GEN. BUNYONI ARAZIRA KWISHONGORA KU BUTEGETSI N'ISINDWE RY'UBUTUNZI MURI RUBANDA BAKENNYE

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 8 ก.ย. 2024
  • NIBA UFITE UBUHAMYA , INKURU,UBUSESENGUZI WIFUZA GUSANGIZA ABADUKURIKIRA KURI CONNECTION TV DUHAMAGARE KURI 0736652197Instagram: / connectiontv2022
    Facebook: / connection-tv-10723680...

ความคิดเห็น • 80

  • @gerardnibizi8141
    @gerardnibizi8141 ปีที่แล้ว +8

    Uyu mugabo ndamwemeye jewe Ndi UMURUNDI ariko uyu mugabo arabisiguye neza ntaho yegamiye kabisa👍💪 congratulations 👏

  • @leopoldyamuremye6127
    @leopoldyamuremye6127 ปีที่แล้ว +5

    Uyu mumenyesha makuru wumurundi aragerageza kuvyitwaramwo neza kandi avuga ukuri

  • @kalyka4107
    @kalyka4107 ปีที่แล้ว +3

    Très belle analyse faite avec beaucoup de respect. En tous cas ntaho wahengamiye

  • @picho8156
    @picho8156 ปีที่แล้ว +5

    Journalist jyureka umutumirwa avuge utamuvugiyemo cyane cyangwa ujye kuri camera abe ari wowe utanga ikiganiro

  • @abelsabin3693
    @abelsabin3693 ปีที่แล้ว +6

    J'apprécie votre analyse

  • @audacendayiragije8900
    @audacendayiragije8900 ปีที่แล้ว +7

    Mukirundi ciwacu tuvyita guhimba icoyimena ngo numwamikazi wiwe abahutu bahimvye noti basigaye biyita abami dans 22 ans

    • @ireneeniyonkuru42
      @ireneeniyonkuru42 ปีที่แล้ว +1

      Ndatembagaye no gutwenga

    • @mandela2145
      @mandela2145 ปีที่แล้ว

      Jya kubarimbura wa muswawe amatiku yanyu 🤮

    • @burundishallsmile1day109
      @burundishallsmile1day109 ปีที่แล้ว

      "Abahutu"
      Man ! You sound stupid nd Weak 🙄
      Ingeso ya Bunyoni ihuriye he n'Ubuhutu!??
      Unyibukije bamwe bata ikirahuri canke Isahani mu Mwavu ngo n'uko Umuhutu yagikozeko!
      Tu te crois Caucasien au Peau Noir😊🤔
      Izo mentalité zanyu nizo zishe Igihugu!
      Mwarezwe mwigishwa ngo Abahutu ni Impehe nsa!?
      Basabose nk'Ifaranga!???
      Uwabaroze ntiyakaravye Sha we n'Imihimbiri musangiye ivyiyumviro 😊
      Wajinga Sana nyie!

  • @nadinegahimbare465
    @nadinegahimbare465 ปีที่แล้ว +3

    Komera cane ndumva bitahuritse ivyadushikirije

  • @danimoliere6919
    @danimoliere6919 ปีที่แล้ว +5

    uyu muntu ari right kbs, ari hagati pee

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 ปีที่แล้ว +2

    Good nd Fair analysis!👍🏽
    🎩

  • @hitimanajeanpaul770
    @hitimanajeanpaul770 ปีที่แล้ว +1

    Conetion tv!?!! Murashaka kumenya ibyi Burundi ibyiwanyu bite!? Murwanda nacyo ushaka kuhamenya!? Ko numva ufite impuhwe nagahinda ka Bunyoni!? Urwo rukundo urukuyehe ga ntuze!!! Ariko ibyo mwigize!!

  • @prudencerubonezambuga1462
    @prudencerubonezambuga1462 ปีที่แล้ว +1

    Umunyamakuru arasemura ikirundi kandi cyumvikana

  • @pascalnshirimana3983
    @pascalnshirimana3983 ปีที่แล้ว

    Mbega mwotubwira inkuru nyayo yatumye Lt Grl Adolphe Nsh agandagurwa?

