ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Umenga iyi film ni njew na chr Wanj 😍😍😍 vyagenze ukunyene💃💃💃 abakunzi biyi film tumenyane 👌
Pole sana sha bariko bakina ibintu bibaho knd vyamyehoooo
Ndakunda cane film za Sabbas kko ziduhamagarira gusenga, kubana n'Imana mubuzima bwose tubayeho, wuhahwe vrema ufise iyerekwa ridasanzwe
Nubwambere mbaye uwambere aho nakayirabiye good film
Waoooo MBEga films iryoshe Aho tuba turi hose turabakurikirana Kaze neza asubirane na sheilla emwe namavuta mwubahwe cane turabakunda 🇧🇮🇸🇦
Waoooo Asha mwahaturiye Kbs gusa Kuba mwahaye imbabazi cheilla naciye numva ikintu cotuma nanje mparira......ndabakunda cn
Sinahora nkunda film zuburundi ariko iza sabaas na fanny lavine ziba ziri mwimpanuro nyinshi nzikunda kubi courage💗💗💗💗
Wari wari wahomvy wangu ubu muburundi batwikaaa
@@joiskwizera1326 ego vraiement basigay bakina ibintu bizima ubu ndazikunda ariko cane cane sabbas fany lavine na amedee abandi benshi bagwizamwo comedy
Ryooooo cheilla weeee imana iragkunda sabbas asubiy kukwakira courage peee murakunzwe
Film ubuzima ninziza cane irimwo impanuro zikomeye courage Sabas burundi
waaaoooo Vava🥰 mbaye mubambereabakunzi ba film ubuzima tumenyane🤝
Dagukunda sabasi vyukuri uraruhura umutima waje jewe nukuri uraryohera cane ♥ ❤ 👌 ✨ 💖 😍 ♥ ❤ 👌 ✨ 💖 😍 ♥ ❤ 👌 ✨ 💖 😍 ♥ ❤ 👌
💃💃💃💃💃💃 mama Kajeneza dii komera cane wwe wongeye guhuza Cheilla na Kajeneza wubahwe.hma team ubuzima mwubahwe mwese murakunzwe
Kumbe nacerewe Abo tumvyumva kumwe mwabonye ya serie ubuzima Ahaaa ndabona bitagiye koroha peee belyse & soranje muranganya ubugome tuu kimwe ndabakunda kandi mwubahwe peee ♥️ ♥️♥️♥️♥️
Ndaryohew kub kajeneza asubirany na cheilla❤️❤️❤️❤️❤️
Ntakinezera nkafilim ubuzima kuntu mama enok ahunj kazeneza na sheila nimunyarutse tuzobone mariage alice aziyahura ahazuvira kobasubiranye Love❤❤❤
Akakantu ko kuzunguruka kubwubugombe bw'Imana nako kangejeje ahandi hantu. Mama Enock hejuru cane ubirimwo neza. Courage à toute l'équipe
Uyumusi natevye 😢😢😢😢ariko ndashimiye sabbas adadutevya 🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳kuduha ubuzima
courage sabbas ndakunda ibikogwa vyawe nukuraba uduhe lik yiyoshasha wobukuze jewe nanditse nayibuze mwubuhwe🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯✅✅✅✅✅✅🤜🤛🤝👌🙏
Hhh vyiza maman kajeneza kwerekwa pe cheilla nimwiza afise ubwirabure bwiza si mwaryoheye🔥🔥🔥🔥♥️
Komutarekura ngongure ubuseri murampombeje kabisa 🔥🔥🙆♀️🙆♀️
Dumiwe mam enok urakoze umuti niwubahwe belise et grase ibi asase vyarivyahuye ❤❤
