Tabara:

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 11 ก.ย. 2024
  • #amakuru_atarikwivumbi
    #urugendo_news_amakuru
    #Updats_zurugendo_news
    Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
    Amakuru ya RPA yihuta
    Amakuru ya Haguruka yihuta
    Amakuru yinzamba yihuta
    Amakuru ya Peace FM yihuta
    Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

ความคิดเห็น • 396

  • @user-wh8ku3zz2n
    @user-wh8ku3zz2n หลายเดือนก่อน +19

    Imana yama yigaragaza .Ntiraba igitinyiro c'umuntu ntihengama. Ihabwe icubahiro .

  • @GilbertNkunzimana-n4q
    @GilbertNkunzimana-n4q หลายเดือนก่อน +2

    Weho ubivuga warujejwiki mubirori urumubeshi bitwerek none mumu video vyaragucanz

  • @JeanMugisha-ut1hv
    @JeanMugisha-ut1hv หลายเดือนก่อน +19

    Nivyaha vyishi,. Kuko yarari ahantu hari Imana ibimurimwo bizirana nImana

  • @CelestinNdayisaba-m9k
    @CelestinNdayisaba-m9k หลายเดือนก่อน +16

    Shetani ntihura n'Imana

  • @benigneukwitegetse104
    @benigneukwitegetse104 หลายเดือนก่อน +5

    none muvyo watweretse Reverien ko ataboneka, ntubona ko mu mutwe wawe huzuye ibinyoma gusa vyo gutyoza abantu. uri ikigugu gusa c'umu CNL

    • @user-eb4bn3ev5y
      @user-eb4bn3ev5y หลายเดือนก่อน

      Mugisha ntabesha ahubwo wew usa na reverien

  • @user-dg6fe8rz7e
    @user-dg6fe8rz7e หลายเดือนก่อน +7

    Imana ni bigirwamana ntibibangikanwa

  • @NtiranyibagiraAlexis
    @NtiranyibagiraAlexis หลายเดือนก่อน +2

    Réverien ndamwemera ❤❤❤❤100/100 at gute?tugiye gusenga ntituba tujanwe n'inda:ijambo ry'lmana rivug riti umunt ntaturw nivyokurya gusa nijambo ry'lmana riragutunga rero yashatse kuberako ibibanza vyiteka birimwijuru

    • @mediatricenimubona4949
      @mediatricenimubona4949 หลายเดือนก่อน +1

      Gusa ivyuvuga ntavyo Uzi abatamba mw'isengero siwe bariko barigina.bigina Imana.

  • @oscarnininahazwe6939
    @oscarnininahazwe6939 หลายเดือนก่อน +3

    Yari akeneye kwigumira murushengero imbere y'Imana😂😂😂😂😂

  • @anicetririkumutima4517
    @anicetririkumutima4517 หลายเดือนก่อน +2

    imana=: Imana Aho hejuru

  • @user-cx9fm1ov3g
    @user-cx9fm1ov3g หลายเดือนก่อน +2

    Wamubesheye.imisa na reception ni kihe gitangura ko wavuze ko bamubujije gusangira Kandi inyifato yagize vyabaye imisa iheze vumva ivyo wavuze bijanye?

  • @user-iv8nx4kn8p
    @user-iv8nx4kn8p หลายเดือนก่อน +3

    Nukubera padiiri yamubujij gusangira ngo hasangir abiteguy nawe rer umugore ntiyamuteguye😂😂😂rer yagumy amaramara😢😢😢

  • @user-yz8vc8pe7m
    @user-yz8vc8pe7m หลายเดือนก่อน +8

    yafashwe n'umubabaro kubw'igihugu Kiriko kirasubirinyuma arumuyobozi ariko araraba yariko ashikiriza Imana umubabaro afise mu mutima yatinze mu rusengero yereka Imana amarira y'abarundi arimwo asengera

    • @habyarimanafrancois985
      @habyarimanafrancois985 หลายเดือนก่อน

      Yarabasengeye Koko guteza Abaturage ni Gihugu Imbere ntibiva mumasengesho bivamugukora cyane ibyoburi Muyobozi ashinze ubundi Imana ikabibiha umugisha

    • @abdumanirutingabo8048
      @abdumanirutingabo8048 หลายเดือนก่อน

      Agaca avyerekana muri ubwo buryo???

