Je suis vraiment touché par ce témoignage de Gigi.Sinari nzi Ko hari Abarundi bemera gutanga inyigisho nk'izo.Iyo vidéo irigisha,abato n'abakuze.J'ai 61 ans ,je l'ai suivi en intégralité,j'en ai tiré une grande leçon Merci.
Ohh une belle vidéo.Merci Gyslaine pour ton beau témoignage.Imana igume iguhezagira avec ta famille et Merci Darléne courage kuri ayo ma vidéo uza uragira
Yoo intahe ya Gigi iramfashije cane gose kandi kuvuga intahe ushiramwo ama verse yijambo ry' lmana navyo biradufasha cane Dada nawe lmana iguhezagire cane iyo ntahe iramfashije muturonderere nizindi❤
Waaaouh !!! Merci Gigi nanje intahe yawe iranfashije cane. Be Blessed
Nsuhuriza Gullaine, umubwire ngo Imana iguhe umugisha, Kandi azabona ubugingo buhoraho.
Ooohhh wow... bandanya utera imbere mwiza.
Merci pr le témoignage.
Merciiiiiiii Darlene
Waooo merci dada Gigi turagukunda turagushimiye kubwintahe yawe icubahiro kibe ica ndiho ibihe vyose kand igukomeze ukomeze wagukirwa
Boooon mbae uwambere to comment😍😍😍🥰🤩good job Lysa&Dada,very inspiring 👏 👍 🙌 💪
Merciii bokuu
Ndafashijwe
Top
Imana ibahezagire, Ghylaine uri igikoresho gikomeye muri kino gihe
Merci bcp🥰🥰Temoignages zitugira abandi bashasha ...ndafashijwe cane ...
Merciii boku
Strong woman Gigi
Murakoze cane ibi biganiro vyanyu vyofasha benshi. Imana ibahezagire Lisa&Dada
Amen 🙏🏻Murakoze cane
Très bon témoignages
Merci Gigi
Je suis vraiment touché par ce témoignage de Gigi.Sinari nzi Ko hari Abarundi bemera gutanga inyigisho nk'izo.Iyo vidéo irigisha,abato n'abakuze.J'ai 61 ans ,je l'ai suivi en intégralité,j'en ai tiré une grande leçon
Merci.
🥺❤️❤️
Gygy❤️💯
Ndavuze nti courage bantu
Merci
Hi
Ohh une belle vidéo.Merci Gyslaine pour ton beau témoignage.Imana igume iguhezagira avec ta famille et Merci Darléne courage kuri ayo ma vidéo uza uragira
Merci cheryl
Jeho sinigez ndamumenya na n'ubu
Mwoduha link yiyo ntahe yambere??
Niyi th-cam.com/video/rqzr2zlh8G4/w-d-xo.html
Okee
Merci pour le témoignage mais la femme de ton père s'appelle marâtre et non belle mère.
Belle mère ni nyokobukwe
Jeho sinigez ndamumenya na n'ubu
Uzabaze mama wawe
Gusa harigih baca bakara ntibakwishure
Uzofatumwanya ubisenger kind CN ubaze Imana papa wawe kind nugirumwete wukuyibaza izomukwereka kuko abandi boba batamuzi muga Imana iramuzi.