Films ubuzima niyambere kwel je iranyubaka muri vyinshi sabbas congratulations vrmt murashoboye grace na belyse mugiye kuhaturira so ndabakunda cneeee ❤❤
Amen ntikinjire murukundo gwabakundany kuk ntubuzi icatumy bamenyan mama wubahwe
Wow congrts mama enock urakoze umuti vrt, ndishimy kbs kub kajeneza asubirany na scheilla
Kajeneza n'a maman enock ndakunda scene yabo pe.udahariye naw ntuzoharigwa,Aho rero sabass aba afashw mpiri.yesu abampere umugisha
Yaaooh!!maman enock urampezagir nukr ingen ukin mukomer kajenez vyiz can kub musubirany numukunz ww ❤️❤️🙏🙏
Belyse et grâce ndabakunda,sabbas félicitation
Muhanure neza asubire kumwanya cha yarahemuste cha ♥ ❤ 💖 💕 💓 😍 ♥ ❤ 💖 💕 💓 😍 ♥ ❤ 💖 💕 💓 haretuya mana ego 😀 😄 😆 👍 👏 🤣 mubatire azosubire guhemuka cha
Harahiye haratse haratokombeye kabisa 🔥🔥🔥🔥🇸🇦🇧🇮
Belyse na grâce muhuye murab méchant mwese rek tuzorab iyo bizohere ewe Alice ufis umunwa Gus utiny gupha m ndabakunda
Ivyo wakoze nivyo vyari bikomeye cane nibisigaye uzobikora bwira abantu boye kwiganyira.Umugisha wawe Sabbas ntiwibwa komeza mutwigishe uwutabonivyo mutubwira ntazombaze.Murabahanuzi beza
Courage vrema iyi film ikomeza kuduha imbaraga mu buzima ducamwo
Kajeneza courage vrmt,urakina neza caane,ijambo ry'Imana imbere.uhezagirwe nabo muri kumwe mwene,mama yake courage.
Sabbas style biranezerey cane kuba musubirany Imana ibakomez reka turindir ibizokurikir Imana ibaje imber
Sabbas niwibere patiri ntakund 🤣🤣🤣ivyurukundo vyanse😂😂😂
Ndi murukundo na Film UBUZIMA pe. Uwuri murukundo nkanje andemere
Amen !!! Mubikora nez sabbas ukomez hejuru yibibaxo ningorane hari inyishu
Yooh napenda sana movies zako bro but upewe ulinzi toshaa
Nukuri muandyohera film Ubuzima,,,Maman Kajeneza ukuntu asigaye ari numwana mwiza ni fraicheur zaciye ziza
Woooooooouuuuuuuuhhh cheilla n'a kajeneza barasubiranye🤗🤗💃💃Imana ishimweee cnee💯Imana usenga sibayariiiiiiiiii
Amen amen mama Enock uranryohe kabisa Imana iguhezagire
Rusutiye asigayatinya sabas 🤣🤣🤣🤣🤣umukiranutsi wimana ararinzwe💪💪💪
Sabass wanje rero.guceregwa bisumba gusiba.uranyubaka cne.courage
Gucererwa bisumba gusib🙏🙏film iriko irahera kwl 😭😭😭dushak igum ibandanya😔courage team Sabbas yose🙏🙏
Vrt biratanguy kuryoha aho mama enock yeretswe sh Imana n'Imana pe kajeneza courage bandany ugum kumavi alice ihane kabix
Ooh my God!en tout cas ndaryohew caaane kubon cheilla na kajeneza basubiranye😍😍mama enock nukuri ndagukunda❤💕 mukama sinz nuk nobivuga kuk ukina neza birenze🤩🤩ese agatego karah ushizemw kajeneza kugira yemere guharir cherie wiw haaa karankozeko nanje pe😂😂😂belyse na grace muhuye mungana bash zihe imirisho zihe imirisho🤣🤣🤣nuko muriko muruhir ubusa abo mugwanira biberereye mur mapenzi shaaa😅🥰🥰ndabafana can mwubahwe!kajeneza misi yose iyo urik usenga muriy film urankora k'umutima🙏🙏Imana iguhezagire incuro nyinshi👌👌👌