  • @comeminani4999
    @comeminani4999 หลายเดือนก่อน +4

    Nsanze udakwije neza Daniel bwabundi mumutwe vyaragucanze

  • @ClaudeNiyogusenga-i1l
    @ClaudeNiyogusenga-i1l หลายเดือนก่อน +1

    Sivyo n'a gato,yarasenze munyuma aja muri réception niho twari. Rer reka gucafuza umuntu

  • @habyarimanafrancois985
    @habyarimanafrancois985 หลายเดือนก่อน +1

    Urakina Numuyobozi utajyayumva Amakuru mumutwe nizero ariremereza yumvaga nomurusengero ahayoboye 😂😂😂😂

  • @candidegahugano7058
    @candidegahugano7058 หลายเดือนก่อน

    Birababaje , iyaba yesu yarahari yaranabarimwo barabasabira imbabazi kumana bakobaha imitsima bose bagasangira , aho ntakantu mwunva ??? Mwibazako harimwo abera nkayo makanzu mbonye 😢😢😢 amacakubiri mubantu , no guciranira imanza bavyihane .

  • @CélestinSINDIMWO
    @CélestinSINDIMWO 5 วันที่ผ่านมา

    Naho utanze iyo Nkuru Ama foto Sayo I Makamba.Nayo muri Dioceze Ruyigi muri Paroisse gishungo ahabereye ubusaseredoti

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to หลายเดือนก่อน +10

    Nari narindiriye ndabura none ndabiguyeko😀

  • @RenéeAramwiteze
    @RenéeAramwiteze 28 วันที่ผ่านมา

    Aba dd !!!! Ntabo twamenye aho uribwiye,ngo amanyanga: Emera utwarwe n'abizigiwe n'isinzi ry'abatoye neza ,n'ubu nta digidigi izojamwo ubeshe ukiriko 2025 irashitse mujuragirike nka mbere

  • @Mathieusinzinkayo
    @Mathieusinzinkayo หลายเดือนก่อน

    Ndamwemera abantu si abo kwizigira.Yakozevyo.

  • @jenniferwilliam3338
    @jenniferwilliam3338 หลายเดือนก่อน +1

    Bwabundi urikijuju kwel . Noe guhaguruk suburenganzir bwie? Warasaz hasigayek wambar ivyats ukiruka

  • @munezeroPatience-rv2ik
    @munezeroPatience-rv2ik หลายเดือนก่อน +1

    None mwababajwe Nik ? Niba umuntu adashaka gukor ikintu nagira womureka .kuk ans afise impamvu .nikabamunge Reo .Erega ntarya yashak wakintuwe . Nyambushonje we yarikomeje.yase kuguma agorwa nizo ngegera zitaruhiye igihugu .niyabahagurutsa mwijuru barareka guhaguruka !!!!

  • @user-qi7np5ey4f
    @user-qi7np5ey4f หลายเดือนก่อน +3

    Nihatari nugusengera abategetsi

  • @AlineNishishikare
    @AlineNishishikare หลายเดือนก่อน

    Jew ndamwemera nb Ubu nayo kugenda wasamye kazima yasenze

  • @JuanithaMutesi
    @JuanithaMutesi หลายเดือนก่อน +2

    Mwabiboneyehe?? Kwariho twari kwatavyo twabonye urahumba sha

    • @JuanithaMutesi
      @JuanithaMutesi หลายเดือนก่อน

      Muri bose wabonye Révérien

  • @HiHi-wh6ig
    @HiHi-wh6ig หลายเดือนก่อน

    Yarikugifyiti ntimuze muranika kuba dd yanse kwinjira murubanza yarinuvye ngo bohava bamufyeta arik umuti wiwe urikuziko pe😊😊😊

