Alvin Smith ubuhoho ivyo akoreye uyu munyamakuru wa Isaac TV nakamaramaza...|| Mbega inyishu weeee

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 1 ก.พ. 2025

ความคิดเห็น • 110

  • @gorethyniyonkuru4040
    @gorethyniyonkuru4040 3 ปีที่แล้ว +2

    Asaac TV,ndabakunda ,ukuntu muduteramisha,muduha ibiganiro vyiza. Ariko nasha ka kubakebura ukuntu bakozi banyu bakora nta professionalism babishiramwo umengo ibiganiro vyanyu biraba abana gusa!!! Umukibagira ko la majority arabakuze. Gerageza muhinduke kuko ndabona na asaac ariko arahinduka kuko jewe ndumu fan wanyu sinon chapeau . Ndabifuriza gutera imbere kuko muri Burundi bwejo.

  • @dianaasd9097
    @dianaasd9097 3 ปีที่แล้ว +3

    Iyonka isigaye yaritahuye asigaye atekerej 🙏🙏 ubandanye werekana kowakuz👍👍👍👌

  • @amigomusics
    @amigomusics 2 ปีที่แล้ว +1

    Alvin congratulations, my bro ndagukunda! Kuva ndakubonye muri Mario!

  • @kwezymarley8552
    @kwezymarley8552 2 ปีที่แล้ว

    Naaam buterere oyeeee abandi turi 🇬🇧 simubuyenzi Gusa akagaye kubahungu ba buterere noo

  • @habonimanajeanine9403
    @habonimanajeanine9403 3 ปีที่แล้ว +1

    Santa ndagukund wawooo courage kbx 😂😂😂😂

  • @paolabizimana2099
    @paolabizimana2099 3 ปีที่แล้ว +1

    😀😀😀😀😀ngo kwishure bize ngurutwe runini ruba rurimwo amazi yoooo😀😀😀😀

  • @jimmyizere5055
    @jimmyizere5055 ปีที่แล้ว

    mwubahwe Santa turabakunda

  • @jeanclaudeirazuwayo4123
    @jeanclaudeirazuwayo4123 3 ปีที่แล้ว +2

    Alvin and B face inyishyu zanyu nizimwe wallah

  • @venantmanirakiza9700
    @venantmanirakiza9700 3 ปีที่แล้ว

    Uwu mudada ndamufana kbs avuze yeee mpaka ahejej so be.gup sana

  • @fahid808alshammry3
    @fahid808alshammry3 3 ปีที่แล้ว +6

    Mukobwa ube ukoresha ibiganiro ukaba calme u twenga gake

  • @NIKI96-h6y
    @NIKI96-h6y 3 ปีที่แล้ว

    Alvin yambaye VISIT BURUNDI , respect kbs

  • @queliairambona860
    @queliairambona860 3 ปีที่แล้ว +15

    Sinibaza ko iyo mbonye interview ya Alvin Smith norengan ntayumvirij kuko atera morale kbs ndamukunda pee ukuntu yishura 😂😀😂

  • @kamanzicrouch3881
    @kamanzicrouch3881 3 ปีที่แล้ว

    Alvin mbona sura mpya mikono ya zamani😀😀😀Au mkorogology umenoga

  • @lodrigueigiraneza5432
    @lodrigueigiraneza5432 3 ปีที่แล้ว +1

    Alvin smith man nakubal xana birenze

  • @azadidjuma
    @azadidjuma 8 หลายเดือนก่อน

    mubwire sha petit yangu turi busy sana

  • @kwezymarley8552
    @kwezymarley8552 2 ปีที่แล้ว

    Jew kwezy marley warandondey sana 😂😂😂

  • @fabiolasilyvain8880
    @fabiolasilyvain8880 3 ปีที่แล้ว +1

    Santa utwenga cane kbs bugabanya

  • @leonardnduwayo1501
    @leonardnduwayo1501 3 ปีที่แล้ว

    Uravuganeza Hano America bagufashe warunyoye nimabi. Kiretse ufise impapuro zibikwemerera.