Mwiriwe abakunzi ba film ubuzima ssabass courage
Waaoo Mariage ndayiteze,hama ndabonye Umwana twasenganye I Bethel ndamuramukije cane ariyizi 💞💞🇧🇮🇧🇮
Vyakire kaje nziza icimanivuze iba yakivuze 'nayo berise nagrase intare gusa
Mbega ibintu biryoshe uwuharira azoharigwa courage vraiment murashoboye
Imbabaz kbx nacerew flm ubuzim hejur cn sabas courag urikuvyitwaramw nz ❤💯💪💪💪
Intare zirahuye hagiye gusha 👌👌👌courage
Ndazindutsee mundemere abakunzi ba film ubuzima. Ndabona haza gushaa 😃😃😃
Imana niyo yabikoze cha iramukunda imana iramubona ego mubarire cha nawe ajeyo cha
Turabashimiy ukungen mudacererw kutugezah igice kukindi.👏
Ndaryohewe cane kuba kajeneza asubiranye na cheilla💃💃💃💃
Muhezagirwe. Cyane. Ndabakunda. Cyane. Mwubahwe 👌👌👌🇧🇮🇧🇮🇧🇬
biranryoheye kuba kajeneza asubiranye na sheilla gus1 cheilla ntazosubire guhamya ibintu adafitiye ivyemezo.soo courage turabakunda!!
Ndbakund cneee ub ni fire fire fire🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Courge sabass wubahwe film nziza cane🙏🙏🙏❤️🥰
Courage my brother sabbas 🙏✍💯☑
👍👍👍👍mukomerezaho
Nakupenda sana my brother kwa kazi yako
Ibint nimuzuli sana courage
Belyse na Grâce barahuy harahiy kbs
We like u guys From SA🇿🇦
Mbanz ndeb Commentaire ubw nyen nyirab nyuma 😄😄😄 Courage Sabbas Impanuro zaw ziranyubaka 🙏
Nanj mpera kuri commentaire🤣🤣🤣🤣🤣ziba ziryosh
mukama wanje ivyugukunda k bifise iherezo ribi cane kandi kwihora mbona bitoroshe inyuma yicaha Hama habunze urupfu pe
Nukubisengera can Imana ikaduhishurir ab turik dukund kar Abakunzi vy'ukuri
Hagiye gusha intare zingore zirahuyeeeee numuriro kabisa🔥🔥🔥🔥🔥
Wawooooo amazing film abaje mber mump utwo tunt courage 🔥🔥🔥🔥🔥👌👌👌🥰🥰🥰🥰🥰🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮
sabaas courage impanuro zanyu ziranyubaka mwubahwe
Senga cane imana irakusubiza cha waraduwe urachima imana yarakurokoye kajeneza imana iragukunda cane hewe cheyira mungabo rakagukunds kajeneza
Kajeneza urafaditse sha umuvyeyi nikindi kintu wangu
Intare z'ingore zahuye kweli Alice na Grace muranganya akanyaro sha
Tubadukeneye filme nkizi zirimwo umuriro nurusasu nizofresh ndabakunda cane team sabas mwubahwe
Sabbas iyifini me iranyi gi sha sana
Nukuri mwubahw kunyigisho nziza turabakunda courage vert 🥰🥰
Naracerewe kwl ndabona harohahiye😱😱nn aho belyese na grace harabuze uworekura😀😀😀ndabakunda❤❤mwese
Sabass ndabakunda cane muvyitwaramwo neza kbsa..