  • @ireneeniyonkuru42
    @ireneeniyonkuru42 ปีที่แล้ว +2

    Uyu mû journaliste nareke umutumirwa avuge,

    • @novatidamian7236
      @novatidamian7236 ปีที่แล้ว

      Uyu mugabo asa nuwashaka ko bunyoni yakora icoyagomba gukora

    • @isuranyayoofficial8785
      @isuranyayoofficial8785 ปีที่แล้ว +3

      Nzamubatumirira ubutaha, hanyuma njye ndamureka avuge nsheceke rwose. Mwarakoze kudukosora

  • @harerimanaleonce8153
    @harerimanaleonce8153 ปีที่แล้ว

    Mwarahemukiye benewanyu. Murabica, murabomora murabanyuruza. Murabangaza. Murabapfungira ubusa , ivyo ntibizoborohera ndabarahiye

  • @harerimanaleonce8153
    @harerimanaleonce8153 ปีที่แล้ว

    Imana Yisidukiye

  • @espoirebernard1742
    @espoirebernard1742 ปีที่แล้ว +1

    ❤❤❤

  • @ericknduwimana3715
    @ericknduwimana3715 ปีที่แล้ว +1

    Ububasha president afise nibwo bubasha president wa USA afise. President niwe asinya itegeko. Mbe ububasha Kagame afise nubuhe gira comparison?

  • @user-tl8hq2vh3b
    @user-tl8hq2vh3b ปีที่แล้ว

    Kuki mwitaho kumenya amakuru yi Burundi mwabuze amakuru mwovuga yaho iwanyu mu Rwanda reba ivyanyu ivyi BURUNDI mubireke

    • @Turkana-omo-marsabit
      @Turkana-omo-marsabit ปีที่แล้ว

      Nabaturanyi ntakibazo kwunva ibyaho
      TH-cam ziburundi nazo zitubwire ibyo hakurya

  • @felixniyonkuru9580
    @felixniyonkuru9580 ปีที่แล้ว

    Analyse nziza cane

  • @Turkana-omo-marsabit
    @Turkana-omo-marsabit ปีที่แล้ว

    1959 yabaye iburundi 2015

  • @ngundachris7598
    @ngundachris7598 ปีที่แล้ว +6

    Kandi umutumirwa yakoze kutivugisha ikinyarwanda cane kurya abandi barundi bashitse hakurya bagashaka kwivugisha ikinyarwanda gusumba banyeneco

    • @dianeinamwiza
      @dianeinamwiza ปีที่แล้ว +3

      Ahantu hose ugiye kuba utegerezwa kwiga ururimi rwaho ukaruvuga,muri Occident nuko,barabigutegeka,jewe aho mba bantegetse kwiga nkavuga ururimi rwabo,ni kuki mubona ko umuntu agiye kuba mu Rwanda adategerezwa kwiga akavuga ikinyarwanda nkuko ibindi bihugu bibigira,aho uba hose utegerezwa kwiga ikirimi caho ukanakivuga,no mu Rwanda nuko

    • @burundishallsmile1day109
      @burundishallsmile1day109 ปีที่แล้ว

      Bashaka Passport 😂

    • @burundishallsmile1day109
      @burundishallsmile1day109 ปีที่แล้ว +1

      ​@@dianeinamwiza None aho uri ko bazi ururimi rimwe 1 nk'Inyoni!?
      mu Rwanda birakenewe ko uhindura Imvugo ngo bagutahyre😊?

    • @dianeinamwiza
      @dianeinamwiza ปีที่แล้ว +1

      @@burundishallsmile1day109 jewe Simba mu Rwanda,mba muri Occident,aho bantegetse kuvuga ururimi rwaho,na wewe ugiye muri Tanzania bogutegeka kuvuga igiswahili

    • @belladushime792
      @belladushime792 ปีที่แล้ว

      Ivyiyumviro vyaw biri hasi

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 ปีที่แล้ว +1

    Abahima n'abatutsi bahagurukiye kuririra abahutu bipfuza guhonya

    • @bigirimanayves9354
      @bigirimanayves9354 ปีที่แล้ว

      Mbe wakirofa we ivyo vyabahima uzobirya?wewe ntiwigera ugira isomo mubiriko biraba?

  • @ntwarienias8125
    @ntwarienias8125 ปีที่แล้ว

    Tubarize uwo murundi niba nkurunziza yarı umusirikare?ESe niba yariwe yarafite irihe peti?

  • @ngundachris7598
    @ngundachris7598 ปีที่แล้ว

    Journaliste afise respect, ati Nyenicubahiro Neva, Nyakwigendera Peter, Umutumirwa ivyo ntumubaze. Mais abarundi baba mu Rwanda barahinduye imvugo,ntibagitukana ngo bavugane akanyaro nka kera,nibazako H.E Kagame yabahaye gasopo.