  • @AminiBurundian
    @AminiBurundian หลายเดือนก่อน +4

    Aba dd nka bose bwaragurutse

  • @ndabakundamwese
    @ndabakundamwese หลายเดือนก่อน +1

    HYPOTHESIS 1: yibajije ko abakozi b'Imana bahava bamuha ishano agapfa, ubona ko atinya gupfa, ivyo akabibwigwa n'amangetengete yiwe akoresha;
    HYPOTHESIS 2: ashobora kuba yibutse ingene yishe Kaburimbo kandi yabanje kuvyigamba bugatuma amata kuntebe bikanka kwaja mw'ikoraniro ry'abakozi b'Imana
    HYPOTHESIS 3: Ubwenge bwaramujanye atakaza contrôle de soit même, ashobora kuba atamenya ivyarimwo n'inyishu ariko arishura (....)

  • @NdayikengurutseEmanuel
    @NdayikengurutseEmanuel หลายเดือนก่อน +2

    Bro nagukund,ariko naw ivyowumva bitwunguriki?

  • @spesruhwabare3439
    @spesruhwabare3439 หลายเดือนก่อน +1

    Iyi nkuru yawe ntitomoye none bamuharugutsa isangira ryaranda ritaraba nahora nkurikira ibiganiro vyawe ariko iyo nkuru ntiwayireguye neza.

  • @laurentnicimbeshe3004
    @laurentnicimbeshe3004 หลายเดือนก่อน

    Burya rero abasokuru batayamaze. Ivyo ubitumwa n'urwanko wanka umugambwe CNDD-FDD? Wibuke iyi myibutsa:
    1. Inzigo y'innyo ntitobora isi.
    2. Ishavu ry'imbwa riherera mu murizo.
    Bandanya ubesha bagenzawe kuko bo baravyemera! Uzopfa wararushe ndakurahiye!

  • @EvaristeKwizera-sc7bk
    @EvaristeKwizera-sc7bk หลายเดือนก่อน +1

    Twerek vidéo yerekana ivyo uvuze kwarivyo.hama imisa iheze kwari guca yitahira ntabindi

    • @user-lw8pr4ic2j
      @user-lw8pr4ic2j หลายเดือนก่อน

      Ego ntitugomba ivyo atu ugira natange video twumvirize ntavug ko hatariho camera

  • @user-cl9co9xw5g
    @user-cl9co9xw5g 16 วันที่ผ่านมา

    Nukugar nokugay ibikogw vyiman burya iman iramubon ww reke

  • @AlexisNtunzwenimana-m1j
    @AlexisNtunzwenimana-m1j หลายเดือนก่อน

    Nimba n'aba anglicane bahora basangiraa ,vyoba vyagenze gut ko iyo Mupatiri abakumira ntabwo nagomba gukumira Abo banyacubahiro. Erega nivyo vyoba vyamubabaje ati n'ibindi bavyisangije kd arivyo vyakamaro ,erega hari hasigaye ivyisi ivyijuru bavyigungany koko nawe uti"iyaja gusangira ntibamuha "Nn ko tuzi arumu catholique bamuhoriki?

  • @ObedKabura-vk7hd
    @ObedKabura-vk7hd หลายเดือนก่อน

    Ivyoo nimba ariko vyagenze Imana nitabare kandi Aho nimba yaragararije musenyeri asha.........reka nigumye naje gusa birababaje

  • @AlexisNtunzwenimana-m1j
    @AlexisNtunzwenimana-m1j หลายเดือนก่อน

    Ayo ma commentaire yose muriko mutanga siyo kk Reverien yama yasengeye muyandi ma Paroisse kd nama réceptions akauajamwo ,nn Aho niho honyene Imana iri ,biboneka ko hari akamibakiye nawe dusanzwe tuziko atarungurukwa mu bwonko

  • @JohnAkimana-xt7ix
    @JohnAkimana-xt7ix หลายเดือนก่อน

    Ivyo bintu biragoye gutahura kimwe gusa Imana imuharire ivyaha vyiwe izomuhe iherezo ryiza