Mama Kajeneza Ar cool vrtm ingene avug rer ndamukundaa cyane
Nahigereye kwa kaje dutwike rero hashake hash💃💃💃
😂😂😂grâce na belise bahuye arintare gusa ndatwenze ndakumbagara😅
Estimé sha🤣🤣🤣🤣ngo nimba ari kaje kubamye
Sabbas mrc bcp ndakwigirak vyinsh mwisengesh ryaw ndaharonk impanur nyish knd binyonger ukwizer
Abanyarwanda bakunda iyi film barihe ngo tumenyane❤️💕💟❤️♥️
Mwabikoze neza bant banj nivyiza can mwakoze kowahariy sheira kuk nawe ntiyariwe maman enok nawe yakozumut peee
Mam kajeneza wubahwe urandyoheye wubahwe
Baramubeze cha muvunga cane tubuve none komutavunga neza tubuve
Ndamukuz maman mubirimwo neza courage
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ imana yaramuhezaguye cha ♥ ❤ 🎶 ✨ 👌 💖 ♥ ❤ 🎶 ✨ 👌 💖 ♥ ❤ 🎶 ✨ 👌 💖 ♥ ❤
Tunawapendaga sana 🥰🥰🥰💪💪💪💪🙏🙏🙏🙏🔥🔥🔥🔥
Grâce ma chr mwewe babiri ndabemera saaaaana tu🇸🇦💪
Irambire muvyeyi wacu mama enock urazi gukina kndi uri serieuse
Rusitim warasaz🙆🙆🤗🤗🤗
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ murareze mukina neza cane 😀 😄 😆 👍 👏 🤣 😀 😄 😆 👍 👏 🤣 😀 😄 😆
Ubuzima hejuru ❤️❤️❤️ Team yose mubirimwo neza 🥰🥰🥰
Film igez aharyoshe kbx courage
imana imbere nukuri kajeneza na cheilla courage
Film Ubuzima Hejuru caane 💚
Courage kbs ndabemera
Courage cane gose kajeneza na cheilla mushimire maman Enock
Nukur ndabona film igeze Kure 😄😄😄😄
Narabivuze ati Grâce na Belyse ko bazohiganaKl non raba birabayYeweeee nuriroKbx
Imana nayo irahari kuri kajene neza
God bless U Mr Sabbas
Umenga iyi film ni njew na chr Wanj 😍😍😍 vyagenze ukunyene💃💃💃 abakunzi biyi film tumenyane 👌
Pole sana sha bariko bakina ibintu bibaho knd vyamyehoooo
Ndakunda cane film za Sabbas kko ziduhamagarira gusenga, kubana n'Imana mubuzima bwose tubayeho, wuhahwe vrema ufise iyerekwa ridasanzwe
Nubwambere mbaye uwambere aho nakayirabiye good film
Waoooo MBEga films iryoshe Aho tuba turi hose turabakurikirana Kaze neza asubirane na sheilla emwe namavuta mwubahwe cane turabakunda 🇧🇮🇸🇦
Waoooo Asha mwahaturiye Kbs gusa Kuba mwahaye imbabazi cheilla naciye numva ikintu cotuma nanje mparira......ndabakunda cn
Sinahora nkunda film zuburundi ariko iza sabaas na fanny lavine ziba ziri mwimpanuro nyinshi nzikunda kubi courage💗💗💗💗
Wari wari wahomvy wangu ubu muburundi batwikaaa
@@joiskwizera1326 ego vraiement basigay bakina ibintu bizima ubu ndazikunda ariko cane cane sabbas fany lavine na amedee abandi benshi bagwizamwo comedy
Ryooooo cheilla weeee imana iragkunda sabbas asubiy kukwakira courage peee murakunzwe
Film ubuzima ninziza cane irimwo impanuro zikomeye courage Sabas burundi
waaaoooo Vava🥰 mbaye mubambere
abakunzi ba film ubuzima tumenyane🤝