    • @Turkana-omo-marsabit
      @Turkana-omo-marsabit ปีที่แล้ว

      Uburundi burabakeneye vuba bazataha bafite experience mugutwara kandi nta corruption irengeje bagira

  • @harerimanaleonce8153
    @harerimanaleonce8153 ปีที่แล้ว

    Reka rero Yikorere akantu

  • @IshimweEvelyne-ml1ks
    @IshimweEvelyne-ml1ks ปีที่แล้ว

    Mwehoo ntimubura amakuru murazi kurabaa ibitabaraba

  • @harerimanaleonce8153
    @harerimanaleonce8153 ปีที่แล้ว

    Mwabivumemwe

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 ปีที่แล้ว +1

    Bunyoni yabanje muri FNL uwo mu journaliste ariko avuga ivyatazi neza.

    • @kalyka4107
      @kalyka4107 ปีที่แล้ว

      Ehh buriya yatanguriye muri FNL?
      Politique ndayanka peee
      Nibutse aba FNL bishwe na benewabo kandi vyitwa ko bagwanira bimwe

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 ปีที่แล้ว

    Izi nyenzi nkotanyi zipfuza iki kumenya uko leta y'uburundi yubatse kurusha iy'urwanda? Zipfuza kumenya aho zizaca kugira basambure ubuyobozi bw'uburundi?

  • @harerimanaleonce8153
    @harerimanaleonce8153 ปีที่แล้ว

    Nivyo mwagiye kurwaniea ,guhibduka benewanyu, kubasahura, kubomora, kubanyaga, kubapfungira ubusa, kubanyuruza, kubahojotora mugaca muja ngaho mukijumuriza ngo mwatanguje Imana imbere ? Imana Yahagurutse muhure Nayo kiretse musavye ikigongwe abo mwahiriye inabi

  • @langsonnjobvu7424
    @langsonnjobvu7424 ปีที่แล้ว

    Umukobwa wiwe ntimwamutahiye neza yashatse kwerekanako bahoze Ari batandatu bakomeye mumugambwe none hasigay umww

  • @harerimanaleonce8153
    @harerimanaleonce8153 ปีที่แล้ว

    Vyanja bikunda

  • @harerimanaleonce8153
    @harerimanaleonce8153 ปีที่แล้ว

    Mutegerezwa kumarana

  • @harerimanaleonce8153
    @harerimanaleonce8153 ปีที่แล้ว

    Ivyo mwakoreye abarundi babahutu bizobzkoreko nimiryango yanyu yooose

    • @kalyka4107
      @kalyka4107 ปีที่แล้ว +1

      Tekana kubera uno munsi ntawutabuze.
      Hari abatutsi benshi bishwe.
      Ilimbabaza niyo nibutse abahutu bishwe na bene wabo bari bazi ko bagiye gukira.
      Ntihica ubwoko hica intwaro mbi mugenzi

  • @bizimanacelestin4075
    @bizimanacelestin4075 ปีที่แล้ว +1

    Bunyoni yatanguy kuja muri FNL imbere yukuja muri FDD

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 ปีที่แล้ว +1

    Hagati y'urwanda n'uburundi ni ikihe gihugu kivuza abana n'abagore bagiye kubyara kuri gusa? Ni ikihe cigisha abana kuburyo buzimbutse gushika no kuri gusa? Ubwo ni ubutunzi igihugu gishira mu baturage? Tugiye mu burimyi n'ubworozi ni ikihe gihugu kiba hafi y'abaturage? Indongozi z'igihugu mu Burundi gifatanya n'abenegihugu ibikorwa by'iterambere amashure,amavuriro . Mu Rwanda niko biri? Ko wumva uburundi bukenye, n'ibihugu bingahe kw'isi byokwitegurira amatora hatarimwo imfashanyo z'amahanga? Ubwo si ubutunzi bw'igihugu? Mu Rwanda niko biri?