  • @VYBurundi
    @VYBurundi หลายเดือนก่อน

    Ivyo nibisanzwe none burya apatiri nabakozi bimana yitwande? Bazokubitwa intahe mugahanga

  • @AstereSinzinkayo
    @AstereSinzinkayo หลายเดือนก่อน

    Uwibaza ko Hon Reverien ivyo yakoze ari ikijuju kwoba ari ukwihenda, bacumugani mu Kirundi ngo amafuti yumugabo nibwo buryo bwiwe. Murihenda cane ntamu Col ahagarariye umugambwe utwara igihugu ibyakorwa ari ubujuju ntimwibagire ko afise documentation imurabira vyose.
    Mwitonde

  • @EvaristeNdikuriyo
    @EvaristeNdikuriyo หลายเดือนก่อน +1

    Nari aho mugabo ivyo kwanka kwicara mu kibanza ciza sivyo, yaragiye muri réception avayo hageze

  • @BeatriceNsengiyumva-l8j
    @BeatriceNsengiyumva-l8j หลายเดือนก่อน

    Erega mungoro y'Imana sikirimbiro ryama dayimoni Imana izobagaragaza polepole

    • @abimanajeandavidjean6506
      @abimanajeandavidjean6506 18 วันที่ผ่านมา

      10:50 Ha ha ha,iyo ngoro y'imana uvuga niuahe,abo badayimoni nabo nibande??? Uwo mukozi w'Imana nawe ninde!?!!!? Mbega uwo yabemaritse abahenda murazi uwariwe????!!! Aca maneno yenu ya bongo.kuki mukunda insaku???

    • @abimanajeandavidjean6506
      @abimanajeandavidjean6506 18 วันที่ผ่านมา

      Kuki ukunda kubesha???? Warabuze ikindi ukora????😂😂😂😂😂😂😂 Insaku gusa.

  • @ProsperNduwa
    @ProsperNduwa หลายเดือนก่อน +2

    Urakoze mutama.iyareka gufungura agahaguruka Bravo ta fini raye. Aho bomuvuma.

  • @anicetririkumutima4517
    @anicetririkumutima4517 หลายเดือนก่อน

    uratubeshe gooose.urabanza umenye ingene Imana zikurikirana.hagati ya réception no gusangira mw'isengero habanza iki?urabanza utondeke neza uko ibintu bigenda.

  • @ericrukundo707
    @ericrukundo707 หลายเดือนก่อน

    Ntaye umwanya nkwumviriza .
    None nk'aho kutubwira ubwo burofa uba wiyumviriy umusaruro wavyo?
    Utahire aka gacommentaire!

  • @AdrienneNDAYISENGA
    @AdrienneNDAYISENGA หลายเดือนก่อน

    Ivyo none ngo bimariye iki abenegihugu! Ubwo nubu lofa bro,vuga ibifise akamaro! Kwicara ahantu erega sikwitegeko,ubwenge bwiwe bwose mushaka kubu controla? Ntivyokunda kuko nubwiwanyu bwarabacanze

  • @Elie-beniBAYUBAHE
    @Elie-beniBAYUBAHE หลายเดือนก่อน

    Iyonkuru muyitondere harimwo kwitiranya ibintu, harimwo nugutukana
    Daniel imbere yogutanga inkuru wobaza ukayitohoza neza
    Muvyo wavuze birunvikana kohari ivyo mudahurizako nuwo Uriko uravuga
    Dukundane tureke gucafuzanya,kandi twubahane,
    Daniel nusenge wisabire kuba mukuri.
    Très honorable asanzwe asengera muri Église catholique aranakora ibikorwa bitaribike
    Vyiterambere
    Aho akunda gusengera aba muzi baramuzi
    Kandi ntaho ndunva bamwagiriza ivyo Uriko uravuga,
    Ikindi womenya inyuma yinkuka yamisa hariho abafata akanya bagasenga gutemba mwisengero inyuma yimisa ntakosa turimwo
    Kandi kuja muri Réception si obligatoire
    Bivanye nibifatira abantu
    Ntakosa riromwo.
    Umukama aduhe kuba mukuri dukundane
    Tureke kwama dusamburana
    Kandi twese Turi kurugendo

