ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Ahooooooo ndaravye nukuri kubera guseka mura nyishe gasore namba moja🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Abantu bakunda gasore nkanje nibande koko
Gasore atamba neza vrmet ndabikunda ukundi😘😘
Muranyishe gasore big up sana
Gaso uracari number one!!🤞🤞🔥🔥
😄😄😄😃😃 nihatari ndakunda gasore😄😃😃👏👏😅😅🤣🤣😀😀😀🥰🥰🤲🤲🤲
Muranduhura kbs gasore♥
Safi sana ariko Gasore az arahindur agir création yizindi blag kbr kensh zama ari zazindi nyen.Couraj
Eweeeee gasore wuzoriha imbavu zanje wukuntu wutwenza numugwayi yoca akira marariya😁😁😁😁
🤣🤣🤣🤣🤣🤣👌👌
Gasore mana Uranyica ilovekweli
Ndumvamwo akaririmbo kiwacu ka Akes bravo bizoza nibukbuk 👏🥰🥰🥰🥰Gasore courage sana🕺🕺🕺🕺
Gasore wew Imana irakubona 😂😂😂😂
😀😀😀😀wallah gasore ananiuwa nacheko 😀😀😀😀😀😀
Comedi sugusara !!! Uregera kigingi akuibire ibanga rya comedi
Ewe gasore imbavuzo zizohera nukuri🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
😁😁Gasore respect bro!!Keep it up my brother!! 🙏🇧🇮
Gasoree weeee natasha ngo niki haaa ndekera mukuru wanje 👌👌🤣
Ndakwemera
Hhhhhh sakara mento yanziza desire gasore wew imana irakubona 😁😁😁🙄🙄🙄🔥🔥🔥🔥
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Kabisa nakupenda bure Gaga😅🇧🇮
Uburundi buraryoshe
Gasore baba lao💥💥💪🥰
Wew gasore uuwiii urasetsa pee !
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣ewe gasore nukuri Imana ikutuzigamire Isaac umusi nanje muburundi nzoguhamagara ndakuremere kbs kandi sikera ndakurahiye kuko uranyubaka nibikorwa vyawe
Kabisa nukumurondera arageragera🤣🤣🤣🤣❤
Komera gasore terimbere
Gasore baba lao ukowakwanza
Hahahahaha gasore uranyishe nogutwenga
Mukama gasore ura ndega pe
Vyaribiryoshe cane👏🏿
W ndakwemera sanaaa
Muratweza pe🙏
Gasore sinarinz k angana uKo😂😂😂😂Ni tafu ...aranaz gutamba
Gasore nakupenda Bure yaaaaani wewe namba nyingine kbs
😄😄😄😄😄😄😄😄😄😄😄 mana Gasol e
Igihindi nigishinwa uradutuburiye
Hama ng dukund ivyiwacu deja yinjira kundirimbo ya yope yarabuz indirimbo yi Burundi bomuvugiriza??nabanze akunde ivyacu
@@sadiasadia737 abantu ntibaryoherwa cokimwe kubireka nuburenganzi bwawe
Mwambaa🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
Wallah uyu gasore uyu🤣🤣🤣🤣
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🇴🇲🇴🇲🇧🇮🇧🇮gasore nic one
Komeza
😂😂😂😂😂😂😂ewe mana yanje gasore
Gasore kuri scène ntakorako ashoboye ivyo gukina ama film gusa niho abizi
I think he must be crazy
Gasore Wewe vyaragucanze wallah 😂😂😂
Cool boy
Bury nanj simb mbonabishash kbsa ariko kigingi j aracar mubambere mur comédien muburundi
Kingingi nuwambere klii
Ntawuzosumvya kigikigi ndakurahiye
Azomukubita hasi gusa we rindira gusa, ni bukebuke
Gasore urateranije fizo na sat B uciy ugenda🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Gasore imana ikuje imberbe kweri.
