziriy gus uwomudem niyiyumvir kuk Danny kwarugufyin kdi baribavyumvikany
dany umwana yaragufiriye fatirahonyene Kandi nimwiza yokubera kuko Yana vyaramunaniye kurivuga😂😂😂
Dan umwanya wauhawe vya series
😂😂😂 vyaryoshe
Rek ntor agatemb kwl ham tury sho nyaruts murekur 😂😂😂😂
Yan ndagukund ingo I wanj ok
Mahaba ndindi😅😅😅😅😅😅😅
😂😂😂😂gusa Prank yanyu yafashe kbs courage mwese
Dan yaragukibise kuntoke
😂😂😂😂nene reka ivyo bintu nyene nyene muri camera danny ndagukunda 🤣🤣🤣🤣🤣🤣love from USA 🇺🇸
Urworukobwa ingene rwambaye
Arik rer nawew Nene waciy uvyemera ko Danny agukund kdi mwarimwabivugany komugomb murabek Yani agukund vyukuri none nawe waciy wikundir Danny ewe Danny nukuguhingurir izin tukwit sukari yabadada cank mavuta yabademu urarenz kumitoma yawe Nene yahabuw nimitoma wamutey Yani nawe yishing gusinzir ngwaritinyir 😂😂😂😂🙈🙈🙈
Gus Dan nae ntamukunde kk yob ahemutse kand urumv ko Yan yambwiy ko agum amurya abademu ewe nihatali gus nabakobw bariranz nn hary yaciy yemer ko bir series knd yar blage ewe nihatali kbx
Kukiharivyomwacimuka jamuraduha amakuruyos uko yosa abayafaswe nawapenda
Dan.uranyeguy.yan.mpor
Wewaranse.kumubwirijambo😂.non.nene.oyanawentu😅😅😅
Bro pol
Dan bimubwire kumukunda umudemu yani ntaco akugira reka ubwoba urumuntu wumuhungu😂😂😂
Rekana nizo ndaya murondere abakobwa biyubashe bazi kurondera nokubaha nogu taga gaciro
Umukobwa yarovye Dan kabaye 😂😂😂😂 mbega abakobwa nikibazope munguwangu
Dani nimwiza najew ndamukund namukunz akiza gusaba akazi muriEstv
E wana! Yan bamubajije ico bapfana na Nene yanka kukivuga, none ga sha umaze kuba utemanga uwo muri kumwe imbere y'abantu uvyumva gute? Gusa Dan nyimba adafise uwundi uwo mukobwa ni mwiza yogikorerako!
Yooo Dan ntutware umudemu wabandi yooooo😅😅 imitoma yawe iragukwegeye
Danny kumitom ararenze
Gus Dan yoba akoz ikose amutway nukur
Nimuyage muhuza
Abakobw bub nibipas kabis nicogitum nabihevy kabis
Please please yiki? Rondera uwundi mugore. Wanse Milly Fifi kugeza naho agwa mu bitaro, nawe banza uusomerwe urubanza rwu rukundo.
Yan umva ndakubwire : umukobwa amaze kukwikokomora ca uheba....
Ewe Yani nohanyum ntuzusubir kurazir gukund umudada hamang ugum uhoze ntuvuge gus raba wikundir Milly
Birahinduye isura 😂😂😂😂Dan wararivuze rero tuvuge ni new couple in town(Dan ❤❤Nene),Yan wishinze kugosora ingohe none rek Dan bamwikundire vyatanguye ar'imikino none birangiye ari vya sérieux 😂😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😅😅😅😅😅😅😅😅❤❤❤❤😂😂😂😅😂😊😊😊😊😊😅
Wirukira wugusi ugasiga uwugusanga
Mutantwengeje mwubahwe😂😂😂
Abantu duhangayikishijwe nikiro cibiharage eh uwu nawe ibimuhangayits😢
Barahaze sha niyompamvu bariko.batumen amatwi yab bari bahangayikishijwe nikir cibiharage nubufu cank umucer ntibaba bariko barimanyagur batumen amatwi nic gikobwa nikirara.akunda umuntu.abonye umusumwe
Nukuri birababaje kuko ico kiganiro Dany yama akoresha nikiganiro gisambura inkundo zabakundanye kandi usanga Atari vyiza kuko abantu bakundanye burya baba bavanye Kure kandi baba bayaze vyinshi nukuri ndabakunda cane ariko ibiganiro bisevya abandi nukuraba mukaza mureka konona ivyo mutubase 😅😅😅😅😅
Alots going on here!!
Ohoooooo ibintuntu ni prank uyumu sister nfibutse film akinamwo😂😂
😂😂😂Prank nyene Yani n uyo Nene bose barakina
@@lydi791 eeeeeee baribampabuye
@@JustineNizigiyimanajustine 🤣🤣🤣🤣🤣
@@JustineNizigiyimanajustine ubu vyishi Ama tv atwerek ni Prank
Akina Hehe kugihe Tv?
Ntavya mahigwe abako birasaba ko bamenya ntamuhungu yemera gutemberana mukobwa atamukunda ikindi abakobwa mukwiye kumenya urukundo gwumuhungu suguhuruduka nivyiza kumenya uwomuriko mutemberana kwaruwukuri ubuniho umenye ko ataeukundo gwoba ruhari mugihe yakutembereza mubagenzi kugira bamenye ko uriko usuzumwa kuruwukuri?
Kuberiki mutarekureraho
Yani subira kwa milly reka kwibabaza umutima
Ahaaaaa ibintu biraza nabi Dany wewe bagucunge
❤️❤️❤️❤️🥰
uyo mukobwa arakunda dani ntabindi😃😃😃😄😄😄😂
Dan naw ntuzi kuvug bisab uze uravuga ntamajamb ufise mubiganir vyose hindura
😂😂😂nciye mbona kwarivyo bapanze kko harahantu bacishijemwo Dan avuze ngo caméra irakije néné nawe acavuga ngo reka mbanze ntwenge na Yan acaratwenga😅😅😅 kabacitse
Uwomukobwa natangimbabazi
amazi ntiyari bwarenge inKomBe nkiyo ya YAN washatse kuvuga iyo nkombe YA YAN
Uwomukobwa ari Normal kweli? 🤔Dan amubwir KO bagir Prank ace abifata sérieux ?😎Yann mureke azokwirondeza bitagikunda.Urumusore mwiza ,muto,wiyubaha.Mureke akunde Dan naw yikundir uwundi🤪🤪
Ni prank murakaryibiharage
Dani bishikeko hari vyinshi bayaze n'imukobwa
Bihinduy isura😂😂😂
Ntibizokoroha🙄🙄
😓
We Dan ntuzosubir gutwar abademu baband knd ww bazokugiriranab urban ingen waciy ugum umutongoz kugezah yibagir Yan oy kbx iyonges sio vrt nuwundimus ntuzosubir
Ntibigiyekoroha
Buri kintu gifise intango niherezo I don't believe that
Daany kweshureko mwarikomukinish uwomuhungu mugabo ntakwikundisheeee😏
Dan numunyamakosa