  • @KuranimaAtwongyere
    @KuranimaAtwongyere หลายเดือนก่อน +1

    God help u

  • @RenéeAramwiteze
    @RenéeAramwiteze 28 วันที่ผ่านมา

    Ubu aho bigeze umusazi abona ko abakomeye aribo basara😂😂ndagusuhuje cane

  • @HappyFlamingo-lf6tt
    @HappyFlamingo-lf6tt หลายเดือนก่อน

    Yari akirorera abatamba agasimbo siko wavuze ko bariko barigina imbere yiwe ikindi aho binginga uwtabishaka iyobahitana uwuciye bugufi ntawariho ko Yezu avuga ati ntimutumire abatunzi gusa tekana yarinimpamvu yiwe ntakwinjirira umuntu sikazima yari yafunguye hamw nabandi ijambo ryimana ikindi ubeshe kirazira gusangira aho udasengera puuuuu

  • @NtakirutimanaJohn-qx9by
    @NtakirutimanaJohn-qx9by 29 วันที่ผ่านมา

    Amatiku wanjijiwe umunya politike niwe uzi impamvu atavuye aho yari yicaye arko nge ndi umunyarwanda nongere nti uri ikigorwi😮

  • @user-fo9xb8ml9w
    @user-fo9xb8ml9w หลายเดือนก่อน +3

    Iyo nkuru yawe niya feke ntagitangaza ngaho kirimwo🤩🤩🤩🤩🤩

  • @bukuruaslam4171
    @bukuruaslam4171 หลายเดือนก่อน

    Ahubwo turwizemwo ibiganiro bitujana mwiterambere
    Ukure kutuzanamwo ibitatugirira akamaro !
    Mwe twarabatahuye canee!
    Nayubundi ama vues yoyo na ma s’abonner ukura mububeshi ntaco azofasha bene wanyu ni Gihugu cakuvyaye !
    Kuko Umwana wisema avuma ibere ryamwonkeje !

  • @franciscafrancoise1426
    @franciscafrancoise1426 หลายเดือนก่อน +1

    Yariko aravugana kaburimbo nga amuvugire kwarurwma aronke ikigongwe

  • @NdagijimanaDavid-cc6gv
    @NdagijimanaDavid-cc6gv หลายเดือนก่อน

    Reverien ndamwemera burya catholic siyo kwizera irayoboye,uravye nkurupfu rwa ndadaye uko rwagenze,havuzwe vyishi,rero reverien araciye ubwenge can

  • @EdouardNsengiyumva-ft3kl
    @EdouardNsengiyumva-ft3kl หลายเดือนก่อน

    Kuki ubeshe none barahamagara abaja muri réception bataraheza gusangira ivyo uvuze ntakuri kurimwo😊

  • @FreddyNKURUNZIZA-od3me
    @FreddyNKURUNZIZA-od3me หลายเดือนก่อน

    None ntituri muri democratie? Ukora ico ushatse, wumva ko gikwiye.
    Icutumva NTIGIKUNDA,

  • @ObedBucumi
    @ObedBucumi 26 วันที่ผ่านมา

    noe yanse harico vyaribitwaye cnk yarivyo bashaka kumuha

  • @HabyarimanaJacquis-ej3xz
    @HabyarimanaJacquis-ej3xz หลายเดือนก่อน

    Reverien rero yaba ibyo yacishije cg amangetete , yaba ubwoba bwibyaha bye,
    Ntugire afite amahoro mumutima kireka nagenda bakamusengera aharuhuka. Kandi aca aryama agasinzira.