Komera mutama gasore
Mukama
Gasore nihatari gusa uz urahindura apana vyabindi nyene!!!!;
Io n nzigo
Gasore narakwifashisha igihe SOGO yapfa ndi mu gahinda ,Nkabona gutwenga ndavye comédies zawe canke nkumva ndaruhutse ku mutima.Mbere sivyo gusa Kuko niyo nshavuye nkaraba comédie yawe ndaruhuka
IYo uri ko ugira comedy, guma kuri topic niho sawa kugirango abantu ntibagume biyumvira uko vyagenze
Tesaaaa wanj
Burundians we are talented 😅😁
Casier ndamukunda aratwenza,
None gasore ntawundi mukenyuro wo gutwenza afise🤔ndazi arasoma commentaire, ndamwemera ariko ivyo bintu twabihimvye👌
Muburundi sibenshi baraba utube harigih wosanga hariho arabamber babibony
Nanj comedie yiw ntayo mbona vrm kk ivyavuga abivuga minsi yose nahindure
@@irakozevanessa731 oya yavanz,kweli,kibi nuko abivuga ahant hamw kko abivuga mma party atandukany,nikindi nabaririmvyi bama ba peforminga za ndirimbo nyen,mukazi nuko bimez
Vyaramugoye gusa azoshika ntacike intege
Ndapfuye isaa🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 nne vyukur gasore arakomeye neza ngo st b na fizzo arasekeje nezaa
Ushima abarundi tudakunda ivyiwacu babandanya basubiramwo ivyohanje🙄 iyite gasore ntiwiyite baba lao🤮
Gasore uranteramisha
This guy😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂thank you man
Gasore baba lao 🤣🤣🤣🤣🤣
Ewe gasore sha uri Colgate ! Uti Willy nyamitwe yambaye akarako kitwa sakaramentu??ndamanutse imbavu
aliko gasore zurataba indirimbo zomuburundi
Courrage Gasore
Ekurigasogi uratwishe
💪💪💪💪💪
🔥🔥🇧🇮🙏
Wotwenza n'ikiziga kabisa
We gasore wewe warasaze
Mwebwe mwabantu mwe mugwaye ingwara mwatebanye kwa muganga izondirimbo zabanyamahanga zizazidushisha mumatwi yacu reka kuba agatukisha mugusuzugura umuziki ndundi nabanyamuziki
Nanje nivyo nama mbona ntuze!! Numva nsigay nanka nibintu vyagasore kk ntiyogera yumva kk twama twandika muma comentaire ko bogerageza gukoresha ivyiwacu ariko ntibikunda sinzi impamvu!!
@@sadiasadia737 uvyanka ukarek kubiraba haruwugufata kunguvu ngonubirabe.
Harakwiye gutangwa inyigisho zogukunda ivyiwacu
Ndabona vyari biryosh ariko ikibabanj kutamba indirimbo za bandi atarizo mu gihugu nihatal raba mwikebure
❤
Always same story contents, try improve your creativity. But anyway he got a really nice performance.
Hahhhhhhh
Narinaratanzwe
Kama uyo kasore mbon anaingiya na nyimbo ya yope pendeni bya kwenu
Hakuna kosa si muziki amependa
😃😃😃😃😃😃
Ariko mana 😂😂😂😂
Lolomba
Llooooo
stand up comedy gasore nahebere kigingi,aho ntarabonak ivyo bintu atari ivyiwe kwli?naje muri film nih impano yiw iri.adutwengesha vyabindi nkabatarambirwa,twabihaze ivyo
Oya narabe ahindure ivyo twabihaze
Nukurii stand up comedy niya kigingii vrt gasore wapiii muri film niho agerageza
@@clivejodelimananabantu851 iciza nuko ubiraba hhhh pol san wew uzotwereke ivyawe
@@clivejodelimananabantu851 ariko nawe uragenda kuritere utwereke ivyiwawe.
Vyaramunaniye nahebere abandi aje gukina short muvie akine ari umuboyi kuko nivyo ashoboye.