Dagukunda sabasi vyukuri uraruhura umutima waje jewe nukuri uraryohera cane ♥ ❤ 👌 ✨ 💖 😍 ♥ ❤ 👌 ✨ 💖 😍 ♥ ❤ 👌 ✨ 💖 😍 ♥ ❤ 👌
💃💃💃💃💃💃 mama Kajeneza dii komera cane wwe wongeye guhuza Cheilla na Kajeneza wubahwe.hma team ubuzima mwubahwe mwese murakunzwe
Kumbe nacerewe Abo tumvyumva kumwe mwabonye ya serie ubuzima Ahaaa ndabona bitagiye koroha peee belyse & soranje muranganya ubugome tuu kimwe ndabakunda kandi mwubahwe peee ♥️ ♥️♥️♥️♥️
Ndaryohew kub kajeneza asubirany na cheilla❤️❤️❤️❤️❤️
Ntakinezera nkafilim ubuzima kuntu mama enok ahunj kazeneza na sheila nimunyarutse tuzobone mariage alice aziyahura ahazuvira kobasubiranye Love❤❤❤
Akakantu ko kuzunguruka kubwubugombe bw'Imana nako kangejeje ahandi hantu. Mama Enock hejuru cane ubirimwo neza. Courage à toute l'équipe
Uyumusi natevye 😢😢😢😢ariko ndashimiye sabbas adadutevya 🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳kuduha ubuzima
courage sabbas ndakunda ibikogwa vyawe nukuraba uduhe lik yiyoshasha wobukuze jewe nanditse nayibuze mwubuhwe🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯✅✅✅✅✅✅🤜🤛🤝👌🙏
Hhh vyiza maman kajeneza kwerekwa pe cheilla nimwiza afise ubwirabure bwiza si mwaryoheye🔥🔥🔥🔥♥️
Komutarekura ngongure ubuseri murampombeje kabisa 🔥🔥🙆♀️🙆♀️
Dumiwe mam enok urakoze umuti niwubahwe belise et grase ibi asase vyarivyahuye ❤❤
Films ubuzima niyambere kwel je iranyubaka muri vyinshi sabbas congratulations vrmt murashoboye grace na belyse mugiye kuhaturira so ndabakunda cneeee ❤❤
Amen ntikinjire murukundo gwabakundany kuk ntubuzi icatumy bamenyan mama wubahwe
Wow congrts mama enock urakoze umuti vrt, ndishimy kbs kub kajeneza asubirany na scheilla
Kajeneza n'a maman enock ndakunda scene yabo pe.udahariye naw ntuzoharigwa,Aho rero sabass aba afashw mpiri.yesu abampere umugisha
Yaaooh!!maman enock urampezagir nukr ingen ukin mukomer kajenez vyiz can kub musubirany numukunz ww ❤️❤️🙏🙏
Belyse et grâce ndabakunda,sabbas félicitation
Muhanure neza asubire kumwanya cha yarahemuste cha ♥ ❤ 💖 💕 💓 😍 ♥ ❤ 💖 💕 💓 😍 ♥ ❤ 💖 💕 💓 haretuya mana ego 😀 😄 😆 👍 👏 🤣 mubatire azosubire guhemuka cha
Harahiye haratse haratokombeye kabisa 🔥🔥🔥🔥🇸🇦🇧🇮
Belyse na grâce muhuye murab méchant mwese rek tuzorab iyo bizohere ewe Alice ufis umunwa Gus utiny gupha m ndabakunda
Ivyo wakoze nivyo vyari bikomeye cane nibisigaye uzobikora bwira abantu boye kwiganyira.Umugisha wawe Sabbas ntiwibwa komeza mutwigishe uwutabonivyo mutubwira ntazombaze.Murabahanuzi beza
Courage vrema iyi film ikomeza kuduha imbaraga mu buzima ducamwo
Kajeneza courage vrmt,urakina neza caane,ijambo ry'Imana imbere.uhezagirwe nabo muri kumwe mwene,mama yake courage.