  • @kenzanina9164
    @kenzanina9164 3 ปีที่แล้ว +1

    Ndaryohewe

  • @clovisniyonsaba3268
    @clovisniyonsaba3268 3 ปีที่แล้ว +1

    Santa ndakeneye kukubona 😋

  • @itanganezadondivin4416
    @itanganezadondivin4416 ปีที่แล้ว

    Ngurutwe

  • @samiauwamahoro5019
    @samiauwamahoro5019 3 ปีที่แล้ว +1

    Uno musi la vache ari muri mood
    La vache reka gucunga umugore ngo baramufonye ngaho nugusara uzasara.
    Hama santa imyaka yiwe ntiva ahiri peee Iman ikubabarire

  • @divadaqueen6558
    @divadaqueen6558 3 ปีที่แล้ว +1

    Iyi interview yariryoshe🤩😂😂😂😂😂

  • @claudineuwizeye871
    @claudineuwizeye871 3 ปีที่แล้ว

    Aaaaah uramusarishije nizina urarivuze

  • @stivecrown4433
    @stivecrown4433 3 ปีที่แล้ว +1

    Mukama kubita rimix yayo

  • @kanekiki8852
    @kanekiki8852 3 ปีที่แล้ว

    Alvin ga ymw!😂😂😂😂😂😂😂nzokurwa inyuma tu😂😂Yoooo ngo deja😂😂

  • @amigomusics
    @amigomusics 2 ปีที่แล้ว

    Uyumunsi ni bale!

  • @vincentirakoze4396
    @vincentirakoze4396 3 ปีที่แล้ว

    Alvin ndakwemey

  • @ciatt9587
    @ciatt9587 3 ปีที่แล้ว +1

    Alvin umwana wo mw'isite

  • @videolyrics3725
    @videolyrics3725 3 ปีที่แล้ว +5

    Uwo mukobwa biraboneka kwabesha vrt

  • @setaseeta9779
    @setaseeta9779 3 ปีที่แล้ว

    La ngombe uranyica

  • @donatiennsabiyumva9558
    @donatiennsabiyumva9558 3 ปีที่แล้ว +1

    uwomu journaliste umengo ntari sur yinyishu yishura kubibazo yabajijwe kuko nkukubona bakubaza ngo target yaw niyihe ukarinda kumera nkuwurondeza nihatali

  • @khlaifaali245
    @khlaifaali245 3 ปีที่แล้ว

    Uzokoreshe Christigomz

  • @kwezymarley8552
    @kwezymarley8552 2 ปีที่แล้ว

    Ubu turiko turiha Music muri bimm academy UK

  • @emelyneuwayisavye419
    @emelyneuwayisavye419 2 ปีที่แล้ว

    Alvin wubahwe ubikora bien

  • @apollinairenkurunziza734
    @apollinairenkurunziza734 3 ปีที่แล้ว

    Nic bro

  • @odettesabiyumva8586
    @odettesabiyumva8586 3 ปีที่แล้ว +3

    Mukhama ukuntu nakubonye kuri Bata wicaye wa mukobwa we 🤔ngo ntitukuzi ahubwo nzogufotora ndamuhe Landry promota amanze akuvumbure🤔🤔🤔

    • @ygsa5009
      @ygsa5009 3 ปีที่แล้ว +1

      🤣🤣🤣🤣🤣🤣 urantwengj kbxa

    • @queliairambona860
      @queliairambona860 3 ปีที่แล้ว

      😂😂😀😂😂 mbavu zanguuuu

  • @phanuelofficial
    @phanuelofficial 3 ปีที่แล้ว

    Santa zuratubwiza ukuri imyaka yawe imyaka yawe ntihinduka kuki inkumi mukunda kutavugisha ukuri imyaka

