Elvanie ati: "Inyigisho za NUKU zatumye ntsindira imiriyoni 10 Fbu"

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 25 ก.ย. 2023
  • 🥳 Yishimikije inyigisho zo gutunganya integuro y'umugambi yaronse kuva ku magenekerezo ya 16 gushika 20 Myandagaro 2023 mu kigo #PAEEJ i #Gitega biciye mu mugambi #NUKU, Elvanie yaratahukanye ikibanza cambere mw'ihiganwa rya #PAEEJ ku rwego rw'intara ya #Ruyigi
    👌🏾 Agira ati: "Ubu ngiye guhingura ikizinu kugira kibikike kandi abantu bagifungure biboroheye"

ความคิดเห็น •