  • @RoseNijimbere
    @RoseNijimbere หลายเดือนก่อน +1

    Abbaye jewe uvuze uko noca ndakwicish'amaboko

  • @CyriaqueKezimana-u2u
    @CyriaqueKezimana-u2u หลายเดือนก่อน

    Ivya patiri ntitubizi arakabonavyanse Aho bomugandika ntazosubire kubitaba

  • @user-vq7iv1bx5l
    @user-vq7iv1bx5l หลายเดือนก่อน

    Urabesha wew vahooooo

  • @IrakozeNadine-uv1gk
    @IrakozeNadine-uv1gk หลายเดือนก่อน

    None ingwanyi wibaza ngo n'ugupfa kujana iyo ushaka!
    Iyo ni ingabo wa mugabo!

  • @audriqueniyuhire7849
    @audriqueniyuhire7849 หลายเดือนก่อน

    Abari bahari Ivyo Uvuze vyose ntavyo twabonye ni ikinyoma yarasenze imisa de iheze arasohoka Gato yongera arinjira kwumviriza amajambo ajanye n'umusi mukuru wiyatigwa pour ce nubandanye nyen wironderere views mubinyoma

  • @user-lx6tm1xs5r
    @user-lx6tm1xs5r หลายเดือนก่อน

    Ico kirofa nani urabon ingen kibesh Sha urimbwa yigender can urumukoshii wew nani aho simakamb kk biba bibonrk kk Jew nih narind nn ko utagize video wa kigug we kugir twuvyemr Toka

  • @user-eb4bn3ev5y
    @user-eb4bn3ev5y หลายเดือนก่อน

    Nimba yari yiketse ko bomuha isano ndiwe iyo misa ntayo najamwo akareka kwimaramaza ico kijuju😊

  • @ObedKabura-vk7hd
    @ObedKabura-vk7hd หลายเดือนก่อน

    Urazoshirako ifoto ivyemeza ariko nawe ntiwobeshera kuri réseaux sociaux koba kabaye akamaramaza

  • @EgideNISHIMWE-nq3dl
    @EgideNISHIMWE-nq3dl 27 วันที่ผ่านมา

    Mwanyoye ibondo!!! Umupadiri n'a musenyeri nibo bapanga holaire yumubahwa nkurya!
    Nukuri IMANA imuhezagire YONGERA imurinde Shetani! Kuk Icimani yamushakako yarakirangije ivyobibanza navyo biruta ivyomwidengero uragenda nawe uvyicaremwo ninbabatararonka abavyicaramwo

  • @nikotuyisengejeandedieu9525
    @nikotuyisengejeandedieu9525 หลายเดือนก่อน

    Mugisha, uraza urabesha abagukwirikira nk'intama kuko ivyo uvuze ntabgo vyigera biba ngo batangaze iyo hageze gusangira. Tohoza neza

  • @ClaudetteBIMENYIMANA-v1i
    @ClaudetteBIMENYIMANA-v1i หลายเดือนก่อน

    Mugisha usigaye utubesha inkuru ntuzitohoza neza. Imigirwa ya catholique ntayuzi iko ikorwa.

  • @victormaniratunga
    @victormaniratunga หลายเดือนก่อน

    Urabesha Kuko misa ntiyohera batarasangire Kuko gusangira ntibasangirira muri réception 😢😢😢

    • @sinzinkayocedy1046
      @sinzinkayocedy1046 หลายเดือนก่อน

      Nanj nar numvis kwarububesh nawen avuz ivyo atazi😂😂

  • @NadineNdayishimiye-x3o
    @NadineNdayishimiye-x3o หลายเดือนก่อน

    Nn we yaragutumye ngumuvugire canke haruwagutumye!! Hoho ayomajwi yiwe yemeza koyabivuze niryahe? Usivye kotubona ayomafoto uguma werekana😂😂bamureka kwambikibara umuntu vyobafasha kuko urose icokora ntiwambika ibara umuntu😮😮

  • @LiboireNzobirinda
    @LiboireNzobirinda หลายเดือนก่อน

    Mbega mukorerahe?kumengo muratey amakenga?