Sabbas style biranezerey cane kuba musubirany Imana ibakomez reka turindir ibizokurikir Imana ibaje imber
Sabbas niwibere patiri ntakund 🤣🤣🤣ivyurukundo vyanse😂😂😂
Ndi murukundo na Film UBUZIMA pe. Uwuri murukundo nkanje andemere
Amen !!! Mubikora nez sabbas ukomez hejuru yibibaxo ningorane hari inyishu
Yooh napenda sana movies zako bro but upewe ulinzi toshaa
Nukuri muandyohera film Ubuzima,,,Maman Kajeneza ukuntu asigaye ari numwana mwiza ni fraicheur zaciye ziza
Woooooooouuuuuuuuhhh cheilla n'a kajeneza barasubiranye🤗🤗💃💃Imana ishimweee cnee💯Imana usenga sibayariiiiiiiiii
Amen amen mama Enock uranryohe kabisa Imana iguhezagire
Rusutiye asigayatinya sabas 🤣🤣🤣🤣🤣umukiranutsi wimana ararinzwe💪💪💪
Sabass wanje rero.guceregwa bisumba gusiba.uranyubaka cne.courage
Gucererwa bisumba gusib🙏🙏film iriko irahera kwl 😭😭😭dushak igum ibandanya😔courage team Sabbas yose🙏🙏
Vrt biratanguy kuryoha aho mama enock yeretswe sh Imana n'Imana pe kajeneza courage bandany ugum kumavi alice ihane kabix
Ooh my God!en tout cas ndaryohew caaane kubon cheilla na kajeneza basubiranye😍😍mama enock nukuri ndagukunda❤💕 mukama sinz nuk nobivuga kuk ukina neza birenze🤩🤩ese agatego karah ushizemw kajeneza kugira yemere guharir cherie wiw haaa karankozeko nanje pe😂😂😂belyse na grace muhuye mungana bash zihe imirisho zihe imirisho🤣🤣🤣nuko muriko muruhir ubusa abo mugwanira biberereye mur mapenzi shaaa😅🥰🥰ndabafana can mwubahwe!kajeneza misi yose iyo urik usenga muriy film urankora k'umutima🙏🙏Imana iguhezagire incuro nyinshi👌👌👌
Mwiriwe abakunzi ba film ubuzima ssabass courage
Waaoo Mariage ndayiteze,hama ndabonye Umwana twasenganye I Bethel ndamuramukije cane ariyizi 💞💞🇧🇮🇧🇮
Vyakire kaje nziza icimanivuze iba yakivuze 'nayo berise nagrase intare gusa
Mbega ibintu biryoshe uwuharira azoharigwa courage vraiment murashoboye
Imbabaz kbx nacerew flm ubuzim hejur cn sabas courag urikuvyitwaramw nz ❤💯💪💪💪
Intare zirahuye hagiye gusha 👌👌👌courage
Ndazindutsee mundemere abakunzi ba film ubuzima. Ndabona haza gushaa 😃😃😃
Imana niyo yabikoze cha iramukunda imana iramubona ego mubarire cha nawe ajeyo cha
Turabashimiy ukungen mudacererw kutugezah igice kukindi.👏
Ndaryohewe cane kuba kajeneza asubiranye na cheilla💃💃💃💃
Muhezagirwe. Cyane. Ndabakunda. Cyane. Mwubahwe 👌👌👌🇧🇮🇧🇮🇧🇬
biranryoheye kuba kajeneza asubiranye na sheilla gus1 cheilla ntazosubire guhamya ibintu adafitiye ivyemezo.soo courage turabakunda!!