    • @kalyka4107
      @kalyka4107 ปีที่แล้ว

      Uce ubandanya ubaza uti abana bahejeje ishuri uno munsi baba bafise ubumenyi bungana gute?
      Kwiga kubuntu ni vyiza ariko nikuraba qualité nayo

    • @bwengejeanbosco2610
      @bwengejeanbosco2610 ปีที่แล้ว

      @@kalyka4107 none tuvuge ko abana b'urwanda baheza amashule bafite qualite iri hejuru y'abarundi? Uburundi ntimwibagire ko bwakoze genocide y'abantu b'incabwenge guhera 1965 gushika 2005 ibibanza by'abana bashoboye bakabishiramwo abatabishoboye bitwaje akarenganyo ko kuvangura ,nabarenganije abandi bashoboye bahejeje bikaba ibinebwe byo kwicara mu biro ntibaje kurubuga bakeneye ababakorera.

  • @harerimanaleonce8153
    @harerimanaleonce8153 ปีที่แล้ว

    Mwanka mwemera ningombwa mumarane shihane gooooooose mwicane gooooose mwarahemutse mwahemukiye abarundi, mwarahemukiye abahutu benewanyu ndabavumye
    Muzopfe mumarana muragahonera rimwe

  • @harerimanaleonce8153
    @harerimanaleonce8153 ปีที่แล้ว

    Aba dd mwese atanumwe avuyemwo muri kumuvumo

  • @ntirampebafirmin3742
    @ntirampebafirmin3742 ปีที่แล้ว

    z

  • @frankbigirimana451
    @frankbigirimana451 ปีที่แล้ว +1

    Ivyomuzakuvugira murwanda mwotaha mukazamurabivugira iburundi namba ariwsnyu

    • @burundishallsmile1day109
      @burundishallsmile1day109 ปีที่แล้ว +1

      None Umurundi wese ntafise uburenganzira bwokuvugira aho aba??niyivugire Murundi uko abibona. Niyo Democracy Ndundi. Kandi nta Mutekano muke ateje Igihugu nabari ku Kivi!
      Kandi ntakibi yavuze kuko na Neva avuga Uko abibona!

    • @Turkana-omo-marsabit
      @Turkana-omo-marsabit ปีที่แล้ว

      Urabona uyu atashe yamara nindwi?wamudamu ntiyakatiwe 10 ans,yatashye ubukwe

  • @harerimanaleonce8153
    @harerimanaleonce8153 ปีที่แล้ว

    Afasema kava muri ndayubusa

  • @novatidamian7236
    @novatidamian7236 ปีที่แล้ว +1

    Mwabatutsi mwe nimuvugire hiyo murwanda niho iwanyu. Uyomugabo arikukubaza arabonekako ababajwe nivyabaye kuri bunyoni. Banyarabantu bishwe 2015 baribakewe kwichwa kuko imigumuko bakoze nabo bari she abanya gihugu bica na police yigihugu cacu.

  • @kuziririzaisabatosiitegeko7088
    @kuziririzaisabatosiitegeko7088 ปีที่แล้ว

    Bamuhora ubusa kuko siwe wambere yinezereje

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 ปีที่แล้ว

    Izi nyenzi nkotanyi zipfuza iki kumenya uko leta y'uburundi yubatse kurusha iy'urwanda?

    • @ericbikorimana8713
      @ericbikorimana8713 ปีที่แล้ว +2

      Agahinda kazakwica pe

    • @uwizigiyimanaannemarie9587
      @uwizigiyimanaannemarie9587 ปีที่แล้ว +2

      Gabanya amacakubiri ntaco bimaze aha kw'isi tuhafite igihe gito.

    • @alicehakizimana1582
      @alicehakizimana1582 ปีที่แล้ว +1

      Nimuvuge ivyubaka abantu nigihugu

    • @Turkana-omo-marsabit
      @Turkana-omo-marsabit ปีที่แล้ว

      Ese inyenzi inkotanyi kombona bitakuvamo?bene runyenzi bahe amahoro

    • @bwengejeanbosco2610
      @bwengejeanbosco2610 ปีที่แล้ว

      marie jyewe ntamacakubiri mfite kuko ibyo bakoreye abanyarwanda guhera 1990 gushika n'ubu si byiza. Ibyo zakoze i Burundi nagamomeramuntu,zishatse kujya guhungabanya amahoro muri Tanzania basanga harugaye, ibyo tutoronka uko tubivuga ni muri Zaire aho zishe abazihunze bakajyaniranya n'abakongomani n'ubu zikaba ziyongeza kwiba no kwica. Sinzi ko wewe bikunezereza ibyo zikorera ikiremwamuntu. Burya gutekera Rwigara asinapolo mu mashashi agihumeka cyangwa kwica rubozo Kizito Mihigo n'abandi n'ibyishimo kuri wewe?