ESIBITANGAZA Chorale y'Abanyeshure/Eglise Pentecote/bujumbura/cibitoke
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 30 ก.ย. 2024
- Chorale y'abanyeshule ubu isigaye yitwa chorale TURIMURUGENDO ni chorale yo mw'ishengero rya pentecote ry'i Bujumbura ububwiriza cibitoke kuri 13 .wifuza kuvugana natwe woduhamagara kuri whtsp +25771534960
Amiina cane. Oya si nokwibagira aho Yesu yankuye.
Tharcisse itungabose
Imana yomwijuru inshoboze kutibagira ibihambaye yankoreye iragahezagirwa namwe abashoboze yesu kutibagira ivyoyabakoreye.
th-cam.com/video/xsynB3SeEvQ/w-d-xo.html
th-cam.com/video/AMM9fxdQcks/w-d-xo.html
Iyindi chorale ivyitwaramwo neza
Indirimb muririmb ziraruhur umutima wanj Yesu abakomez
Murampezagira Imaniturinde kwibagira
Indirimbo nziza cane muhezagigwe
Imana ibahezagira canee❤❤
Mwarakoze mwubahwe
Amen
Amina kubwa🙌🙌
Muhezagirwe
Imana ibahezagire kandi ize ibahe kutibagira mwsgwaruka MWe!!
Nanj nuko lmana izompe kutibagira
Yesu abahezagire caane, indirimbo zanyu zinkora ku mutima. Mukomez Yesu azobaha ingero.
Haleluya udufashe kugira ntituze twibagire ivyo yadukoreye
Yesu abahezagire caaane.Indirimbo zanyu zirampezagira.Mukomeze kwiha Imana,muzure Mpwemu Yera. Bamwe muri mwebwe ndabazi twarasangiye ivya Christo: Donatien Horicubonye et Astère,...
yesu abahezagire caane ,muririmba neza ,izo ndirimbo zirimwo amavuta
IMANA IZOTURINDE KWIBAGIRA NK ABISIRAELI
Ewekwibagira kwabi sirael Mana turindekwibagira ivyusukoreraman murampezagira imana ibuzuzempemuwayo namavuta meshi
Imana ibahe umugisha ndabakunze cyanee!!!!!
Imana ibahe umugisha kdi ibagure
Mwami udushoboze tureke kwibagira imirimo myiza yadukoreye🇧🇮
Haleluya
Ndabakunze. YESU Abahezagire
UUZADUFASHE MANA YACU UDUHE UMUGISHA N AMAFARANGA AMEN
Mubalikiwe Sana mumpezagira aha hondi dar es salaam
Yesu abahe umugisha kand abazigam
ndabakunda Yesu abakomeze