  • @toyishosho6772
    @toyishosho6772 3 ปีที่แล้ว

    Alvin wewe urashoboye kbx

  • @leandroaraje2301
    @leandroaraje2301 2 ปีที่แล้ว

    Santa urabesh ww kwishur hariho umuntu ubonye adatonz wumve nyn umenga wp vrt

  • @adidjauwimana7475
    @adidjauwimana7475 3 ปีที่แล้ว

    Ngo abahungu Bose Bo mubuterere Bari occupé wihangane 🤣🤣🤣

  • @claireniyompamvu5420
    @claireniyompamvu5420 3 ปีที่แล้ว

    😄😄😄Alvin wubahwe

  • @odifaxofficiel4629
    @odifaxofficiel4629 3 ปีที่แล้ว

    Santa ndakwikundira kwel

  • @OmanOman-ev7ro
    @OmanOman-ev7ro 3 ปีที่แล้ว

    Santa ni ww ufise umutwe munini

  • @ladislasn3009
    @ladislasn3009 3 ปีที่แล้ว +1

    Ni sawa ariko Alvin nta mugabo wo kwamiza utwo duti mukanwa

    • @gorethyniyonkuru4040
      @gorethyniyonkuru4040 3 ปีที่แล้ว

      Abarundi muracari inyuma,zamuraba abandi ingene bakora cane cane abo ba journalism nta professionalism bafise.

  • @jean-dariusndikumana67
    @jean-dariusndikumana67 3 ปีที่แล้ว

    La prochaine fois murakwiye guhindura kuko womenga mwese muri aba journalistes, ivyo navyo bica biba ukundi kuntu! Sinon ibisigaye ni sawa

  • @nsengiyumvadesire3128
    @nsengiyumvadesire3128 3 ปีที่แล้ว

    Yomuhura yavuze koyanka bagufi womubajije pe

  • @axelmugabo8852
    @axelmugabo8852 3 ปีที่แล้ว

    Dejaaaa 😭😭😂😂

  • @alesnema9596
    @alesnema9596 3 ปีที่แล้ว +1

    Rihana uzorindupfa utanamubonye live

    • @gorethyniyonkuru4040
      @gorethyniyonkuru4040 3 ปีที่แล้ว

      Mbega aho uvuga gutryo!! Niwe wamuremye? Ivyejo tubirekere ejo kuko ntawuzi,ubuzima ingene bufise surprise .

    • @alesnema9596
      @alesnema9596 3 ปีที่แล้ว

      @@gorethyniyonkuru4040 muremeshe nawe kubidakunda nabamuruta ntibarabigerako

  • @woodworking6877
    @woodworking6877 2 ปีที่แล้ว

    ICO GIPETI TWIZE HAMWE KUBUTERERE

  • @najimiriatris5180
    @najimiriatris5180 3 ปีที่แล้ว +2

    Zana link

  • @richardniyorukundo7170
    @richardniyorukundo7170 3 ปีที่แล้ว +1

    Ash uyomukobwa araryosh interview kubera ntab calme akomez kwl.

  • @nsengiyumvadesire3128
    @nsengiyumvadesire3128 3 ปีที่แล้ว

    Uyoyanka abahungubagufi

  • @agfficial1534
    @agfficial1534 3 ปีที่แล้ว +1

    Dushaka ikiganiro na nirnah

  • @lesportetlanutritionpourla9956
    @lesportetlanutritionpourla9956 3 ปีที่แล้ว

    Santa ni ww ufise urutwe runini kurusha Alvin🤣🤣🤣🤣🤣

  • @تايااي-ج8م
    @تايااي-ج8م 3 ปีที่แล้ว

    Ntamuntuyibagira kwiblossa

  • @ndayishimiyethierry7871
    @ndayishimiyethierry7871 3 ปีที่แล้ว +1

    Iryo sura ryabashaje, ngo 18ans,

  • @uwimanafelix5281
    @uwimanafelix5281 3 ปีที่แล้ว

    Uwufise urutwerunini ni muco santa

  • @roddyfawaz6
    @roddyfawaz6 3 ปีที่แล้ว

    Ndingaha umu boyfriend wiwe ntakubeshe ko atamuhungu afi?! 🙄

  • @nduwayezugerard9938
    @nduwayezugerard9938 3 ปีที่แล้ว +1

    umwananje uyu mudemu ndamushaka

    • @nduwimanabobobosco3706
      @nduwimanabobobosco3706 3 ปีที่แล้ว

      Cengetera rero mugabo unyaruts kuber ubugar buryoh bugishush

    • @nduwayezugerard9938
      @nduwayezugerard9938 3 ปีที่แล้ว

      mfashe ababishoboye dollars 500 zirahari kubantu bamwegereye

  • @jeanpaulmanirakiza2897
    @jeanpaulmanirakiza2897 3 ปีที่แล้ว +3

    Ariko uyumukobwa ibibintu yambaye kumaboko ntibimubereye ngira ntamugenzi afise amubwireko bitamubereye basha yarabuze amahera yokugura isaha basi?? Ibibintu yambaye vyarataye agaciro narabe ahindure

