SAT B Agarutse kuri vyose yihweza kubiba vyabaye hagati ya 🇧🇮 naba🇷🇼 mu myidagaduro /Ddumba nawe

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 1 ต.ค. 2024
  • Please subscribe to this Channel and leave your comment down there.
    For more info contact us on :
    gmail : platformshow257@gmail.com
    whatsapp: +25761056996
    facebook: / platformshow257
    twitter : / platformshow257
    instagram : / platformshow257
    #platformshow #interview

ความคิดเห็น • 40

  • @_Bugingo
    @_Bugingo 9 หลายเดือนก่อน +4

    Hello! Ndatekereza ko bisaba gukora cyane no kwibanda kubyanyu cyane. Natwe🇷🇼 Ntibyari byoroshye kwigobotora abagande. Gusa nasanze akenshi biterwa n'aba promoters/radio presenters etc...

  • @samsonnishimwe8294
    @samsonnishimwe8294 9 หลายเดือนก่อน +1

    Sat b, drama t , harimpamvu agomba kwemerwa mugwanda. Nayo abo bandi bab zulu naho bogira gute ntibopfa bemewe mugwanda 😂😂

  • @Umusaza767
    @Umusaza767 9 หลายเดือนก่อน +2

    Ariko nge mumbabarire munsonanurire icyibazo abarundi bafite kuko nge mbona ari ibibazo 2:
    1)ishyari
    2)ubunembwe bwabo
    Mundebere umujinya SAT B afite nukuri
    IGISUBIZO: nobahagarike gutumira abanyarwanda aho kugirango bazabamese murambonera ukuntu atuka DUMBA kandi afasha abarundi

  • @MC_Malova_the_hitMaker
    @MC_Malova_the_hitMaker 9 หลายเดือนก่อน +5

    Good❤❤❤❤❤ Mr Sat-B❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 9 หลายเดือนก่อน +3

    Simbizi ni koma nyina urya numuhimbiri mubanyamwuga uryo Simbizi ntiwomushiramwo

  • @JayFazzHassan619
    @JayFazzHassan619 9 หลายเดือนก่อน +1

    Abaririmvyi biwacu bishwe nurumogi rwinshi😂😅Nka sat b hakwishura ibibazo ninduru gusa anwa urumogi rwinshi

  • @phedorbenznikuze6742
    @phedorbenznikuze6742 9 หลายเดือนก่อน

    Sindatahura impamvu Burundian entertainment itaratahura ico sat B ameaninga....guys yooh ya trezzo nyimba bayiratira nka hit ubwo bokora concert rwanda bakuzuza????ariko shema akoze show buja yokuzuza akdni tumuzi kundirombo imwe

  • @erictwagirayezu8673
    @erictwagirayezu8673 9 หลายเดือนก่อน +1

    Abahungu bacu ntakosa bafise ariko mwibukeko bagiye gushigikira yago batarishwe rero ntamu DJ barigutwara batari bumwishure

  • @anacletmanirakiza6987
    @anacletmanirakiza6987 9 หลายเดือนก่อน +3

    Abarundi nimuhe agaciro ivyanyu nkabanyarwanda imbere yuko mushirra ivyabandi imbere.

  • @MajoritejhonasNiyubuntu
    @MajoritejhonasNiyubuntu 9 หลายเดือนก่อน

    Raba nka sat-b ingene avuga nkuwugwaye mumutwe mumaze imyaka mumuziki vyabananiye gutegura umuziki nukwiyemera mukazikanyu ntimwiyemera nakaboregwe gusa raba abajije ngontimurambwira nguburyo abanabanje mwabakuye kuri Stegi agaca yiruka agendana ubwoba barundi kurinzara wiyemere mubintu mwanke akagaye

  • @anacletmanirakiza6987
    @anacletmanirakiza6987 9 หลายเดือนก่อน +2

    Rwanda suko muririmba gusumba abarundi nuko mwahaye agaciro ivyanyu.

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 9 หลายเดือนก่อน +1

    Bujumbura ntaba promoter ifise imihimbiri nkaba Simbizi bakoreshwa ninda atabunyamwuga nabumwe bafise uretse inda mpemuke ndamuke gusa ugashirako imbwa nka ba Landrypromoter bahiya hit bisemba abantu biruka inyuma batererura imizigo yabashitsi ugashirako imbwa nkaba Isaac tv nimbwa zitwa ngo niba Idrissi abantu bishwe ninzara bakoreshwa ninzara gusa batazi ngo kuba umunyamwuga niki bo baraba ama views gusa angle imw gusa Abantu nkabo ntaco bomarira igihugu.

