ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Yooooh abantu mwar murindirany in serie m gong likes hano
Sha domina genda uranyumije ,abatwengejwe na domina mumpe like
Domina nawe aranyishe kbs 😄😄😄😄😄❣️ respect cane.
Domina arangwaje imbavu kubera gutwenga 😂😂😂😂😂😂❤️❤️❤️
Abakunda muco nimumpe like
Ndakunda Ella cane peeee mumwakiza azobarenze peee uwumukunda nkanje amp like,Domina weeee numuti wamenyo😆😆😆
Domina uranyishe ndabakunda cane gose muranyuzuza.muranyibaka courage mwubahwe muduha impanuro zikomeye abarundi oyeee murashoboye🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯❤❤❤❤❤
Ewe domina urantwengeje😂😂😂😂😂iyi rôle baguhaye urayishoboye kbx😅😅😅😅😅
Domina weeeee 😂😂😂😂 ndagukunda ❤️❤️❤️
Domina we uramvunyimbavu nukureKandi courage ndabakunda cane
Ntubona rero komutadutevya courage
Agafanta kamwe kera 😂😂😂
muratwengeje nukur mukomerezaho kbs murashoboy 🇧🇮🇧🇮
Big up 🤜🤛 🇧🇮Who lives 🇹🇷
Mukina neza pe
Élysée urantwegej wallah urind gukur ibirato😂😂😂😂😂👌🥰
Murakoze cane kudateba kweli
Domina iyo rôle urayibereye .uyikinye neza cane.mutunyarukirize 7
Narimbarindiranye igishika cinshi
Mwaditebeje
Murashiboye kbs continue shooting more video🎉💞❤
Domi uranyishe😂😂abaruguru turinikibazo.urazigukina p 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 afana yagahuruka kubunani😅😅
Yooo basha muranryohey cn nukuri ndabkunda😂😂😂😅❤
👌👌👌👌👌
Ndabakund can domina yashits mugisagar
🤣🤣Mushiki wamuco nawe arasetsa vrmnt yariyikuriye ibirato pe.Turabakunda cane murigisha cane kandi muhezagirwe
Murakoze cyane nshuti zacu mutuzanire 7
Domina akina neza cane pe
Mwarimwaratinze peeee 😘😘😘
Murankumbuje Muburundi peee none Domina ayomagunira wasoromye vyose😂😂😂
Murakina neza cn ark ndakumbuy Migabo na mushikiw mubazan p
Ego vrmt abakinyi ba kera mwarabatway knd bakina neza caane turabakumbuye knd twarabakunda caaane
Muduhe ikindi gice
Nimba harabant baz gukina domina niwambere
Kweri
Nimutwongere murabiryosha😂😂😂
muco ndagukunda mwenabo muki nana kabisa
Urakoze cane sss
Mushiki wa Muco nukwambura ibirato winjiye mu modoka🤣🤣🤣
Akina neza cne hhhh
@@Samanthamagny8 gose
Waberewe domi wiviriye ruguru😂😂😂
Muraryohera pe
Wap muco akokagore kawe ntamatako gafise🙈🙈🙈😋😋😋 ntanagasusu🤣🤣🤭 ntanubwa arikeza ewe muco amaso amaso akunda ntabona neza 😏😏😏😋😋😋😏😋😋wap kwer ntakintu
Mbega vyiza weeeee. Muco uraberewe peee ndabakunda mwese nimuhezagirwe.....
Urakoze cane ncuti natwebwe turabakunda.cane
@@thierryjoddy9695 Bit urandyoheye pe
Ww ndakurindiye whtsp yanje
@@alexisnirema5954 merci bcp ncuti yanje
kubunane niho mperuka kumwa aga fanta
Domina urankuyeho nubu ndacatwenga Domina arashoboye
Ndabakunda nukuri 🤣🤣🤣
Merci ncuti
Haaaaah nza nazinduka
Naho nacerewe kuyiraba ndashoboye kuba notwenge aha negutse!
Ngo nagaheruka kubunani
Courage
Ndafis ikibazo nn kwabakinyi muguma mubahindagura cane bivakiki nina arih tedi arih naband beshi mwabasizehe
Iyo team igizwe nabakinyi beshi bisabako bose bashikirwa niwagira uwo ubonye ejo.ntumubone ntantambamyi zihari
Ngo yaheruka ku noel
Domina nuwambere aratwenza
Akogakobwa kamuco gasaneza mumaso ariko ntagisusu kagira muco wapiii
Ngo nzanira kamwe kera hhhh
❤️❤️
Muzonyarutse
Murabiroheje cane
Second🥰
❤❤👊🤝🇧🇮👍
🔥🔥🥳🥳
😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Yoooo basha mumpe Numero ya Gogo Maman Ella
+257 579 885
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Mubadanye mu kina neza
Yooooh abantu mwar murindirany in serie m gong likes hano
Sha domina genda uranyumije ,abatwengejwe na domina mumpe like
Domina nawe aranyishe kbs 😄😄😄😄😄❣️ respect cane.
Domina arangwaje imbavu kubera gutwenga 😂😂😂😂😂😂❤️❤️❤️
Abakunda muco nimumpe like
Ndakunda Ella cane peeee mumwakiza azobarenze peee uwumukunda nkanje amp like,Domina weeee numuti wamenyo😆😆😆
Domina uranyishe ndabakunda cane gose muranyuzuza.muranyibaka courage mwubahwe muduha impanuro zikomeye abarundi oyeee murashoboye🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯❤❤❤❤❤
Ewe domina urantwengeje😂😂😂😂😂iyi rôle baguhaye urayishoboye kbx😅😅😅😅😅
Domina weeeee 😂😂😂😂 ndagukunda ❤️❤️❤️
Domina we uramvunyimbavu nukure
Kandi courage ndabakunda cane
Ntubona rero komutadutevya courage
Agafanta kamwe kera 😂😂😂
muratwengeje nukur mukomerezaho kbs murashoboy 🇧🇮🇧🇮
Big up 🤜🤛 🇧🇮Who lives 🇹🇷
Mukina neza pe
Élysée urantwegej wallah urind gukur ibirato😂😂😂😂😂👌🥰
Murakoze cane kudateba kweli
Domina iyo rôle urayibereye .uyikinye neza cane.mutunyarukirize 7
Narimbarindiranye igishika cinshi
Mwaditebeje
Murashiboye kbs continue shooting more video🎉💞❤
Domi uranyishe😂😂abaruguru turinikibazo.urazigukina p 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 afana yagahuruka kubunani😅😅
Yooo basha muranryohey cn nukuri ndabkunda😂😂😂😅❤
👌👌👌👌👌
Ndabakund can domina yashits mugisagar
🤣🤣Mushiki wamuco nawe arasetsa vrmnt yariyikuriye ibirato pe.
Turabakunda cane murigisha cane kandi muhezagirwe