  • @martinflorisNAHIMANA
    @martinflorisNAHIMANA หลายเดือนก่อน

    Bro vyagucanze ivyawe kweri. nkaho wumva uriko urofangura iki. tu as manqué une occasion de te taire. ivya CNL ntawutabizi mwe nabo mukorera. de l'imbecilité seulement. nimba wabuze ico ukora kazibe.

  • @niyokwizeraInnocent
    @niyokwizeraInnocent หลายเดือนก่อน +1

    Vyagucanz bro

  • @EduardNiyonkuru
    @EduardNiyonkuru หลายเดือนก่อน

    Gsakire twebwe ivyo ntavyo turimw hoh mwoyaronka mwoyaduhako?tubabarore kl

  • @AlexisNdayishimiye-ni6nw
    @AlexisNdayishimiye-ni6nw หลายเดือนก่อน

    Gusa wew maze kukwumviriza kenshi ntabintu bizima uvuga . Wama uvuga ubusa

    • @JohN-ve1yd
      @JohN-ve1yd หลายเดือนก่อน

      Yavuze ubusa gte?abarundi muragoye gose Kandi mugowe

  • @ManirambonaSylvain
    @ManirambonaSylvain หลายเดือนก่อน

    Kwuzuzwa muri mpwemu no muri Catolika biboneka ko birabaho. Uwo mwubahwa yujujwe numva ari ivyo gushima!

  • @user-hr4xd4yj9y
    @user-hr4xd4yj9y หลายเดือนก่อน

    None ivyobashaka kumunyegeza vyaribiki twarabameny kobafukamy uburundi munda katorika ntiyera ubusuma kuzingamika ibihugu vya african nabambere !

  • @MartNiyomuvuny
    @MartNiyomuvuny หลายเดือนก่อน

    Nukuri reveriyano yarakoshej vyizabirutibindi yosibabazi kuko inyumayivyah iyunaniwekwihan nurufyunumuriro utazima

  • @ReemAl-Qahtani-se6bl
    @ReemAl-Qahtani-se6bl หลายเดือนก่อน

    Ndumiwe 🥱 eka ni ndigiriy twamugina nyen
    Ryahembe ryaramubujij kuvahari😅😅😅

  • @NdayikengurukiyeJeanclaude-k2k
    @NdayikengurukiyeJeanclaude-k2k หลายเดือนก่อน

    Ivyo kubikora nuburenganzira bwiw umuntu yanse mwirekereeeee

  • @ENOCKboyTv-fm5ye
    @ENOCKboyTv-fm5ye หลายเดือนก่อน

    Igihugu cacu kigeze ahatemba nabategetsi bamwebamwe ntibamenya nivyobari😢😢😢

  • @SolaLqng
    @SolaLqng หลายเดือนก่อน

    Urarwaye mumutwe we nono kutamwerekanye yaseguhaguruka rekamatiku karworwa

  • @NdagijimanaAbdoul-x4h
    @NdagijimanaAbdoul-x4h หลายเดือนก่อน

    Yariko avugana na Yezu.bari bahuye.

  • @freddyntibasame9332
    @freddyntibasame9332 หลายเดือนก่อน

    Uyo mwicanyi yibaza ko Isi yayiranguye? Imana Iramuraba Ikamwihorera. Ariko yitegure kubera Izomukubita ikofe fungabuso. Kora afise ububegito burenze. Tuzomuboha atari kera. Yarigize akamana.

    • @flaviakezimana4596
      @flaviakezimana4596 หลายเดือนก่อน

      Imana ntikorera kubishobisho vyawe. Ubwicanyi bwabaye kuva 1972 ubona batakihari kndi bakarya neza

  • @CyriaqueIrambona-v7g
    @CyriaqueIrambona-v7g หลายเดือนก่อน

    Ahubwo umutima wanyu uzogwara.twerek vidéo,apana Ama photos .gutyoza umuntu nibwo bugabo??Aho woshaka iyindi politique ntiwoba umuntu???namba ubabaye,ja kwitwara

  • @niyonzimagerard9894
    @niyonzimagerard9894 หลายเดือนก่อน

    None nkivyo ubizanye kugira bitumarir'iki? Wewe Ayo makuru wayahawe nande? Urarushe kweri.
    Reveriyano yubahwe.
    None uwo mupatiri niwe yarajejwe ubuzima bwiwe protocole yiwe siho yari.
    Wabuze ivy'uvuga kweri.

