Aka ga song ko karenze?? None nyene aho uri umu new comer muri game?? Ndakesera utahushuye.. Niho nkikumenya ariko wamfashe mpiri Love from #Weezynation🚀❤
Nice one bruh urakoze umutiii vrt big up umwe afis ubwanwa nkisugur uwundi isura yiwe ni aka emojiii😂😂😂 Ndakesera murareunzeeee so Brevery you all 👏👏👏💪💪💪
Man mister Joker jewe sindamuzi gusa today ndamumenye kbx
Niwaba wemeye ino song mpa iyo #like
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Hhhhhh a
Ndakesera👏👏👏👏👏
Haaaaaaaa
Félicitations
Inana
Uwumvis ngo si nka wewe umez nkaka emoji agonge ngah 😀😀
From Germany 🇩🇪
Ndakesera ✌
Inaaaanaaaa subona none. Mb uransaza ndakeseraaaaa💪🇧🇮🇿🇦
Duuuh 🔥🔥🔥🔥🙆🏻♀️🙆🏻♀️🙆🏻♀️🙆🏻♀️
Kamata bizouu belleee 😂😂 inanaaa, ehee iratwenzee 🤔🤔
Uwemera ko Music Ya Barundi Imaze kujyera Hejuru nasige Like 👍👍👍
Like
Iyondirimboiraryosh
🔥🔥🔥🔥
Ego niyo ndakesera
69564237
Inanaaaa ehe iratwenzeeee 🥰
Haha!
Nyimba umaze kurahira uti ndakesera ntugende utampaye liké😂🚴
Kwl Data bg up xanaaaa video nzuri vrmt
Inana ehiratwenze subona non🤣😂Congrts bruh🥰🥰🥰
Mb data hhhhhh big up bro love from gatumba Ku gatumba hahandi nyene wata uruzogi hhhhhh kuresh urarenz .jameni nipe like kma unampenda data bonus
Les mots me manquent.......iyi ndirimbo iri kurundi rwego. Chapeau les gars!!!!!!!!!!!!
From Canada 🇨🇦 we love burundian music big up MB Data
Ooo
This video man 🙌
waravuye kwa sat b aho urazimye sister 💥💥💥💥
@@fanshittoptv4433 III
@@alidanshimirimana3402 p
Yeah th-cam.com/video/qRJjgadlKcw/w-d-xo.html
th-cam.com/video/DjidATr34UM/w-d-xo.html
👆 👆 👆 👆
MR JOKER na MB DATA Baririmvye NDAKESERA arasiguye impamvu yayiririmvye/ .
Nabuze umuvyeyi nari nsigaranye bituma mbanza kuzima //Nagahinda numubabaro kuriwe MR JOKER.
👇👇👇
th-cam.com/video/DjidATr34UM/w-d-xo.html
Aka ga song ko karenze?? None nyene aho uri umu new comer muri game?? Ndakesera utahushuye.. Niho nkikumenya ariko wamfashe mpiri
Love from #Weezynation🚀❤
Iyoooooo. Ndakesera itakuwa hit, ubwanwq nk'agasuguruuuu.ndabakunze bana bib Urundi
😂😂😂😂😂😂😂🤣🤣🤣none ko mwese muzi gutukana mu kirundi 🤣🤣 congrats Mr Joker na MB DATA 🔥
Mwbkoze neza cane ndakesera mb data ×mr joker👊👊
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Nakubali 💯💯, ndakesera😂😂😂,inana
Ego ndake sera 💝💝💝💝💝💝💝
Inana ihe iratwenze 🤩🤩🤩 iyi ndirimbo 🔥
Inana ...ehe iratwenze sha...🥰🥰🥰🥰🥰 Ndakeee
Ntihabose tv Naha 💕🇧🇮
Love from IHURIRO NEWS
Nakukubarii mzee baba la baba kaza buti Mr joker🙏🙏🙏🙏🤣 emoji ndake🏇
More respect ndake to you ma bros ndemejwe
Uwakunze iyi song cane nkanje akore like ayiraba kenshi nkanje
Inanaaaaaa eh iratwenz sh ntubon nn? 👍👍👍👍💟💟💟💟
LOVE FROM KIGALI RWANDA 🇷🇼
THIS HIT IS LITE ✅
Courg
#BujahitMusic 🔥🔥🔥🔥
Inana ehiratwenze sha uwakumvise agonge ngaha
Nice song my brothers
daaaaaaah ngoma nairudia Mara kadhaaa bila kuchok 👏👏👏👏
Ego Mb Data watwemeje twemeye ndakesera iyo ndirimbo barayiha award ndakesera
Yoooh mu na Musica a day and night .but God first bcs....?
