I'm so excited for hearing your songs. And me I was an Adventist of seventh day but I believe that one day I will come back at home. I remember a good moment at Mparamirundi,Bukanya,oh my God you make me happy. Blessings!!
Very good. Izi ndirimbo zo mu gitabo ama chorales nyayo akwiye kuza arazirirmba as choir pieces. They are so powerful both en fond et en forme. Thank you choir.
Nukuri aba banyakanyosha bakwiye gushigikirwa. Comments n'a vues nisawa ariko n'aba abonnés barabakeneye kugira tubashigikere mukirundi, tubaremere mukinyarwanda, les ancourage en français et support them in english n'a kuwatiya nguvu katika ruga ya kishwahili
Imana ikomeze kubajimbere muduhe nizindi nyinshi
Amen amen kubwa Ndiho turakora
Dukomeze kubashimira kumwitwarariko mugira wokuraba ibikorwa vyacu ndetse mukanaduter'intege, Imana ikomeze kuduhezagirana
❤❤❤❤waowww ndabakunda from Rwanda SDA kigali
Mbega ibintu byiza, muzabikomeze rwose, izi ndirimbo zirarimbitse pe. Courage
Yesu abehe umugisha ndabishimiye cyane mbifurije kuzoririmbana mwijuru.
Umengo noguma ndayumviriza ,,,,iraryohera umutima !!!Imana ibahezagire
Sivyimbeshere ikoze neza cane, kurwego mpuzamakungu
Très bien indirimbo nkizi ndazikunda can zirampimbara indirimbo zo mugitabo
Dukomere muri Kristo Yesu
❤mukomere kumurimo ntawabahaye congé umuravyo choir🎉Imana ibahezagire knd ibongerereze ubutwari no kuyivugira mumahanga yose,mugire umuziro wogufurugura
Mwubahwe kabisa, akaririmbo karirimvye neza cane kandi isanamu zirarenze womenga sabarundi, birahaye biza producer yubahwe
Imana ikomeze guhezagira abariko bakora ibibikorwa
Ndemeye ikoze neza, videographe nuwakoze audio bubahwe
Amen
Imana ibakomereze impano,mufite amajwi meza❤
Mukomere kugikorwa ca Ndiho
Iyintambwe irashimishije Imana ibah umugisha
Mbega vyiza, Abarundi murikubizako neza
Image nzuri sana, nyimbo nzuri pia
Ameen
amen
Ameeeeeen 🎉🎉🎉🎉muzoz muraduh link ya youtub nka jew narize kwandi choral kanyosha ❤❤nahis mbon iy ew jew murakoz ndahezagiwe murakoze❤❤🎉
❤ HARERUYA !!! ❤ AMINA !!! ❤ .
I'm so excited for hearing your songs.
And me I was an Adventist of seventh day but I believe that one day I will come back at home.
I remember a good moment at Mparamirundi,Bukanya,oh my God you make me happy.
Blessings!!
Thank you
Very good.
Izi ndirimbo zo mu gitabo ama chorales nyayo akwiye kuza arazirirmba as choir pieces. They are so powerful both en fond et en forme.
Thank you choir.
Jackson - Claude
Chorale yanyu Imana ibongere inguvu
Muhezagigwe
Ndagukunda cyaneeee Yesu azabahe ijuru
Ivyiza vyinshi n'Imihezagiro nyinshi bibane Namwe cane
Mbega vyiza!!!, Imana ikomeze ibashoboze
good job .be blessed
Ndabakunda cyaneeee nkunda n’iyindirimbo cyaneee
Imigisha myinshi iva ku Mana idushware
Amen Amen ❤❤❤❤❤ndabikunze cyane
Brother from Burundi God bless you. Muhezagirwe
Mungu awabariki sana
Merci bagenzi.utwo turirimbo turaryoshe
Komezumurimo,amin,muhzagirwe
Courage
Muhezagirwe caane
Amen 🙏 🙏
Ameen amen
Imana Ishimwe cane kandi ibahezagire
Ibintu nivyiza cane
Muraririmba neza kabisa muhezagirwe
Amen mukomere kumurimo
Nimb nzuri saana
Yesu abakomeze
Amen❤
Oooh halelluya
IIndirimboiryoshe caane
Amina.
Haleluya amen
Ndabakunda mukomere kugikogwa❤
Noce gospel
Murakoze cane kukaririmbo keza
Imana ibahezagire!!!
Conglatulation
Imana ishimwe 😊
Good jobs...be blessed
Mwarahezagiw
Ndabakunda
❤
Que Dieu vous fortifie...
Ok bien
Turabakeje cne mwoturonsa natwe Kumar instrumental?kugra natwetwige
Be blessed
Good song
Numva ndengewe
Nukuri aba banyakanyosha bakwiye gushigikirwa. Comments n'a vues nisawa ariko n'aba abonnés barabakeneye kugira tubashigikere mukirundi, tubaremere mukinyarwanda, les ancourage en français et support them in english n'a kuwatiya nguvu katika ruga ya kishwahili
Vyiza cane th-cam.com/video/BuXkTNzS2ws/w-d-xo.html
Imana ibahezagire cane
Amen
Mungu awa bariki sana
Amen❤
Amen
Amen🙏🙏