  • @riseandshineburundi
    @riseandshineburundi หลายเดือนก่อน

    Reveriyano sindamukunda ariko numva Ata decogner, non ntagenda abishaka, bamutware kunguvu arumuntu wumugabo

  • @mpawenayoEmmanuel-o5e
    @mpawenayoEmmanuel-o5e หลายเดือนก่อน

    I mana yubahwe kuk sidagoni crank Bahari land irumva irabona.

  • @alfredmurengerantwari.8886
    @alfredmurengerantwari.8886 หลายเดือนก่อน

    Gusa ntiwakoresheje ifoto ya Musenyeri wa Bururi uwo munyacubahiro Musenyeri wakoresheje suwo hiyo za Makamba oya !!!!!!!!!!!!.

  • @user-dr5jo9bi1c
    @user-dr5jo9bi1c หลายเดือนก่อน +1

    Reveriyano akumbuye umutwe w'umuntu, kandi ubu yaradugije ibeyi. Ubu Reverien Ndikuriyo agutumye umutwe w'umuntu, awugura 10 000 000

  • @KwizeeraVincent
    @KwizeeraVincent หลายเดือนก่อน

    Bro muburundi mwihangane imana izobafashe mufitingwara Kandi ntimushaka ntimwizera ko mwokira,abarundi burimuntu abonako azi,pepu yaugalaliji katikajina LA yesu aciye Burundi,na pepo zakujisifu

  • @LandaNdaya-s3y
    @LandaNdaya-s3y หลายเดือนก่อน

    Yayatira hariya nturi mugisha urimukoshi none nkaho ubona uduhayiki toka

  • @NdayikengurutseEmanuel
    @NdayikengurutseEmanuel หลายเดือนก่อน

    Non wew wibazako k,umusi w,urubaz,Iman,izomubaza ngo kuberiki waseguhaguruka murusengero?

  • @user-yw2ef9lf4j
    @user-yw2ef9lf4j หลายเดือนก่อน

    Daniel nahora ndakumviriza ariko ivyuvuze ntibitomoye nibind ncambonako uvuga ivyubutazi none nimbu urumukatorika cankuzobaze abagatorika gusangira biba imisa yaheze?iyonkuruyawe ntitomoye irinwo ibinyoma

  • @NSHIMIRIMANAGretta
    @NSHIMIRIMANAGretta หลายเดือนก่อน

    Shangiy nemera komurema ikinyoma kabisa kariho twari wew ubikuyeh ivyuvuz vyose ntanakimwe cigeze kiba.nukuri ntubesha warasaz.

  • @JospatKarishaga
    @JospatKarishaga หลายเดือนก่อน

    Ariko uranka umuntu gushikaho ubimwereka kwanka kuzimanwa n'uburenganzira bwiwe nakare paul intumwa ya kristo yavuze ati:umuntu niyasonza aradya iwe none nikubabaje ko atariye yanse kurya kuko handitswe ngo:uwizigira umwana w'umuntu aravumwe.

  • @IngabeMwambutsaMulokole
    @IngabeMwambutsaMulokole หลายเดือนก่อน

    Murababaye ko mwari mwateguye kumuroga akavyicura akiyankira?Katolika ivyayo birazwi n'ivyo bakoze muntambara iBurundi n'irwanda ntibiribagirwa.

  • @logostheogene8923
    @logostheogene8923 หลายเดือนก่อน

    Iyo nkuru yawe irimwo ububeshi , ubwambere uvugango yanse guhaguruka imisa iheze ahandi ngo imisa yarigeze hagati hageze gusangira. Wapi wahora utabesha none urabesh

  • @MbossoCiza
    @MbossoCiza หลายเดือนก่อน +1

    Ntiyarabizey