Original from Joker bwoy🇧🇮🔥🔥
Ndakeeee ikintu kizima 🤝 courage
Ndakunda style ya mb data. Genre nyene nizikura istress
Egooo niko ndakensera
Ejo ni heza mr Joker umenikosha moyo wew na Data boi tukuri inyuma
😍😍😍 indirimbo nziza kbs nice song
Ndakesera uwutayisubiramwo kuyiraba azoba abanira Mb
Iyindirimbo irarenze ndake joker et MB ndabemeye peee niyumwaka KBS ubwanwa nkakagasuguru ahhhhhh
Turakwemera cane Notre Star joker
Respect kuriyi song
ndakesera ino ndirimbo iratesaaaaa
Good job guyz mwubahwe
Nukuri iramara peeeeeeeee
Ahaaaa 😃😃😄😄umuhanzi ushakakuzamuka
Good job 👌umuziki wuburundi kurundi rwego🇧🇮🇧🇮
Wouuuh fantastic my bruh #Mr_Joker
Inana iheratwenzeee😁😁😁👊👊👊
Nice songs kutwibutsaaa utwakeraaa💃💃❤️
Karatesa vremaa big up Sanaa🤣🤣🤣
The video is 🔥🔥🔥🔥🔥
Courage broo nimb ukunda umuzik ndundi kor like kuriy song
Ndakesera iratesaaa iyo song
Indirimbo yumwaka peeeee Love From IHURIRO TV
🔥🔥🔥
Kabisaaa
@@nadegekwizera2633 nyampinga
Duuuh mume chinja na kisu kikali I say🔥🔥🔥🔥 good creativity from Audio, melodies, and video 🇧🇮🌍 keep it up my lil bro
Kabisaaaa
Iyi ndirimbo iratwenza. Murakoze basha. Bandanya mutera imbere.
#MBData #MrJoker
Nice song until today❤❤❤
Uwabonaye ko mb data ifise ibihatane mukanwa nagonge ngaha
Ndakesera indirimbo ni fayaaa
From dubai dayi fana sana iyi song
kararyoshe sana kbsaa
Shwi l'esclave d'indundi.. Umugabo azira ivyakunda🇧🇮🇧🇮
This is 💣 I likeee
Nice work guys 👌👌👌👌🇿🇦🇧🇮
Uri kumistari baba
Good job banange
inana iratwenz shaaa🥺🔥🔥🔥💯
OneWay💣💥💥💥
Wew uranyemeza musazaaaa nturatera swataaaaa. God bless u. Still on top forever my Ibreezy
Maestro thanks uhezagirwe nawe🙏🙏🙏🙏
Try to great your own beats Bro anyway Congrats to you 💕
Try to great your own beats Bro anyway Congrats to you 💕
Ndakesera murazi kuririmba
Nice song
Loving this music from Rwanda
Nc my 😘 🔥🔥🔥🔥💪👌
Ego ndakesera haraje hit from joker
And i say big up to one way
Nice one bruh urakoze umutiii vrt big up umwe afis ubwanwa nkisugur uwundi isura yiwe ni aka emojiii😂😂😂 Ndakesera murareunzeeee so Brevery you all 👏👏👏💪💪💪
I love the creativity in this video decoration style 🤎and the songs🙌🏾🙌🏾🤎🇧🇮
Love From Burundi Bwiza Tv
Inana ya Théophile
Iranyish ndakeee!!
👏👏good song bro👊
Ndakesera jewe ndagakunze 🤭🤭🤭🤭🌟🌟🌟akantu kazima
Nice song ba broooo
Ndakesera atari hit iyi song 😍 new generation big up sana 💪
aka kantu niko kabisa 🤝🤝🤝courage
Nkubwanwa nkagasuguru😅😅😅 ndakeeesera. Big up bro🙏🙏
Guys iyi njana niyoooo peeee. Ngo uzoja mugisagara gushaka ikwacha???? Hah hah hah ma Burundian namwe musigaye mwabaye aba Malawian kuva ryari😀😀😀😀 konziko imfaranga rya Malawi ari kwacha ryatanguye gukoreshwa hano Iburundi ryari??🔥🔥✊✊✊. Guys nukuri murashoboye. Uwabakore ino BEAT ndamuvivuye. Zino BEAT nizo tunyotewe... turakeneye nizindi nkizi... Costumes guys it’s number one for 2021...so far!!
Love from Rwanda
Ndakasera tureke kwiparatura gushigikira indirimbo zohanze kandi iziwacu ziryoshe. Ndakesera iyi song imeze bon
Vidéo et audio ni 🔥🔥🔥
Niwirambire br
Safi Sana
Ndakesera mutasaze
Very nice
Naheruka kumva song yawe iryoshe kera vrt, good job 🔥 🔥
Love from kamenge
Ndakesera, big up sana bro tukurinyuma
Kararenze kbs mwakoze umuti
Love from IVYACU TV
Karameze neza courage
Ndakesera walahiiii ni 🔥🔥🔥
Inana ehe iratwenzeeeee😆😆 hit song ndakesera😂😂😃🎼🎤🎶🎻 Data 👌👌👊💖