  • @MavutaIdrissa-ww7mp
    @MavutaIdrissa-ww7mp 9 หลายเดือนก่อน +2

    Kuberako umuzikinyarwanda mwumvako utarenze muzajye mwisunga numuziki wibindi bihungu maze turebe icyobizatanga fromRda

    • @FabriceKWIZERA-wl4xy
      @FabriceKWIZERA-wl4xy 9 หลายเดือนก่อน

      Man uvuze flesh, umuziki wugwanda ntibakwiye kuwisunga kuk URI hasi, nibarabe batudubike tanzanian

  • @Elienishimwe595
    @Elienishimwe595 9 หลายเดือนก่อน +1

    Sati yubahwe kk avugishije ukur simbiz yaje mumuziki ndundi nkayunda

  • @ZandaBoy-bv1bj
    @ZandaBoy-bv1bj 9 หลายเดือนก่อน +1

    canecane radri arisembasana afise imisifamyichi sat-b radri yihanure

  • @RWANDA.CODE1
    @RWANDA.CODE1 9 หลายเดือนก่อน

    Ewana abarundi turi abavandi, knd erega aberageje gukora turabayoboka sat b yigeza kubigerageza icyo gihe yifashishije urban boys byagize umusaruro sinzi impamvu atabibyibuka?

  • @RWANDA.CODE1
    @RWANDA.CODE1 9 หลายเดือนก่อน

    Gusa abanyarwanda nizere ko Kampala,Nairobi,tz, Bujumbura ariyo ntego

  • @ndikumanadiane3684
    @ndikumanadiane3684 9 หลายเดือนก่อน

    Dumba yubahwe kweli arasapoting abarund gs❤❤❤

  • @camilenshimirimana9084
    @camilenshimirimana9084 9 หลายเดือนก่อน

    Aba promotors bi Bujumbura barashonje kand bensh ntibiz nagato, si n'abanyamwuga kweli, ndetse na sat b ni umurofa kweli ntaz guha agacir abamutumiy nawenyen n'umubanyumwuga buke

  • @harerimanaalexandre4898
    @harerimanaalexandre4898 9 หลายเดือนก่อน +1

    Ni phirpeter wabakuyeho kbs.

  • @mugishagerard8241
    @mugishagerard8241 9 หลายเดือนก่อน +2

    😂 1:54

  • @lazzR1935
    @lazzR1935 9 หลายเดือนก่อน

    Avuze aba journalist bakomey abagomvye kuvuga iki

  • @KebbyBoy
    @KebbyBoy 9 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @footballlegend2764
    @footballlegend2764 9 หลายเดือนก่อน +1

    Dumba nawe avuga neza abarundi akavuga nabi abanyarwanda ibyo ni strategy yaburi wese gusa abarundi mwemereko umuziki wurwanda uri hejuru ibyo bindi mubivemo.

    • @divineingabire524
      @divineingabire524 9 หลายเดือนก่อน

      Umuziki nyarwanda uri hejuru ? Hejuru yiki? Namwe hagati yanyu murazinana, ama shyari yarabishe! Raba ivyo mwakoreye The Ben! Apuuu ntaco mukunda imitima yanyu n’imikara gusa

    • @ariellamwiza9795
      @ariellamwiza9795 9 หลายเดือนก่อน

      ​@@divineingabire524ba mureka amatiku the ben yakoresheje amashusho yabandi batamuhaye uruhusa ntaho bihuriye nabahanzi bandi

    • @divineingabire524
      @divineingabire524 9 หลายเดือนก่อน

      @@ariellamwiza9795 amashusho yari aye, we wumviriza fake news ! How about kugerageza kumwicira igitaramo yakoreye i Burundi bikozwe nabanyarwanda??? Mukamwiba phone igafatirwa i Kigali? Ubugome n’ubugambanyi mukorera abanyu mwabura gute kubukorera amanyamahanga? Utazi umunyarwanda ni umukehabwenge!

    • @SamanthaIradukunda-iq8bz
      @SamanthaIradukunda-iq8bz 9 หลายเดือนก่อน

      Nimureke gupfana ubusa

    • @divineingabire524
      @divineingabire524 9 หลายเดือนก่อน

      @@SamanthaIradukunda-iq8bz agasuzuguro kuri wewe ni ubusa?

  • @slhnsng3032
    @slhnsng3032 9 หลายเดือนก่อน

    0:10 0:11

  • @mugishagerard8241
    @mugishagerard8241 9 หลายเดือนก่อน

    Sat b numutwa cank

    • @UYEIC
      @UYEIC 9 หลายเดือนก่อน

      None ivyo uvuze bihuriye hehe n'ikiganiro bariko barashikiriza?ubujuju gusa

  • @mfuranzimafred8904
    @mfuranzimafred8904 9 หลายเดือนก่อน

    Umuziki w'u Burundi uri hasi

    • @HavyarimanaMethode-iq6nf
      @HavyarimanaMethode-iq6nf 9 หลายเดือนก่อน +1

      Ndakubaz noe WW umuziki wiwanyu muwugurishirizah sibuja rinda twugare uzorabe