✝️😭Ibara riraguye m'Uburundi umwana w'Umutegetsi yishwe nabi cyane Ndakugarika akoroye amosozi tabar

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 30 ก.ย. 2024
  • Amakuru#burundi#shiramatsikotv

ความคิดเห็น • 25

  • @KamikaziBrianna-mx4vm
    @KamikaziBrianna-mx4vm 3 หลายเดือนก่อน +12

    Ibintu vyokubesha mubigabanye biteye isoni

  • @katihabwaeugenie8985
    @katihabwaeugenie8985 3 หลายเดือนก่อน

    Iyo ngendo yanyu siyo mwa bamwnyeshamakuru mwe!iyo titre yaya makuru mwahizeho kugira abantu bashiduke kubumviriza!Ko mutavuze uwo mwana ni nde?ni uwa nde?Ntimusubire

  • @Laetitia-vq9me
    @Laetitia-vq9me 3 หลายเดือนก่อน +2

    Birababaje. Mbe icyo ntotahuye. Uyu munyamakuru niw i rwanda cyanke?

  • @VyukusengeElvin
    @VyukusengeElvin 3 หลายเดือนก่อน

    Nukur mpor😢😂

  • @Sirila18
    @Sirila18 3 หลายเดือนก่อน +3

    Muvuga ay abandi ayanyu mukayicarako.
    Biragoye kwemera ivyo muvuga.

  • @mariakamariza6084
    @mariakamariza6084 3 หลายเดือนก่อน

    Uzobanze usesangure ivyiyumviro wipfuza kugeza ku barundi. Sinzi ico upfa ba Leta y ABADD nk uko ubita. Abenshi twumviriza amahopa yawe dusanga utyoza cane. Gesa ubw iyo. Iwacu ntiburera 6:36

  • @mariakamariza6084
    @mariakamariza6084 3 หลายเดือนก่อน

    Ariko rusamazatiku. Ico kirundi wacigiye hé,?

  • @BoscoNduwayezu
    @BoscoNduwayezu 3 หลายเดือนก่อน +1

    Ururugabo ntanisoni rugira rurabesha biteyubwoba

  • @faustinegirukwigomba5466
    @faustinegirukwigomba5466 3 หลายเดือนก่อน

    AhubWo urwo rugabo umengo ntiwumva Aho twarwihanikirije kuvuga ububeshi.

  • @RomainNicintije
    @RomainNicintije 3 หลายเดือนก่อน +1

    Arrêter le mensonge s,IL vous plaît!😊

  • @mariamMilha-st3qu
    @mariamMilha-st3qu 3 หลายเดือนก่อน

    Abanyamakuru mwaravumwe uyu rurugabo ruvugako abarundi bagowe bicwa n'avance atubarire abishe Kizito Mihigo puuuuuuuvangaho🤪🤪🤪🤪

  • @asamsoncishahayo373
    @asamsoncishahayo373 3 หลายเดือนก่อน +1

    Mihigo kizito yoba yishwe neza?
    Mbega wewe uri muntu ki, ko wirigwa urabesha Ku bintu bibera mu Burundi, kandi atari ivy'ukuri! Muzokwicwa n'agahinda, kuko uwo mwana mutakaza mu marementanya, muba mukwiye kuwukoresha mu bikorwa vyo kw'iteza imbere !

    • @TetaIgiraneza
      @TetaIgiraneza 3 หลายเดือนก่อน

      Uze witware Kagame yokwica kurusha ico gihume canyu neva urikigugu ntabicishije inzara no kuza muragenda nibihonyozo mubuze igitoro mwivuge mwenyene muragowe mwa bihume mwe

  • @AsherleyIsaka
    @AsherleyIsaka 3 หลายเดือนก่อน

    None uyo mwana wumutegetsi yishwe komutamuvuze

  • @UgirashebujaMichelFils
    @UgirashebujaMichelFils 3 หลายเดือนก่อน

    MuVajndi kubsshya jicyaha Byabahihabaje

  • @ndayishimiyeesperance4576
    @ndayishimiyeesperance4576 3 หลายเดือนก่อน +3

    IMANA imwakire

    • @NahayoViolette
      @NahayoViolette 3 หลายเดือนก่อน

      Imana ihe kwihangana abasigaye

  • @RoseNijimbere
    @RoseNijimbere 3 หลายเดือนก่อน

    Imberbe yo kuvuga uburundi Banzaï muvuga urwanda rwanyu.abo munigagura komutabavuga?koffi 'mihigo Abo KO ntaco wabuze? Sabantu bapfuye, uburundi nibwo ufitiy impuhwe gusumba urwanda?

  • @WillyNDAYIKEZA
    @WillyNDAYIKEZA 3 หลายเดือนก่อน

    Twarabahinyuye mwabaaabeshimwe mbe ivyo :vya s'abonner vyo uvuga ni ibiki? Kugira tugume tubacira inoti. Ntaayo ngira

  • @boyayojeanine1190
    @boyayojeanine1190 3 หลายเดือนก่อน

    Nta soni?

  • @NimpangajeJoselyne
    @NimpangajeJoselyne 3 หลายเดือนก่อน

    Bara

  • @IsaacKezimana
    @IsaacKezimana 3 หลายเดือนก่อน

    Ach kudangany

  • @JeanineNahimana-l6q
    @JeanineNahimana-l6q 3 หลายเดือนก่อน

    Kura ububeshi ngaho

  • @DaphroseNdayishimiye-u1f
    @DaphroseNdayishimiye-u1f 3 หลายเดือนก่อน

    Nihatal

  • @vickross-oy1cc
    @vickross-oy1cc 3 หลายเดือนก่อน

    😅