    • @acool5614
      @acool5614 3 ปีที่แล้ว

      Hahahahahaha Ni utwa cyera sana..watumye mpita nitegereza

  • @تايااي-ج8م
    @تايااي-ج8م 3 ปีที่แล้ว

    Santha rekakutubesha ngo 18ans wew ugumurumwana zuravugishukur ntibazokubenga ahubwo ni 5ans

  • @cleriakeke5724
    @cleriakeke5724 3 ปีที่แล้ว +1

    Hhhhhhhhhhhhh ndamanyutse ,sinari bwamenye gutandukanya Alvin na Olegue Ubu nameny kubatandukanya rero,hhhhhh

  • @fabricebijanja2944
    @fabricebijanja2944 3 ปีที่แล้ว

    🔥🔥

  • @bezabukuru5411
    @bezabukuru5411 3 ปีที่แล้ว

    ❤️❤️❤️

  • @thegeneralalexofficials6816
    @thegeneralalexofficials6816 3 ปีที่แล้ว

    🤔🤔🤔🤔

  • @swsw3394
    @swsw3394 3 ปีที่แล้ว

    Ni vyizza

    • @louise5187
      @louise5187 2 ปีที่แล้ว

      Santa urashaje

  • @dullydullahsenior756
    @dullydullahsenior756 3 ปีที่แล้ว

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣😂😂😂😂alvin

  • @ريمالريم-ح2خ
    @ريمالريم-ح2خ 3 ปีที่แล้ว

    Sdj

  • @nduwimanabobobosco3706
    @nduwimanabobobosco3706 3 ปีที่แล้ว

    Abamenyesha makur bubu bagum bitwengaguz ntibab serieux non biva kuki

    • @toyishosho6772
      @toyishosho6772 3 ปีที่แล้ว +1

      Nn ushaka akore ikiganiro ashavuye nabari kumukwirikirana twoca dushavur razima aryohgw

  • @mosamina7030
    @mosamina7030 3 ปีที่แล้ว

    😅😅😅🤭🤭

  • @fahid808alshammry3
    @fahid808alshammry3 3 ปีที่แล้ว +2

    Oya yivuge nta 18ans urabeshe

    • @ygsa5009
      @ygsa5009 3 ปีที่แล้ว +1

      Ntamaramara ahubwo ndumiw

    • @queliairambona860
      @queliairambona860 3 ปีที่แล้ว +1

      Uyo niko yama kuva akora muri Isaac aguma avuga iyo ngo 18ans wew imyaka iguma hahandi nyen 😀😂😂😀 Jew arantwenz pee ngo 18 ans ahubwo 10 ans

    • @measme4721
      @measme4721 3 ปีที่แล้ว

      afise impamvu n mumureke

    • @nsabimanalovelly7708
      @nsabimanalovelly7708 3 ปีที่แล้ว +1

      Ntamukobwa yigera avuga imyaka yiw

  • @fofoirishura8027
    @fofoirishura8027 3 ปีที่แล้ว

    😂😂😂😂😂😂

  • @hassunmilkah9937
    @hassunmilkah9937 3 ปีที่แล้ว

    😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @fabrohero5288
    @fabrohero5288 3 ปีที่แล้ว

    Muco crg uraberey itangaza makuru caan

  • @maximebigirimana8333
    @maximebigirimana8333 3 ปีที่แล้ว

    Vous fetes rien au fait,ntakintu nakimwe kirimwo comme message

  • @claudineuwizeye871
    @claudineuwizeye871 3 ปีที่แล้ว

    🤣🤣🤣🤣

  • @JohnEliasp-lc5mp
    @JohnEliasp-lc5mp ปีที่แล้ว +1

    ❤❤❤❤❤❤❤

  • @odifaxofficiel4629
    @odifaxofficiel4629 3 ปีที่แล้ว

    Santa ndakwikundira kwel

  • @ntirandekuraabdoulkarim8516
    @ntirandekuraabdoulkarim8516 3 ปีที่แล้ว

    😂😂😂😂😂