😅😅😅😅😍😍😍😍
🥰🤣🤣
Lamba lolo
😁😁😁😁😁😁
Gasore ashoboye gukina film nayo comedy ni kigingi
😀😀😀
😆😆😆😆😆😆😆😆😆😆😆😆
😂😂😂
🤣🤣🤣🤣🤣
🤣🤣🤣🤣
Eeeeeeeee
GASORE🤣🤣🤣
😂😂🙏🏾🙏🏾🙏🏾🇧🇮❤️
😂😂😂🇧🇮🇸🇦
None wewe wama utamba vyabindi
😂😂😂😂😀😀😂😂😀🥳
Burofa mutupu
Umeona eeeee
😄😄😄😄😄
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Ahooooooo ndaravye nukuri kubera guseka mura nyishe gasore namba moja🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Abantu bakunda gasore nkanje nibande koko
Gasore atamba neza vrmet ndabikunda ukundi😘😘
Muranyishe gasore big up sana
Gaso uracari number one!!🤞🤞🔥🔥
😄😄😄😃😃 nihatari ndakunda gasore😄😃😃👏👏😅😅🤣🤣😀😀😀🥰🥰🤲🤲🤲
Muranduhura kbs gasore♥
Safi sana ariko Gasore az arahindur agir création yizindi blag kbr kensh zama ari zazindi nyen.Couraj
Eweeeee gasore wuzoriha imbavu zanje wukuntu wutwenza numugwayi yoca akira marariya😁😁😁😁
🤣🤣🤣🤣🤣🤣👌👌
Gasore mana Uranyica ilovekweli
Ndumvamwo akaririmbo kiwacu ka Akes bravo bizoza nibukbuk 👏🥰🥰🥰🥰Gasore courage sana🕺🕺🕺🕺
Gasore wew Imana irakubona 😂😂😂😂
😀😀😀😀wallah gasore ananiuwa nacheko 😀😀😀😀😀😀
Comedi sugusara !!! Uregera kigingi akuibire ibanga rya comedi
Ewe gasore imbavuzo zizohera nukuri🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
😁😁Gasore respect bro!!
Keep it up my brother!! 🙏🇧🇮
Gasoree weeee natasha ngo niki haaa ndekera mukuru wanje 👌👌🤣
Ndakwemera
Hhhhhh sakara mento yanziza desire gasore wew imana irakubona 😁😁😁🙄🙄🙄🔥🔥🔥🔥
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Kabisa nakupenda bure Gaga😅🇧🇮
Uburundi buraryoshe
Gasore baba lao💥💥💪🥰
Wew gasore uuwiii urasetsa pee !
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣ewe gasore nukuri Imana ikutuzigamire Isaac umusi nanje muburundi nzoguhamagara ndakuremere kbs kandi sikera ndakurahiye kuko uranyubaka nibikorwa vyawe
Kabisa nukumurondera arageragera🤣🤣🤣🤣❤
Komera gasore terimbere
Gasore baba lao ukowakwanza
Hahahahaha gasore uranyishe nogutwenga
Mukama gasore ura ndega pe
Vyaribiryoshe cane👏🏿
W ndakwemera sanaaa
Muratweza pe🙏
Gasore sinarinz k angana uKo😂😂😂😂Ni tafu ...aranaz gutamba
Gasore nakupenda Bure yaaaaani wewe namba nyingine kbs
😄😄😄😄😄😄😄😄😄😄😄 mana Gasol e
Igihindi nigishinwa uradutuburiye
Hama ng dukund ivyiwacu deja yinjira kundirimbo ya yope yarabuz indirimbo yi Burundi bomuvugiriza??nabanze akunde ivyacu
@@sadiasadia737 abantu ntibaryoherwa cokimwe kubireka nuburenganzi bwawe
Mwambaa🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
Wallah uyu gasore uyu🤣🤣🤣🤣
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🇴🇲🇴🇲🇧🇮🇧🇮gasore nic one
Komeza
😂😂😂😂😂😂😂ewe mana yanje gasore
Gasore kuri scène ntakorako ashoboye ivyo gukina ama film gusa niho abizi
I think he must be crazy
Gasore Wewe vyaragucanze wallah 😂😂😂
Cool boy
Bury nanj simb mbonabishash kbsa ariko kigingi j aracar mubambere mur comédien muburundi
Kingingi nuwambere klii
Ntawuzosumvya kigikigi ndakurahiye
Azomukubita hasi gusa we rindira gusa, ni bukebuke
Gasore urateranije fizo na sat B uciy ugenda🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Gasore imana ikuje imberbe kweri.
Komera mutama gasore
Mukama
Gasore nihatari gusa uz urahindura apana vyabindi nyene!!!!;
Io n nzigo
Gasore narakwifashisha igihe SOGO yapfa ndi mu gahinda ,
Nkabona gutwenga ndavye comédies zawe canke nkumva ndaruhutse ku mutima.
Mbere sivyo gusa Kuko niyo nshavuye nkaraba comédie yawe ndaruhuka