AKA KANYA LE 8|9|2024 AMAKURU MASHYA MEZA KU RWANDA N'UBURUNDI ABARUNDI N'ABANYARWANDA MWISHIME
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 15 ก.ย. 2024
- #ishamitv #amakuru #burundi #rwanda #rdc
CONTACT US: umuzungu15@gmail.com
Join ISHAMI TV WhatsApp Group: chat.whatsapp....
Amakuru mashya ku Rwanda na Congo
Find us on Facebook: bit.ly/4aZt0k0
Follow us on X: bit.ly/3SeOaDv
Follow us on Instagam: bit.ly/3O4ZQq5
Ishami TV Website: ishami.rw/
And please don't forget to subscribe: ISHAMI TV: bit.ly/3vEnB1W
#m23 #amakuru #goma #sadc #m23 #fardc #rwanda #congo #amakuru #uburundi, #goma #afc, #amakuru #congo
Mu kuvuga amakuru batangurira Kuri bishasha. Actualité.
😮
White Karen Robinson Elizabeth Brown Edward
Ega twebwe kuba Burundi bwarugaye imipaka,ntaco twahombye kuri twebwe.
Kuko nibyo twovuze ngotugiye kurondera murwanda,ibyishi twebwe turabyifitiye.
Rero bandanye musaba retat yanyu ishire mungiro ibyo retat Burundi yabasabye Hama imipaka isubire kwugurugwa.
Mwebwe muburundi mugira iki Koko urwanda rwabakeneraho
ibyo yavuze KERA arabigaruye baba babeshya kabs
Iyo n'inzara?Aho gishasha uvuze niki?Video sinoyiraba yose
Vana ubugoryi ahongaho bishimire iki?
Amakuru yawe ntayo nkubwo koko uvuze ikikoko ?
Ariko mwari mwizeye iki?? Uyumugabo ninjiji uko siko bavuga amakuru
Iyo ninzara gendurime
Usubira mubintu byakera weeee ntubonako kumviriza amakuru yawe bigoye ?kuyaheza byo ntibishoboka
Nyimba arivyoporo kagame abayagutumy bubinum mwes muribabi
Nawe hari igihe uzahunga Kandi tuzakwakira si bariya gusa bahungiye mu Rwanda nawe wahunga inkoni ikubiswe mukeba uyirenza urugo ntukiyemere ngo ni Kagame Uba wamutumye
Bite. Jewe nishizemwo ko ivyuvuga arivyo wifuza utavuga ivyo wabonye. Nishizemwo ko ubesha.
Koreshumwanya miduhe abanyarwandakazi tubarongore kuko turabakunda nawe tubashingire a iwacu nibezacane
Mu kuvuga amakuru batangurira Kuri bishasha. Actualité.