Ndbakund cneee ub ni fire fire fire🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Courge sabass wubahwe film nziza cane🙏🙏🙏❤️🥰
Courage my brother sabbas 🙏✍💯☑
👍👍👍👍mukomerezaho
Nakupenda sana my brother kwa kazi yako
Ibint nimuzuli sana courage
Belyse na Grâce barahuy harahiy kbs
We like u guys
From SA🇿🇦
Mbanz ndeb Commentaire ubw nyen nyirab nyuma 😄😄😄 Courage Sabbas Impanuro zaw ziranyubaka 🙏
Nanj mpera kuri commentaire🤣🤣🤣🤣🤣ziba ziryosh
mukama wanje ivyugukunda k bifise iherezo ribi cane kandi kwihora mbona bitoroshe inyuma yicaha Hama habunze urupfu pe
Nukubisengera can Imana ikaduhishurir ab turik dukund kar Abakunzi vy'ukuri
Hagiye gusha intare zingore zirahuyeeeee numuriro kabisa🔥🔥🔥🔥🔥
Wawooooo amazing film abaje mber mump utwo tunt courage 🔥🔥🔥🔥🔥👌👌👌🥰🥰🥰🥰🥰🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮
sabaas courage impanuro zanyu ziranyubaka mwubahwe
Senga cane imana irakusubiza cha waraduwe urachima imana yarakurokoye kajeneza imana iragukunda cane hewe cheyira mungabo rakagukunds kajeneza
Kajeneza urafaditse sha umuvyeyi nikindi kintu wangu
Intare z'ingore zahuye kweli Alice na Grace muranganya akanyaro sha
Tubadukeneye filme nkizi zirimwo umuriro nurusasu nizofresh ndabakunda cane team sabas mwubahwe
Sabbas iyifini me iranyi gi sha sana
Nukuri mwubahw kunyigisho nziza turabakunda courage vert 🥰🥰
Naracerewe kwl ndabona harohahiye😱😱nn aho belyese na grace harabuze uworekura😀😀😀ndabakunda❤❤mwese
Sabass ndabakunda cane muvyitwaramwo neza kbsa..
Mama Kajeneza Ar cool vrtm ingene avug rer ndamukundaa cyane
Nahigereye kwa kaje dutwike rero hashake hash💃💃💃
😂😂😂grâce na belise bahuye arintare gusa ndatwenze ndakumbagara😅
Estimé sha🤣🤣🤣🤣ngo nimba ari kaje kubamye
Sabbas mrc bcp ndakwigirak vyinsh mwisengesh ryaw ndaharonk impanur nyish knd binyonger ukwizer
Abanyarwanda bakunda iyi film barihe ngo tumenyane❤️💕💟❤️♥️
Mwabikoze neza bant banj nivyiza can mwakoze kowahariy sheira kuk nawe ntiyariwe maman enok nawe yakozumut peee
Mam kajeneza wubahwe urandyoheye wubahwe
Baramubeze cha muvunga cane tubuve none komutavunga neza tubuve
Ndamukuz maman mubirimwo neza courage
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ imana yaramuhezaguye cha ♥ ❤ 🎶 ✨ 👌 💖 ♥ ❤ 🎶 ✨ 👌 💖 ♥ ❤ 🎶 ✨ 👌 💖 ♥ ❤
Tunawapendaga sana 🥰🥰🥰💪💪💪💪🙏🙏🙏🙏🔥🔥🔥🔥
Grâce ma chr mwewe babiri ndabemera saaaaana tu🇸🇦💪
Irambire muvyeyi wacu mama enock urazi gukina kndi uri serieuse
Rusitim warasaz🙆🙆🤗🤗🤗
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ murareze mukina neza cane 😀 😄 😆 👍 👏 🤣 😀 😄 😆 👍 👏 🤣 😀 😄 😆
Ubuzima hejuru ❤️❤️❤️ Team yose mubirimwo neza 🥰🥰🥰
Film igez aharyoshe kbx courage
imana imbere nukuri kajeneza na cheilla courage
Film Ubuzima Hejuru caane 💚
Courage kbs ndabemera
Courage cane gose kajeneza na cheilla mushimire maman Enock
Nukur ndabona film igeze Kure 😄😄😄😄
Narabivuze ati Grâce na Belyse ko bazohigana
Kl non raba birabay
Yeweeee nuriro
Kbx
Imana nayo irahari kuri kajene neza
God bless U Mr Sabbas