Darling- Monia Fleur ft Mo’W Kanzie (Behind the Scenes VLOG) 📹
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 27 พ.ค. 2023
- Coucou la Mow’s family, j’espère que tout le monde va bien…
Voici un behind the scenes que de la chanson de Monia Fleur en collaboration avec moi 🥰
Bon visionnage😘
Mail Pro: kanezamonnawalda@gmail.com
Restez connectés avec moi sur:
INSTAGRAM: monna_walda...
SNAPCHAT: @monna257
Tik tok: @mow_kanzie - เพลง
Mona ndumiwe cane 😮
kumbe mugirira sur la même place, mukadeplaca ibintu n'ibindi muhindura les décors uko kuntu, les coiffures et les maquillages,
Ryooooo ndumiwe surtout ukuntu nahora nibaza ngo montage aho hantu mukorera les clips, sha muraruha cane, j'imagine la fortune bibatwara honyene irarenze.
Merci pour le partage kubera ndamenye ukuri kw'ibintu, Chapeau à toi, ndakwikundira cane❤
Babe bubaha abantu bakora ama clip video birarusha cane vrt usivye uburyo uburuhe nabwo ni Beaucoup , nsubiye kwumva nishimiye indirimbo yanje I'M A WINNER nyihaye agaciro kanini pe!🚀🚀🚀❤️🤲 love from Edidier Dany
Uburuh ndabon nibwishi ark icingenzi knd munakwiy kwishimira igikogwa cavuyemwo arumuti kbx💗💗💗
Murasaaa sis waw😂❤
Mana nzima sinarinzi ko bitwara énergie nkiyo peeee courage muterimbere❤❤❤❤❤
Twari dukumbuye ama vlog ❤️💯
Monia Wk urik Bajou kiz vrt❤😘
Bwabundi shooting iraruhisha wallah
Yayaya sinarinzik muruh uku kwose vrt mwubahwe🙏🙏💕Mona ndakunda ukuntu Uri umusirimu mumut 🥰🥰nakubony bataragukora😂😂😂
Hejuru cane 💯💯 kubikorwa vyanyu mwayikoze neza 🇧🇮🇧🇮oyeeh🔥🔥on vous aime 😍😍
Caaane💯💯
Mona uranshimisha cane , uhorana positive vibes muvyukora , keep up the good work🎉
Put some respect on Landry Sb's name😂😂 the way aberek uko mwactinga, on dirait yarabae umu vixen video😅 He's a whole vibe btw🔥🔥
Kirisu,ako kazi kose ni ako kuri clip imwe??? Shaaa abanya muziki,ndabubashe kabisa 🙏
Wauah mow kanzie je t'aime 😊
This is truly hard work. Bravo to the whole team👌🏾
our beautiful ladies we proud of you
Bon courage monna we love you🥰🥰🥰🥰
Courage bakobwa bezaaaa.❤❤❤
Waouh😍 warahinduye imodoka! Nissan dualis iratesa indani.
Keeping on ✨✨you guys you are very brave💪🏿
Your natural voice🥰
❤ , courage kbx mukobwa wacu!!!
❤❤❤❤❤❤❤
On ne peut qu'aimer ❤😍💥💯
Continue giving us a different vroggs our girl love from burundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯
Wari waraduhevy vrt zuraduha kl 🔥🔥🔥
Mwubahwe ❤❤❤❤
Unaweza😂😂
wariwaduhevy 🤩🥰
love you Monaa 🥰🥰😘😘😘😘😘😘❤️❤️❤️❤️
Ndabakunda cane bantu biwanje bokumutima 🇧🇮🇴🇲❤️❤️💯💯💘
WAllah uyu mu diretor aranyishe😀😀
🔥🔥🔥
👑
Bra jobbat Kenzie
❤
😳😳😳 urya ni Landry SB atamvye kurya canke mbonye nabi😂😂😂😂😂
Vi väntar fortfarande på din egen låt och ensam.
När är det Monna?
❤❤❤
17h et quelque chose 🤣🤣🤣🤣
🔥🔥🔥🔥
Courage Monna
Ibintu mbonye Landry SB yagize n'ijipo yoyambara😂😂
😂😂😂😂😂😂
😢😢😢😢❤❤❤❤❤
😂😂❤❤
Nkunda behind the scene gusumba orginal video
Iyo behind the scene ninzinziza
Ntakintu nkunda nka behind the scenes 🤣
💥💥🇧🇮
It's the director for me🤣🤣🤣🔥🔥🔥
Same here 😂😂🔥🔥he’a a whole vibe
@@mowkanzieofficial990 lol how did you forget to include the song video link in the description!? 🤔
Ic nkoze gs ga Momo ndumiw 🙉🙊sinarinz k bimez uk vrm mwubahw🙏 kwl muraruha🤭🤭
Hama inirimbo iiri top vrai
Mona walda ndagukund cane ndashak uzomp amahirwe yokukubon nubwo ndikur
ntakazi koroshe courage
Fire hurry up
Vyabintu birabavuna walahi
Mwubahwee
Ww wahevy game yumuziki urabona ukuntu mwayikoze neza ahubwo garuk uzurarekura ingoma darling ndacayumviriza
Quelque chose🤭
Vya bintu birabaruhisha baasi muyarya mwayakoreye
😂😂😂
Ndabemera kuko akanakazi
𝑵𝒅𝒂𝒈𝒖𝒌𝒖𝒏𝒅𝒂 𝒏𝒖𝒌𝒖𝒓𝒊
Abaririmvyi bubahwe. Bararuha kbs
Burya clip kugira irinde isohoka bitwara inguvu nyishi 😢😢😢ivyo bintu vyo kubasokoza vyoo asha nakazo
Nibibazo ndakubwiye😩😩
@@mowkanzieofficial990 mwubahwe jewe kuva ndavye iyi behind nciye ndabakurira inkofero👏👏👏
Abana bigihugu muri mukazi terimbere cn turabakunda
😂😂Director is whole vibe😂
Ntabaho😂😂😂
Urwego mabuja
C'est l'iPhone 14
Sinarinzi ko mushobr kurara ijor ryose mur mur tournage
Ewan ntakomudakor kbs
Wagize faux kuduheba kuri vlog
Murushoboy
Urafise utubinga
Niho ukubibona?😂😂
@@mowkanzieofficial990 asha tugire duturike 😂😂
❤❤❤❤❤❤
🔥🔥🔥🔥🔥
Ww wahevy game yumuziki urabona ukuntu mwayikoze neza ahubwo garuk uzurarekura ingoma darling ndacayumviriza